DICO ENTERTAINMENT
DICO ENTERTAINMENT
  • Видео 163
  • Просмотров 594 450

Видео

Birakomeye muri WEMA ENTERTAINMENT bavuze amajambo aremereye kuri ALVELLA gasopo kuri NYAMA PRO
Просмотров 94218 часов назад
#Wema_entertainment #Alvella #Lénine_Manariyo #Nyama_Pro For more information : 257 68023566
400 Vidéos ba BALUTAZARO baruzuye/Modeste ahawe ikarata🟥Bubaye ubwambere MBAYAHAGA avuga ano majambo
Просмотров 17 тыс.7 часов назад
#Apostle_Mbayahaga #Dico_Entertainment #Burundi #Gospel_time #Social For more information : 257 68023566
FANNY na INA LIGERA🙃NYAMA PRO aje yariye amavubi // Kino kibazo kirakomeye kurusha uko mucibaza!
Просмотров 4,1 тыс.9 часов назад
#Fanny_Lavine #Ina_Ligera #Cinéma #Burundi For more information : 257 68023566
FANNY ikibazo na INA LIGERA biteye agahinda// acura amosozi mu maso avuze icamutandukanije na 3FA 😭
Просмотров 7 тыс.12 часов назад
#Intibagira #Ina_ligera #official_launch For more :68023566
TOP 10 ♥️Abakinyi ba films 10 bambere b'abarundi bambara neza bakaberwa kurusha abandi / Biratangaje
Просмотров 7 тыс.16 часов назад
#Nsoro #Sabbas #Fanny_Lavine #Cadeau_Ravelle #Alvella For more information : 257 68023566
Boom 🔥 3FA /FANNY LAVINE arabamara arasisha itopito NORASQUE ,DANNY na NADEGE bivuye mukinyegero
Просмотров 1,7 тыс.16 часов назад
#3FA #FANNY_LAVINE #DANNY #NADEGE For more : 257 68023566
Boom🔥 MEJJA TV bimukiye munzu nshasha baguriwe //Nibwo bwambere bibabaye muri Cinéma y' i Burundi,
Просмотров 663День назад
#Mejja_TV #Nyama_Pro #Inzu_nshasha #Inkuru_y_umubabaro!
Tabara ALVELLA 😭NYAMA PRO ntanakimwe asize inyuma ❗WEMA ENTERTAINMENT na ALVELLA sinzi uko bigenda🙆
Просмотров 3 тыс.14 дней назад
#Alvella_Muhimbare #Wema_Entertainment #Nyama
FANNY LAVINE bifashe iyindi nzira // Urugo series ~iyindi film~ Agence ya Cinéma Behind the scenes
Просмотров 3,2 тыс.14 дней назад
#Urugo_series #my_Hysband_new_movie #Fanny_Lavine
🔴 Boom_Boom🔥 BRUCE MELODIE live performance in Canada // Indirimbo ya KIDUM irakora ibara !
Просмотров 33414 дней назад
🔴 Boom_Boom🔥 BRUCE MELODIE live performance in Canada // Indirimbo ya KIDUM irakora ibara !
😭MIMI MIREILLE 😍 atamvye igisirimba induru ziravuga // bahise bamusukako amavuta y'umukozi w'Imana
Просмотров 4,5 тыс.21 день назад
😭MIMI MIREILLE 😍 atamvye igisirimba induru ziravuga // bahise bamusukako amavuta y'umukozi w'Imana
WARUBIZI yagiye he? Ng' aba turabazanye// CEO ANY ESPERANCE aguye mukantu😳ino film ni Surprisee
Просмотров 32521 день назад
WARUBIZI yagiye he? Ng' aba turabazanye// CEO ANY ESPERANCE aguye mukantu😳ino film ni Surprisee
INA LIGERA atoboje agatu urwara :PROPHET MODESTE na MBAYAHAGA muri film nshasha//Abakinyi b' umwaka
Просмотров 2,8 тыс.21 день назад
INA LIGERA atoboje agatu urwara :PROPHET MODESTE na MBAYAHAGA muri film nshasha//Abakinyi b' umwaka
FRIEND ZONE film ya MORIAH CHANNEL nyina wazo mubahebere//Wamu Director yongeye kwiraba mw'isunzu
Просмотров 39821 день назад
FRIEND ZONE film ya MORIAH CHANNEL nyina wazo mubahebere//Wamu Director yongeye kwiraba mw'isunzu
Breaking News 🔥 FANNY LAVINE yuguruje agence ya Cinéma: JOACHIM na SETH tayali binjijwe muri 3FA,,🔥
Просмотров 6 тыс.21 день назад
Breaking News 🔥 FANNY LAVINE yuguruje agence ya Cinéma: JOACHIM na SETH tayali binjijwe muri 3FA,,🔥
💝FANNY na NORASQUE💝 Batekane sinobafuhira uwanje arahari MIMI & AMEDEE turi kumwe ntiduteze kuvana🙋
Просмотров 6 тыс.21 день назад
💝FANNY na NORASQUE💝 Batekane sinobafuhira uwanje arahari MIMI & AMEDEE turi kumwe ntiduteze kuvana🙋
🔥Boom_Boom 💝 PRANK y'umwaka FIKO FICO yinjiriye SOLUTION COUPLE s'ukuvuga mundimi yenda kuharara❗
Просмотров 6 тыс.28 дней назад
🔥Boom_Boom 💝 PRANK y'umwaka FIKO FICO yinjiriye SOLUTION COUPLE s'ukuvuga mundimi yenda kuharara❗
Mw' ibanga ntangere CRHIS na ORNELLA MUTONI tubasanze munzu imwe // impamvu twabikoze uko,,
Просмотров 6 тыс.28 дней назад
Mw' ibanga ntangere CRHIS na ORNELLA MUTONI tubasanze munzu imwe // impamvu twabikoze uko,,
🇧🇮BURUNDI🇧🇮 igihugu c' isezerano //Edeni twasomye mu bitabu //CCCR n' igikorane co gusengera igihugu
Просмотров 234Месяц назад
🇧🇮BURUNDI🇧🇮 igihugu c' isezerano //Edeni twasomye mu bitabu //CCCR n' igikorane co gusengera igihugu
ETAT CIVIL : Estimé na Luna bafashwe Kizimbabwé // bihangane tubishize ahabona: ikinyoma twabeshwe❗
Просмотров 653Месяц назад
ETAT CIVIL : Estimé na Luna bafashwe Kizimbabwé // bihangane tubishize ahabona: ikinyoma twabeshwe❗
🔥Boom🥳 Bubaye ubwambere FANNY LAVINE abivuga "Umugabo wanje yarabinkoreye // Igikombe ni rwanje!
Просмотров 6 тыс.Месяц назад
🔥Boom🥳 Bubaye ubwambere FANNY LAVINE abivuga "Umugabo wanje yarabinkoreye // Igikombe ni rwanje!
💝 CHRIS & ORNELLA 💔 Kumbe vyabintu 🙄ibirori vyose uko vyagenze/ / ukuri kwa vyose Ng'uku !
Просмотров 23 тыс.Месяц назад
💝 CHRIS & ORNELLA 💔 Kumbe vyabintu 🙄ibirori vyose uko vyagenze/ / ukuri kwa vyose Ng'uku !
Boom 🔥 ETAT CIVIL // SAVE_THE_DATE : CHRIS AND ORNELLA !
Просмотров 10 тыс.Месяц назад
Boom 🔥 ETAT CIVIL // SAVE_THE_DATE : CHRIS AND ORNELLA !
INGARUKA SERIES S8 EP2 FANNY LAVINE we ALVELLA kuki ? CADEAU RAVELLE ? SABBAS ayiciye umurya !
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
INGARUKA SERIES S8 EP2 FANNY LAVINE we ALVELLA kuki ? CADEAU RAVELLE ? SABBAS ayiciye umurya !
IMVA YA MWĨHŌRO vs INTORE NTĪNDI // INTORE NTĪNDI iragarutse !
Просмотров 1,1 тыс.Месяц назад
IMVA YA MWĨHŌRO vs INTORE NTĪNDI // INTORE NTĪNDI iragarutse !
INGARUKA SERIES S8 EP 1 , TATY kwa SABBAS ,DIVA na LADOUCE bagiye gufatanya urugamba
Просмотров 9 тыс.Месяц назад
INGARUKA SERIES S8 EP 1 , TATY kwa SABBAS ,DIVA na LADOUCE bagiye gufatanya urugamba
INAMA PART 3 : intahe y' ubuzima MIMI yaciyemwo // ntivyari vyoroshe ariko IMANA yabanye nanje//
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
INAMA PART 3 : intahe y' ubuzima MIMI yaciyemwo // ntivyari vyoroshe ariko IMANA yabanye nanje//
TAYALI 🔥CHRIS ashikanye ORNELLA kwa maman wiwe NYAMA aje yariye amavubi "mundeke nihanize GIHEKO"❗
Просмотров 2,8 тыс.Месяц назад
TAYALI 🔥CHRIS ashikanye ORNELLA kwa maman wiwe NYAMA aje yariye amavubi "mundeke nihanize GIHEKO"❗
Vyakomeye🔥NSORO atewe injugujugu na HAWA 😱 CHANCELINE yanse kurya umunwa : Kumbe nivyo bapfa?
Просмотров 4,4 тыс.Месяц назад
Vyakomeye🔥NSORO atewe injugujugu na HAWA 😱 CHANCELINE yanse kurya umunwa : Kumbe nivyo bapfa?

Комментарии

  • @ChantalTuyisenge-r3o
    @ChantalTuyisenge-r3o 6 минут назад

    Nubwo umuntuyobaya yagukosherej ntumubwiranabikuko ahuri niwe yahakugejej niweyakuzamuy

  • @NiyonkuruDancille-ty6jt
    @NiyonkuruDancille-ty6jt 20 минут назад

    Igitugu kirakura ntigisumba izosi abarundi ikosarimwe rifuta ivyiza vyinshi umuntu yabakoreye uzomushimire kubumenyi yaguhaye a part yogukor kugiti cawe uramweger mwiyung ahomwakosherezanije

  • @akimananoriah
    @akimananoriah 22 минуты назад

    Ina abanyamuying bant turagushigikiy gus turagusavy maz mwegeran n lavine mubikemur kuk murabavukany diii.knd courage

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r 30 минут назад

    Jew ico nryoher nukw nokwumv mwasubirany insak zikagabanuk

  • @MiburoPatrick-zr3vh
    @MiburoPatrick-zr3vh 50 минут назад

    Nukur nivyo baruzuy kbx

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Час назад

    Aho nimb uje guhangana na Fany nukuntu ndamukunda,ugomb uzime niyutamusab imbabazi.arakabona akubrotse uvuga amajambo menshi burya nakwumvirij Kuv Kera ugum umuvuga.umugenzi nkawewe baragwiriy banryatuyaga

    • @akimananoriah
      @akimananoriah 24 минуты назад

      Oy namw nimugabany Aÿ majamb j numv bitahurits ahubw bokwicaran bakaganir kuk nabavukany

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Час назад

    Je ne regret jamais😢ICO gifaransa mukama😂

  • @jeanineirakoze6804
    @jeanineirakoze6804 Час назад

    Ndumva bafashe nabi uko yavuze ariko niko kuri.ngukundiye ibanga di. gusa nyene aga français urabe ukagabanye kuko haraho kagusevya!!😢😢

  • @FlorideNduwayo-w9r
    @FlorideNduwayo-w9r Час назад

    Ntakos ufis kand ntaniryubuze nn ikiganir caw cose kivugamw fanny wap kora akazi ivyobisaku nimubivemw tw abafan banyu tub dushak ibint bishash muduh vyakamaro

  • @jacquelineharerimana8693
    @jacquelineharerimana8693 Час назад

    Hama nimba musenga mwese kubera iki mukoranya abantu nk'abarya kugira kugira muvug ibintu gusabana imbabazi mutarinze kwandagazanya ntivyoba vyiza ga yemwe?Abarundi ntidukundana kabisa murakwiye kwisubirako kuko agahuzu gacapfuy kamesurirwa mu muryango.Yari impanuro murakoze

  • @EsperanceNkeshimana
    @EsperanceNkeshimana 2 часа назад

    Muco murugendo ibibazo ntibibura ariko muvyoba vyarabay hagati yaw na fanny ntiwari kuvyifatamwo kurya ntamwana ahagarara kumusozi ngo sinkibarizwa murugo

  • @remes123
    @remes123 2 часа назад

    Mubisanzwe hari étape umuntu acako akagera kuyindi,rero Level yawe kubwanje ndumvako Ari sawa,kuva kuri A ukaja kuri B . ahubwo inguvu nyishi mubikorwa vyawe

  • @Ariela1990
    @Ariela1990 4 часа назад

    rek mbabwir film itarimw fanny ntiryoh jew fanny ndamukund kub nubw muzomuvuga ibint vyinsh ntaw nzoheb muco wibuk film umupfakaz k mwakunzw kand yarimez nez mugikinan n fanny nah k wagiy wenyen ntac wanze umunt azobandany arab ivy yarasanzw araba

  • @AngeBenigneKantungeko
    @AngeBenigneKantungeko 4 часа назад

    Courage muco ejo niheze urwizibikorwa ibisigay vyimamatwi uwugutahura ukundi ntaco bitway ntawutahurwa na bose

  • @KimanaSanta
    @KimanaSanta 4 часа назад

    ❤❤❤❤

  • @Gabbuc257
    @Gabbuc257 6 часов назад

    Vyiza cane🎉🎉🎉

  • @JeanineMUKESHIMANA-i8w
    @JeanineMUKESHIMANA-i8w 6 часов назад

    Hama Muco nanje ici nogusoba nuko wogenda mugasubiza hamwe kuko hariho umugongo uri muri bible handitswe ngo :"ico muzoboha kwisi no mw'ijuru kizoba kiboshwe, icomuzobohora mwisi nomwijuru kizoba kibohoye."genda mushirek hamw mwungubumwe nkabkera kand natwe vyoduhimbara ntamuntu adakosha ego nayubundi turabakunda mwese murabacu

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 6 часов назад

    Fanny wanje we I love you❤❤❤,uko bakomeza kukuvuga niko urukundo ngukunda rukomeza kuduga ,je suis fière nokuba umufana wawe pe ,kuko uwukuvuze nabi ntera ndamwanka direct ,mama lao nkwemera kubi💐💐💐

  • @IraNella-u6p
    @IraNella-u6p 7 часов назад

    muco jew singay mwanka rek nc kugira desabonne kk uratuvyonze mubwonko kumuntu yagushikany ah ugez ukamuvug kurya

  • @Alinebella-Niyogushima
    @Alinebella-Niyogushima 7 часов назад

    Dico uzohanure Muco nimba hari ikibazo kiri hagati yiwe na fanny aboreke kuko murabona ko kuvaho yavugiye Fanny ntarigera agira ico abivuzeko rero aho nibazako mwoca mwitora ikosa mukabireka nkabantu mwitwa ko musenga erega muratukisha izina ry'Imana nimba musenga vyukuri Fanny yarihoreye rero nageeageze areke kumuzana kuma Tv kuko ejo ashobora kumukenera dans la vie on ne sait jamais aho uhurira nuwundi

  • @ElisaMunezero-q4n
    @ElisaMunezero-q4n 7 часов назад

    Fanny turamukunda nigituma tumukunda nuko atamusi numwe ariyadukiza mukuvuga umuntu aha kubafana ahubwo nimwebwe mwama muzana isaku zanyu aha nkivyo nibintu warikuvuga harya ahubwo warikumubaza impamvu ataje ukaraba nuko atoba yarwaye naburya tuzi yibungeze.mukorana ibintu ninzigo

  • @NShimirimanaEstella-b9r
    @NShimirimanaEstella-b9r 7 часов назад

    Ntakosa Wakoze maze Turabakunda mwese nivyiza ko muza muratubwira aho mugejej ibikorwa kugira ntitwitiranye ibintu Ese bose mwokwama mubikora uko😂😂😂😂

  • @TrizaMumo
    @TrizaMumo 7 часов назад

    Munafiki toka pale ntiyarikuza kuko waramusebeje imbere yaho

  • @TrizaMumo
    @TrizaMumo 7 часов назад

    Burya abaporoti muragoye kbs rekanigumire kwarutunga boro kwa patiri arikomwebwe abapoloti mufise udupolo mumitwe yanyu

  • @TrizaMumo
    @TrizaMumo 7 часов назад

    Nihugitangura ariko ukazani ibirundi bishisha vahiyo Fanny ararenze nanciye numvandakwanse dada vamumabifu ukore abana gushiramukana Maman Lao Fanny burya yaragufashije yacutumunwa

  • @BenjosVictoire
    @BenjosVictoire 8 часов назад

    Noe ugumuza kwisigur ibik ngaho vangaho wamburakimazi we

    • @FafaOxy
      @FafaOxy 5 часов назад

      Gabany uburofa w njij weeeee

  • @AimeeBenigne
    @AimeeBenigne 8 часов назад

    Muco kora akazi hama usenge IMANA igushoboze gushika kwihangiro ivyo vyokwandagaza fanny ntaho vyogushitsa uretse kwizibirira amarembo kuko lavine yarubatse izina

  • @EsperanceHabarugira-ej1zo
    @EsperanceHabarugira-ej1zo 8 часов назад

    Fanny arabareka mukarwiza amajambo nawe akarwiza ibikorwa.sha yubahwe kwel arazi neza ivyarimwo .ari mumuhamagaro wiwe koko.

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 8 часов назад

    #Muco wisiguye biba bipfuye😂😂😂😂

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 8 часов назад

    ❤❤❤❤❤Love from#Ligera_familly

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 8 часов назад

    Yemwe yemwe mucu na fanny mwese ndabakunda❤❤rero jewe ntaco nokwemez canke ngo.........muco na fanny mwese nimuterimbere. Hama abantu nabo baguma bavuga ivyo bavuga bamenyeko iyi reson sociaux ivurwamwo mwivyishi kandi irateranya

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 8 часов назад

    Dico urazana wa mwigeme yahoze arongoye WARUBIZI,aze atubwire iyoyagiye❤😅😂

  • @Goldenkey.
    @Goldenkey. 8 часов назад

    akokaririmbo rerobka fresh water karanyishe

  • @EstellaUwikunda-yb9so
    @EstellaUwikunda-yb9so 8 часов назад

    Gusa muco wewe na fani murakwiye kwegerana niba harico mwafpuye nafani muregerana musabane imbabazi

  • @jeannenirere743
    @jeannenirere743 8 часов назад

    Ntabirori warufise vraiment rwarurusaku ivyuko yakubrotse afise impamvu sha murigira vyinshi mukibagira ineza umuntu yabakoreye ntanisoni wumva mbega fanny umutumira kuri fone? Ako kagayo wumva katarenze, mumuhe amahoro sha ubwambere bamushima jew Fanny naramaze kumutahura uwudahuza nawe ncambona kovyamunaniye gushima niyo yogukoshereza utuma wibuka iciza yakoze cumusi umwe kweri Fanny nzomugwa inyuma biguma vyoroha turikumwe uwumwanka ndamwanka

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 9 часов назад

    🎉🎉

  • @chanelleapome3362
    @chanelleapome3362 9 часов назад

    Ravelle ntiyosumvya Fanny kuberwa!!!ipuuu murabeshe kabisa

  • @sammanthasinzinkayo6763
    @sammanthasinzinkayo6763 9 часов назад

    Jewe ngira harivyo ntamenye. Muvyo washikirije nta kibazo nabibonyemwo gusa kandi umuntu wese afise uburenganzira bwo gutahura ibintu uko ashaka. Muco kora ibikorwa ibintu vyo kwisigura ubireke. Aha kwisi nabonye utanguye kwisigura kubivuzwe vyose wohava unasara.

  • @Emily-k98
    @Emily-k98 9 часов назад

    🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ courage mwiza🎉🎉❤❤

  • @BenidaIradukunda
    @BenidaIradukunda 9 часов назад

    Muco ndakwikundira nukri ntakosa narimwe wavuze kandi wishuy kuvyo ubajijwe gus abant twumv ugutandukanye ibint itekanire mugenzi uzokorana nabashaka kuko inosi abantu baragoye gus jew 💖💖💖💖

  • @igiranezachantal6810
    @igiranezachantal6810 9 часов назад

    Muco rekana nabobanyamakuru ugum uvug amajambo kur fanny,we nukore ham ibindi uvyihoz,basi none ubon Fanny haric arikwarabivugak?mubisanzw urik urivugan🙍 Fanny nicgtm ndamwikundr,ukukunt abarek mukivugn!!!!ntamwany afis kk arikwarakor,iconic abasumbij! Sh muco nahor ndagukund mug utanguy kuza uvug Fanny wapi kwer,ahobirakunaniy.

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 9 часов назад

      Burya ico nabonye ntamuntu ahura namajambo nkumuntu ameze neza pe sha umuntu ugiriye neza arigora akakwishura amajambo

    • @MbisabakomeyePierreClaver
      @MbisabakomeyePierreClaver 9 часов назад

      Nagbany Ama tikuuu sh Fanny numwubahw ntimuzigr mungan kbx wihngn

  • @EmelyneIrakoze-i4e
    @EmelyneIrakoze-i4e 9 часов назад

    Uhezagigwe,wongegwe namavuta.uravuga ukuri kose

  • @AntoinetteIrankunda-p4x
    @AntoinetteIrankunda-p4x 9 часов назад

    Muco uyumusi ndagutahuye wishuye neza aho ntagutahuye naho wavuzuti pardon kumbure noba nabivuze muri sanse itariyo nakubabariye kuko birya wavuzengo urabazwa nukuntu bakubwira nguruwo kwanaka ivyo ntivyarikukubabaza ariko wavuzeko wabivuze muri sanse itariyo kubwivyo rero mwese turabashigikiye miterimbere kandi musubize hamwe❤❤❤❤❤

  • @EmmanuellaBahati-f5m
    @EmmanuellaBahati-f5m 9 часов назад

    Burya muco uremera ko Fanny arumuvyeyi waw rero wibuke ko muvyeyi adakosha.

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 9 часов назад

    Twagira tubamenyeshe ko ivyo muzomuvugako fanny vyose tumurinyuma, hama uzoze wiga kuvuga rirya shavu wabivuganye wamenga umeze nkumugore amaze igihe ataronka akomugatondo🤣🤣🤣ndavuga akayi🍵

  • @kechoukwizera
    @kechoukwizera 9 часов назад

    Ina ndakwikundir nubw barik bakuvug nab lman igum iguhezagir kuk uvug ukur kand ukur kurababaz ww lman ikuj imber muvyurimw vyos

  • @mugishamédiatv-s1l
    @mugishamédiatv-s1l 9 часов назад

    Kimwe gusa uburyo wabivuzemwo nta respect yaririmwo nkumuntu mwakoranye tutitaye kukuntu mwavanye umenye ko natwe twakumenye kubera urya muntu uvuga kurya Entertainment iragoye gusa utere imbere

  • @ChadiaKwizera
    @ChadiaKwizera 10 часов назад

    Lavine n'a muco turabasavy mub kumw p kk birababaj muribamwe nimumare ibibazo vyanyu mwese habure urwanko p ❤❤❤❤❤

  • @MusaFloribert
    @MusaFloribert 10 часов назад

    Gus mumureke fanny yiberey mubihe aze yibaruk amahor mb mutamuvuz ntamahor mugir imvugo wakoreshej mukwank fanny naciy nkwanka pe kk fanny arimubantu batumye nkunda film ndundi rr wew uracar inkumi ivyingo ntavyuz yafatiriw ucuhuruduk mumajambo

  • @NsavyimanaAnitha
    @NsavyimanaAnitha 10 часов назад

    Sabass ni umber one kbs.