Umviriza ubutumwa Musenyeri Banshimiyubusa yashikirije mu nkuka y'ukwibuka Prezida Ntaryamira
HTML-код
- Опубликовано: 5 апр 2020
- Umviriza ubutumwa Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya #Bujumbura Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa yashikirije abari bitavye inkuka y'imisa y'ukwibuka imyaka 26 iheze Umukuru w'Igihugu Sipiriyano Ntaryamira agandaguwe.
Murakoz mwungere w'iman Amen
Murakoze kunyigisho nziza mutanze
Imana irakunda Ekleziya kweli yo yama iturungikira abatumwa nkaba
inyigisho nziza muvyeyi ese ivyo utwigishije twobishira mu ngiro