Twarabona ko CNDD-FDD iriko ijana igihugu mu manga│François Nyamoya

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 июн 2024
  • Ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 15 Ruheshi 2024, umugambwe MSD waratunganije ibirori vyo guhimbaza imyaka 15 iheze wemerewe gukorera ku mugaragaro mu Burundi. Uwo mugambwe ukaba wemerewe gukorera ku mugaragaro kw'igenekerezo rya 8 Ruheshi 2009.

Комментарии • 41

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 29 дней назад +4

    Nubundi ndakubwiza ukuri cyamaze kugwa mu mwobo 😂

  • @pepeinno9336
    @pepeinno9336 26 дней назад

    Nta Bahutu n'Abatutsi barwaniye ikintu Dr Nyamoya reka ubwo bujuju.

  • @MultiChanelo
    @MultiChanelo Месяц назад +3

    Nivyo kenshi imigambwe yubakira kumoko aho kwubakira kuntumbero y'ineza y' igihugu...na MSD iyi ndwara numva ngo ntiyibuze.

  • @ThierryPastor-pz6ll
    @ThierryPastor-pz6ll Месяц назад +2

    Abarundi bakwiye kuva mumoko gutwara igihugu bisaba abantu bakunda abanyagihugu nukuri vision yanyu iratomoye

  • @BangurambonaJanvier-ps6rc
    @BangurambonaJanvier-ps6rc Месяц назад +1

    Maître François arabeshe umugambwe washinzwe 2006 uja ahabona 2007 ntanakimwe muricogihe yokwagirije CNDD-FDD mbere ndabizi nezako Sinduhije yaracuditse cane gose nabari bagize CNDD-FDD

  • @ephremrangira9222
    @ephremrangira9222 Месяц назад +1

    En tout cas,jyewe ndakwemera,Sinduhije ndamwemera komeza nyabuna ibyiyumviro byanyu biratomoye.Nsanga ufise ibyiyumviro nk'ibya mutama wawe nta yandi ma interpretations, congratulations.

  • @Dddma455
    @Dddma455 29 дней назад

    Mwebge imana yarabavumye. Amateka yanyu niyomabi. Mwarahotoye. Kandi murahohotera ikiremwa muntu. Rero teshwa mute amatora azoba meza

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c Месяц назад +1

    Ariko Sinduhije siwe yavuze ko ata mipanga Neva na Kikwete bacishije i Burundi imwe ikaronka imonerakures iyindi ikajabuka i Congo?
    Yabikuye Kiki?

  • @YusufSudi
    @YusufSudi Месяц назад

    Mbe mura gwaye vyikwegere mwenyene

  • @nbelami
    @nbelami Месяц назад

    Mbambona mutazi naho mugomba guhera murokora iburundi nabarundi

  • @jeandedieuushizimpumu2930
    @jeandedieuushizimpumu2930 Месяц назад +2

    I manga niyo mwabayemo kubwa bagaza buyoya n'a bandi

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 29 дней назад

    Kino kigabo gisa nigikeha bwenge

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c Месяц назад

    Arusha batsimbataje amacakubiri.

  • @tonnydommy4544
    @tonnydommy4544 29 дней назад

    Manza wunamire abo burukoba rwera

  • @nbelami
    @nbelami Месяц назад

    Ibi vyose biba biva aho vyatanguriye , akarorero ni muri Tanzania nyerere yereye imbuto nziza kubazamukomokaho bose kuko ukuntu yabaye inyanka mugayo vyatumye nabamukomotseho banukwirikiza , REO twebwe abarundi nitwe kibazo kuburundi neacu

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 Месяц назад +1

    Mwe nta CNDD FDD mwoshobora kuko muranayitinya kwanza 🤣🤣 niyompamvu mutanerekana nabitabiriye iyo nama rero ntiwogwanya umuntu utinya 😂

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 Месяц назад

    Ayo magogwa yose abarundi bayabayemo imyaka irenga 50, kumbure kuko mwe mwari mu ruhande rubikora ntiwabibona kuko ntiwari bwashikirwe. Kwicwa kunyagwa,gufungirwa akarenganyo ,kwimwa akazi canke service kubera ubwoko canke intara,gutotezwa n ibindi. Mbere abo bari kubutegetsi bobo barazi ingene bibabaza kuko babibayemo.umuti nuko abarundi boja hamwe bakavuga ukuri, bagasabana imbabazi. Ntawosubira kwikanga uyundi,kuko boja batora umuntu baravye ico ashoboye

  • @pepeinno9336
    @pepeinno9336 26 дней назад

    Discours tres pauvre et decevant pour un docteur en droit.

  • @pepeinno9336
    @pepeinno9336 26 дней назад

    None ubumenyi nawe uterekana na doctorat ushaka bugire nde, hahah

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 Месяц назад

    Ni neza cane ko abarundi, tuyaga, tukavugana ukuri ku vyabaye n'intwaro yubu!? Mbega ni gute abarundi twese two kwama mu marira masa!? Politiques za moko, za tewe aha nini n'ubu juju bw'abize, n'abasirikare, batazi gutandukanya za Diplômes(impapuro z'ubumenyi mu ma shuli, n'ubumenyi kavukire canke ubuntu n'ubwiza bw'umutima, n'imico kavukire!?

  • @mbona7324
    @mbona7324 Месяц назад

    Reka ibinyoma bene wacu jewe Sindi umu cndd ariko sinemeza ko muri 2007 cndd yari imaze kwerekana akabi kayo bari bafise ibibazo vyabo mumugambwe iwabo ntivyari bwatandukire abandi banyagihugu. Mwasgizeho umugambwe ngo namwe muronke inyungu za politique.

  • @mbona7324
    @mbona7324 Месяц назад

    Ico bikoze hariho ukuri uvuze abahutu barishe abatutsi barishe ntibikwiye ko tuguma dupfa ivyo bintu kandi habuze umuntu aza gukemura ivyo bintu. Umusi twamuronse tuzoba dukize. Abantu bose batanguza imigambwe bafise inguvu nke zukuntu bagomba kwerekana aho bahagaze ngo bakurikirwe

    • @BangurambonaJanvier-ps6rc
      @BangurambonaJanvier-ps6rc Месяц назад

      Wewe uri umunyamacakubiri kandi ntanahamwe bizogushikana nimba wunvirije neza Sinduhije siko yavuze ntabwoko nabumwe yahagarariye mukuvuga ikosore rero hakiri kare

    • @mbona7324
      @mbona7324 Месяц назад

      @@BangurambonaJanvier-ps6rc ntabwoko yavuze? Mu Burundi ubwoko buravurwa kandi ntaco vyica. Kandi wabuhakana wareka urafise ubwo uturukamwo dufise abantu kandi batagomba ko bivurwa kandi bihari iryo naryo nikosa rinini tutagomba gukora nimba tugomba gukira. Abatutsi barishe n'abahutu barishe ubihakana ntakibanza mbona nogushiramwo ntuzi igihugu ushaka aho cova

  • @DesireHenk-pr8qp
    @DesireHenk-pr8qp Месяц назад

    Ubutegetsi bwa cndd fdd ntakigongwe bafitiye abanyagihugu ahubwo batama twobasaba twebwe urwaruka muduhe intumbero yingene twovira hasi kugira dusidukane niyonga turandurane imizi iyi ntwaro yaba cndd fdd kuko twebwe urwaruka ry'ubu ivyamoko ntibiri mu mitima yacu ahubwo twipfuza uburundi buhurikiyemwo bose bwa mata n'ubuki kuko niryo terambere twipfuka kuburundi bu shasha

  • @nbelami
    @nbelami Месяц назад

    Twebwe abarundi nitwe kibazo kuko vyapfiriye kuri basokuru batanguje republica , kuko uravye micombero ukuntu yagiye kubutegetsi , uravye bagaza , uravye buyoya , naba bagabo mwari murindiriye ko bobatwarira gute , nabo babatanguriye boo ubwabo ntambuto nzima basigiye abazobakomokaho ,

    • @erza6832
      @erza6832 19 дней назад

      Kagame kwariko ateza igihugu ciwe imbere abamutanguriye batwaye nabi reka kwama mwitwaza kahise basha

  • @UmwuzukuruwaMazayanga
    @UmwuzukuruwaMazayanga Месяц назад

    La logique n'est plus ce qui guide le monde...
    Vous dites vrai mais qui écoute?
    Ubu les burundais dutahura des règles très simples comme présentés par nos dirigeants... Ibibazo turimwo twabitewe naba koloni hamwe n'intwaro yabatutsi
    Pure populisme.
    2040 tuzosubiza hamwe 2060 dutangure iterambere

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza Месяц назад

      Tu es serieux?Canke nu blague.Nimba uba mu bdi Pole,mugeze habi,inzara ibaheze habi,musigaranya umunwa gusa,Pole kabisa,Hama inzara uravugisha

    • @consolatandayikengurukiye7481
      @consolatandayikengurukiye7481 26 дней назад

      Inzara irihose abarundi barimumihingo myinshi yisi rero bareke kwitwaza inzara

    • @consolatandayikengurukiye7481
      @consolatandayikengurukiye7481 26 дней назад

      No mubihugu vyarutura bararira kubera ibiciro vyadugijwe siburundi gusa barekekubesha

  • @tonnydommy4544
    @tonnydommy4544 29 дней назад

    Ntabwenge mufise mwebwe

    • @MugishaAuxane
      @MugishaAuxane 27 дней назад

      Zana naw ubwenge bwawe tubwumve 😂

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 Месяц назад +1

    Ikibazo mwarashinz umugambwe ariko uwo mwawuhay sinduhije ahubwo yafashij kwimakaza ikinyoma ko ndaday ari incungu!
    Umuntu akibaza ikigira ndaday incungu ukakibura, nimba muvuga ko yazany multipartisme siw yayemej ni Buyoya. kndi 1961 Rwagasore yahiganywe n' imigambwe myinshi.
    Ikibazo les politiciens hutus ou Tutsis bari muriyo MSD yanyu position politique yanyu iri ambiguous kndi ntiri clair!
    D'ailleurs, votre président du parti Alexis sinduhije et son RPA ont fait tout pour promouvoir ces tribalo-terroristes génocidaires du cndd fdd.
    Aho yirigwa abamamaza bakiri mw'ishamba ndetse no muri campagne électorale ya 2005.
    So, reka kwigira aberanda kuko 2015 des jeunes Tutsi de Bujumbura qui ont été tués comme des mouches par le cndd fdd nuko vs avez organisé des manifestations sans aucun plan c'est pourquoi cndd fdd ikarengera mu misore yabatutsis ikarigita!
    Rero ndibaza ko intah ishash le MSD irafis icoyobazwa kuko cndd fdd bari aba partenaires ba sinduhije imbere ko bamwitura inyituro batura ababafashij notamment Buyoya yabagabiy igihugu!

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 29 дней назад

    Ariko Ivyo vyose muvuga ni ryari bitariho? Ca gihe mwatwara? Ahahhh

    • @MugishaAuxane
      @MugishaAuxane 27 дней назад

      Vyararushubu batwara , ntanza yarihari ! Hari iteka nitekane! Mbwira ico naw wohaya ubu

  • @nbelami
    @nbelami Месяц назад +3

    Ubusambo ,kwikunda , kwigumbirako nivyo biranga umurundi wese ugiye kubutegetsi ? Namwe ntacyizere tubafitiye kuko 2015 mwadutaye mwibarabara ubuzima bwacu burapfira muri kuma radio ,bukeye bimaze kumera nabi bamwe muri mwebwe mwurira indege mudusiga mubibazo noe ubu imvugo niyayindi , abarundi tugira imvugo gusa ntabikorwa bihari , m23 irya ntivuga cane igaragaza inikorwa noe ubu mwebwe mushaka ko ibintu bikorwa mumaresho gusa mureke tubibemo , imana niyo izoturokora

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 29 дней назад

    Ariko ga farasisi,wibaza ko twibagiye amabi mwakoreye Rwagasore numuryango wiwe??? Reka sha Reka iyo buba ubwumwe bwari ikindi.So si we yakoze ivyuzi ???? Njanye na Sinduhije,oya kweri wiwe hora.

  • @nbelami
    @nbelami Месяц назад

    Mubanze mwige uko mwohindura ibibazo mwasidusizemo apana kutubwira ngo dukore mwebwe mudahari