Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Muvyeyi numvise nongeye kugukunda cane,imana ikwongere umugisha ,irushirize nokugusiga amavuta
Ndi umunyarwanda uyu mubyeyi ndamukunda ❤ Imana imuhe umugisha kubwo gukorera aciye bugufi
Imbuto imana yaguteyemwo vraiment ntawutokwigisha ngo aburekwumva .❤❤❤ndag❤❤❤❤
Kwumva tena iryo Zina ribi Nkurumbi, bibabaza abarundi benshi. Uribuka uvuga ko Ari intare nawe ko wabaye ingwe. Mwarabuze abarundi. Urakomeza wihana. Imana iharira ivyaha vyose
Nta Soni kubesha Ndumiwe Nkurunziza yagusigaranye abana babiriYagiye mu ki rebelle mwararongoranye
Imana twumva, twamenye, Nnyenicubahiro siwe yabatumye amababi mwakoze mubandanya mukora, kandi azobona ibara ubeshera Uhoraho.
Waaa Urakoze cyane imana iguhe umugisha
Muraho mama wabarundi na barundikazi ❤ham imana ibahezagir kuk nanj nciy ngir icizer mumutim nikitarakund kizokund Amen🙌
Amen.Urukundo nigitangaza Kandi rurihangana
Nange ndagukunda ❤❤mpora ndota munzozi twahuye l love mumy ❤❤ ndi murwanda
Haaaaaaaaaaaa😊😊
Mwarahezagiwe mama wa barundi nabarundikazi turagukunda cane ndakurikirana ubutumwa bwawe
Ndi uwo mwafashije bishimishije, norema cane mundonkeje umubonano. Murakoze.
Ndakwikundira p. IMANA nyenamahoro ikuzigame izimfashe duhure amaso ku maso p❤❤
Imana ikongere umugisha utagabanije mamaaa
uragahezagirwanuwiteka mushoborabyose ndagukunda bivuyeno kumutima♥️♥️🙏🙏
Sha imana ugukomereze ukugororoka mumwa miwacu
Ati nkataha uko nagiye. Ariko courage ubupfakazi burababaza. Gusa Imana ntakosa ikora. Yobu niwe abizi neza.
Imana iguhezagire Madame ndumva nawe waciye muri vyishi😢
Yego mubyeyi IMANA igukomereze amaboko nukuri muriyiminsi nahuye nigisambo kimvatirana kinyambura utwo narikurarira kikwiyitirira kivugako gishaka kumvasha kdi rwaye
Muramahoro mama burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ham muhezagirw numv nishimy iman ikundidire abakwank bakwandurek
Pole sana mamabuntu
Uhezagirwe muvyeyi Wanje I love mumy
Yooo 'urukundo hejuru❤❤
Maaaaa uri citegererezo ca benshi 😢😢😢ndagukunda cane
Haleluya barikiwa sana
Merci Mama Buntu
True love never end,
Yooo ndagukunz mama imana iguhe umugisha
Imana iguhe umugisha ndagukinda
Amen Amen !!!
❤pole Sana mama!!!!
Hezagirwa maman uhoraho agume aguhezagir imigisha nimihezagro bigukikuze turaguknda cn
Dent tv loves you too 😍😍😍😍
Murakoze❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
NDI mu Rwanda nifiuza kukubona imbone nkubone mubyeyi
Mubyeyi ihangane wahuye n'ingorane kweri gusa dushimiye IMANA yabanye nawe
❤❤❤❤❤🎉❤
Ndabakunda cyaneee🌹❤️👍
Hallelujah
Amen🎉🎉🎉🎉❤❤❤
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉❤❤❤❤
Hezagirwa cane mukozi wimana
Bank murampimbara ❤
❤🎉
❤
Wasenga iry'intege mubyeyi.
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Iyi ntahe ni nziza cane irubaka cane igishigantahe c,urukundo Uyo kadogo ubu koko mwoba mwarashimiye uyo kadogo yaritanze no kwemera kwitangira ubugingo bwanyu?
🙏🙏🙏🙏♥️♥️♥️♥️♥️
Jewe nashaka kukubaza none mubihe wamaze urimubihe vyiza woba waributse kubaza kakadogo nimba yarakiriho?
😊
Basha mwubahwe
Imibabaje nuko yica ntumuhanure
Bitewe nuko baziko tugukunda kdi urumubyeyi mwiza ibikwiyitirira kumbuga byandika mwizinaryawe nibyinshi baje bareba ibikwiyitirira mama nkunda
Nibyiza
Mama kubera kugukunda byatumye nibwa Menya ko nahuye nabatubuzi Harabantu barigukoresha amazina yawe bakiba abantu bigize wowe
Nkataha ukonagiye huu
urakabandanya guhezagigwa Nimana
Kkkk umugisha
D'usager natw tuzironj nkamw
Niwihanganemaman nanje ndagowekugusumvyamama uraraba icowomfasha muvyeyi
😅 envoyé Ahishakiyemoise apôtre
Ciye nkukumbura nukuri
Nukusororera jewe natanguye kumubwira ubutumwa bwiza kubndubura
Abarundi bibagira ningoga. None Ubu kweri wokwemeza ko ubwoko bw abahutu mwabesha ko mugomba guhabuza, vyabaye uko. Musenyeri Ruhuna mwishe rubi, yagiye abavumye !
None ubu ugira ivyogushorerwa nkimpene biracabaho
Amazina yawe nifoto babikoresha batubura nange barantubiriye
Hello
Erega nubu uracari muto
Urampimbara cane
Uraryosha inkuru nayo turimo tubona
Jewe ndumiweUrubahuka kubesha kugez iyo
Mwiriwena lmana ikomeze kubashyigikira ariko sifi ikibazo ukoresha fib kobadutekera imitwe bavunga mwizina ryawe
Nimwe mwari nurukundo nayo abubu haaa ugenda gupagasa amezatanu usanga bararukubakiye
Distraction
❤❤❤
Muvyeyi numvise nongeye kugukunda cane,imana ikwongere umugisha ,irushirize nokugusiga amavuta
Ndi umunyarwanda uyu mubyeyi ndamukunda ❤ Imana imuhe umugisha kubwo gukorera aciye bugufi
Imbuto imana yaguteyemwo vraiment ntawutokwigisha ngo aburekwumva .❤❤❤ndag❤❤❤❤
Kwumva tena iryo Zina ribi Nkurumbi, bibabaza abarundi benshi. Uribuka uvuga ko Ari intare nawe ko wabaye ingwe. Mwarabuze abarundi. Urakomeza wihana. Imana iharira ivyaha vyose
Nta Soni kubesha
Ndumiwe
Nkurunziza yagusigaranye abana babiri
Yagiye mu ki rebelle mwararongoranye
Imana twumva, twamenye, Nnyenicubahiro siwe yabatumye amababi mwakoze mubandanya mukora, kandi azobona ibara ubeshera Uhoraho.
Waaa Urakoze cyane imana iguhe umugisha
Muraho mama wabarundi na barundikazi ❤ham imana ibahezagir kuk nanj nciy ngir icizer mumutim nikitarakund kizokund Amen🙌
Amen.Urukundo nigitangaza Kandi rurihangana
Nange ndagukunda ❤❤mpora ndota munzozi twahuye l love mumy ❤❤ ndi murwanda
Haaaaaaaaaaaa😊😊
Mwarahezagiwe mama wa barundi nabarundikazi turagukunda cane ndakurikirana ubutumwa bwawe
Ndi uwo mwafashije bishimishije, norema cane mundonkeje umubonano. Murakoze.
Ndakwikundira p. IMANA nyenamahoro ikuzigame izimfashe duhure amaso ku maso p❤❤
Imana ikongere umugisha utagabanije mamaaa
uragahezagirwanuwiteka mushoborabyose ndagukunda bivuyeno kumutima♥️♥️🙏🙏
Sha imana ugukomereze ukugororoka mumwa miwacu
Ati nkataha uko nagiye. Ariko courage ubupfakazi burababaza. Gusa Imana ntakosa ikora. Yobu niwe abizi neza.
Imana iguhezagire Madame ndumva nawe waciye muri vyishi😢
Yego mubyeyi IMANA igukomereze amaboko nukuri muriyiminsi nahuye nigisambo kimvatirana kinyambura utwo narikurarira kikwiyitirira kivugako gishaka kumvasha kdi rwaye
Muramahoro mama burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ham muhezagirw numv nishimy iman ikundidire abakwank bakwandurek
Pole sana mamabuntu
Uhezagirwe muvyeyi Wanje I love mumy
Yooo 'urukundo hejuru❤❤
Maaaaa uri citegererezo ca benshi 😢😢😢ndagukunda cane
Haleluya barikiwa sana
Merci Mama Buntu
True love never end,
Yooo ndagukunz mama imana iguhe umugisha
Imana iguhe umugisha ndagukinda
Amen Amen !!!
❤pole Sana mama!!!!
Hezagirwa maman uhoraho agume aguhezagir imigisha nimihezagro bigukikuze turaguknda cn
Dent tv loves you too 😍😍😍😍
Murakoze❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
NDI mu Rwanda nifiuza kukubona imbone nkubone mubyeyi
Mubyeyi ihangane wahuye n'ingorane kweri gusa dushimiye IMANA yabanye nawe
❤❤❤❤❤🎉❤
Ndabakunda cyaneee🌹❤️👍
Hallelujah
Amen🎉🎉🎉🎉❤❤❤
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉❤❤❤❤
Hezagirwa cane mukozi wimana
Bank murampimbara ❤
❤🎉
❤
Wasenga iry'intege mubyeyi.
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Iyi ntahe ni nziza cane irubaka cane igishigantahe c,urukundo Uyo kadogo ubu koko mwoba mwarashimiye uyo kadogo yaritanze no kwemera kwitangira ubugingo bwanyu?
🙏🙏🙏🙏♥️♥️♥️♥️♥️
Jewe nashaka kukubaza none mubihe wamaze urimubihe vyiza woba waributse kubaza kakadogo nimba yarakiriho?
😊
Basha mwubahwe
Imibabaje nuko yica ntumuhanure
Bitewe nuko baziko tugukunda kdi urumubyeyi mwiza ibikwiyitirira kumbuga byandika mwizinaryawe nibyinshi baje bareba ibikwiyitirira mama nkunda
Nibyiza
Mama kubera kugukunda byatumye nibwa Menya ko nahuye nabatubuzi
Harabantu barigukoresha amazina yawe bakiba abantu bigize wowe
Nkataha ukonagiye huu
urakabandanya guhezagigwa Nimana
Kkkk umugisha
D'usager natw tuzironj nkamw
Niwihanganemaman nanje ndagowekugusumvyamama uraraba icowomfasha muvyeyi
😅 envoyé Ahishakiyemoise apôtre
Ciye nkukumbura nukuri
Nukusororera jewe natanguye kumubwira ubutumwa bwiza kubndubura
Abarundi bibagira ningoga. None Ubu kweri wokwemeza ko ubwoko bw abahutu mwabesha ko mugomba guhabuza, vyabaye uko. Musenyeri Ruhuna mwishe rubi, yagiye abavumye !
None ubu ugira ivyogushorerwa nkimpene biracabaho
Amazina yawe nifoto babikoresha batubura nange barantubiriye
Hello
Erega nubu uracari muto
Urampimbara cane
Uraryosha inkuru nayo turimo tubona
Jewe ndumiwe
Urubahuka kubesha kugez iyo