INCROYABLE🚨CHRIS NDIKUMANA kuba Ambassadeur w'UBURUNDI n'ijuru MBAYAHAGA //ibi birenze uko muvyibaza

Поделиться
HTML-код

Комментарии • 313

  • @fionafiona6520
    @fionafiona6520 День назад +1

    Abantu nkamwe bagwire mwisi amen🎉 urakoze Pasteur imana ikuzigame uvuze ukuri. Chris Ndikumana imana yarakoze kumuduha❤

  • @NDAYEMEYETantine
    @NDAYEMEYETantine 4 дня назад +1

    Chris Ndikumana Imana imumpere umugisha winshi Imana yampaye akazi nsengeye mur kanguka mama wanje akira umwingo dusengeye mur kanguka reo nukur Imana iharire abamuvuga nabi bose

  • @MessalineDushime-i6j
    @MessalineDushime-i6j 6 дней назад +1

    Apostre Mbayahaga avuga ukuri ntahengama Imana ibandanye imuhezagira.

  • @HabogorimanaNestor
    @HabogorimanaNestor 18 дней назад +16

    Nukuri Mbayahaga niwew Muntu mbonye ATAGIRA INZIGO. IMANA ikongere amavuta ubash kuyihesha icubahiro

  • @ChristineIli
    @ChristineIli 11 часов назад +1

    Apôtre Mbayahaga uri umukozi w’Imana nukuri nta mutima wishyari ufite. Imana usenga igukomeze dukomeze twunve inyigisho zawe.

  • @georgetteniyonkuru9060
    @georgetteniyonkuru9060 18 дней назад +11

    Ntawemerwa iwabo ndizerak kris ndikumana asenga yara nsengeye ngwaye SIDA ndakira kandi atarambona nahamyako akoresha nimana ahubwo imana imwonge amavuta ninkomezi NDUMURUNDi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @AncillaBibentyo
    @AncillaBibentyo 5 дней назад +1

    Past urimukuri kabisa imana uguhezagire

  • @MessalineDushime-i6j
    @MessalineDushime-i6j 6 дней назад +1

    Chris Ndikumana yarahezagiwe, Imana igume imwongerereza amavuta ,imukoreshe ibitangaza nakumiza,satani akomeze amaramare.

  • @NadiaTuyishimire-h3q
    @NadiaTuyishimire-h3q 18 дней назад +10

    Mbayahaga Imana ibahezagire Can nukur twarahezagiwe n'Imana kuba twifitiye Umukozi w'Imana nka Chris Ndikumana Warakoze Mana Nziza🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏

  • @EmilieneSibomana
    @EmilieneSibomana 15 дней назад +3

    Nyakubahwa Apôtre, Imana ibandanye ibahezagira, Chris Ndikumana n'intumwa idasanzwe Imana yaduhaye kw'isi yoose. Adusaba kwizera gusa, akatwigisha gusenga, ishari bamufitiye Imana yaramutoranije, imigisha ntiyibwa ! Ni bamureke adusengere abizer'Imana biruhukir'imitima.

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 2 дня назад +1

    Imana iguhezagire mwigisha wanje uvuze ijambo ryukuri chris ndikumana Imana imuhe umugisha

  • @jeanclaudendikuriyo5566
    @jeanclaudendikuriyo5566 18 дней назад +7

    Imana yaraguhezagiye Apôtre Mbayahaga, Chris Ndikumana twese turamwemera

  • @FofoNihorimbere
    @FofoNihorimbere 18 дней назад +7

    Uri nukuri kuzuye pe, icubahiro kikugumeko mukozi w'imana, Mbayahaga, uri n,ijunja n'ijambo warahezagiwe❤

  • @Bénigne-v5w
    @Bénigne-v5w 17 дней назад +4

    Narinsanzwe nkukunda nyakwubahwa mukozi w'Imana ubuho birushirijeho kabisa muvugukur abishiramwo nabi intumwa z'Imana nka Chriss nukur Barakwiy kwihana

  • @EzechielNzisabira-t4j
    @EzechielNzisabira-t4j 13 дней назад +2

    Imana ikumpezagire cane mukozi w'Imana nukuri Chris Ndendakumana Ahari Imana ikomeze kumwuzuza inkomezi

  • @InnocentNahabandi
    @InnocentNahabandi 3 дня назад +1

    Imana iguhezaire mukozi w'lmana chi's nanj ndamwera umuvuzeko ivyo Yesu yavuze

  • @CocoISUMBAVYOSE
    @CocoISUMBAVYOSE 16 дней назад +2

    Abamuvuga nabi Chris Ndikumana nibugare iminwa sibo bamutoranije Imana yaduteye iteka Ijagatoranya umukozi w Imana muburundi yuzuye Mpwemu yera nkaba Pero Intumwa za Yesu Kristo Imana yamuduhaye Chris ndikumana iragahezagirwa mwizina rya Yesu Kristo

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 17 дней назад +4

    Pasteur MBAYAHAGA,Imana igukomereze amavuta

  • @francinGerome
    @francinGerome 16 дней назад +2

    Nukuri lman izikuraba impan chris afise iyo izakugira baba dady bibisambo binkunzi zinda iba igowe yubahwe vyabisuma ngo zana ibimazi nibindi vyinshi chris hejuuuuru cane lmana ikuduhere kuramba 🙏🙏🙏🙏🙏🙏abanyamashar bave ngaho

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 17 дней назад +3

    Dico uyumusi kwiyitariki ndakwemeye kweri pastor wacu umubajije neza kweri nukuri ishimwe nirya Yesu kristo🙏❤️💎

  • @umutesijoyeuse9818
    @umutesijoyeuse9818 10 дней назад +1

    Nanjye ndemerako ari umukozi w'Imana ❤❤❤❤❤❤

  • @JullietteNdayizeye
    @JullietteNdayizeye 16 дней назад +1

    Ukonukuri turabihamwa cane chis ndikumana numukozi w,Imana vyukuri Imana ikomeze kumurinda na yesu yarumwana w, Imana ntiyemewe❤❤❤❤❤

  • @PascarBazirinyakamwe
    @PascarBazirinyakamwe 17 дней назад +2

    Mukozi wi imana mbayahanga yesu aguhezagire cane kumajambo uvuze kuri krisee uvuze ukuri

  • @ChellaNiyinshoboza
    @ChellaNiyinshoboza 18 дней назад +8

    Uyu mu pastor ayaze neza Ckris Ndikumana n'umukozi w'Imana pe

  • @murorunkwerebeatrice7606
    @murorunkwerebeatrice7606 18 дней назад +3

    Pastor ndagukunze uvuga ukuri uri umukozi w'Imana❤

  • @NimbonaViola
    @NimbonaViola 17 дней назад +3

    Chris turamwemera nibareke ishari abamuvuga nabi bihangane

  • @KwirinaNiyakire-c2j
    @KwirinaNiyakire-c2j 16 дней назад +2

    Imana iguhimigisha mbayahaga nawe turagukunda iguhezagirane na Chris Ndikumana

  • @AugustinNINGUMIRIZE-m4b
    @AugustinNINGUMIRIZE-m4b 8 дней назад +1

    Nsubire nshimire umwigisha wijambo ry'imana MBAYAHAGA avuga ukuri bigaragara ko nawe ashobora kuba yarigishijwe nijambo ryIMANA NZIMA!!!

  • @ChiauMicaela
    @ChiauMicaela 18 дней назад +10

    Chris ndikumana yuzuye mwuka wera nange lmana yampaye umwana biciye muri kanguka mugihe abaganga bavugagako bitazakunda

  • @manirambona-e2p
    @manirambona-e2p 13 дней назад +1

    Shalom nibamurek
    Chris watoe nimana nzim bamuvek bamuvek ew mbayahag urakoz kumuvugir Ivy uvuz nivyoo ibang nuguseng yoooo yooo imana numuh irindi pète nasatani abibon ko ar uwicibahir abadambw nabone imana ibatabar kk bishW ni kutameny bamuvek uwera wimana Iman yatwiherey kgir turokok yoooo aragow uvug nab Chris mbeg uruhir iki ko Iman yamwimany atakint kimuc integ koo bisazw kristo ari muruhand gwie uwomugwany ninde???❤❤

  • @JoJoBaybe-q9e
    @JoJoBaybe-q9e 14 дней назад +2

    Uvuze ukur wubahwe Kris turamukunda can

  • @Nimwiza1
    @Nimwiza1 15 дней назад +3

    Chris Ndikumana twaramugabiwe nimana 🎉🎉naw uhezagirw mukoxiwimana

  • @stephaniemurego9384
    @stephaniemurego9384 18 дней назад +1

    Apotre Mbayahaga ndamuk❤avugisha ukuri kw'Ijambo ryIMANA Chris Ndikumana n'Umukozi wIMANA,aca mugufi abamurwanya n'ishyari bamufitiye Bakozi b'IMANA mukomereze aho Imbaraga z'IMANA n'ubirinzi bwayo na MWUKA WERA bibagumeho Amen 🙏

  • @GozynGoog
    @GozynGoog 13 дней назад +2

    Ndagukunda mukozi w'Imana uvuze ukuri ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @FANNYFUNTVSHOW
    @FANNYFUNTVSHOW 18 дней назад +2

    Chris Ndikumana yubahwe lmana yarakoze kumuduha ngatwigishe ijambo y, lmana❤❤❤

  • @HagabimanaIrène
    @HagabimanaIrène 18 дней назад +2

    Mbayahaga nukuri ndiho aguhezagire cn kuko ubugishukuri knd ntashari ugira knd nanj ndikumwe nawe kuko chris ndikumana ndamwemera à 100% naho nzoba ndumwe kbs

  • @KennedyNshimirimana-lq1hq
    @KennedyNshimirimana-lq1hq 16 дней назад +1

    Tuba dukeney invuga Kuri nkizoo Chris ndikumana,lmana imuhezagire cn yaratoranijwe.

  • @TDBCommunication
    @TDBCommunication 17 дней назад +2

    Imana iguhezagire na Chris ikomeze kumuduza no kumuha amavuta. Mwempi muragahezagirwa.

  • @KwirinaNiyakire-c2j
    @KwirinaNiyakire-c2j 16 дней назад +1

    Imana ikonere imyaka yokubaho wewe na chris ndikumana nimiryango yanyu nabo mukorana

  • @MediatriceNdereyimana-t1z
    @MediatriceNdereyimana-t1z 15 дней назад +3

    Pasteur mbayahaga uvuze ukuri kuzuye cn gos

  • @manirakizalevis6115
    @manirakizalevis6115 18 дней назад +4

    Imana ihezagire umukozi w'Imana mbayahanga na Chris Ndikumana

  • @HugutteKam
    @HugutteKam 15 дней назад +2

    Chris Ndikumana Imana nyabuna imutuzigamire

  • @elizabethmukandamagi5317
    @elizabethmukandamagi5317 11 дней назад +1

    Wakoze muzehe Ndikumana imana imurimo turayemera mumegu kumana

  • @josephineinnocent5138
    @josephineinnocent5138 18 дней назад +3

    Ndagukunze gosee uri Umukozi w'Imana wubwenge❤

  • @josephndayisenga52
    @josephndayisenga52 17 дней назад +1

    Yesu abahezagir cne mbayahaga ivyomuvuze kuri Chris ndikumana nukuri kwuzuye IMANA yibera muriwe

  • @PascalyneIrankunda
    @PascalyneIrankunda 17 дней назад +2

    Nukuri muvyeyi wubahwe ndagukunze❤❤❤ God bless you

  • @BettyNduwimana
    @BettyNduwimana 15 дней назад +2

    Warahezagiwe mutama Pasteur Mbayahafa,uvuga ukuri pe!!

  • @Janet_ndagijimana-b7l
    @Janet_ndagijimana-b7l 13 дней назад +1

    idro niwivu Imana yaramutoye yarahejeje kumutora nimurekeraho

  • @MalyseNduwimana-q7f
    @MalyseNduwimana-q7f 11 дней назад +1

    Uwu mu pasteur n'ukuri avugukuri Imana iguhezagire ikwongere kuyikorera n'ukuyubahisha mutama nawe urikusigurijambo urigisha pe.hama ubuho rero aha uvuzukuri kuri Chris abantu nimburabugirire Chris n'Imana yamwitoreye ngwaruhurimitima yabeshi

  • @JacquelineNkurunziza-x9l
    @JacquelineNkurunziza-x9l 3 дня назад +1

    Ukuri kuzuye apôtre murakoze caaane ivyomuvuze nukuri pe

  • @KwirinaNiyakire-c2j
    @KwirinaNiyakire-c2j 16 дней назад +2

    Jewe ndagukundira kuko uvugukuri Imana iguhezagire

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye 18 дней назад +4

    Nukuri uvuzukuri mutama ❤❤❤❤Yesu abahumugisha

  • @rizikikabugoyi3456
    @rizikikabugoyi3456 15 дней назад +2

    Chris Ndikimana n'umukozi w'Imana ukuri, ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @EtfggWhghfd
    @EtfggWhghfd 18 дней назад +3

    Nukur uvuga ukur cane wew nbaye ahaga hamwe na Chris nukur lmana ibahezagire mwese muvuga ukuri

  • @AshaMbungu-to2uf
    @AshaMbungu-to2uf 16 дней назад +1

    Shalom shalom
    Ndanezerewe cane Kumva uy'umukozi n'Imana ariko avuge neza kandi cane. Nanje ndumwe yakize cancer mugitereko kubera amasengrsho nasenganye n'a Chris. Imana ibahezagire

  • @HitimanaEmerentienne
    @HitimanaEmerentienne 17 дней назад +1

    Abantu bakunda kurwa ni bibareke ukuri kwa Kristo kwamamare cane. Ndakunda abakozi b'Imana bavuga ijambo ry'Imana, bakihahisha abantu. Ivyo birarenze gusumba amafaranga. N'inyungu mw'isi no mw'ijuru.❤❤❤

    • @HitimanaEmerentienne
      @HitimanaEmerentienne 17 дней назад +1

      Muhezagirwe cane. Na Chris nahezagirwe cane
      . Ico mbasabiye mukoze kwamamaza ubutumwa bwiza kw'isi yose. Abantu b babohoke Kandi bakizwe..

  • @Musi222
    @Musi222 15 дней назад +1

    UMUKOZI W'IMANA wyobahwe Dico ngayo amashugwe yawe❤❤❤❤ ni Eric brofj

  • @IrumvaLouana
    @IrumvaLouana 15 дней назад +1

    Uwambaye ikirezi ntamenyako cera .Christ Ndikumana hejuru cane yarahezagiwe

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 18 дней назад +1

    Uvuze neza mutama Papa wacu Chris Ndikumana n'umukozi w'Imana vyukuri ntahagarara kucubahir ntiyihayagiz ntatukana nkabandi neanumva nukur Imana imurinde satani nabakoz biwe bose.

  • @FranckGahungu-ke2ji
    @FranckGahungu-ke2ji 15 дней назад +1

    Nukuri wubahw ntashari ufise ndiho aguh umugisha nkuwa Kris mwese murabakoz bimana

  • @julynyampinga6933
    @julynyampinga6933 18 дней назад +1

    uvuze neza Mutama ,chris ni mpano Imana yamwihereye,nawe arakoreshwa,ntandonke ashaka kubantu,ashaka ko Imana abariyo ishigwa hejuru,none abo bavuga na mashali abuzuye .

  • @nikuzeevelyne1163
    @nikuzeevelyne1163 11 дней назад +1

    Yesu aguhumugisha mukozi w'lmana

  • @ndacayisababeddybruce1729
    @ndacayisababeddybruce1729 18 дней назад +2

    Bantu b’Imana nikuberiki umuntu Imana yahaye umugisha wese mwita yahawe na sitane

  • @EmmanueliqueNSAVYIMANA
    @EmmanueliqueNSAVYIMANA 18 дней назад +3

    Imana mushobora vyose imuduhezagirire🙏

  • @AnithaKaneza-r9f
    @AnithaKaneza-r9f 18 дней назад +2

    Waaaaaaoooo mbayahaga aravuze ukuri neza cn cn mukozi w'lmana

  • @AminaJou
    @AminaJou 18 дней назад +1

    Kabisa ❤❤❤❤❤🎉 burundi 🇧🇮🙏bwacu ndizeyeko dufise abakozi bimana batatu 3 cheis ndikumana na ndayahaga nadenize bucumi nibo bakozi bimana bambere dufise burundi imana ikomeze ibahe amavuta🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🥰

  • @LeonidasMinani
    @LeonidasMinani 19 дней назад +1

    Mukozi w'Imani Apôtre Isidore urakoze cane gode kwemeza Umukozi w,Imana wacu Chris uhezagirwe

  • @crescentbanyakiranwa
    @crescentbanyakiranwa 19 дней назад +1

    Chris Ndikumana twomusabira kumana, amavuta yasizwe ,yame atotahaye kuko afasha ubusho bw'IMANA ,abakangurira gutahura ko,bokwemera YEZU nk'UMWAMI N'UMUKIKA mubugingo bwabo: ibitanganza bihora bikoreka❤🎉🎉

  • @DonavineManirakiza-z2s
    @DonavineManirakiza-z2s 16 дней назад +1

    Uvuze ukuri mukozi w'Imana hezagirwa cane

  • @RunyamboFrank-bo4ru
    @RunyamboFrank-bo4ru 18 дней назад +3

    Umushumba ubarikiwe sana kubyo usobanuye abakristo kwinsi hose

  • @Nkurunziza-w8l
    @Nkurunziza-w8l 17 дней назад +1

    Nawe urumukozi w’imana nemera kandi aciye ubwenge
    YESU abahezagire

  • @faveur710
    @faveur710 18 дней назад +2

    Nukuri Chris afise pasport diplomatique yahawe n'a Christon Hallelujah Chris ni Ambassadeur w'Igihugu cu Burundi

  • @SuavisKubwimana-i3b
    @SuavisKubwimana-i3b 13 дней назад +1

    Uvuze ukuri mukozi w, imana abafise mpwemu wukuri nabo bavuga ukuri abatizera ivyo Chris ndikumana yigisha ntibararonka mpwemu yera wukuri nibamwe bagishaka cakira ariko ukwizera kwumuntu nikwo kumukiza na yesu kristo Ntiyigera avugango ndagukijije yakoresha ijambo ukwizera kwawe kuragukijije na chris adusaba kugira ukwizera amaraso yawamwagazi yaseseka 1gusa atazongera guseseka maze uhoraho akihesha icubahiro imana ikomeze umukozi wayo chris ndikumana

  • @ClairiaKaneza
    @ClairiaKaneza 18 дней назад +1

    Waouuuuuu Imana iguhezagire Apostle uvugukuri chris ningabire Imana yaduhaye imudukomereze cane❤❤❤

  • @raphaeltuko
    @raphaeltuko 17 дней назад +2

    ❤❤❤❤
    🙏🙏🙏🙏🙏
    Ibyo uvuga nibyo pasta.
    Imana ishimwe cyane kubuhamya bwimana

  • @tatianebedetse6909
    @tatianebedetse6909 18 дней назад +2

    Pasteur Imana ikuje imbere uvuze ukuriiii ❤

  • @JojoNinziza
    @JojoNinziza 18 дней назад +1

    Nukuri mbayahaga nukuri ndagukunze uvugishije ukuri IMANA yomw'Ijuru iguhezagirire

  • @IrankundaFranck-lq4ep
    @IrankundaFranck-lq4ep 14 дней назад +1

    Mutama vyukuri in Jiji ntizibura naho bomwanka imana yo iradukunda. Naba mukunda bahezagigwe🎉❤

  • @claudenkurunziza3746
    @claudenkurunziza3746 18 дней назад +2

    Apotre Isidore Mbayahaga ndakwemerera ukuri kwawe kwiiiishiii❤❤❤25/12/..niyabantu ntabwo ari Biblique!!si ukuri namba!!!

  • @ChristellaNtakirutimana
    @ChristellaNtakirutimana 15 дней назад +1

    Mbayahaga,uvuze ukuri,biragaragara ko nawew wamaze guhishurirwa,lmana ikwongere inkomezi m gikorwa cayo numugisha.

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 18 дней назад +2

    Murakoze kukuvuga intumwa y,Imana dukunda❤

  • @wisemanfromzerotohero970
    @wisemanfromzerotohero970 17 дней назад +3

    Abantu nikuki mwemera ko satani ariwe ashoboye kurusha Imana kuki Mutemera ko Imana Ikora Ibirenze Ivyo mubona chriss Imukoresha

  • @IrarihaInnocent
    @IrarihaInnocent 18 дней назад +2

    Imvugakuri yuzuyee Imana ibahumugisha

  • @FelixSibomana-d4i
    @FelixSibomana-d4i 18 дней назад +2

    Mbayahaga ndakwemeye uravuzukuri

  • @AlineNkunzimana-e6b
    @AlineNkunzimana-e6b 18 дней назад +2

    Akomeze na yesu baramwanse!

  • @ndayiragijeinnocent3069
    @ndayiragijeinnocent3069 18 дней назад +2

    Ndagukundira ukuri kwawe. Uhezagirwe

  • @Pirisirakandeke
    @Pirisirakandeke 10 дней назад +1

    Uvuzukuri kabisa❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @ivoneirakoze5733
    @ivoneirakoze5733 12 дней назад +1

    Komera mukozi w’Imana 🙏🙏

  • @alicenzisabirakumana9317
    @alicenzisabirakumana9317 18 дней назад +2

    Abantu nkamw barakenew mugihugu cacu ndakunda ukuntu urikuvuga ukuri nivyiza wabony muntumwa y'Imana Chris Imana igiye guhezagira uburundi bwacu Amen

  • @Catherine-dv3qo
    @Catherine-dv3qo 17 дней назад +2

    ❤❤❤❤❤❤hezagigwa mukozi wimana

  • @nsengiyumvasamuel7139
    @nsengiyumvasamuel7139 18 дней назад +1

    Yesu Christo agirwe mukuru iteka ryose,hama Pastor ndagushimiye naw Imana ikomeze igukuze kand ikugirir neza kuko wemeye gushingira intake Christo biciye kumukozi wayo Chris nawe uhezagirwe mumpande zose

  • @imleen3909
    @imleen3909 18 дней назад +2

    Yesu akuzigame mukozi.WImana❤❤

  • @leopoldrugemintwaza41
    @leopoldrugemintwaza41 18 дней назад +1

    Kbsa nange nkunda umutsima wibigori kdi Ndagukunda cyane Mutumishi wa Mungu

  • @niyonkuruthierry3074
    @niyonkuruthierry3074 11 дней назад +1

    Much love to Mbayahagaa❤❤❤

  • @KigemeM
    @KigemeM 17 дней назад +2

    Ibyo uvuze nibyo mukozi w,Imana

  • @PayasiHarubuzima
    @PayasiHarubuzima 16 дней назад +1

    Ni kwel mutam wubahwe❤❤❤❤❤

  • @AlineNkunzimana-e6b
    @AlineNkunzimana-e6b 18 дней назад +1

    Umukozi wimana christ hezagirwa❤❤

  • @HabogorimanaNestor
    @HabogorimanaNestor 18 дней назад +2

    IMANA ihabwe icubahiro kuri Iryo TEKA YATEYE UBURUNDI N'ABARUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @NgabireyimanaJeovanisie
    @NgabireyimanaJeovanisie 18 дней назад +1

    Amen,ngo nimwagiriranira urukundo nabenedata muzoba murabana b Imana

  • @cynthiauwimana6232
    @cynthiauwimana6232 17 дней назад +1

    Pasta ndakunda ukuntu uvugukuri kuko nibak bavugukuri beshi niryanrya gusa IMANA iziguh kurangiza neza❤❤❤