Ne vend pas ton histoire sur les réseaux sociaux fait ta vie avec ta femme,abantu bazokwama bavuga bareke,rongora ugwize umuryango,nturuwambere bibayeko
Tu as un complexe d'inférorité nini canee igituma ushaka kwemeza abantu ko uri igitangaza uri umuntu asanzwe caneee urumva cane gose ahubwo ushaka une vie irenze uko uri 😂😂
No anything Prophet in Burundi Bujumbura 🇧🇮 the guy is looking for money 😅 Ana ogeya na MUNGU gani? Shida ziko Burundi Bujumbura 🇧🇮 matatizo yako Burundi Bujumbura 🇧🇮 bisuma biko Burundi Bujumbura 🇧🇮 ina bidi Paul Kagame akuje Burundi Bujumbura 🇧🇮 all the lies to Burundians 🇧🇮 they look for money 💰 to Burundians 🇧🇮 no money 💰 in Burundi 🇧🇮 no food in Burundi 🇧🇮 no water in Burundi 🇧🇮 no electricity in Burundi 🇧🇮 nothing working in Burundi 🇧🇮 and u call u self Phophet 😂 fuck fuck fuck 😢 stop ✋🏿 stop ✋🏿 stop lies to Burundians people's 🇧🇮
Uyu mugabo si umugabo, si vyiza parler de son foyer sur les réseaux sociaux. Parce que sa belle famille ikunda la discrétion. Hagarika mugabo. If u want to live a happy family avoid the network, Just live your happy family not as a star
Hama nagomba ndaguhanure namba urumukozi w'Imana rekana namajambo va kuma reseaux socio .ubaka urugo gwawe ugabanye kwiyandarika.
Uwuserukira Imana asumba abo batunzi mwibaza Prophete niwe adasanzwe ahubwo
Si tu ne viens pas d une famille riche, une famille riche viendra de toi.
CONGRATULATIONS Prophet and wife.
Oya 2023 si wewe wanse intambara,twese twarabisavye Imana n'ayo irabidukorera.Uzoze uririnda orgueil.Ikindi si vyiza gusuzugura mariage z'abandi ngo ni uguhamba,kuko nawe kurya wabikoze hariho ababigaye.Hanyuma umu prophète abwira abantu kwihana ivyaha,akababurira ko Yesu agir'agaruke ,n'ayo ibitangaza n'apapfumu barabikora Na Yesu yarabivuze.Ikindi wihendako,Imana iha agaciro Abakozi bayo bose.None Ayo ma niveau mu bu prophète muyakura hé?IMANA IKWIHISHURIRE.
Uyu muntu afis égo surdimensionné kandi c'est dommage k'umuntu qui se dit serviteur de Dieu. Ubundi humilité n'iyo yari kumuranga
Nifasha fabrice akanwa gatukana si akuwamenye imana , urakwiye kwizera yesu
Waramej imana ibazigame komera
Courage mwana wiwacu mukirundo.gusa Ubu ndazi ntukihikoza
Biratwereka ko u created a family to be known .please keep quite and buildypur family
Nsanze nanj navutse ndi prophétesse ntabizi🤣 none nanj ko ivyo ndose kenshi ko biba💃
Ariko muzi ko umuntu avuka Imana izi ico iimmuuremeye!!!. Imana irema Moodeste yarizi ico azomara kw'isi.
Lero ibisigaye muvyihoze Imana ni yo igena
Yesu akomeze kububakira❤
Ahubwo no mugitanda wakoz ibidasa nivyabandi akarimi kavuga inangore karagororoka 😂 ewewasiwe!
Nivyo yashikirije kuntamba zacu ntagire twaravyibagiye😂
Hhhhh
Habaye icateguwe icagenywe kuko kuba umwana wa sioni nukuba umukwe wa sioni ivyo Imana ntibi compta ko cane
❤❤❤❤🎉ivyimana ntawovyivangamo nimub amakara ntimuburubeya🎉🎉
Uwuzi mountain iri ubugande basabaho imbaraga zamadayimoni kandi basoma Bible nkizi zacu rero guys ntimuyobwe uwibuka inkuru ya pharaoh igihe umuvugishwa n Imana azana inkoni ihinduka izoka naba pharaoh barateye inkoni hasi icika izoka ariko izoka yumutumwa w Imana niyo yariye izo zindi nzoka so abarundi nimukanure hama areke kubayobya
Ne vend pas ton histoire sur les réseaux sociaux fait ta vie avec ta femme,abantu bazokwama bavuga bareke,rongora ugwize umuryango,nturuwambere bibayeko
Musengerahe ga paste ndifuza ngo usengere
Umufumuuuu
Kirundo uwutahazi yarrahomvyye. Lero buurya Prophète modeste ntasanzwe kuba yaranyonye amazi yo y'umwonga witwa Ku "Marimano", lero kuvuga ngo mariage yiwe n'umwana wa Siyoni s'igitangaza.
None kubéra iki atawundi Musore yigeze ashaka kubana n'uwo mwigeme? Imana ico yakwandikiye ntukirenga.
Kandi itunga n'irya Siyoni s'iry'umukobwa wiwe.
Ico mbona Modeste afise ubwenge n'inguvu zo gukora Aho ageze si Siyoni yahamugejeje.
Barundi MWe muragoye pe!. None KO atawundi uwo mwigeme atawundi yemeye kubana n'a we?
Mufunge Ayo majabo adafise agaciro
Abandi
Nne ayo mazi niyo Modeste uyanyoy?
@@ndizeyebruce3805 amazi ayariyo yose cane cane mu kirundo uwuyanyonye ntaba asanzwe. Ubwo rero ari uwavukiye i Kirii nk'uko bariko bavuga ntaho atandukaniye n'uwavomye canke akanywa amazi yo lu kabande canke akikorera indobo yo Ku Marimano Bose ntibasanzwe barème mw'ishusho y'Imana
@@ndizeyebruce3805 Ayo yanyoye yose aramaze, Ayo mu Kirundo n'amazi, n'ay'ikiriri n'amazi lero Modeste n'umukobwa wa Siyoni Bose yanyoye amazi y'Iburundi. Mbe kuberiiki mwa ma mushaakishaa ibibazzoo?
modeste mu mattegeko yemerewe umugooree umwe n'a mugore wiwe yemerewe umugabo umwe kandi abo Bose ntibavutse ejo,
Kubéra iki modeste atashatse mbere canke uwo mukenyezi wiwe atarushinze mbere mpaka bahure banahuze!!!!
Ivy'Imana ni mystère ni mureke
Modeste ntakidashoboka imbere y'Imana nawe i Mana izoguhezagira kuko nuyo Siyoni nti yavutse aruyo Imana yara muhinduriye ubu zima nawe birashoboka
Mbega zatae8ki 20/10zukukwezi ntamuntu yagyuye ndabaza
Ww ntiwarongoy wishakiye umurimo
Yesu iyo atanze atanga neza.
Gaël ndagukunda unjanye kwa Fabrice ibindi nkibi mpita nirenganira😎😎😎😎
Juste Gael ndakunda ukuntu uvuga ama sujet atandukanye, komereza ahonyene
Umutekamitwe mana yanje hagowe Uwo mukobwa utazi igisagara
Tu as un complexe d'inférorité nini canee igituma ushaka kwemeza abantu ko uri igitangaza uri umuntu asanzwe caneee urumva cane gose ahubwo ushaka une vie irenze uko uri 😂😂
Pasta ndarevye fasha usengere
Wooouuuu💪😍😍😍😍😍😍😍
Uyo modeste uyo azohava aba bka wawundi migromiko
Umunt yatahuye la spirtualite kuk kensh twihenda kwishenger , la vrai spirtualite
My question is that :"Didn't you eaten your choux any day before the mariage ?"
Gaël ndagukunda; ariko vyiza kugira utere imbere gusumba woza kwiga communication.
Ntibavuga ibisunitwe n' impwemu. Ni gutosora amajambo usohora😮
Avoid ppl like him. Talk of business my dear GAEL. Nivyo turondera. Ibi vyaba Pasteur ni escroquerie.
Ivyingo suko babibamwo urugo nibabiri.rekana nukuzana ubuzima bwanyu kuma reseaux socio.hama mukomeze mudusengere
😂😂😂sawa
Mumuhoriki koko kwataco yabatwaye
❤❤❤❤❤❤❤❤
Eira❤
Abana bimana turakomeye nka Data womwijuru kuko amaraso yayesu aratuvugira arabikora ntabwoba kumwana wimana
Nkaha mpita ndenganaa
🎉🎉🎉🎉
Uti prophet? 😂😂😂
😂😂😂😂
Yoooo
Yoooo 🤭🤭
Gael uyo mu type yabagaye kwel urunva marriage yanyu zari za fack
Gukunze ukuntu utuje
Mumigwa
No anything Prophet in Burundi Bujumbura 🇧🇮 the guy is looking for money 😅 Ana ogeya na MUNGU gani? Shida ziko Burundi Bujumbura 🇧🇮 matatizo yako Burundi Bujumbura 🇧🇮 bisuma biko Burundi Bujumbura 🇧🇮 ina bidi Paul Kagame akuje Burundi Bujumbura 🇧🇮 all the lies to Burundians 🇧🇮 they look for money 💰 to Burundians 🇧🇮 no money 💰 in Burundi 🇧🇮 no food in Burundi 🇧🇮 no water in Burundi 🇧🇮 no electricity in Burundi 🇧🇮 nothing working in Burundi 🇧🇮 and u call u self Phophet 😂 fuck fuck fuck 😢 stop ✋🏿 stop ✋🏿 stop lies to Burundians people's 🇧🇮
Mba mbona udakwije nezaaa😂😂
Modest hari umukobwa mwiza gusumba uwa siyoni yirengagije naw kugira mariage kuber aca gira mariage nuwo barikumwe kubera yumvise karumwan wa siyoni yakurikiye amahere
Nta mwiza asumba uwundi Imana yaturemye w'ishusho ryayo. Ubwiza biva kuwuriko arabiraba.biisaba kumenya ummuntuu, muukaayaagaa kugira umenye ubwiza bwiwe.
@@Nzinage ntumuzi kumusumb uwo nunusuma kand ninum pédophile uwo ndamuzi twese tuzi ucamutwaye 💸
💔💔💔💔💔💔💔💔💔
Iki gi type kiri très sympa
Wapi ni umu escro, un narcissique a haut niveau!
Ndabona ari bg kabisa😂
Nagomba ndabasabe umunsi mwasubiye kumutumira muzomubarize hariho inyigisho yigeze kwigisha ko intambara intureka nyinshi zaduka mu Burundi zaduka mu Burundi ari ibimazi ba Sogokuruza ni abami batanga kandi turavye akenshi uko imyaka cumi iheze vyama bishaka kugaruka kubera ayo ma alliance yahabaye ,aca avuga ko vyoba vyiza hagategurwa umunsi mu gihugu wo kubohoza igihugu .Uwo mugambi yoba akiwufise canke?
Abamenyesha makuru ba fake
Uyu numuswahili wishakiraga kuja kuri kuri television 📺 ewe prophet uri ikijuju 😂😂😂
umugaragu w'Imana numuntu ukomeye cyane numutunzi kuruta nuwo sebukwe muvuga kuko atunze ibyavuzwe n'Imana atungishije benshi cyane uwo akura abantu mumwijima akabajyana mumucyo arasenga amahoro akaba mugihugu none muramujyererenya ,ntimusubire kumusuzuguza gutyo mwe mufite imyumvire nkiyo muracyennye mumwegere abatungishe mureke ubujiji
Modest tu n,as rien fait de special tu t es juste marie' hanyuma kuvugako ata muntu numwe yapfuye le Jr de ton marriage iyo rusansuma wayikoze ryari
Nibazako adakomeye neza none ashaka kutwemeza iki uwo ?😂😂
@@Simvuraibaze nkivyo yabeshe umukobwa wabandi aheruka gutwara! I feel so bad for her!
Wakurikiyinoti turabizi
None iyo noti wewe urayaanse? Kuberiiki utahisewo uwo mwigeme? Ntabwo yarikukwemera kuberako Imana itari yarabikwandikiye
@@NzinageAhubwo nyene!! Nibareke ishari
Haruwoyikurikira ntibamwere, uyikunze bakakwemera nuko Uba utomoye.numukobwa nuko harico yashimye kwa Prophète,kiki uwuserukira Imana asumba abo batunzi wubaza
@@appolineniyonkuru9157 uwo musore Modeste,ahubwo habaye itora abakobwa bokwicana.
Mbe uzi abakobwa bakeneye abagabo batomoye nka we uko bangana?.
Mbe amahera ni yo yubaka canke hubaka mutima?.
Modeste n'umusore mwiza yubaha n'Imana, ahubwo abamwifuje ni benshi mugabo kuva akivuka Imana yari yaramuteguriye uwiwe.
N'ukuraba niba abavuga ubusa atari abamwifuje mu muryango wabo bakammubura.
Mwihangane Imana yaremye Modeste umwe rukumbi, uwo yamuremeye n'uwo mufasha,reka muhe Imana icubahiro musenge Imana ibereke abanyu vuba
Ahubwo yaramurozeeee nta kuntu urya mukobwa yari kwemera umugabo nkuyoo
Uyu mugabo si umugabo, si vyiza parler de son foyer sur les réseaux sociaux. Parce que sa belle famille ikunda la discrétion. Hagarika mugabo.
If u want to live a happy family avoid the network, Just live your happy family not as a star
Kuki abantu mu mezuko mutuh8shwa niki vraimeeent
Izombwa ng naba proffet nibaj hiyo
Uravuga make ntiwikwegere umuvumo guhangara umukoz wimana
@@AmaniNduwayo-o2b umuntu avima ninumuvyeyi ntawundi mwaaaa
@@AmaniNduwayo-o2bwho told that he is umukozi w'imana. Uyo ni escroc gentil
Imana ikubabarire
Imana ikubabarire
Uyo modeste uyo azohava aba bka wawundi migromiko
Yoooo 🤭🤭