Kubuza umuntu kuvuga no gukora nico kimwe no kumupfunga│Gervais Banshimiyubusa

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 сен 2024
  • Ubutumwa bwa Musenyeri Gervais Banshimiyubusa mu nkuka y'imisa yo kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2024 igihe Uburundi bwibuka imyaka 30 iheze umukuru w'igihugu Cyprien Ntaryamira ahitanywe n'indege yakororewe mu gihugu c'Urwanda mu 1994.

Комментарии • 2

  • @BelyseAkimana655
    @BelyseAkimana655 5 месяцев назад +2

    Komera Sha le mandat iyi homelie nari nayirondeye ndayibura wakoze

    • @LeMandat
      @LeMandat  5 месяцев назад +1

      Namwe murakoze gushima 👍