Chauvineau Mugwengezo kuri Space X│CRN Ingeri ya Rugamba

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Kuri uwu wa kane, igenekerezo rya 8 Myandagaro 2024, umuvugizi w'urunani rwa poritike CRN-Ingeri ya Rugamba Chauvineau Mugwengezo yarishuye ibibazo bitandukanye ku rubuga X x.com/i/spaces...

Комментарии • 7

  • @monfortndikumana704
    @monfortndikumana704 Месяц назад

    Hello turabadhimiye

    • @felicienharerimana1666
      @felicienharerimana1666 Месяц назад +1

      Bite? Chauvineau Mugwengezo akaba yarigeze muri CNDD-FDD numva atawota umwanya amwumviriza kuko yoba nawe nyene yaragize ihonyabwoko ryagirizwa UBU- Frodebu-CNDD-FDD

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 Месяц назад

    Ngo nta murundi n'umwe atarabandikira? Jewe ikete yanje wayironse ryari? Sindi umurundi?

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 Месяц назад +1

    Wapi nta presomption d'innocence kuwabwiye abantu ngo bafate imipanga i niveau ni ugutwi. Ubu rwasa CNDD-FDD, Frodebu, Palioehutu, ubu, FNL... twovuga ko bari innocent ko bataracirwa urubanza? Abanyamurenge mu gatu.ba rero boba bariyahuye? Mu kibimba, i bugendana, i buta... kwabaye kwiyahura? Mbega intwaro y'abicanyi izocira imanza ba nde atari ba FOCODE, aba journalistes n'abandi....

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 Месяц назад +1

    Akaba atigeze muri CNDD-FDD muramusaba ikigongwe kuko kwitirirwa CNDD-FDD ni nko kwitwa NAZI Germany

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 Месяц назад

    Imburarakimazi ngo n'abanyapolitike!!! Babuze ivyo bakora!!!! Aho guhagurukira iterambere, bo ngo politique niyo izoduteza imbere igihugu?? Mwarayovye kweli