Abamuka kuri Gahini urabazi. N' abahutu. Nibukije ko bavumwe n' Imana. Abo bakoze ubukwe nabo ni ABAHUTU 100% Nabo ni ibivume kuko bava mubahutuuu.. Se wabitahuye noneho ?
Burya nsanze no mu bantu bakijijwe hariho bimwe bavuga ko bidakorwa ku mukristo nabo nyene bakora. Ariko urabona ingene iyo kanzu amabere ari hejuru! Ngira kuri mariage vyose birarekuwe
Arik murakunda Ivy mucritiqua!!! Mbeg mur modeste nuyomukobw w siyoni mwibaza k uwutunze arinde???? Ntimube mukicibesha,gutung Iman mumutima nugutunga vyose nayo amaher yokwa siyoni azoherana niyisi mugabo modeste icatunze mur we kizamaho ibihe bidashira.hallelouia 7
Uvuz neza can ariko ntavyo baz babwire
Imana ishimwe kubukwe bwiza Imana ibakoreye. Umukozi w'Imana Modeste twarabanye gayoya kenya ariko n'umukozi w'Imana kd Ihabwe icyubahiro kko yabanye nawe mumurimo wayo. Congratulations
❤️❤️❤️
Ok
Wowuuuu ubukwe bwza vraiment Icyo nkundira Imana bavuga batavuga ntakibuza umugambi wayo kuzura👏👏👏big congratulations man of God 💍 prophet Modeste
😏gsik😢
WAOU Imana yacu n,Imana yakandi karyo n,Imana ihindura ibihe
Waou Imana ibubakire disi.nivyiza
Benise imana izobafashe mubuzima bwamisiyose muraba amakara ntimuzobe urubeya ndako musenga turabakunda cane
Imana yivange mu rugo gwanyu.
Ico kintu mukoze c’umunyu mushize hamwe ndacemeye kabisa kuko umunyu ufise ububasha mwisi yimpwemu🙌🙌ibi bitandukanye cane nibindi nabonye nukuri Imana ibahe umugisha
🙏🏽❤️🙏🏽
Felicitation njobeko,na père wawe disi aracariho,lmana imuhe kuramba ndamwibutse atwigisha 6eme twigana none warakuze,gusa asazanye inkomezi,atarimvi zerekana ko ashaje ntiwobimenya
Kirundo hejuru caane❤❤❤❤
Kabisa bimeze neza cane imana ibahezagire❤❤❤❤❤
Ivyobintu birikufata mumazo warikuba wabizamuye ,muje mukora ivyomuzi
Iman izibubakir maze🙏🙏🙏
Ndakeje abavyeyi banj c Nsengimana Yves protocol
Félicitations à vous deux
Nukur yzr Irène kwl ni mubah amasjugw yab kwl
I wish your video gets millions of views because you have great content. Try running ads for your channel using some kind of system.
Félicitation kur mwese
Mariage zabafise bike zubahwe kweli ndatangaye
Ntaburyohe nabukey burimw marriage z'abakene zubahwe kl
Ivyo uvuga vyoba birimwo ishari kuko ubonye ingene abantu bambaye n'ingene aho hantu hasa.
None ko mbona aha abageni n'abatumiwe bose bariko baratwengatwenga, iy'abakene basumvya aba ni ibihe?
Reka sha umukene aguma ari umukene.
Mariage yancatse pe !!!!Yari iy'abazungu,vys vyar ivy'abazungu 😂😂😂😂😂😂
Imana yavumye icamuka kuri gahini cose.. Si mariage n' umwanda utwaye uwundi
None nkawe uvuze gute
Uwo marraine ngira ntazi nivyajijwe nukuri
Hallelujah 🙌 🎉❤❤❤
Noe uyu niwamu propfet wikibwa cimamanda yamavuga?
Umugore wum prophet agakor ubukw amaber ar Aut😮😮😮
@@manimfasheansaansa7548 Aba prophet disi biyimisi reka
Indero agiye gutanga mwishengero niyihe uretse kubagwisha.?Niba amabere ari hejuru uyu munsi niyamara gushika urugo vyose ni hejuru.🤭🤭🤭
Turabakeje gusa uwahagarariye amajambo asubire kwishure
Félicitations Kuri profete wacuuu
🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Iyo mushaka kwigana abandi kuje muraba ko mwabishobora 😂😂 mwagiye mukora ivyiwanyu muzi
Dent TV turabakurikirana a 100/100
Nkunze ko ubigishije ko kizira kwahukana icoconyene kirahagije
Muratesa vrmt✔️✔️✔️🎉🎉🎉 félicitations rugume rusosa💖💖
Prophete koko sha ababeshi baragwira 😂😂😂😂
Umugabo kwakuz sana yashimy akanoti nkakas ndabibona
Nanj ndikubon arumusaza kwel😂😂😂
Ntiwaravye neza uyo batanguye kuzanana numuvyeyi wiwe.wewe yambaye ikoti yera.
Muvuga livyo mutazi uryabazane nisiyoni se wimukobwa😂😂😂😂
Izo ndirimbo sasa🤣🤣🤣❤naj ND modeste nozivyina p🤣
😀😀❤️🔥🥰
Wonderful❤
Ikibanza niciza nabakirimo ariko baze baraba abobaha ijambo nuwokibuhinga bwivyuma wapi
Umukobya asanase❤
Afise inda ko amabere yavyimvye uko
titre yakunyaye .
Ni mariage ya modeste n'a Bérénice ivyo bindin'inkomoko ntibikew.
Ntaba kristo bafise ikibagera kumutima bokwambara benukwo?harimpamvu bashimye kwambara ukwo.nokutaja murusengero.nijambo nyamukuru ntakirimwo IMANA ibafashe
Ikintwengeje rr ngo profet numugore wamaber hejuru😥😥😥
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndamanyutse
Iyo ninzigo😂😂😂😂
Na se wiwe akagenda araraba ibibere vy'umukobwa wiwe
😂😂😂
Mbega plofete nibamwe bavugisha yavugishijwe neza 😂😂😂
Ndabon siyon😂😂😂
Nanje nahora ndamwumva sinari bwamubone. Aho naja kuramutsa umuryango muBurundi muri octobre 2018 naraciye kwa Siyoni ndagura nk'ibitenge 6 naduze nshiriye abantu baruguru kandi barabishimye. Ninagaruka iBurundi nzosubira kugira gutyo.
Ubu muri mariage nugutumira abant 20😂😂ako kantu niko😅😅😅
😂😂😂
Ndabaza mwakoreshejwe namehera muribagira niman nn ntashengero bafise🤐🤐🤐🤔🤔🤔
Vyar biryosh arik inyambar ntiberey ab kristo
Muriko muraba ubukwe nkubwo ubona wohava kuvuga kwaribwumugwitunga
Erega abakene nitwe twishima atanico twifitiy😂😂😂😂
Tugashak birebire twibagiye ko ejo dukeney kurya😂😂😂
@user. Hari abantu batunze cane kw'isi usanga bagize ubugeni bwatumiwemwo abantu bake cane. Umwe wese arafise uburyo apanga ubukwe bwiwe.
Ikibazo kimwe ngahita nigogomera: Ko bavuze ngo umukobwa wa Siyoni none Modeste we ntawamuvyaye?😛😛
None iyo bakubwira bati habaye ubukwe bw'umuhungu wa naka kandi se wiwe atazwi cane, iyo information nta impact nini yogira.
Ngir yavyaye bose😂😂
@@NgendakumanaLyduine Aho umeze nk'uwutukanye. Ntabarundi bavukana bagira ubugeni.
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂ugogomaa ujahe😂😂😂😂
None Ayo mabere ya muka prophète bimeze gt?Iman irihangana kabisa
Hhhh urushungi gwabaye ruto afite amabere manini
😂😂😂😂
Imana ize ibarinde abansi
Murakoze kunyereka sioni ntaw narinzi😅
🙏🏽😍😍
Nanje n'uko nyene.
Mbe modeste numunyarwanda canke nuyundi prophete
Prophet Modest Ni umurundi🙏🏽🙏🏽
@@AfricanTV-s6humurundi yitwa Kayihura reka reka
Usanga ava mu kirundo canke mu cankuzo
Avuka kirundo❤❤❤
@@tumukundescheilla580ati cankuzo 😅😅😅😅😅😅
Abamuka kuri Gahini urabazi. N' abahutu. Nibukije ko bavumwe n' Imana. Abo bakoze ubukwe nabo ni ABAHUTU 100%
Nabo ni ibivume kuko bava mubahutuuu.. Se wabitahuye noneho ?
Mukama
Imana iguhimbabazi ntuzivyuvuga
Mariage zabakire ntanduru gusa ntiziryoshe😂😂😂❤❤
Sha biba bibishe haba harimwo Ama dipromacies Menshii Imana ntiheza ngo ihabxe icubahiro nkuko biba bikenewe kabisaa
@@user-Val-c2i nukuri pe
Vyari biryoshe gusa abobambaye vers gazon izo pasura sizo. Murubanza gwumukozi w'Imana
🙏🏽❤️🙏🏽
Uragira urwawe niho uzotora ivyo abo watumiye bambara
Nanje ndagushigikiye
@@SM-nn5rwkuki mwanka kwumva ukuri koko😮😮😮😮
@@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y ukuri ukwahe?ba mureka kwita mubitaraba mukaguma mu jugea nta avis yanyu babasavye Bambara izo bashaka urubanza ni rwabo apana rwanyu
Sioni ntaraba uk umukobwa asomana numukwe 😅😅
😍😍😍
Nagir ng nabibony jnyen😂
Gusa caméra ntibibonesha neza
Hello my
Kbx nugutumira 30 kl
Eira❤❤
En tout CAs ngira nuko bigenda muma sengero yabo
😍😍
Gusa uy sumusore kwasumba sebukwe
Ni edene nyene uburundi buteye igomwe
❤️🌹❤️
,Nimureke gukurira abahanuzi b'ibinyoma.
Abantu barabeshwa n'abigisha b'ibinyoma ,bariya n'abadaimoni.
Mufate Bibiliya namwe mw'isomere .
😂❤❤❤
😂😂 none nyabana barabafise !!! Ikindi n'ubukwe bwiza ariko ikizungu caratwishe ubugeni bwumusore n'inkumi bubera mungoro y'Imana ikindi umugeni amabere arihejuru muragakira ngeni😂😂
🙏🏽🙏🏽😍🙏🏽
Burya nsanze no mu bantu bakijijwe hariho bimwe bavuga ko bidakorwa ku mukristo nabo nyene bakora. Ariko urabona ingene iyo kanzu amabere ari hejuru! Ngira kuri mariage vyose birarekuwe
Sava kabisa
Bagize mariage nkizabazungu ntakavuyo🥰
❤🎉Nivyiza, cane💍💍🎤❤❤
MBE KO siyoni atadutumiye abokugatumba muri Rulale😊😊😊abobakobwa nkabo ayomatako bashizeheji wapi😅
😌😌🙏🏽🙏🏽
Nihatal babmbaye nkabakobwa bikigari
@HoHnot. Nkeka Siyoni yashatse nyene ko mutaja kubona ayo matako umengo yagutangaje.
Mbe mwibaza ko uwutunze arinde??prophète afis ibisumba ifeza ninzahabu
Imana ibafashe cane
Ikanzu umugeni yari yambaye,bararavye neza kwimukwiye?ntibayizeko neza.vrmnt vrmnt🤗
🤨🤨🙏🏽❤️
Urugo rwiza cn
Imana irateturura
Ndayikunda
Komera modeste
❤️🙏🏽❤️
Haaaa mbona bazikora hadahez akanya bigarade vyanka!!! Niyaba ari Imana yabivuze izobubakira
Ahahantu niheza❤
😍😍
Nanje nahashimye kandi ndizigiye ko hatazobua abandi bantu bazoca bavuga bati nanje ngiye kugirira ubukwe aho umukobwa wa Siyoni yabugiriye.
Iyomariyaje yanyobey eweee niyabakire kwer vyose vyarabaduhiy ntamurare wapi
Ntakintu kiryoche nkumus wamariyaje ikibabaje ugasanga barahukany canke uruphu cha nihatar
🙏🏽❤️🔥🙏🏽
🤨🤨🤨
Umugore mubi
Abandi umuhezagiro bawuronkera murushengero Kandi nbona bwarubusanzwe
Vyiza cane
Imana yomwijuru irateturura vyukuri lmana ikoze ibintu bitamenyerewe
❤️❤️🙏🏽
Mariage zabakire ntakajagari ❤❤
😂 😂 😂 😂
❤️🙏🏽❤️🙏🏽
J#j##
Wapi kabisa
Ntabirefu kwel😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊😊
Umubano mwiza lmana irakunda ingo zomumuco.
🙏🏽🙏🏽❤️
❤❤❤❤
None aba bantu vyukuri barakijijwe na cane cane iyi nyambaro y'aba dauphines iteye amakenga. amakanju asatuye gutyo kuki muzifata kandi mwazambaye muzibona. gukizwa ni ukw'imbere n'inyuma. ni uguhinduka: uko tuvuga,dukora,ivyo tunywa, imyambaro...
ABA barambaye sha ,uwakubwira ,abiwacu murwanda bazigeza kwikariso
None marraine ajejwe ik k mbona iyo kanzu atayikorako?
🙏🏽❤️🙏🏽😂
Nn kumugab arumusas nianj😅
Congratulations 🎉🎉
🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Abagabo nkabo wobakurahe??batinya bagakunda Imana..Reka umukobwa wa sioni araguyeko
azobibona
Ntibizoroha.
Icombonye abakire ntibivuruga pe
Camera yanyu wapi ntiyerekana visage yumuntu ikeye
😄😄
Boom 💥
❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Imana ikura umwaku kwel Prophète nawe aragiye kuyahekenyako kabisa😂😂😂😂
Commentaire nk'iyo ntiyari ikwiye kumunsi nk'uyu.
@@stansiyomana1239ubona yarikwiye atagihari??? Imana ikura umuntu umwaku agihari bigikundako tumufasha gutera impundu ikibazo mufise aho kwumva ivyo umuntu avuze mwumva ivyo atavuze problème y'abantu niyo ndabisubiyemwo iramukuye umwaku kandi ntazongera guhura nawo imwiciye imizimu yagasuzuguro yose yohavuye imwitambika imbere nikakurye ndabivuze😂😂😂😂😂😂
@@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y Nitubirekere aho jewe nawe umengo dufise philosophie zidahwanye mubiraba ubuzima. Jewe nemera ko ugerageza gukora n'umwete n'ubwenge bwawe vyose hanyuma ukaraba iyo bigufikisha. Mugabo wewe mbona uri bamwe qui aiment jouer la victime ngo batewe umwaku ngo umusi umwe imana izobibuka. Nk'ubu mbona indongozi z'Uburundi zivuga ngo Imana yibutse uburundi, yaberetse ko Uburundi bugiye kuba Eden/iparadiso.
😂😂😂😂
Murabe
😂😂😂kumbe aba Pasteur barahinduye amajambo bavuga mugusezeranya abageni abobana batobaronka vyogenda gte?ikindi muzemubibutsa iyobahukanye ayamasezerano baze baza kuyomu Pasteur yabasezeranyije abasinyuza ayomasezerano 😂😂
❤❤❤❤❤ amen amen amen
🙏🏽🙏🏽
ruclips.net/video/VngB7WPiWmw/видео.htmlfeature=shared
Kanda hano urebe udushya mubukwe ❤❤
Correction👌👌👌🎉🎉🎉🎉🎉
❤️🙏🏽❤️