Ego kweli umukubito kuyindi level idasanzwe,Bonsoir Madame la Première Dame de notre pays où coule le lait et le miel,ndabaramukije muvyubahiro vyanyu🙏
Muzaba mureba u Burundi mu myaka icumi,abarundi mufite amahirwe mufite first lady wicisha bugufi kandi ukunda Imana, u Burundi muri kumurogo mwiza w'amajyambere kuburyo mu myaka icumi muzabona resultant ya leadership yanyu inshigiye kumuturange.
Yayayaya juste Gaël you're number uno muba journaliste bakorer kuma tv on line ur professional ikiganiro car Ica bien hejuru caane première dame turakwemera 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Komera ,komera,komera @🙌🏾🙌🏾🙌🏾Juste Gäel,nukuri u the best bro in Burundi 🇧🇮,wakoze kutuzanira umu mama wacu w’intwarikazi mu gihugu 👏🏾👏🏾👏🏾 vraiment cari ikiganiro ciza cane kabisa kandi gifise impanuro n’inkebuzo nziza ku rwaruka rwacu n’abavyeyi bacu ,Love from Sweden 🇸🇪
Amen amen , muvuze ukuri gose ncuti nyakubahwa muvyeyi " Imana ikomeza uwo yatoye ", ni bimwe Imana ihishura nyakubahwa president Evariste Ndayishimiye muri 2007 turi 2 i Washington akoze kuri kwa kuboko kwanje k' " Uburyo " " Imihezagiro idasanzwe kuri mwebwe n' umuryango wanyu " !
Just Gaël you do good,Uraciye ubwenge kandi ukomeze guter'imbere..Umukubito Tv is the greatest Tv yerekana ivyiza vy'igihugu,yigisha ivyiza abantu benshi..Love from PHEMUTV.
Je nama ndababwira 100% ko Notre president Ari examplaire kiretse abamutobera gusa ninaho bamuterurubwa mundongozi zimwe zimwe ese yozarazikura Uburundi tukiberaho nko muri paradison❤❤❤
C'est une femme exemplaire. Yakuze neza adafyinata. Elle a mené une vie normale, elle n'a pas brûlé les étapes. Niyo mpamvu azokomeza gutera aja imbere. Imana ibane nawe.
Gael big up kubiganiro ukora, uri très professionnel, kuko wewe urareka umuntu akavuga ntumuciremwo kandi ufise ibibazo vy'ubwenge. Umukubuto tv ni number 1
Uyu mubyeyi ndamukunze p,aratuje kd arubaha itangazamakuru.Much love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@@niyomwungeripeter6099 turabakunda natwe sha
Abakunda umukubito mumpe Utu like
😄😄😄 gusa umenga urafise ubwoba kuguma uraba inyuma yawe
Ndashimye Madame l'Epouse du Chef de l'Etat Burundais ku mpanuro mutant. Gusa ndabasabe. Dusabire Umukuru w'Igihugu cyanyu badufungurire imipaka n'u Rwanda. Turabakunda.
Ego kweli umukubito kuyindi level idasanzwe,Bonsoir Madame la Première Dame de notre pays où coule le lait et le miel,ndabaramukije muvyubahiro vyanyu🙏
Ooooooh mbega Umuvyeyi yujuje Ubumuntuuuu, avugana Akanyamunezaaaa👌Turize Muvyeyi wacu.Juste wakoze kudutera Iteka kumu Tumire w'Iteka Adasanzwe Maman Burundi.Turabakunda bavyeyi beza,Murabelewe cane.Ngo Ntaburongozi butava ku Mana,Yo yabaduhaye, Ibatuzigamire Bavyeyi🙏🤗
Wumvirije neza Angeline mukwishura ibibazo arashiramwo ubwenge bwinshi arumvikana KO aciye ubwenge uhezagigwe cane maman Burundi uwukwanka arakamira isashe
Muzaba mureba u Burundi mu myaka icumi,abarundi mufite amahirwe mufite first lady wicisha bugufi kandi ukunda Imana, u Burundi muri kumurogo mwiza w'amajyambere kuburyo mu myaka icumi muzabona resultant ya leadership yanyu inshigiye kumuturange.
Yeweee biragoye😂😂
Ndakunda cane creativity ya Gael.
Abamenyesha makuru benshi bibaza ko inkuru za biracitse arizo zigurisha kw,isoko bigatuma birengagiz,ivyiza bakavug,ibibi gusa.
Ndagukeje cane!
Murakoze cane !ndabakunze cane!nnsigaranyakakantu ngo ntawutungatuma!ngo ntakwamikara ngincoreke zirabibona!
Nyakubahwa first lady turagushimiye!!hama nagire ndabisabire mwizina rya barundi nukuri murabe igihugu niciwacu ariko murabe nukuri ahantu hatagira amatara amazi nigitoro bituma ubukene buba bwinshi kndi aharaye inzara hazinduka inzigo burya dupfa inzara pe.mubikorereko bavyeyi bacu ❤️
Yayayaya juste Gaël you're number uno muba journaliste bakorer kuma tv on line ur professional ikiganiro car Ica bien hejuru caane première dame turakwemera 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
gusa ndikundira ukuntu uyo mumama yambara utuntu tukamubera! mbe mweho mwoba mwarabibonye?
arabegwa cane
Iyoyambaye nylon hoho abarenze kabisa🎉🎉🎉🎉
Aratesa❤
Waouh uwo muvyeyi arabetewe cane yicisha bugufi 'maman Burundi ndabakunda kanini'umukubito ,❤
Gaël on the top of the social media burundi
Komera ,komera,komera @🙌🏾🙌🏾🙌🏾Juste Gäel,nukuri u the best bro in Burundi 🇧🇮,wakoze kutuzanira umu mama wacu w’intwarikazi mu gihugu 👏🏾👏🏾👏🏾 vraiment cari ikiganiro ciza cane kabisa kandi gifise impanuro n’inkebuzo nziza ku rwaruka rwacu n’abavyeyi bacu ,Love from Sweden 🇸🇪
😭😭😭 Just Imana iguhezagire ur’ijoro ndanezewe cane Imana ikomez kumuduhezagirira nkunda ukuntu amez kd akora ndamwigirako vyinshi Imana imuh umugisha mwinshi sorry today ndakoz comment kubera umunezero ngiz ♥️♥️♥️
Pourquoi vous excusez-vous monsieur? Vous avez le plein droit de vous exprimer ici c’est la démocratie qui règne 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿
1er dame🎉🎉🎉 nimwiza ariyitaho umengo numujene❤ #umukubito hejuru sinumv ukuntu aronka ibiganiro kububahwa👑
Uyumuvyeyi ndamukunda mbere nciye nkora Sabonn😂😂❤❤
Mama burundi Imana iguhezagire cane ukuntu wicishije bugufi.ko Imana ariyo ikomeza abo yahamagaye.ikomeze kugukomeza mumabanga yawe yose
Bjr!Erega Gaël,uyo muvyeyi mwahora muri ababanyi harya mu Gasenyi! Félicitations ! Allez de l'avant !
😂
Mwakoze muvyeyi kwiyumvira kurekura abafunze much respect
Ayaga neza ,akunda uburundi bwamwibarutse,yambara neza,eka kweri ni Mama Burundi 🇧🇮
Ndu munyamulenge nkunda uburundi na Barundi mama wataifa ARABEREWE CANE 🙏
Gaël Felicitations. Guhura na number 1 mubakenyezi nicubahiro
Umukubito Keep on Breaking barriers 🙌🇧🇮 komeza
Nukuri umukubito warubatse izina usigaye ushikira umuvyeyi wacu mama Burundi
Waouh Burundian's First Lady we love you Mom
Muvyeyi hezagigwa cane,nanje nararimye kumwe nabagenzi banje tukimbura twari tubayeho neza gose.none ubu Imana yaciyinzira ndi Australia 🇦🇺 uyundi mugenzi nawe ari South Africa uyundi ari America.kandi nubu dukomeza dukora.ugwaruka ruhaguruke rukore ninguvu twitezimbere mugihugu cacu.🙏🏾🙏🏾
Afisu bwenge pe First Lady wacu🇧🇮🇧🇮
Amen amen , muvuze ukuri gose ncuti nyakubahwa muvyeyi " Imana ikomeza uwo yatoye ", ni bimwe Imana ihishura nyakubahwa president Evariste Ndayishimiye muri 2007 turi 2 i Washington akoze kuri kwa kuboko kwanje k' " Uburyo " " Imihezagiro idasanzwe kuri mwebwe n' umuryango wanyu " !
Mutambukanyi wanyene Cyubahiro ndabakunda cyaneeee
Ukubiseho kabisa, mbega umunezero, big up Gael, Ndamukiriza Mama Mugiraneza
Nvizacane ikiganiro ciryoshe gose kirimwo impanuro yurwaruka🥰🙏
Congratulations on just gaël twakwij 200k nanj ndabasaba kunshigikir mu fyonda ku gafoto ❤🙏
Mbega umubyeyi mwiza wee!!! Uzi guca bugufi maman Burundi hejuru cyane turabakunda
That’s why I like this channel !Gael utwereka ibintu bitandukanye nukuri tukamenya aho uburundi bugeze !
Merci bcp 🙏🏽🙏🏽
Gael First Lady arakuzi waaaaaoh umukubito ntahujwe icarico thank u for the Good interview with Ffirst Lady
Vyiza cane peee Ibintu bikoregwa bake mubabantu bakoresha you tube Gäel songa mbere 👏👏👏👏👏
Just Gaël you do good,Uraciye ubwenge kandi ukomeze guter'imbere..Umukubito Tv is the greatest Tv yerekana ivyiza vy'igihugu,yigisha ivyiza abantu benshi..Love from PHEMUTV.
Murakoze kutuzanira uyumuvyeyi wakubiseko turamukunda Gihosha azotugendere
DUFISE, ICIZERE KUBERA, Premier Madame ❤❤❤❤
Intabwe kuyindi kbx wubahwe ndaryohewe can nukuntu Maman Buntu ayaga
Uwomu maman arambara akaberwa kabisa 😍😍
😊😊❤
Je Nkunda 1ere Famille
Very Humble.niwo Muryango uri kubutegetsi utigira Igihambaye.bibuka iyo bavuye n abo bavuyemwo.
Imana ibame Imbere🤲🏾
✊🏾🇧🇮
Juste Guael uracari uwambere❤ IMANA Ibandanye yuhira kuvyo ufise🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
ndaryohewe caane mboneweho kuvuga natura kumuvyeyi nukurii IMANA umuremyi wavyose abakomeze , abahe kuraamba , murindwe ikibi coose .
Iki kiganiro kiranshimishije abakenyezi hejuru❤
Ikiganiro ciza cane! Vive Burundi vive Umutambukanyi w'Umukuru wigihugu!
1ere dame yambaye impuzu nziza kabisa. Gael bravo sur ça kabisa.🎉 Iyi ni pas nini kuri carriere yawe si media zose zironka iyi opportunité
Wauuu ikiganiro ciza caaane vrt kandi Mama Burundi araberewe caaane
Juste gael aracayoboy imbuga zu burundii kbx big up bro
ubyange ubyemere i am a Rwanda bizagorana kubona 1 st family ica bugufi nkiyi ninde muri africa wakwiteza youtube
Nibaza ko ivyo ari ukutamenya, kko isi yuno musi Podcast ifise imbaraga nyishi cane kuko irabwa na benshi. Ninayo yafashije President Donald Trump
@@infoburundiego rwose.ni ukutamenya aho isi igeze,Ubu RUclips iri kuba uburyo bwiza bwo kugera Ku Bantu.😊
Hejuru caane… uyu mu journalist afise creativity irenze👏🏾👏🏾
❤Ndamukunze kukuntu yicisha bugufi
Ter'intambwe Muvyeyi 🙌🏼🙏🏼
Uy’umuvyeyi arandyoheye cane ndamukunze terimbere Justin Gael nkumuzinga 🥰🥰🥰😍😍😘😘😘🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Je nama ndababwira 100% ko Notre president Ari examplaire kiretse abamutobera gusa ninaho bamuterurubwa mundongozi zimwe zimwe ese yozarazikura Uburundi tukiberaho nko muri paradison❤❤❤
Gaga merci bcp. kutuzanir uwo muvyeyi mwiza kandi w inseruka rukamvye. Muraturyoheye cane.
Proud of you ur excellence Mrs Angelina ❤❤❤
Gaël congratulations kweri urerekanye ko ufise intumbero kuko sicoroshe kuronka ikiganiro ca First Lady bisaba kugira umwete!
Ibikorwa birahimbaye.
Aba Mama Imana ibihezagire aho muri hose
😂😂😂😂😂ubu ni we wacu Gaël umukubito hejuru caneee❤❤❤❤❤The professionnel youtuber in our country❤❤❤❤❤
Juste gael ur professionnel ndakurahiy ndagukunda kuburyo numv noriraa❤❤
Terimbere Juste Gael. Ugeze kure pe!
Umuvyeyi wacu ni mwiza caaane vraiment ❤❤❤❤❤❤❤
Blessed mon Gaël je t’aime bcp uzogire aho uba wubahwe
Basha Nukuri Ntuwanka Urukwavu Aravuga Ati » »Rurazi Kwiruka » » Nukuri Araberewe😍👍
Felicitation First Lady tres intelligent ndagukunda bivuye kumutima ni mama irabuzi
Facts real talk, the first Lady you are right 100%
Kd nishimiye izimpanuro uduhaye❤❤
Gaël merciii,knd ikiganiro cuzuye impanuro.Ndakunze ijambo ngo "Ntakwamikara ngo incoreke ziranibona"❤
Basha Uy Muns First Ladies Wacu Araberew Pee kandi ASA Neza cne Apan ubintu Vy kurek kuvugisha Ukuri Maman Burundi Uraberewee Uvyunve Muvyeyi
Nukuri premiere Dame ndamukunda cane numu no slesss❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 justin Gaell uruwambere peee
Imana igukomereze amaboko muvyeyi mwiza .❤
C'est une femme exemplaire. Yakuze neza adafyinata. Elle a mené une vie normale, elle n'a pas brûlé les étapes. Niyo mpamvu azokomeza gutera aja imbere.
Imana ibane nawe.
Maman Burundi nukuri uranezezerey Can ukunt Itanga Inkuru ntanzigo ugira kabixa
Muhezagirwe cane twabafashije kuyitambira 👏👏❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
Mama minakupenda sana...unavaa vizuri.Mungu akubariki.
Felicitation gaël ubikora neza hama turagusavye ba simbizi na ba nelly nat ntibazongere gucisha birya birofa vyabo ngaha ubarekere abandi wobukoze
Ikiganiro ciza cane Gaël, umuvyeyi aratwigishije ingendo nziza.
Big up brother! Bikomeje kuza kuzindi mpwemu zidasanzwe 😂😂😂
maman burindi yaraberewe cane yari akabajou....top
Imana ibabe hafi cane Maman Burundi uri akarorere keza
Yambaye neza first Lady wanyu
Vive, TV umukubito 🙏🏼🙏🏼🙏🏼💝💝
Waouh Maman Burundi turakwakiriye kumubito😂😂😂😂😂
This mom 👩 looks so humble.👌👌👌
Hejuru cane Mama Burundi. Turagukunda cane
Gaël ndagukunze Kuba ugiranye ikiganiro muy muvyeyi wari waravyibagiye Wewe uri imboneza pe Respect brother
Uyu mumama amezeneza mashallah❤
Ntangorane yifitiye
Imana igukomeze mukenyezi Mwiterambere Imana yakuduhaye iguhangaze Igushikane kuvyowifuza nivyowifuriza igihugu
Wewe uri uwambere ashoboye caaaane umwaga wo kumenyesha amakuru mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu niwe premiärer Dame ❤🎉❤
Gael big up kubiganiro ukora, uri très professionnel, kuko wewe urareka umuntu akavuga ntumuciremwo kandi ufise ibibazo vy'ubwenge. Umukubuto tv ni number 1
Waooo 🎉🎉🎉
Mukomere, ntimunyiganyige, tuzoshika ku ntumbero y'ubuzima twipfuza 🎉🎉🎉
By Jeremiah Burundian man ❤
Www ndakwemera ivyuvuga ukoreshindero s nka semavumba
Uyo mu maman jewe ndamwemera vraiment!!!
Mama Burundi nukuri musa neza muraberewe kweri umenga mufise imyaka 25ans kubera gusa neza ❤❤
Nibyo Imana yarabahaye !! Byose yarabibahaye kwichwa no gukiza.
Iyambarire muvyeyi mwiza. Abantu n imburabugirire. Iy ab upfa kuvundurura baba bavuga ngo wambara nabi kand uri première Dame.
Ikiganiro kiryoshe cane gitera intege umukenyezi. wishura neza muvyeyi