Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Good
Ariko se abayobora u Burundi barasinziriye? Niba Nsumirinda gusa? Ziriya miliyaridi z'igihombo ku cayi ngo nta bitoro, babisigura bate? Ariko barazi ivyo bajejwe? Bazishure ayo mahera kuko niyo mpamvu amadolari abura mu Burundi. Nibashireho abarongozi bashoboye kd bazi guteganya ( planning).
Amakuru,yanyu,ABA,aryoshy
10k refuges baca bakurikiye imitungo yabo yibwe Afrika
Bahahinge ibyo kurya naho ibyo byayi babikureho