Guhangana na Mpox : Uburundi bwemeje umugambi w'imiriyaridi 42

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Kuri uwu wa kabiri, Reta y'Uburundi yaremeje umugambwi w'imiriyaridi 42 wo kurwanya ibihara vy'inguge bita Mpox (Monkeypox) canke Variole du singe nk'uko vyashikirijwe n'umushikiranganji w'amagara y'abantu Lydwine Baradahana.

Комментарии •