Nirnah is so mature than Alvin, the guy araropokwa sana and she needs some respect 🙏... kuronka umugore ari mature kandi mwiza ntivyoroshe, maintain her, cheers
ndaryohewee canee kurab iki kiganiro 😍😍😍😍😍biraryosh vrt umugabo azokwam ar' umugabo uko vyogenda kose I'm happy to see the way Alvin asigay ari responsable yibint knd kubint vyokwambar ama mini ndi pour kuk uba urabatira I 100 % agree on what he said😎😎😎😎bisigay mur the best couple ndabakunda caneee❤❤😘😘😘😘
Alvin and your wife big up. Kandi you are so serious. Family is all we have kandi as a man you have to take the responsibility. Ikiganiro ciza Kandi mube namahoro ababakunda nibenshi
Nirnah a raison kukintu kimwe, umuntu naho yogenda ari gusa, sico gituma baca bamufata ku nguvu!!!!! Ariko rero, ambara ngufi ariko ureke kuyimanura kuko waruzi ko ari ngufi!!!!hahaha...... mais abantu bafata ku nguvu, barafise ingorane mumutwe, si kubera ngo abantu baba batikwije, oyaaaa iyo raisonnement Alvin siyo
Alvin arashobora ku justifia gufatwa ku nguvu vrmnt🤦🏾♂️...je ngira il veut toujours choquer les gens pour l'attention. Alvin arakwiye gusubira kuraba ses opinions kuko a un moment birateba bikarenga inkombe, comment tu peux justifier le viol vrmnt.
🔥🔥🔥🔥🔥🔥😜🔥🔥🤪🤪🤪🤪🤪🤪😳🤪🤪😳👋😳👋👋🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😳😜🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪👋👋👋 We la vache nzoheza gutwenga ejooo vrema waza wavuga ibintu vyiza kuva wabaho🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😂😂👊🏼😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ushaka gukoresha application ya ODETA kurikirana izi lien👇🏽
Facebook page ya ODETA👇🏽
facebook.com/odeta.covoiturage
Ushaka kuja muri groupe whatsapp y’abakoresha ODETA injira ukoresheje iyi link👇🏽
chat.whatsapp.com/IWtIQsm5NbXBhLPju3w9uu
Ushaka gu telechargea Application ya ODETA ca kuriyi link: play.google.com/store/apps/details?id=com.odeta.app
Shhhh nirnaah ni mwiza can umu star wamber afis umugore mwiza muburundiii ni alvin smith
Wow ndabakunze cane guys 😂😂Hanyuma madame wawe azoteke akugaburire kweri ndumva ushaka ibifungurwa atetse.❤️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nirnah is so mature than Alvin, the guy araropokwa sana and she needs some respect 🙏... kuronka umugore ari mature kandi mwiza ntivyoroshe, maintain her, cheers
I love this couples ❤️❤️🇺🇸🇺🇸
Kuvyerekeye inyambaro,je suis d accord avec Alvin.
Nanje kbsa
J,adore ce couple
Nukur ntaconobancinca muraberew musaneza muraryohey kand ndabakund❤️❤️❤️❤️
We love my favorite couple may God protect you 😘😘😘
I love this couple so much
ndaryohewee canee kurab iki kiganiro 😍😍😍😍😍biraryosh vrt umugabo azokwam ar' umugabo uko vyogenda kose I'm happy to see the way Alvin asigay ari responsable yibint knd kubint vyokwambar ama mini ndi pour kuk uba urabatira I 100 % agree on what he said😎😎😎😎bisigay mur the best couple ndabakunda caneee❤❤😘😘😘😘
Hosy umpe number ya Alvin kweli kuko avuga ukuri vrmt!!
Nibambare amakareso bikwize!!
Alivin Lumicash yawe ndayihabwe kbsa!!!
Wakoze Hosy gutumira iyo couple!!! Blessings😊🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ndafana Alvin ukuntu ibintu vyablague ablagua kuvya serieux akaba srieux so broski big up sana👊👊
Njyew nirnah ndamukunda Wallah ninza tugahurira iburundi ndavyizer ko ndakuramust😚😚🤝😘
Alvin and your wife big up. Kandi you are so serious. Family is all we have kandi as a man you have to take the responsibility. Ikiganiro ciza Kandi mube namahoro ababakunda nibenshi
Waoo gusa muratesa🥰😍💋
Hosy merci bcp urahamagara Sat _B Hama na belle Nice nabo
Uvuz neza ❣️
Nirnah waratomboy umugabo vrmt.umuhanuzi waw vyukuri umukunde de plus kbs.nice couple nanj ndabakunda
Nirnah ni mwiza sha😍😍
Alvine avuzekuri kuvyo kwambara 👍👍👍 wosanga alvine baramuheneye 😂😂
Couple dukunda muza kuhatwika mwiyi Summer gusa Alvin uyumunsi Nirna yikwije yambaye bien💪🇧🇮🇸🇦
Alvin numu fan waw mani
Alvin uri umugabo kabisa ndakwemey umugabo adapfuhira umugore wiw siwe nagato👍
Alvin have good mind.
And Jesus bless your couple till you flambergested
Nimwirambanir rata imana imbaje imber muzemuramban Alivin punguza ishavu 🔥🔥🔥🥰🥰🥰
Love from🇬🇦
Big love from 🇷🇼
Ngo nirnah ntiyoga, ntiyambara ikareso erga ntaco umusigarije umugore waw 😅😅😅😅😅😅
Hosy :irya video yanyu yari y’a bieee(bien)
Nirnaah:merci😂😂
Uy mu Dada Afise ijwi Ryiza ham bakurek babavekooo askiiiiii
Wew Umutima waw wakunz Alvin nih Umutima waw waguy bakuvekoooo
I love youuu guys😍😍😍❤️❤️❤️ thanks for the hype 🤌🏾🤌🏾🤌🏾
Manirakiza 😂🥰
Osi, iyo couple iranyica vraiment😂😂
Hosy ama bisous aguma amuca mu maso gusa 🤣 le couple est en amour 👌🏾
Nice couple
Alvin ni umushingantahe kabisa. Mon couple prefere, as always Nirnah & Alvin
Et Nirnah est vraiment belle, comme toujours: and she is really smart
Bite Hosy, muzotuzanire couplefreind ya Alvin na Nirnah. Turabakunda.
Yooo ndabkund caaan vrmnt ndifuz kubabona kbx mwarigez kuz kumutanga sud ah bita bar Nobel arik sinababony nez kwl
Alvin ufisu mugore mwiza
Yoooo ababantu barakundanaaaaa nakuze ukuntu uyu mu cherie wiwe ukuntu yumvira umugabo wiwe pe ndabona kurugo rwabo ruzokomera pe
🤔Nirnah hari ukuntu asa na Mona Walda
🤠😂ego kabisa n, ijwi
Alvin nukur courage nice idea
Bijuju biberanye pee jewe ndabakunda aba bantu sur vous plaît ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
nirnah na alvin où sont vos alliances ??
Ndabakunda nukuri muranyica nezaneza 😄😄😄😄 abakobwa ngo kareso zirabajeuna 🤣🤣🤣
Nibabareke murikundaniye,abonabo nabashaka kubacanishamwo nacanecane abakobwa kuko baba bashaka kugutwara umugabo
nivyo sh Alvin uri serieux vrmt kandi uvugukuri nukwambara collant au moins vrmt ntubeshe
Ndabakunda sha
Birashka kumbe Alvin akabna k umugore wiw yarengej mu nyambaro🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Erega nubundi ama kareso arajenana😂😂😂😂
Ah oui 😂😂nawe ni mafu mafu ugenda uko nyen 🤣?
Haba hashushe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ne umwaka utarigera utekegwa numugore umugabo ninde muri mwebwe 2 ?
Hosy turakumbuy ikiganiro caw na Alpha🥰🥰prank zawe na Brown zob zitovy uraduha kamwe basi turabe
Alvin Smith ww ndakwemera babwire abobadada man
Kabisa nimwiza muga ntikibuza kowifuzaband kanduryana❤😮😮
Nirna❤❤❤❤
Iyo couple iratwika kl
Alvin,💪💪
Alvin mugabo ntazi kuvug neza iyo ashavuye ! Kubwira madame wiwe kurya ntibibonek neza!
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Nice couple 🌹🌹
Ase kuki mfana aba bajama alvin family😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nirnah shaaa❤️❤️❤️❤️🥰
Alvin unafanana from zimu
Imana ikomeze urukundo rwabo vrm
Nibaze barambara kareso shaa
Nirnah a raison kukintu kimwe, umuntu naho yogenda ari gusa, sico gituma baca bamufata ku nguvu!!!!! Ariko rero, ambara ngufi ariko ureke kuyimanura kuko waruzi ko ari ngufi!!!!hahaha...... mais abantu bafata ku nguvu, barafise ingorane mumutwe, si kubera ngo abantu baba batikwije, oyaaaa iyo raisonnement Alvin siyo
Bravo couple nkunda mana wee muzorambane satani atsindwe rata urakara caane Alvin punguza sha
Couple nziza cane mukomere💪
Alvin arashobora ku justifia gufatwa ku nguvu vrmnt🤦🏾♂️...je ngira il veut toujours choquer les gens pour l'attention. Alvin arakwiye gusubira kuraba ses opinions kuko a un moment birateba bikarenga inkombe, comment tu peux justifier le viol vrmnt.
Niba azoja murivyo bihugu madame wiwe arimwo, ivyo bintu avuga birashobora kuzomugarukako umunsi numunsi. Akwiye kubiheba.
Nibakureke urukundo ruja ahorushaka yagutoye barihe??
Nimba yoga 5fois dans une heure nimba arwaye igikakwe
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂urinzigo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂
🔥🔥🔥🔥🔥🔥😜🔥🔥🤪🤪🤪🤪🤪🤪😳🤪🤪😳👋😳👋👋🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😳😜🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪👋👋👋 We la vache nzoheza gutwenga ejooo vrema waza wavuga ibintu vyiza kuva wabaho🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😂😂👊🏼😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Tandukanya kuba protective no kuba jealous amubujije gusohoka with some specific clothes batajanye et bien ni kumu protégea gusa
Alvin ww wicarany n'aba dames, gute woguma ubiadressako uvuga "muta" ?
Bro kujayo uzojayo igihe nicagera numusi bazoba barushe nokuvuga ko utazojayo haracari kare powesha tu 🔥 ✨
Nini uraberewe vrt❤️
Hosy yarakuz asigay abaza ar serieuse sinkubwamber yagum atweng ubusa courage vrt
Narindabakumbuye tro gus alvin nturaheba kuvurugana😄😄😅😅
Osy iyo couple ndayifanq erega Alvin nakazi kwigira ibisazi
Wow it's nice to see that group very nice 👌 🤗🤝
Wow
Mbiiintasasa😀😀😀😀😀😀❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Buzuuuu7uu❤
Ozy naw ur mwiz mbon umengo uramusumvy Alvin naw ndamwera
Egooo urakoze Hosiane kutugamburukir kuri iyo couple du♥️💃💃💃💃
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Ok video Yindi muzodukorera nirnah arik arateka 😂😂😂love you guys 😂
Ndabakunda🥰🥰🥰
Alvin ndamwemer
Nirinah karibu imisimyishiii
Turabakunda iman ibazigam
Nakubali alivin
Abantu nkaba nibo tuba dushak 😂😂bama bafis show yogutang 🔥👊🏾
Ng'Ukunda Umuhimbiri🤯
Pessoas Burundiano 🤕
Nirna Ur beauté vraiment...ariko uzohore wambara soutien amabere araryame ukuntu.merci
Urayimugurira none.ba murek gutumunwa
Ntayikunda nimumureke ABAntu mwabaye gute😂
Ntayikunda nimumureke ABAntu mwabaye gute😂
Ngo araryamy ukuntu
Ushaka yicare?😂😂😂😂
Icarika rwaw hama uhe amahoro uwushaka kuyagumiza uko Imana yayaremye
Nirnaah je te kiffe
C'est marrant 😍😍😄😄
Ibijumbu nibyambere bitetse neza iyontibazi kubiteka from can
Alvin buvuga utuje bro
❤
Yakuzimije kbx