Ibihara vy'inkende : Komine Ntahangwa ni yo ibangamiwe cane

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Ku musi wa mbere, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2024, abajejwe kurwanya akaranda k'ibihara vy'inkende bita Mpox canke variole du singe baragize inama mu gisagara ca Bujumbura.
    Uwurongoye ico gisagara Jimmy Hatungimana yibukije ko komine Ntahangwa ari yo ibangamiwe cane kurusha ahandi.

Комментарии •