Mwubahwe kbx icomp tukazohur one day ndbkunda cne kl nella kuri Care zie zirasar king nae mubuzima série bwie kl 👌urarenz p mubikir nez cne ndabkund ❤ mubandany mworohegwa ndiho azabagez kuvyo mwifuza🙏🙏🙏
Non baguma baharira ng ntibatubesheeeee vrt Izzo na Nella murek kudukora mumutwe.nimwemereee ko mwatubesheeeeeeeee jew ideni nahatswe gufata ideni ngo ndonderere ivyo nzokwambara😮
Mbeg nya ko ya promoting iry Films ya Fanny urugo Fanny cNk norasque bar bamuhemvy 🤷ba mukura inzig abarundi mukundan Aho Fanny agez siho yarar kera na Ornella cNk abandi bazohashik ✍️kubera Imana 🙇
Neza cane bar babiteguye ko bazobamaramaz hama ng baraseng 🤭 naj vrt nababay non Hari invitation mwabahay ng ni mariag bashak kubashir hasi nk kury bashak gucafuz Libert warabony na Joachim ko yaciy abashigikir
We dico uz umbariz norasque at urubik ikiganir wakoreshej mimi mireille yihakan kwat mugab afis at aban afise ng Har impeta mubon nambay 🤷vyatumy Mimi mireille bamumenya knd ub agez aho ashak rer Norasque yagiz amakos can ng ko dusenga ub Bob ivyo bakina vyose ni ukuri cNk nibinyoma 😜nibakure uburof hariy ng solution couple ahubw ni Yesu kristo nibatekan nab nyen kugir baronk agafu kaban barabesh 🤷
Nyama nivy mu Rwanda ar bi promoting 🤣🤣🤣🤣at akaz bamuhay ba Ornella mwabahoy ubusa gus inzig ya norasque na Joachim na norasque yaray yigaragaj murek aband ban bater intambwe norasque uribuk ukubitw ur youtubeur journalist 🤣🤣non Wigiz malaiika mur Lencement officiel ya Ornella aho mur Har aband ni mutekan 😂😂
Dico non mushak bankan 🤣🤣🤣🤣🤣Mbeg Fanny na Libert ko bambar ibis Bari umugore numugab? Ba muretse gutor ubutosi mujisho ry bagenz banyu ibiri mujisho ryanyu mutabibon mbeg ziry mpuz norasque na Fanny bar bambay bigaragar ko Bari baj mur mariag 🤷kugira norasque avug kurya
Non baguma baharira ng ntibatubesheeeee vrt Izzo na Nella murek kudukora mumutwe.nimwemereee ko mwatubesheeeeeeeee jew ideni nahatswe gufata ideni ngo ndonderere ivyo nzokwambara😮
Mbakunduko ibindi ntibindaba🤣🤣🤣 akanyuma niko keza akira amashurwe yanyu🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 Nella Tiktok yiwe iratwika sana👌👌🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️
Sha Chris waritesheje umukobwa mwiza yubaha imana yambara akikwiza yimwesha rupfasoni anafise indero ntabwo yambara nkazadaya zokwipave
Nibareke kwijoginyora nivyo barakundanye
Dico nukuri waraduhenze cane kandi sivyiza uzukuntu narinzi ngo nivyo kumbe kwari kutubesha 😢😢😢😢 na samedi nkaguma nerekana ama photo yabo ngo bagize etat civil😢 kumbe wapi ndababaye
Jew ndabikundira mur beza muze mubane❤
Ndi Donatien oke diko bambarize pe ingene boduhenda ngo babagira barushinge Hama bagaca bahindura gusa bizorangire babanye burundu❤❤❤ ariko firime bakoze nurusasu irarenze pe ndabakundacane courage 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nkaba MBA number 3 dicodico ndamukiriza ornella ATi warakoze kuduhenda natore amashurweye ntakund❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂
Shaaaa Dico bariko bakugorera ubwenge nibarek kukurusha nivyo barakundna
Ntabirofo yavuze😮😮chris arabesha
Erega ubundi Norasque ntarasirimuka muri films 🎥 😂😂😂 gusa ndarengewe koko inzu Faxine na ntare berekanye ngo yabavunye yari prank 😄 😆 🤣 😂wallah birandenze.
Niba bakundana birabaraba niba naho mudakundana birabasha ntanyungu tubironkamwo birabasha urabona umengo nivyahatari
Dico mvungishukuri nkumuntu wumushingantahe fanny nono bamvuzukuri batore amashugweyabo🎉🎉🎉🎉❤❤❤ hama panke bakoratubatwambonyeko aripanke hubwo nibamaramareneza😂😂😂😂 abafana turarunca ntabwoyamubwiyeko arikirofa ashirehasi solution couple ❤❤❤🎉🎉
Ndabikundira mbere bakinyi banj kris na nella
Nubu je simbashira amakenga nubwo ari film guda naraberanye cane mba kunda kubi🎉🎉🎉🎉
Olnella nawe nimwiza ariko imyifato yiwe niyo atari mwiza kuko ahagaze hamwe nindaya ntiwomenya indaya nuwutari indaya yambara impuzu ngufi birenze ayomatako yawe nayokuzobonwa nuwuzoguhitamwo sayokubonwa nuwariwewese iyi messag ntirabawewe wenyene iraba umuntuwese agenda mwibarabara atirimutsa abantu bagatuma ubusambanyi bwiyongera nkumugabo agahura numukobwa yambaye ubusa umubiriwiwe ugaca uhinduka yagera imbere yahura numwana agaca amufata kunguvu kubwiyompamvu sha Chris bavugango umuhushatunga ahushumugore Alvella umuhungu azomugwako azoba aguye kumugore
Oya Dico ntibaberany aberanye na,Alvella kuko Olnella arasumba Chris ariko nubwomvuzuko ndabakunda bagtng neza babikora neza
Mwubahwe kbx icomp tukazohur one day ndbkunda cne kl nella kuri Care zie zirasar king nae mubuzima série bwie kl 👌urarenz p mubikir nez cne ndabkund ❤ mubandany mworohegwa ndiho azabagez kuvyo mwifuza🙏🙏🙏
Abo sibo nigwinyama ari rero Dico ndamwemera ari mukazi
Ornella uri mwiza cane birya bintu wariwisize ntuzobisubira vyari Bibi
mbere jewe barantesa iyaba arivyo nakora bokwibaniye kuko baraberanye ndabakunda
Sha ntarugo mbona ngaha
Nje nkr Iy couple IzzOrny❤ itabany nzobabar mukibanz c Orny niw mbonamw love nyish😂😢
Basi nibatwemeze babijemwo naho vyoba atarivyo,ko benshi iyo couple yaturyoheye !
Barangij neza ako kuko tubababarira nkarashimishije neza!
Ibisigay mukomeze kwibera murukundo
Oya rek kubesha subiramwo neza ikiganiro curya munsi norasque yarabivuze neza ko batayibamwo rek kubabeshera aho reo mutanguy kuvug ivy fanny attention ❤tubafane ukwiwanyu naba fanny tubafan ukwiwabo
Dico Abo bantu twar twavyishimiye ko babirimwo Ariko Ariko dusanga ni prank Sha ntacoo gusa turabakunda nyne IMANA ibandany ibahezagira
Gusa muraberanye nukuriii
Nukuri Bar bazi kwar Films bashats kwigir abahatar
Nono yavuzeko yasanze ari brage niydvuzeko aribirifa muramubesheye
Prank zaba norasque bahendana hagati yabo .
Arko wew chris ukaduhamagara twaryohewe cn ngo duhurir mur mairie twinshimye .
Niyo mwarikutubwirko ari films twarikwishimir ibikorwa vyanyu kuko turabakunda❤
Komera umvuzukuri kuko tubatwambonyeko aripanke ariko nyiba babafitiye afashari🎉🎉
Jew nkukuntu Mbona baberanye hamw batobana twoshavura
Urworufoto rwabo wasizemwo washatse bidufashiki? Hama Chris na Nella ndabakunda ariko muriko mwisigura mumafuti nimwemere amakosa mwarayakoze none Nyina wa Chris wamupostinze uvuga ngwiki?bemwemera akabi murakuze ivya Norasque nawe nimumureke urya yavuzukuri ahubwo umenga mufitanoye bifu iconobahanura mwarakosheje nivyo✍️
Harya nyama aba ahaze umushusho ahawe na nella😂
Non baguma baharira ng ntibatubesheeeee vrt Izzo na Nella murek kudukora mumutwe.nimwemereee ko mwatubesheeeeeeeee
jew ideni nahatswe gufata ideni ngo ndonderere ivyo nzokwambara😮
❤❤❤ nice couple
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ububesh gusa ndababaye oyh mugangira yama amwihera sha hhh www ntavynz ivya bantu
Fanny na Nora bafise ishari kubona Ornella na Chris bagiye kubakura kuri hit😂😂😂😂😂
Reka kubesha nibopfa babashikiriye icoco kirazwi
Ha!!!weho uraje
@@MelyMary-su1ih oya nivyo
Abafana muri abantu babi cane,mubereyeho guteranya!!!ishari ry'iki KO umwe wese arondera ukwiwe kdi umugisha wuyu atariwo w'uwundi???Aho bo wosanga ata n'ikibazo bafitaniye ariko mwebwe ndabona mwasaze mutukana😂😂😂😂 kdi naho boba bagifitaniye ivyo ntibituraba,dushigikire ibikorwa vyabo ibindi tuvyihoze
Tokakure barya twaramaze kubikundira hubwo kanzobarya kubera ivyomwabamvuzekovyose vyatewe swata gendahiyo
Dico Vrt norosque yaragiz Nabi kir muntu afis strategies ziw kugir a promoting ivyiwe mug baciy bigir abahatar ng baj kubamaramaz imber yabantu norasque yibagir ningog kweli 😂😂😂😂😂
Ahubwo nyene muranyibukije iryanzu yahereye hehe bary barafise amaher yokugur iryanzu
Uragayana Rega imana inzobibarosa wewe urayafise bamveko harumuntuyabwiyeko yaguzenyanzu
Hamwe batwotwarana bobagaya nkuko norasike runyuzi yarabivuze
Ornella birazwi koyanditswe numugabo wamber niyoshoka agira mariage batarasinyura ngira nico yaratinye
Ngiy gusenga muzobane ndab♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🌷🥀🌹🥰🙏🔥🔥🔥🔥
Mbeg nya ko ya promoting iry Films ya Fanny urugo Fanny cNk norasque bar bamuhemvy 🤷ba mukura inzig abarundi mukundan Aho Fanny agez siho yarar kera na Ornella cNk abandi bazohashik ✍️kubera Imana 🙇
Ntanzigo bavafitiye ariko ukuri kuraryana
Murasara mwebwe nimubane murakaranduka 😢
Ariko nicerekana KO babakunda.
Jewe kubwanje umubabaro nimwinshi kubera narinzi ngo muri murukundo vyanyavyo,kandi nari nishimiye cane couple ❤yanyu
😭😭😭😭😭🤔🤔🤔🤔🤔🤔
We Dico ja kurab Films Save the Date urek kubarush ivy Norasque yashats ntibizob bihoye ubusa 🤷
Oya yancomwihaririza umva ukurikuraryana fanny nono bamvuzukuri kuko fanny nanono badukorera panke tubatwambonyeko aripanke ntimubareganye incokintu tutuziko aripanke arikomwebwe twabimenyekubera ngiheko hamanyama akongera akancamuhaririza wumva aribande batubeshe zamumvungisha ukuri hoshiyo mwababeshimwe
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ ❤
😮😮😮😮 yoooo 🤭 🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Neza cane bar babiteguye ko bazobamaramaz hama ng baraseng 🤭 naj vrt nababay non Hari invitation mwabahay ng ni mariag bashak kubashir hasi nk kury bashak gucafuz Libert warabony na Joachim ko yaciy abashigikir
Ukuri kuraryana janahiyo ubuturimuri 2024 unzomvugukuri bashaka bakagukunda bashakabakareka
Zimya ivyo birofa
Jew mutanguye kubeshera ba Fanny ivyo batavuze muga mwirengerezako ivyiwanyu muba mumbabaje kuko muriko murababeshera muri ivyobatavuze bisigureko mubanka aho jew ntiduhuza
Ababantu barankana bafanny nukuntu Chris yishuye nor yarabisize mwinzigo ariko ntaco twarabibony gusa nahomwobank twebwe nkabafan ba noras na Fanny ♥️♥️♥️♥️ harya niyo bobank ntacobibabwiy kuk baritahuye💪💪
Tuvyumvakumwe
Cank mwarakundana mwabay buhebane??😂😂😂ikiganir mwakirey kur MOF simwemb mwabivugana mwitana ba beeee
Dico urababaza hamwe chris wamusanga mbere naba kijaja
Hamw nyama yagutwara no mucumbaaa ni kwande naho??
Non hary ntimwaciy mubon kwar Films
Jew nukwo nyen tuzi abajama ba xana ubundi jew sinari no kubumvuriza baraduhenze caaaaane
We dico uz umbariz norasque at urubik ikiganir wakoreshej mimi mireille yihakan kwat mugab afis at aban afise ng Har impeta mubon nambay 🤷vyatumy Mimi mireille bamumenya knd ub agez aho ashak rer Norasque yagiz amakos can ng ko dusenga ub Bob ivyo bakina vyose ni ukuri cNk nibinyoma 😜nibakure uburof hariy ng solution couple ahubw ni Yesu kristo nibatekan nab nyen kugir baronk agafu kaban barabesh 🤷
Nyama nivy mu Rwanda ar bi promoting 🤣🤣🤣🤣at akaz bamuhay ba Ornella mwabahoy ubusa gus inzig ya norasque na Joachim na norasque yaray yigaragaj murek aband ban bater intambwe norasque uribuk ukubitw ur youtubeur journalist 🤣🤣non Wigiz malaiika mur Lencement officiel ya Ornella aho mur Har aband ni mutekan 😂😂
🤣🤣🤣 ivyo vya scène yo kuryamana reoo....
Dico non mushak bankan 🤣🤣🤣🤣🤣Mbeg Fanny na Libert ko bambar ibis Bari umugore numugab? Ba muretse gutor ubutosi mujisho ry bagenz banyu ibiri mujisho ryanyu mutabibon mbeg ziry mpuz norasque na Fanny bar bambay bigaragar ko Bari baj mur mariag 🤷kugira norasque avug kurya
😏😏😏😏😏
Ivyo birabarab jew umunt akoz mugahang Fanny na Nino tub tubukuye
Shaaa nanje nuko kabx😂😂😂 nokuraba ivyuyomuntu sisubira kumurabira ivyiwe🫣🫣
Najewe
Nora na fanny bafise ishari nimwiterimbere abaverwa baverwe
Bomboclat
Nyama muzane hanyuma uzaba na post communaute tumubaze impamvu yabikoze
Zana nyamaaaaaaaa
😂😂😂😂 hhhhhhh