Simbizi ntabesha harigihe usanga hiyobavuye barananiranye canke ari indaya zitwara nabi hariho nabakubitwa arabagabo hariho nakandi gahungu kihanze umugore aba U SA ntaziko urugo rwiwabo rwananiranye 😂😂😂😂😂😂😂 kuko twigumire Buja kuko mugire gupfa na ma visa 😂😂😂😂😂😂uzogerayo wirirwe mwi case 🤣😂😂😂
❤ kamere ni zo zibana! Ico ni co👌
Uyo mubono ngo n simbizi yavuze ngo uwuzoha Nelly nat ikiganiro KO batazosubira gukorana none aguma akwisemba mukoran😂
Yibaza ko twavyibagiye
Nelly Nat aramurenze najiyo
Merci Beaucoup @UmukubitoTv kwama muduha infos zizewe cane kandi zifasha, zigisha.
Courage à toi #JusteGaël 🤜🤛
Muraryohera ukuntu muvuga ibintu mutazi nkuko umengo uba muri canada
Icatmuy ntabandany ikiganiro ico kijama kirabesh sana knd état civil yarabaye bro 👊🏾
arafise parrain yitwa billy jesus
😂sindâyirāba gusa kubona hatumirwa uwundi muntu atari les concernés binteye amakenga menshi
Ico nikiganiro curusaku gusa ngira babuz content, ivya divorce ni entre deux personnes concernées umugani waw abasigay ntibibaraba
uyu mujama numuyuwayi sana none ibitu vyose aba abizi?
Niko kazi kiw... numu journalist. Ariko ntibisigura ko ivyo avug vyose arivyo mga ategerezw kumeny amakuru yose ahandi koba kamunaniye
Uri umutananirwa urahuza Nelly nat 🔥 na simbizi❤pls
😂😂😂🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣
Iyombonye simbizi mpita ndondera umwanya nkumviriza ikiyago ciwe
Avuga neza, ariko hariho ivyo avuga (content) atakamaro zifise
Kuki mukunda kararaza bene wan
Bwana simbizi umu divorceur canke divorceuse Ara sponsorisa mugihe yaronse certificat de duvorce Kandi bisaba imyaka itari Mike Kandi no kubatagize divorse nabo nyene birashobora kumara 4ans kuko nta formula bigira ivya Immigration canada ni chance hari nabamara 6mois bagaca Baza nabandi bashobora kumara imyaka myinshi.hanyuma Mirna nibaza ko Ata mariage yagize nta divorce yagize Arya mahasa yayavyaye kurya nyene .Gusa sabantu bose bemerewe gusponsorisa umuntu hari ibisabwa
Nice gy
❤
Simbizi ndabona usigaye witwara nkumuntu akuze.
Ni story
Simbizi ntabesha harigihe usanga hiyobavuye barananiranye canke ari indaya zitwara nabi hariho nabakubitwa arabagabo hariho nakandi gahungu kihanze umugore aba U SA ntaziko urugo rwiwabo rwananiranye 😂😂😂😂😂😂😂 kuko twigumire Buja kuko mugire gupfa na ma visa 😂😂😂😂😂😂uzogerayo wirirwe mwi case 🤣😂😂😂
Abagabo muricara kuri relation yumuntu umugore n'umugabo birabaraba ? Muzi ahahanze abafise amakuru yabagore banyu ? Gael urarengeje
ubugeni bwabo bwabaye en public , ubuzima bwabo babushira hanze . hageze yuko havana duhore !!
🎉🎉🎉
😮😮😮😮😮😮😮😮😅😅
Ww urabizi yuko abagabo benshi bapfunzwe arabibeshera
This is Gossip!!! leave it to the Rwandans vlogs.
Mukomere cane
We simbiz😅😅😅 uzobaze b face n'a sat b niyo Bari nanje niho narindi kandi ABA pale n'a ba malene ningombwa ngo mube mubazi
Am the first one ❤❤❤❤
Ariko insaku zikora abagore !
😅😊😅
Yvan wewe ninumukecuru kbsa
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😅😅😅😅😂
😅😅😅😅
Landry promoter yavuye kure kweri
ruclips.net/video/HJTG9NCAhmw/видео.html
ruclips.net/video/1_dsephWroQ/видео.htmlsi=0bPBhwucjkJfxx-B
Ngiyoo mariage ya Alvin smith na Nirna...
Simbizi nareke kuvuga amajambo menshi abeshaa ngo bariko barashurashura kandi ivyabo vyabaye kumugaragaro.
Ivyo bintu birahanwa n'amategeko kugira diffamation
Information fausse
Aba bagabo babiri ko bakorana ibigabiro gake cane kandi ari ivyamamare muri youtube tv yiwacu , harico bapfa?
Nimba ari Simbizi nta like yanje nshirako ipuuu
Icatmuy ntabandany ikiganiro ico kijama kirabesh sana knd état civil yarabaye bro 👊🏾
Uyo mubono ngo n simbizi yavuze ngo uwuzoha Nelly nat ikiganiro KO batazosubira gukorana none aguma akwisemba mukoran😂
Yvan wewe ninumukecuru kbsa
Yvan wewe ninumukecuru kbsa
Yvan wewe ninumukecuru kbsa