Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Dr. Rugambarara natandukanye abahutu n'abicanyi. Frodebu yarishe en 93. Leonce navyemere ace asaba ikigongwe abarundi. Rwasa navyemere arazi ico fnl yakoze. CNDD-FDD ni ukwo nyene. Abo reka kubafata nk'abahutu bafate nk'abicanyi. Mbega filmato yiciwe iki? Leonce na minani ntibari hejuru yiwe? Ntiyarangura politique yabo?
Minani amasezerano ayita meza kuko atamukurikirana be na bagenzi biwe ba frodebu kuri genocide bakoze
Wewe navuze ni umwicanyi jean minani
Butari yatumye dusubira kwumva ijwi ryawe aratubabaje!!! Wewe wahamagariye abahutu kumara abatutsi nta gihano kikubereye woronka.