Je vous encourage encore une fois ma sœur en Christ pour votre nette décision de suivre Jésus Christ étant très jeune ! C'est une grande privilège ! Que Jésus Christ soit loué 🙏🙏🙏
Wauuuu Tetero votre témoignage a fait couler mes larmes nkwifurije gushikama no kubandanya ukura mugakiza ntuzigera wicuza narimwe ingingo nziza wahisemwo yo gukurikira YESU.
Wow congratulations Tetero. Wahisemwo neza. Koko Yesu mwarahuye. Ikimenyetso cambere nuko yakumaze ubwoba bwibizokirikira. Na cane cane ayo ma challenges. God bless you for sharing your testimony.
Mana yanje kuba umunyedini biraruhisha ga Mana erega iyo ni disciplines yo muri église yawe kandi ntuzi k ariho asengera itegrko ry'ishengero niryiza kuri iryo shengero nyene ariko ntibivuze KO mwese musengera hamwe
Irya ndirimbo si agapiripiri uri kumwe na Mb data Uzi ukuntu ndayikunze na grand frer yambwie ko Ariyo ndirimbo yakunze ww iyo ubandanya profan music uba ugez kure kand kuririmba profan music ntibisigura ko udakijijwe ahubwo ibikorwa vyawe nivyo bikugira umuntu mubi, chaque personne afise droits yo guhitamwo religion ariko kensh muri bi bihugu vyacu abantu barahitamwo la region ariko bariko barica impano zabo. Mon point de Vue simbona ko wari guheba profan music 🎵
nta ntahe nkunda cane nko kwumva Umuntu yakiriye yesu agakizwa❤❤🎉. congratulation mukobwa.
Tetero nagomba nkubwire ko namenye kanguka grâce à toi mrc
Tetero congratulations, je te connais pas mais sois sûre que tu ne regrettera jamais du choix de suivre le Seigneur Jésus Christ
Je vous encourage encore une fois ma sœur en Christ pour votre nette décision de suivre Jésus Christ étant très jeune ! C'est une grande privilège ! Que Jésus Christ soit loué 🙏🙏🙏
Tetero IMANA ishishikare igukomeza yonger ikugirira neza mur runo rugendo rwo gukurikir KRISTO 🙌🏼
Wauuuu Tetero votre témoignage a fait couler mes larmes nkwifurije gushikama no kubandanya ukura mugakiza ntuzigera wicuza narimwe ingingo nziza wahisemwo yo gukurikira YESU.
I'm so very happy for you my dear sister. God will never let you go.
Imana igume igutetesha sha Tetero ! Du reste chacun peut faire son choix dans la foi 🙏
Kanguka jusqu'à la fin de ma vie🎉🎉
❤❤❤❤❤ ndagukunda Tetero weee
Amaso yinyana kabisa kandi akaba akunda yesu woooowww
Icitegererezooo peee...Wahisemwo neza sh teteroo much love❤❤amaso yaw disi😍
Mbega ubwiza we❤️❤️❤️iryohererwe maze gikobwa🌹🌹
Wow congratulations Tetero. Wahisemwo neza. Koko Yesu mwarahuye. Ikimenyetso cambere nuko yakumaze ubwoba bwibizokirikira. Na cane cane ayo ma challenges. God bless you for sharing your testimony.
Ndagukunzeeeee❤❤❤❤.
Ntiwahomvye
Wahisemwo neza
Imanishimwe ko tetero wasubiye kugaruka kuhoraho biranryoheye cane uhoraho akugirire neza cane ndagutasha
You re blessed and loved by God ❤ darling , keep on testifying about his goodness ✨🤍🥺Big hug
She's beautiful
Especially her eyes look cutie 🥰
Ooooooh God is Good vrt❤Imana izuj imbre muri vyose❤
Tu es jolie physiquement et spirituellement, je t'aime que le Seigneur Jésus Christ te bénisse !
Ntuzicuza kumukurikira Yesu Christo gumamo ma petite Sœur ❤
Imana ishimwe yarakoze kugushoboza ivyo wahevye nivyishi
Uzohebe nutwo duhereni nako ga chenete uzobukoze
Mana yanje kuba umunyedini biraruhisha ga Mana erega iyo ni disciplines yo muri église yawe kandi ntuzi k ariho asengera itegrko ry'ishengero niryiza kuri iryo shengero nyene ariko ntibivuze KO mwese musengera hamwe
😂😂abantu mwabaye mute koko🙄namba ahusengera bitemewe bivuzeko naw acabiheba namba naw vyemerewe iyomyumvire yamadini ntimubigire itegeko kubandi
Imana ishimwe ihabwe icubahiro kabisa kubona umukobwa mwiza nkuyu afata ingingo agaheba ivyamuryohera agaha icirwa beshi nibintu vyiza kbx novuga ko arumuhamagaro wimana Esekuntu arimwiza weeee Imana ihabwe icubahiro
Sh ndaryohewe.kubamumamana n'umunyenga chuchu.gumamwokl
AK voice k bien❤
Umwana mwiza aciyubwenge Imana ikuzigame
Imana ishimw naguheruka kera warabay mwiza ❤cane ntuzusubire imuziki wisi ntikuberey
Ndagukund cn ❤knd urampa akarorero keza❤
Wahisemwo uwukomeye, ntuzamaramara❤❤❤❤
Ndakunda Tetero naho ntamuzi❤️❤️❤️
Komeza kibondo uberabandi icitegererezo.courage Tetero❤
Tetero mwiza 😢❤❤ngukunda vyagutse
Waouh Yesu araryoshe cane ma sœur
Tetero wanj dis ❤❤❤
KARORERO mu bandii😍😍
Ntakintu kiryosh NK kubona umwana mwiza akijijw
Uri mwiza shaaa
Kanguka🥳 ❤
Ninamwiza shahuuuu
Yesu nahabwe icubahiro???????
Indirimbo yawe Rwarukundo rwiwe abana banje bayirimba tous les jours mugatondo bariko bafata petit dejeuner
Nice
Amen
🎉🎉
Small youtube let's vibe here
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂Uyu muntu umengo akunda yambiiii,nanje ndamuyambiriyeee
🙏
Nduwambere Gaël,waravuye côte divware?
Tetero nikibaju kbsa
🎉🎉🎉🎉
Eeee nicuki pe
Duh numéro ya tetero Gaël
Tetero yambuu
Ndamukiriza Tetero
Uyo mwana rero naho akwefye ikibazo ca Juste Gael,jewe twariganye yari umuntu akunda guharira cane na mwigisha 😂😂😂😂😂😂
Tetero nu mukozi w lmana vrt ubandanye uhezagigwa
Irya ndirimbo si agapiripiri uri kumwe na Mb data Uzi ukuntu ndayikunze na grand frer yambwie ko Ariyo ndirimbo yakunze ww iyo ubandanya profan music uba ugez kure kand kuririmba profan music ntibisigura ko udakijijwe ahubwo ibikorwa vyawe nivyo bikugira umuntu mubi, chaque personne afise droits yo guhitamwo religion ariko kensh muri bi bihugu vyacu abantu barahitamwo la region ariko bariko barica impano zabo. Mon point de Vue simbona ko wari guheba profan music 🎵
Dieu avant tout.
Impano Imana yaduhaye ni kugira tuzokoreshe mu kiyiha icubahiro.
Ico ukora cose kidaha Imana icubahiro ntuba uri mu bugombe bwayo.
Imana yamukijije niyo izomuhezagira mu bindi. Abaririmba profan bose ntibateye imbere.
Yahisemwo neza ntazokwicuza❤
Wahisemwo nez à ❤
Mbe ga umukazana mwiza weee.ntimukoreko❤❤
Nitwa Patrick ntuye muri America mumuryi wa Dayton nigute nabona number yumukozi wimana CRISIS
Play store andika kanguka uca uzironka muri émission
❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ngo ubuzima bwarahindutse ntanguye gufatana na KANGUKA😂😂😂......Aho ntasoni muba mwumva🤣
Biroroshe guhenda UMUNY'AFRIKA umufatiye kubigumbagumba ukamwizeza ibitangaza😏💔
Umwe wese avuga icamufashije mu buzima.
Temoigna ivyawe hama wirenganire ....
Ahubwo nyene abanyafrica baratangaje kuko mu mitwe yabo bama babona ko bo aribo banyabwenge ,
ko bose bogira kuvyiyumviro vyabo.
Aho ntasoni wumva?
Ba mwubahiriza amahitamwo y'umuntu.
Umwe wese ahitamwo ico abona kimugiriye akamaro.
Abanyafrica wew nande KO atanumwe yagusavye kumuvugira?Aho chimamanda araguteshej umutwe kuburyo wumva KO wew uz ibintu bikaze abandi atabwo bazi
@@cynetteIninahazwe 😭😭🤣🤣🤣🤣
@@ProudB719 😭😭🤣🤣🤣
@teterolaurette uzodukorere akaruru k'intambara
❤❤❤❤
❤❤❤
❤
Nduwambere Gaël,waravuye côte divware?
❤❤❤
❤
❤❤❤❤❤
❤
❤❤❤❤
❤❤❤
❤❤❤
❤❤
❤❤
❤❤