Ubuzima bwa Alvin Smith na Nirna Isaac yabukinye muri Film {Serie} yiwe yise KOFI genda muyirabe muyishigikire fyonda ngaha kuri link : ruclips.net/video/4PJLIxxrqGE/видео.html
Aho hantu havuga ngo yarakuy'icirwa mukuvyara kare, I felt something in my veins. Kurongora kuber'ibishobisho is a big regret to everyone. No matter who you are. Brothers and sisters biraryoshe kuvyara mubibazo ufise atamukate w'umwana urimwo. Never judge a book by it's cover.
Alvin ariko aragerageza gunyegeza sa dépression mais biraboneka. Pôle. Yishuye neza kandi yishirako amakosa, c'est quand même intelligent, ironique même😊
Simbabeshye nibwo bwambere mbonye content Burundais ikakaye😅 I’m laughing my ass off 🤣🤣 this guy is a big example of thinking twice before you act/do anything😅 La Vache Imana izakubakira Humura!🙏 Rwanda in it 🇷🇼❤
Ubuzima bwa Alvin Smith na Nirna Isaac yabukinye muri Film {Serie} yiwe yise KOFI genda muyirabe muyishigikire fyonda ngaha kuri link : ruclips.net/video/4PJLIxxrqGE/видео.html
tubikore kabisa
😂😂😂😅
Ninde yabonye mukwaha🤪😴
Aba Big energy muri hano mumpe like lavach ndagaswi ra
Ja Kigali
Turahari muta
Turahar
@@4bee203 uze baguhe ikiyeri Malibu agahari ko hera!
Big energy🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Alvin avuze amajambo y'ubudyadya k'umugore wiwe.Gusa n'ivyiza kudashira hanze urugo rwawe.Respect Alvin
Umuntu muzima arabonako Alvin atashatse gushira hanze icabaye nyakuri ahubwo yakingiye Nirna, respect Alvin 🫡
Ereg alivin apf kwigira umurara arik arafis limite
Numuhanga cyane❤
Alvin big up urumugabo zho yarikuba abandi yari guponda Nirnah ariko amakosa yiwe uyashize iwawe aho urabugaye umunwa aba nyamakur big up bro
Ndababaye nirnah na alvin twabakunda ndabasabe muhuze
Aho hantu havuga ngo yarakuy'icirwa mukuvyara kare, I felt something in my veins. Kurongora kuber'ibishobisho is a big regret to everyone. No matter who you are. Brothers and sisters biraryoshe kuvyara mubibazo ufise atamukate w'umwana urimwo. Never judge a book by it's cover.
Big up alvin ntakundi nimwe mubizinanyemwo.Life goes on.
Lavashe mpore ncuti yanje nikobimeze mwisi 😢😢❤❤❤❤
This guy is the most honest person I’ve seen this evening 😂😂😂
nanje nkunda interview za Alvin smith sana
Muvyukuri Nirnah na alvin twari twamukunze cane Nukur ndashaka ko bosubirana kwl ivyo bintu vyukuvana sivyo
Akanse baraheba ... Kwahukana (divorce), s'icoroshe kandi nibaza ko Alvin na Nirnah bafashe iyo ngingo bayiyumviriye ...
Nukur naj narabakunda cnee ariko kubakana kwabo nikintu gikomeye cane kuba mur umugore numugabo mur kure nakure atanumwana mufitaniy keshi mvyama birangir ukunyene kwl
@@Razak257 Amour à distance n'ikintu kitoroshe ariko hariho ababishobora mugabo nta guforça bijamwo, Alvin Murundi yavuze ukuri ati : vyarananiye kwubaka ...
Akanse umuntu araheba ntakundi ...
Alvin ww uvyiriyemwo ukamubwiza ukur aho no fresh bro ubndi Bantu nka bafana ba Alvin vyaba vyiza twibwereh mukur big up sana bro
Alvin na nirna mutubabarire, muri couple dukunda cane❤❤❤❤❤sha mureke ivyo bintu nukuri
Métaphore alvin sikijuju hatahura bake😮
Iyi commentaire niyo nari ndindiriye vraiment nivyo
Alvin ariko aragerageza gunyegeza sa dépression mais biraboneka. Pôle. Yishuye neza kandi yishirako amakosa, c'est quand même intelligent, ironique même😊
Aka dépression karaboneka
Ingozubu naka jembegete😂😂😂😂😂 gusa pore sana muze Alvin ❤❤❤❤❤
Jewe nk’umufana numugenzi wanyu ndifuza musubirane guko musamburiwe ninsaku z’abantu babateranije kubera mutabana hafi nahafi mwizerane mureke kumvirizabantu abantu barateranya satani numuja ntakundaho bimeze neza
Ati jewe ko ndumurara😂😂😂😂😂nanyihere Divorce nigire icukoze urumuti wamenyo😂😂😂😂😂😂gusa uri no stress❣️
😂😂😂 najye nibyo bisekeje
Bumbaclot is Jamaican slang …Bisigura 👉 „“motherfucker“
Muguma mutukana mutazi nivyo murimwo mwa vyana mwe
😂😂😂Isaac weye ni mu mbeya yani apo wa mbeya wameelew funga kombe mwanaramu apite big up Alvin uru mugabo nushak ku mwandagaza
Imana izobikora musubirane
Imana ibahe gusubirana
Nkwipfurije gusubirana numugore wawe kandi Imana izobikora
Alvin kungingo wafashe big up ariko ukuri kwa nirnah nawe tukamwumva
Akwimye divorce bisigurako akigukunda.Alvin subirane basha.Alvin numwana mwiza Nirnah numwana mwiza musubirane basha
big energy here
Abavyeyi baragogwa babona 😢none Alvin ntiwoheba urumogi kweri?
Yoooo 😢😢😢 Alvin nimwubake nukuri couple yanyu yariryoshw
Ni abantu bake bovuga nkawe Alvin, ur'intwari uko bimeze gose gusa couple yanyu tuzoyikumbura
Alvin pole Sana kwel
Isaac hejuru caaaane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Impanuro imwe noha Alvin Smith ..Ntivyokunda ko wubaka urugo ruri serious ufata Alcohol ukarenzako Drugs ,,ku gérant urukundo biba bigoye .kuko umuntu anywa ibiyayura mutwe mu rukundo aharurwa nkumupfu.
Abakunzi burusaku
Karibuuuuuu
Alvin pole Sana kwel bibaho
Je nzobakumbur vrt mwararyoher
Alvin ari deprimé disi.you are an able man bro.ntiwic intege
Turagukunda Alvin musubirane na Madam wawe twe aba fan turabasavye
Habitusu bro Maisha yako hayo sema aceni comedy bro
Eeeeh Isaac izo by the way zinakuwa nyingi
Wonz utarway ntarib jamayangu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Kubijanye na views abarundi bagira boost nta bafana ahubwo bafise
Iconikirundi yavuze incabwenge zumvise iyobiva niyobija haricobita imvugo mfobeko😂jenatahuye
Harakantu mbonye mukwaha kwuyu murara sinibazako naravvye nabi😂😂 biteyisoni wikebuke
Chima kuvugichukuri Alvine ndagukunda nubwo burara bwae nyine😂
Mwagize nabi kubizana ngaha kurubuga mwarikubanza kubijana mumuryango bagahanura murihuse kandi sivyiza nobahanura musubirane
Yeah,je ndamutahura Ibintu utabishoboye urabiheba pe je ndanamutahura
Namukunze kuber yavugishijy ukur kwer atawury umunwa
Eeeeeeh ingo zubu ninabi kwel gusa
Keep Going big Man🎉
Urumojyii rurabadutwae
Alvin ayo mahereni et surtout iryo kuzuru abaryambara urabazi. Ushobora kuba uri passe partout.
Uwamwigishije akoka bombocla turagoww😂😂😂😂😂
Yago😀
Uyu mwana he is not really bad.
Big energy muze hano
Alvin ndamutahur mais Arabs aye kuko yaramukunda Nirna ngira amoko vyoba birimwio.
Basha nukuri twogira abagabo nka 10 bameze nka lavache nukuri abagore twogira amahoro.akaba arivyo kweri akaba yarabwiye nirnah uko nukuri hako amwicisha stress umwewese afate inzira yiwe.nukuri njew ndakunda umuntu avugisha ukuri ntamuteshe umwanya
Ego sha alvin,tugabanye ama jugements ,Imana izokugirire neza
Broooo uvuze ukuri binjiza ama Vues kuri vidéo naguhembe dufashanye twese,,ama Vues dutanga abwiriza gufasha nabo baririmvyi
Jew nikumburiy Butoyi na cycy🎉🎉🎉🎉
Bakubwiyko cycy ari Saudia atari mu Burundi
❤❤ nagatwikoo😅😅😅
IMANA itabura uko ibigenza ibikore musubirane😢😢gusa Alvin wew uri ikibazo vrt nkuko wabivuz gusa pole urahomvy umugore knd uko imyaka igenda uzogenda urabibona u regrette ataco ugihindura
Reka Alvin nashaka ku mumaramaza Nirnah kuma Media nico gituma avuga amakosa nayiwd
Ikindi babana Alvin umuryango waba Nirnah nibamukunda nagato
@@lydi791ubivuga uri mumuryango wacu ko ntakuzi? Bamuvuga ivyo muzi /abomuzi please 😊
@@nirnaarakaza6648💀💀💔💔
Ngo nabivuyemwo😁 ndibaza Nirna yaramututseko afise amaguru apinze😥
Ndabona avuga nkaho yar abizi ko atazoshobor kubaka, niba waruzi ko utazobishobor wagiy guta umwany wabandi kuberiki? Niba ivyo uvug ubivugana ukuri mwakoz uburofa
Bariko bakina ivyamakopo wew nkuyo Alvin ubona yokwubaka 😅
Bibaho ntaribi brown
Nikobimeze ntugatebe ahudakenewe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Urukundo rwa Nirnah nawe ruzobasigira ibikomere
Big up my gee👏
My fav alvin
Simbabeshye nibwo bwambere mbonye content Burundais ikakaye😅 I’m laughing my ass off 🤣🤣 this guy is a big example of thinking twice before you act/do anything😅 La Vache Imana izakubakira Humura!🙏 Rwanda in it 🇷🇼❤
Ndababaye 😔😔basii couple quiz break up 🥺why ibintu bihindutse uko ☹️eweeeh nirnah shn
Uwumuhungu afise ubwenge avugira mumigani hhhh.👍👍
Ariko koko Alvin mwemurabona yokubaka 😂ntabirara vyubaka reka reka
Uvuzukuri pe mber abakobwa turarinda nkuwo muhungu ndsmubony avugishij nokwiruka pe
Urugo ndarugereranya nimigozi ibiri bafundikanya bagashirako impuzu,bisaba gucunga imfundo mwafunditse ntirifyuduke.
Nirnah vyavuye kumacakubiri yamoko yabo muri famille iwe Nirnah avuka mu ngagara abiwabo yagiye kuri Alvin Smith batabishaka gusa Nirnah yarakunda Alvin muga baramuremereye abiwabo ngo yarabasuzuguj ngo atwarwa numuhutu wo kubuterere ngo Alvin afise namaguru anyuranye orgine ya vyose niyo hama haciye hajamwo nivyo gucana inyuma ku mpande zose
Karabaye😮😮😮
Oya reka baze barabereka aho batunva baja kwigereka abafilisitiya nta ciza kibavamwo mugabo nuyo nirna ntiyamukunda kubera izuru siryo ryubaka kandi abavyeyi sibo bokubakira haaa mwabasore mwe izo mbubusi zitwa ni ntibagahera
Ooh
Ivyuvuze umengo birumvikana pe
Ndakugay,vyumvikana he KO amacakubiri yabamaz@@IsaacNgendakumana-e5z
@@VachouVachou 🥴🥴🥴nawe wabishizemwo inzigo
Isaac umugenzi yananiwe kubaka urugo 😂😂❤❤❤ mufashe ahabwe iyo Divorce
Niyaj tv yo murwanda urumva mwebwe bariko barabazako ivyo muburundi????vuga ivyiwacu ivyabo mubireke
Ibintu vyubu biragoye uri couple zitaratwarana abari mungo vyose nurudubi ariko vrt ubona wubakiye kur stress bivemwo ukomeze izindi nzira stress nikintu cica foux
Ntawewe Alvin uwomukobwa yokujana Man nubusambanyi bwawe
Ntibari kubana
Alvin birumvikana ko agikunda Nirnah kuko amuvuga neza gusa ntakibi nakumwe amavugako ari sacrifia amakosa yose akayishirako iyo ni signe d amour 😂😂
Ooh,nivyo
Subirana.kandi Cuba kuko barabakunda.
Alvin nigisazi😂😂ngo kubak vyaramunaniye
Pantalo:pacanga
Chainette:umukufe
Tatuage:imitako yo k'umubiri
😂😅😂😅
Ahwiiii😂😂🎉🎉
Mukwaha kwaba star bacu🤣🤣🤣 jaune ya bleu banc
Hahaaaaa ati jaune ya bajaj😅😅😅😅
Uri umu observateur wa danger nawe😂
Mpole kweli,birashik mubuzima
Ugaheza kuvugana na lavache hama naw uce uvuga ivyiwaw naw bariko bakuvuga kwibintu vyinshi kuwo mwubakanye saac.
Bro tafuta msemo wako wacha kujitia aibu hahahhhhahsha wewe ni super star misemo iko mingi bhana
Yooo nukuri birambabaj urazukuntu mwahora mutuma twishim nukuri imana nibikore musubiran
Alvine numuhanga 😂❤
Ico gitach mukwahaweee😮
Jew nikundira uburyo Isaac ahora yitwengera😂😂Ubundi Alvin uwobobana atihangana yotoragura amashashe😅😅
Uyomurara. Yikundira. Ingindi. Kuko. Nkivyokora. Najewesinomwemerera... Kotubona. Kukonindayambaya
Ibirara bibaho wallah😢 nivyo koko watwawe nibishobisho😅 wewe sha igumire uko kurongora sivyawe
Mana yanje nkunda Alvin k7bi😂😂😂
26:28 niho sujet itangura
Oyasha ni musubiran ndabikundira
Alvine nukuri mwam7janiran8je ngira yaravuye mur sport uwomupira mukwaha😅
Sport na jeans Haha
Ivyo nivyo ubony vyonyen wovuga kukiganiro cose abantu muzi kwishima😏😏😏😏😏
🤭🤭🤭🤭🤭🤭ndabira uwomupira mukwahaaaaaa 🙆🏽♀️🙆🏽♀️🙆🏽♀️🙆🏽♀️🙆🏽♀️🙆🏽♀️
😂😂😂😂niyo mikorogo bisiga ituma babira ivyuya vyirabura😊@@salmaali1631
Yooo nibutse ivyo mwakoz na nirnah
Alvin ntivyakunaniye ahubwo uwo mwubakanye ntimushobokana rero hari abantu babana ugasanga ntivyari bikwiye kwaribo babana murico gihe rero ntimushobora kugumana
Ubona uyu haruw bokubakana bagashobokan? Abantu bose ntibaremew kuban nabandi kbx
Akagumye bagumako
Ariko
Akanse uraheba😢😢😢
Iyo source de revenus kikaze😂😂😂😂😂😂
Mureke uburofa sh ngo Dovorce kwl rek rek uz ukuntu ndabakunda