Le Mandat
Le Mandat
  • Видео 854
  • Просмотров 588 640
Abanyeshure bazokwiga gute hari ikiza c'ibihara vy'inkende?
Ico ni kimwe mu bibazo umushikiranganji w'indero n'ubushakashatsi mu Burundi François Havyarimana yishuye mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru ku musi wa mbere igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024.
Mpox, imyuzure, ...
Просмотров: 10

Видео

Umwaka w'ishure, ikibazo ca Reta, amashure y'indaro│François Havyarimana
Просмотров 2521 час назад
Umushikiranganji w'indero n'ubushakashatsi François Havyarimana yabwiye abamenyeshamakuru ibijanye n'umwaka w'ishure mushasha wimirije gutangura. Hari ku musi wa mbere, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024.
Rentrée scolaire, Concours, Post-fondamental, Internats│Ministre François Havyarimana
Просмотров 352 часа назад
Le ministre de l'éducation nationale et de la recherche scientifique François Havyarimana a tenu, ce lundi 2 septembre 2024, un point de presse sur les préparatifs de la rentrée scolaire 2024-2025 au Burundi.
Commercialisation du café washed│ODECA
Просмотров 222 часа назад
Dans la conférence de presse de ce 2 septembre 2024, le directeur général de l'ODECO a révélé les mesures prises pour gérer l'achat et la vente du café washed au Burundi.
Le café a rapporté plus de 4 millions de dollars│ODECA
Просмотров 542 часа назад
Le directeur général de l'Office pour le Développement du Café du Burundi (ODECA) a tenu une conférence de presse ce lundi, 2 septembre 2024.
Ingene urudandazwa rw'ikawa yumye ruzogenda│ODECA
Просмотров 132 часа назад
Umuyobozi mukuru w'ikigo ODECA yarashikirije ku musi wa mbere igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024 ingene urudandazwa rw'ikawa yumye bita washed rutunganijwe.
Ikawa ishorwa hanze, iyica mu kinywabi, abarimyi batarahembwa│ODECA
Просмотров 282 часа назад
Umuyobozi mukuru w'ikigo kijejwe ikawa mu Burundi "ODECA" Jean de Dieu Niyindabira yaragiranye ikiganiro n'abamenyeshamakuru ku musi wa mbere igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024.
Ibihara vy'inkende: Ingingo ruhasha zafashwe
Просмотров 1334 часа назад
Inyuma y'inama yatunganijwe n'umushikiranganji wa mbere kuri uwu wa mbere, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024, hafashwe ingingo nyinshi zijanye no kurwanya ibihara vy'inkende bita Mpox canke variole du singe.
Mpox iroroshe kurwanya kurusha Coronavirus│Gervais Ndirakobuca
Просмотров 984 часа назад
Mu nama yari arongoye yo kuri uwu wa mbere, 02/09/2024, umushikiranganji wa mbere w'igihugu c'Uburundi Gervais Ndirakobuca yavuze ko akaranda k'ibihara vy'inkende koroshe kurwanya kurusha Coronavirus.
Ibihara vy'inkende : Komine Ntahangwa ni yo ibangamiwe cane
Просмотров 724 часа назад
Ku musi wa mbere, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024, abajejwe kurwanya akaranda k'ibihara vy'inkende bita Mpox canke variole du singe baragize inama mu gisagara ca Bujumbura. Uwurongoye ico gisagara Jimmy Hatungimana yibukije ko komine Ntahangwa ari yo ibangamiwe cane kurusha ahandi.
Marguerite Barankitse kuri Space X│Maison Shalom, Oasis of Peace
Просмотров 2 тыс.7 часов назад
Marguerite Barankitse kuri Space X│Maison Shalom, Oasis of Peace
Remarks by James Kabarebe│AUC bid
Просмотров 16214 часов назад
Remarks by James Kabarebe│AUC bid
Remarks by President Kaguta Museveni│AUC bid
Просмотров 32814 часов назад
Remarks by President Kaguta Museveni│AUC bid
Remarks by President Salva Kiir│AUC bid
Просмотров 4014 часов назад
Remarks by President Salva Kiir│AUC bid
Remarks by President Samia Suluhu Hassan│AUC bid
Просмотров 3316 часов назад
Remarks by President Samia Suluhu Hassan│AUC bid
Discours de Gervais Ndirakobuca│Soutien à Raila Odinga à la CUA
Просмотров 7616 часов назад
Discours de Gervais Ndirakobuca│Soutien à Raila Odinga à la CUA
Remarks by Olusegun Obasanjo│AUC bid
Просмотров 6216 часов назад
Remarks by Olusegun Obasanjo│AUC bid
Remarks by President William Ruto│AUC bid
Просмотров 7116 часов назад
Remarks by President William Ruto│AUC bid
Remarks by Raila Odinga│AUC bid
Просмотров 7416 часов назад
Remarks by Raila Odinga│AUC bid
Amasezerano ya Arusha kuri SpaceX│Nditije, Minani, Mukasi, Léonce, Rugambarara, Emery Pacifique
Просмотров 1,6 тыс.День назад
Amasezerano ya Arusha kuri SpaceX│Nditije, Minani, Mukasi, Léonce, Rugambarara, Emery Pacifique
Comment le Recensement sera organisé au Burundi│Nicolas Ndayishimiye
Просмотров 6314 дней назад
Comment le Recensement sera organisé au Burundi│Nicolas Ndayishimiye
Ingene Rusansuma izogenda│Nicolas Ndayishimiye
Просмотров 8214 дней назад
Ingene Rusansuma izogenda│Nicolas Ndayishimiye
Icatumye Rusansuma idatangurira ku gihe│Gervais Ndirakobuca
Просмотров 13414 дней назад
Icatumye Rusansuma idatangurira ku gihe│Gervais Ndirakobuca
Ntega-Marangara│Charles Mukasi kuri X Space
Просмотров 3,9 тыс.14 дней назад
Ntega-Marangara│Charles Mukasi kuri X Space
Mpox as a Global Public Health Emergency│Dr Tedros Adhanom
Просмотров 6221 день назад
Mpox as a Global Public Health Emergency│Dr Tedros Adhanom
Autour de Moi│Ihanyanishwa ndangakaranga i Kigali
Просмотров 4321 день назад
Autour de Moi│Ihanyanishwa ndangakaranga i Kigali
Autour de Moi│Exposition d'Art à Kigali
Просмотров 2921 день назад
Autour de Moi│Exposition d'Art à Kigali
Chauvineau Mugwengezo kuri Space X│CRN Ingeri ya Rugamba
Просмотров 80321 день назад
Chauvineau Mugwengezo kuri Space X│CRN Ingeri ya Rugamba
Guhangana na Mpox : Uburundi bwemeje umugambi w'imiriyaridi 42
Просмотров 11728 дней назад
Guhangana na Mpox : Uburundi bwemeje umugambi w'imiriyaridi 42
Mpox : le Burundi valide un plan de riposte de 14 millions de dollars
Просмотров 8428 дней назад
Mpox : le Burundi valide un plan de riposte de 14 millions de dollars

Комментарии

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 2 дня назад

    Hommage à l’abbé Nduwayo Emmanuel Et Sincères Condoléances à l’évêque de Bururi Monseigneur Salvator Niciteretse pour la perte de son compagnon de route dans leur mission commune d’ethnocide des Hutus de 1972 au Burundi, avant et après. De la part du Collectif des Survivants et Victimes du génocide commis contre les Hutus en 1972, par le gouvernement de la dynastie des Bahima. Sur conspiration et avec complicité des réfugiés Tutsi Rwandais de 1959. Oui Hommage à l’abbé Nduwayo Emmanuel! Les Burundais se souviendront de lui pour sa contribution à la compréhension de ce que c’est l’ethnocide au Burundi. Dans l’espoir que le Président de la République Évariste Ndayishimiyé, y tirera une leçon que le fait de ne pas reconnaitre un génocide qui a bel et bien eu lieu parce que conseillé par l’évêque du Diocèse de Bururi c’est de l’Ethnocide. En ce temps-là, Jesús répondit et dit: Je te loue, o Père, Seigneur du ciel et de la terre, de ce que tu as caché ces choses aux sages et aux intelligents, et que tu les as révélées aux petits enfants.(…) Venez à moi, vous tous qui êtes fatigués et chargés, et je vous donnerai du repos. Lisons-nous dans Matthieu 11:25-30 Vanité des Vanités. Tout est vanité. Dit l’Ecclésiaste 3 :19-21. Vanité des Vanités. Tout est vanité. Tout va dans un même lieu; tout a été fait de la poussière, et tout retourne à la poussière. C’est avec ce message de l’ecclésiaste que les membres du Collectif des survivants et victimes du génocide ethnocide de 1972 au Burundi , avant et après, expriment leur sympathie à l’évêque de Bururi pour la perte d’un de ses pasteurs , Abbé Nduwayo Emmanuel. Nous prions tous avec Jésus pour le repos de son âme. Puisse le seigneur lui donner le repos éternel. drive.google.com/file/d/1eclMiijvFGab3H75N22AxD7HBtk8-VGW/view?usp=drive_web

  • @ErnestKatihabwa
    @ErnestKatihabwa 3 дня назад

    "Ukuri guca muziko ntigusha,"umuvyeyi maggy Imana nizoguhemba nabantu ntiboronka ico baguha , ico nkundira Imana niyo butungane duhanze amaso,

  • @victorg7280
    @victorg7280 3 дня назад

    Un kagame Burundais? Akagwi k,intagondwa murasetza caane.Menya ko igisiga c,urwara rurerure amaherezo cimena inda

  • @Benedir
    @Benedir 3 дня назад

    Uburundi burimumaboko yaba extremistes habyarimanistes ntiburagera kuri kayibandanization ariko niyo nzira!! Bukeneye un kagame burundais

    • @victorg7280
      @victorg7280 3 дня назад

      Un Kagame burundais? Nawe yari yigiye kuri ba so.Ariko amaherezo,barateshejwe barata.Nawe agiye kuzomoka.Ntushobora gutesa abantu ,abahutu n,abatutsi kurya nguzogire amahoro n,amaherezo meza..Amashitani nka Kagame ,yabeyeho mu Burundi kuva kuri micombero w,umuhima kugeza kuri Buyoya w imuhima nawe.Uwuzoshaka kugarukana ,ubutegetsi """ etnico régionaliste pur et dur, azosubira ahure naya segenya """ incungu y uburundi Ndadaye melchior yagiye ababwira.Nubu iracahari

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 3 дня назад

    Ariko ivyo muvuga mugira ngo hari ico bimara. Urwo rukundo muvuga ko uwo Magy muvuga ko afise narwo ni manipulation. Nimunume, mureke propagande, kuko ivyo vyarataye igihe.

    • @user-qg4kt5vo1q
      @user-qg4kt5vo1q 3 дня назад

      Gihugu c'Imana, simbona igituma abantu bishira hejuru nk'uku. Ibi ni uburwayi bw'ubusazi. Guca bugufi niyo ngendo Kristu yatwigishije. Kwitwaza ko ufise des contacts des personnalités internationales bogufasha gutobanga igihugu uba wihenze. Ntagihugu na kimwe kiba icana iyo beneco batigize abana. Abatwara uyu musi ntibabuze amakosa wanashaka atangana n'ababanjirije mu myaka ya kure. Ariko uwo muntu uretse ubwirasi afise akibagira

    • @user-qg4kt5vo1q
      @user-qg4kt5vo1q 3 дня назад

      Akibagira uwamushikanye muri ico kibanza arimwo ariwe Musenyeri Joseph NDUHIRUBUSA Évêque émérite wa diocèse ya Ruyigi! Birababaje. Vyose yaciye avyiyitirira. Ubundi ntawokwiteye amashurwe muvyo akora. Amashurwe uyaterwa n'ababona ivyo akora mubwitonzi. Witeye amashurwe uba wirase. Ni propagande. Kugira akore ivyo yakoze siwe yabikoze, hari ababikoze bamuciyeko. Malheureusement abo bamuciyeko ntibavugwa, niwe yivuga. Ni hehe yakuye amafaranga yakoze ivyakozwe? Yavuye kwa papa wiwe? Murantunga. Nawenu ingene yarutse n'ingene yateye intambwe, ababanyi n'abamureze mumashure barabizi

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 10 дней назад

    Dr. Rugambarara natandukanye abahutu n'abicanyi. Frodebu yarishe en 93. Leonce navyemere ace asaba ikigongwe abarundi. Rwasa navyemere arazi ico fnl yakoze. CNDD-FDD ni ukwo nyene. Abo reka kubafata nk'abahutu bafate nk'abicanyi. Mbega filmato yiciwe iki? Leonce na minani ntibari hejuru yiwe? Ntiyarangura politique yabo?

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 10 дней назад

    Minani amasezerano ayita meza kuko atamukurikirana be na bagenzi biwe ba frodebu kuri genocide bakoze

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 10 дней назад

    Wewe navuze ni umwicanyi jean minani

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 10 дней назад

    Butari yatumye dusubira kwumva ijwi ryawe aratubabaje!!! Wewe wahamagariye abahutu kumara abatutsi nta gihano kikubereye woronka.

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 12 дней назад

    Muvyumve neza. Buyoya yabunguruje c'est pas l'ex président. N'umugwizatunga yar'afise société yitwa BATRALAC ya Transport maritime.

  • @jewewewe1957
    @jewewewe1957 13 дней назад

    Ndumva neza muvuga ko les racistes et genocidaires bari mu Bahutu, n'oubliez pas que abo bahutu baba muri ubwo Burundi comme vous. Et je constate que Mukasi ne changera jamais. Mukasi abandanije sur cette lancée de propager la haine et le mensonge, ntariko arafasha kubaka Uburundi twese twifuza. Pour lui, on dirait que abatutsi sont des anges, et que les hutus sont des diables incarnés. Aha murahagabira. Cette culture de mensonge doit cesser. L'histoire du Burundi irazwi.

  • @user-qb5yf6zu6f
    @user-qb5yf6zu6f 15 дней назад

    😊

  • @fabricemanirambona7000
    @fabricemanirambona7000 16 дней назад

    First comment likecme please

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 17 дней назад

    Izo spaces turazishima cane. Ivyo Senyamwiza yavuze nivyo 5/5

  • @suzanniyonzima1874
    @suzanniyonzima1874 18 дней назад

    Pourquoi ignorez-vous toujours la géopolitique et l'impérialisme occidental?

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 19 дней назад

    Buyoya / igikoresho ca occident. Ni mobutu/ bongo/ havyarimana/ ...

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 19 дней назад

    Buyoya 😢😢😢 Ubwicanyi ni nico tumwibukira ko.

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 19 дней назад

    Ikiganiro ciza. Gusa benshi ntitwumva ivyo bifaransa mukoresha. Mwodukundira mukigora mukavuga ikirundi ugasanga mukizi koko!

  • @victorg7280
    @victorg7280 19 дней назад

    Mukasi,nimba haba umuliro utazima,wewe,uzogunwa ahari uwukaze cane kurusha ahandi

  • @SamanthaIradukunda
    @SamanthaIradukunda 23 дня назад

    yo stade yogeterezwe nogusakarwahose kubera nkumufana aje kwirabira nkibirori azokwicare atangorane nihagira nkizuba nimwakirako cank imvura imunyagire

  • @EzechielBavuganduhiye
    @EzechielBavuganduhiye 25 дней назад

    Abarundi nyimba bashonj wobaha indya uri irofa

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 26 дней назад

    Wapi nta presomption d'innocence kuwabwiye abantu ngo bafate imipanga i niveau ni ugutwi. Ubu rwasa CNDD-FDD, Frodebu, Palioehutu, ubu, FNL... twovuga ko bari innocent ko bataracirwa urubanza? Abanyamurenge mu gatu.ba rero boba bariyahuye? Mu kibimba, i bugendana, i buta... kwabaye kwiyahura? Mbega intwaro y'abicanyi izocira imanza ba nde atari ba FOCODE, aba journalistes n'abandi....

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 26 дней назад

    Ngo nta murundi n'umwe atarabandikira? Jewe ikete yanje wayironse ryari? Sindi umurundi?

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 26 дней назад

    Mr. Chauvineau, on vous de démentir ce que vient di dire celui qui vous a introduit comme quoi vous avez été membre du CNDD-FDD. Si tel est le cas, reunissez les autres genocidaires si non vous entachez même Ray qui vous a donné le micro. Merci

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 27 дней назад

    Imburarakimazi ngo n'abanyapolitike!!! Babuze ivyo bakora!!!! Aho guhagurukira iterambere, bo ngo politique niyo izoduteza imbere igihugu?? Mwarayovye kweli

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 27 дней назад

    Akaba atigeze muri CNDD-FDD muramusaba ikigongwe kuko kwitirirwa CNDD-FDD ni nko kwitwa NAZI Germany

  • @monfortndikumana704
    @monfortndikumana704 27 дней назад

    Hello turabadhimiye

    • @felicienharerimana1666
      @felicienharerimana1666 27 дней назад

      Bite? Chauvineau Mugwengezo akaba yarigeze muri CNDD-FDD numva atawota umwanya amwumviriza kuko yoba nawe nyene yaragize ihonyabwoko ryagirizwa UBU- Frodebu-CNDD-FDD

  • @Irene28092
    @Irene28092 27 дней назад

    Kagame need to be kicked out of congo, that killer.

  • @HopevMwamba-xk1je
    @HopevMwamba-xk1je 29 дней назад

    Congo is now supported after 15.000.000 dead Kagame has to pay for this

    • @nkurikiyeeric9554
      @nkurikiyeeric9554 29 дней назад

      stop dreaming , this is the way to treat your foolishness then monusco should stay

  • @ErnestKatihabwa
    @ErnestKatihabwa Месяц назад

    Mukasi numuntu azivyinshi kur kahise kuburundi ibintu vyubuhutu nubutusi biragoye kuva mur pays de grand lac kuberiki abatwara ivyo bihugu nivyo vyahaye ubugetetsi niyo turufu bafise ntamigambi bafitiye ivyo bihugu mugabo ntayobideha urwanda ruriko rugerageza kubirwanya ivyobwoko

  • @JeanBarabonerana-r8r
    @JeanBarabonerana-r8r Месяц назад

    L'op.

  • @rosebigirimana6274
    @rosebigirimana6274 Месяц назад

    Mwodusabura Mme Sereine akaduha numéro de téléphone za Adelare

  • @pascalgashikanyi9429
    @pascalgashikanyi9429 Месяц назад

    Mwaramutse ,hari umuntu atutse Mukasi hey,(kandi uwugutuka ntatiranya ), nawutoranya ubwoko ,iyo umutuka ahubwo uti wambwa Y'umutwa ,imbwa y'umuhutu ,canke Imbwa y'umututsi ,kuri wewe umuhutu nigitutsi uca ubona ingene mu Burundi iyo ni complexe d infériorité,nimba nawe uri umuhutu ndakugaye kuko urumva ko nawewe uti yemera (inferiority complexe yarubatse muri wewe ) ,ariho hava imbarutso yukwica abatutsi ,ukaba naho uri umututsi uri ikijuju co kugwego rwo hejuru kuko abo bahutu nibo bagutwara canke nibo batumye uhunga ukomoka !!!!

  • @ernstjumainemyampi7314
    @ernstjumainemyampi7314 Месяц назад

    Mukasi arabahenda. Ninka Ngeze de l' époque 1992-1993. Kubera amaronko. Bavuye habi cane rwose. Ubworo barimwo banabukuriramwo, vyari biteye ubwoba. Uprona niyo yabahaye. Uprona niyo yabagize abantu ngo batere imbere. None wumva boyivuga nabi? Mukasi ndamwibuka nkiri kuri ETP Gitega 1987-1988/ Compétition Interscolaire. Ivya 1972 imbere n' inyuma yaho, CVR ifise preuves zikwiye kandi ntahinyuzwa

  • @nicaisempangaje132
    @nicaisempangaje132 Месяц назад

    Wewe sha utuka Mukasi ngira ndakubwire ko uri imbwa. Mukasi nuwacu.

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 Месяц назад

    Thanks your excellence we are so proud of you. God bless Burundi

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 Месяц назад

    Uwo muhutu Mukasi, yaranzwe n'ububeshi bwishi n'amanyanga nayo meshi. Ari ayo masezerano uno munsi avuga, igihe yasinywa bo ntibavyemera, uno munsi nibo bayemera gusumba bose. Naho abatazi Mukasi, murasabe kuri Rtnb dans les archives zico gihe murabe uwo Mukasi wico gihe, nivyo avuga ubu, ntibihuye nivyo yavuga. Pour dire que ce monsieur est menteur wo kurwego rwohejuru.

  • @Jasonjames_882
    @Jasonjames_882 Месяц назад

    SINON NJEW BIRANGORA GUTAHURA

  • @Jasonjames_882
    @Jasonjames_882 Месяц назад

    NJEW SHAKAMUMBARIZE MUKASI NAHO LE SUJET ATARIYUNOMUNSI? EST CE QUE NDAYISHIMIYE NTAKIBAZO AFISE MUKASI ARAVYE COMPORTEMENT YIWE NIBINTU AVUGA NUKUNTU ATWAYE IGIHUGU MERCI.

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia Месяц назад

    Iyi idée yo kwandika igitabo kuri bino Mukasi ariko aravuga ni nziza cane!!!! Pleeeeaaase do it in action.....

  • @user-to4bf9wr8g
    @user-to4bf9wr8g Месяц назад

    Nous sommes dirigés par fes pierres!

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 Месяц назад

    Musenyeri yanizwe n'ikinyoma n'amacakubiri. Urabanza wihane imbere yo kuvuga abandi.

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 Месяц назад

    Numvirize / urudome ku rudome/ ama comportements genocidaires ari mu kiganiro catanzwe na Godefroid Hakizimana/ kugira ndayaharure/ yose/ kuko harimwo ayarenga 30 canke 40 / harimwo ivyo bibiri uwurongoye ikiganiro yashatse ko tuvugako uyu musi 1) Ic’uko Abahutu bose abashira mu mugwi umwe/ imigambwe yose barimwo /G7 / ngo nibamwe/ akanashiramwo ko CNDD /imigwinyitwaje ibigwanisho/ 2) CVR ata kamaro na kamwe ko kuba yaratoye ko ivyabaye mu 1972 ryari ihonyabwoko ryakoregwa abahutu / ryakogwa n’intwaro z’umwijima z’ abahima 3) N’ivya Maconco CVR yagirizwa ko itamushizemwo …. Ku bw’ikiganiro c’uyu musi/ ama comportemens genocidaires 5 yambere ari mu vya vyavuzwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye :  Ngo Ihonyabwoko ryo mu 1972 ryakorewe abatutsi b’iwabo  Ngo mu Burundi haria= abahutu n’abaTutsi gusa  Ngo Raporo ya CVR irimwo ivyashikirijwe n’abaHutu gusa ari na vyo vyari vyashikirijwe n’umugwi G7 w’abahutu bari I Arusha mu 2000  Ngo imigambwe CNDD, FRODEBU, FROLINA, PALIPEHUTU, PP, ngo bose bagize umugwi umwe w’abahutu baravukana bose/  Musenyeri Gabriel Gihimbare yishwe n’umusoda w’umuHutu w’umujiji w’I Songa Manyoni/ Ngo abenengwe ni abaTutsi b’abanyaruguru gusa

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 Месяц назад

    Godefroy Hakizimana arongoye PSD-Dusabikanye/arakwiriye gufatwa n’amategeko / ni mba mu Burundi hari ayubahiriza agateka ka zina muntu/ ariko na cane cane ayubahiriza aba Victimes bakozweko na genocide yakorewe Abarundi B’ abahutu mu 1972-1973/ kuva ihonyabwoko ryemejwe n;inama nshingamateka ku wa 20 Kigarama 2021 / haciye imyaka 2 irenga /

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 Месяц назад

    Ivyashikirijwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye / mu Kiganiro CVR yagiraniye n’abarongoye imigambwe/ Godefroy HAKIZIMANA ndamubona muri wa mugwi w’aba negationnistes ba Genocide yakorewe abaHutu / wa mugwi urimwo ba prof Evariste Ngayimpenda na ba Prof Emile Mworoha/ bikaba vyantumye guca nsaba ijambo muri Radio Gahinyuza FM / kugira nsigurire abariko baratwumviriza / ukugene n’ivyo binyoma vyose n’ibitutsi n’akagaye n’akadenderezo n’ivyo kwambika ibara abahutu boose iyo bava bakagera n’imigambwe yooose bahuriramwo …. Ko ari GENOCIDE y’abahutu ibandanya mu 2024 selon le Droit Intenational applicable aux actes de Genocide /

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 Месяц назад

    Ikiganiro ku vyashikirijwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye Godefroid HAKIZIMANA/ uwavyumvise akumva ataco yobivuga ko/ kuri bene abo bantu baduha ishusho y’ico umu Genocidaire / Nazi/ w’intikizabahutu/ Baserukira imigambwe/ bagashingwa n’amabanga muri Politiki za Leta yo kurongora ubushikiranganji/ Ni nde umu Nazi nka Adolphe Hitler/ yokora ngo Abayahudi batere imbere / kandi ari bo nya yita nya Bamanja yipfuza ko bahona bose bagaherengetera.

  • @paxobang465
    @paxobang465 Месяц назад

    Les même bêtises qu'ils racontent,nzambe akoki KO tumba batu oyo te moto n'a président na Bango ?

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 Месяц назад

    Aho wewe washits'iburaya kuber'ubwenge? Har'ivyo ndakwemerera mugsbo ivyo birakuyobeye.

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 Месяц назад

    Muvala, umuntu yakwigishije akaguha Diplôme yarihenze . En droit en plus.

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 Месяц назад

    None yaje kuvuga ivyiwe yiyumvamwo canke ibivura bose?