Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tell me the truth,are you going to be married? Haaaah,i am surprised but i enjoy your Love if it's so❤❤❤❤all my congratulations to you best Burundian actors!
Nella je nzoguterera ndavyemeye kndi Chris utwaye umugore mwiza knd w’umutima je ndamuzi neza cane gose atarab numu star 👌ivy’abantu bavug ubime amatwi
Oooh muribeza pe ❤ nkundukunu urikinini cyiza❤much love from Rwanda ❤
Ornella n’a Chris , ndabakunda kdi courage cane,, Imana ibaje imbere muri vyoseeeee,, naho ndi kure ntaco nzoryaaa kweliii, Bruxelles tunaBalove❤ . Bibemwoo neza tuuuuu
Oya harabantu iyo babonye umuntu arumu star baca bamwibazako ivyatari
Arikoo siko biri mwikomereze dis ndabakunda❤❤🎉
Ndabakunda cane rurushirizeho gusosa bashake bimene mibimamatwi maze Na Fanny Na nolasque babavuze ayasumbayo ntacovyabagize ahubwo vyabahay inkomezi❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nzoyoraaaaaaa ornella chriss love you toooooo knd muraberanye❤❤❤❤
Nice couple IZZONELLA ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉IMANA IMBERE muvyanyu vyos ham ndafis ikibaz jew ndashak mukimfashemw jew ndafis inzoz zogukin film kand nakunz ndabikund ariko simbon aho nohera 😢😪🙏🙏🙏 Hm Ndiho abubakire je vous aime bcp ❤❤❤❤❤❤❤❤
Yoôo!!!! Thenk you ndabakund can murakin fresh nkazirab nkanezerw ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Nitwa tuyisenge crere ndimunyarwanda kazi mutoni ndagukunda cyane❤❤❤❤❤❤
Ornella na chriss baratesa nugusa basigaye basa nimwitagatire basha turabashigikiye❤❤❤
Soluange ❤❤❤❤❤❤Maze imana ivyimvangemwo jendabarindiranye igishika❤abantu babonako iyi couple iberanye mumpe rinke ❤❤
Imana ntabwo yivanga ahubw Imana ibaj imber
Jew rr ukuntu.nkunda oronella sinobisobanura peeeeee bzuuuuuu maz❤❤❤❤❤❤
Cha uwovug ko mutaberany nikurog yoba yorog🎉🎉❤❤
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tell me the truth,are you going to be married? Haaaah,i am surprised but i enjoy your Love if it's so❤❤❤❤all my congratulations to you best Burundian actors!
Mbay uwakabiri kabis munduhe kagatebe😂😂😂❤
Chris uravuze ijambo ry'ukuri kuvyerekey ngo afise abana urintwari y'umugabo felicitatio Ornella uzumwubahe cane igihe cose azogukorera ikintu kibabaje uze wihute kumuharira Imana yivange mu vyanyuu
Murakoze kudutumira mubandanye muhezagirwa
Boooom karibu karibu havebendatora agatebe hataruzura 😂😂😂twari tubarindiranye igishika bantu bacu🎉🎉🎉🎉🎉
Nkukunda kanini ornera ❤❤❤nubu turagushikiye from saudia❤❤❤❤❤❤❤❤
Félicitations bantu bezaaa, Imanaa ishigikire urukundo gwanyuuu. Ndakeje Chris caanee kumutima yagizee. Umugisha mwinshi uze ubomeko
Ndabakunda ♥️♥️ cne IMANA ibaje imbere
Ndabakund cn vtm iman ibahe kuramb murukund gwnyu félicitation beez bnj🥰🥰🥰🥰
Ndabasavye Chris ugomba kwigira afande wew ugira isoni ni madame wawe ntagutinya mube nkab Fanny na Norasque byi ❤❤❤❤
Félicitations Chris and ornella gus munyibukij ud scènes tumw tumw two mur film ingingo gus ndabakund 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 muz mwubak rugum
❤❤❤❤ndabikundira vrm kandi mwese muri beza cane birahimbaye.nice couple🎉
Ornella ndagukunda cn ♥️ gose ese biraryoheye cn ♥️ gos muraberewe p
Mbega couple iryoshe kuraba! Murabe amakara ntimube urubeya❤❤
Imana Data wa Twese ibaje imber cane umugish guterimbere numuryango munini wumugish bibome inyuma 👏👏 ❤❤❤ urukundo ruganz lmana iyobore
Abana nu mugisha abafise abana nibo saw felicitations muze mugire urugo gwiza❤❤❤❤❤
Egooo diii Chris ndagushigikiy umwanaa ntakibazo ciwe numugishaaaa ,,, abitwa abakobwa ni à vérifier 👍👍👍👍👍
Chris waravuzko ukunda ak bébé kinzobe ,imbere yogukunda icamwa utangura gkunda igiti nivyashik avyara akirabura Katoy umw mur family ndasavy ntuze utubabariz ornella wanj kk akeney kudekeshwa yunv ukuntu yesu agira neza❤❤🎉🎉chris yirukan abagor mur film ntakabe mubuzima busanzwe .
Imana izibaj imbere❤❤❤❤
Azogaasig mukorog😢😂😂😂
Ornella nukur ndabakunda muvyumve ndahaka kubabona imana ibaje imbere muze mwubake rugume félicitations knd ukuntu ngukunda nella ndashak kukubona pe ❤️❤️🇧🇮🇸🇦
Kubana kwanyu bizompimbara kabisa👌ndabakunda cane nukuri muranakina neza❤
Ndabakunda can Imana izobah ibibond
Alloooo❤❤❤igihe cose mwakina naguma nipfuza kobitoba ibikino bikaba ivyukuri,kubwivyo ico mbonye nuko chriss urumuntu wumwizigirwa caneeee,ivyo bita ibikino weho uburiko uriga ukwuzorwubaka.mwubakire kurutare bakunzi,Imana izibane namwe mumyiteguro yanyu
Nukur ndabakunda cneee imana ikomeze ibashigikire nitwa Treccy from Rwandan
chris sio kuvugak utar umwizigirwa ahubw tub twibazang n film nanj ndavyemey kuber ik kiganiro😂😂😂ubund murates wallah ❤❤❤❤ubund murabantu banj❤❤❤
Nanj nkaba ninjiy mumuryango wanyu ❤❤❤❤🎉🎉🎉munyakire Rero ndabakunze
Urukundo rwanyu Imana izorwivangemwo ❤❤❤
Ndabakunda cne lmana ibajimbere muraberanye cne ❤❤❤❤
Mbe mana fate indenge✈️✈️oyh noceregwa ungasaga nicaye iyuma hewe reka zorungika isazi ingirimbere❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Ryar mwizaa waaaaao merciiii 💞💞💞💖💞
Félicitations beza nda❤❤❤
Nukuri iyi couple nisawa kandi nyamabro ndabonyeko yavuzukuri ndiho abanzigamire 😊
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ love from Vyihoze
Félicitations beza bacu ❤❤❤
Ndabakunze cyane mwitiranwa n'abana banjye bombi
Uzukuntu ndabakunda vrt Imana ibaje imbere mumyiteguro murimwo❤
Noe nkamwebwe iyo vyarigushika ntimubane jewe ndimubant bambere vyarikubabaz gose nukur imana yivange muvyanyu kuko murakuzwe muvyumve uwubanka nokuroga yoroga pee jew ❤❤❤❤
Imana ibajimbere murukundorwanyu
Muraberanye canee . Nomuri film mwabiryosha iyo mukinanye.Ndabemera❤
Ndabakund cn imana yivang muvyany munakin nz disi♥️♥️♥️♥️
Ndabakunda can iman ibaj imbere❤❤❤❤❤❤
Nella je nzoguterera ndavyemeye kndi Chris utwaye umugore mwiza knd w’umutima je ndamuzi neza cane gose atarab numu star 👌ivy’abantu bavug ubime amatwi
Chris urumwizigirwa gsa akeshi ukina film waviriy caane,uyumusi umutima weyutse 32dents zose hejuru😂😂😂😂
Chriss wallah sivyo kukubesha ndagukunda ukuntubukina kandi ndagufana.
Ornella Mutoni ukina serieusement vrt nawe ndagufana
Hamwe Ornella na chriss mwobana je nobatera amashurwe 🎉🎉🎉 kuko muraberanye sana.
Je mbona bivugwa kuma reseau sociaux.
Mais pour moi je mbona ataco vyokwica🎉🎉❤❤
Oronella ❤❤❤❤❤❤❤❤ndakwikundir umwana sikibazo ahubwonumugicha chr ❤❤❤❤❤❤❤bzuuuuuuuu
Ndabakunda mundom nkur ❤️❤️💋💞❤️
Turabakunda 🎉❤from BURUNDI STAR TV
Nukiri ndabiphurije kugera kuvyo mwiphuzaaa❤❤❤🎉🎉🎉
Imana ikomez ibaje imber mur vyose turabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ couple Nkunda can 🎉🎉🎉🎉 muraryohera cn
Waaaoooh nzoz jendabakunda igikuru numwumvikano murugo shahu.
Erega mubanye nta kibazo mbona na. Nora. Na. Fanny. Vyarakunze ❤❤❤
Ornella wanj ndagukunda cane lmana ibaje imbere❤❤❤❤❤uraronse umugabo mwiza uzumufate neza🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Congratulation boba pinga boreka urukundo ruja ahorushaka ntiruhatirizwa.
Chris yaraguyeko🎉🎉🎉Nella turaku❤
Muze murabane bakunzi🥰🥰🥰ikindi chris mwebwe komez urukundo ababonako utari umwizigirw birabarab gikuru nuko uwo muvyumva kumwe akwishimir kandi akwizer
Basha nzogum mfana ❤❤iyo nsanga bwar ububeshi narikubasang iyo muri nkabakubita basi❤❤couple nziza hash
Krise nella ndabakunda❤️❤️❤️ Kure cane bantu banje
Ornella ndagukunda uzogire urugo❤gwiza Hama nobipfuriza kutunviriza Ivyabantu babavugako kubera kahise kawe ariko wunvirize cane Ico Imana Ibavugako mutere muja Imbere muri vyose Urugo numugambi w’Imana dutegerezwa Gushira Ikiganza Aho Imana Igishize
Jew ndabafise mukomereze aho nyene muze mugere kure😍😍😍😍😍
Gusa mudukure mu rujijo nukuri.
Fanny na Norasque twagira ni film ariko birangira bibaye sérieux 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Namwe ndabasavye mube sérieux kandi jewe nka Maman Tessy ndabashigikiyeeeeee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda cneee kure cne niho mbipfurije kugera❤❤❤❤
Munaendan kbx naapenda san imana ibaje imbere ❤❤🎉🎉🇴🇲🇧🇮
urumwizigigw shaa😍😍
🥰🥰Iman ibaj imber beza muraberany can👌
Waaaooo naje ndabakunda cane❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ couple yanyu ndayiri inyuma👌🙏🙏🙏
Imana izobubakire nukuri nagira ni film nn umenga novyemera da😂😂😂❤❤
Ni filme sha
Oyah sir film bariko bategura ubukwe wibuke na fanny na nolasque ariko babavuga
Imana ibaje imbere muvyare abahung nabakobwo beza banj ndaba❤
❤❤ nukuri ndabakunda cane ❤ IRAKOZE na MUTONI ❤kure cn❤
Komera di chris bagomba utwar ingumba🎉🎉
Nice lmana izivange muvyanyu❤ Shaka kuzobabona
Mbakunda kubi gusa nela kuva kera caratekereza rero turasavye live ya mariage ❤
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉jewel vyonezer kuko muratesaaaa
Wawooo vyiza cane ❤❤❤
Nukuri muraberanye muzibanire urugo rwanyu Imana izoruragize aba Malaika ndabikundira❤️❤️❤️❤️
Jewe Mbona utwawe numugabo sibirenze numusore araguhemukira ❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤ chris wew urumwizigirwaaaaaa caaaane
Ashaaa muraberanye kwl mwese kubera muri ibi CHR ❤
Courage, mumenye ico mushaka gusa, ntimwiteho umuntu n'umwe abaca intege. Imana ibafashe.
Urukundo rwanyu Imana izorwivangemwo
Nukuri chris ndagukunda❤nkundukuntu ukina neza uri sérieux 🎉wubahwe
Icompa ngahura n'a Ornella nakwishima nj nukuri
Mukomeze mwikundanire jew nkund abakundanye rugume rusosa beza banje❤❤❤❤❤❤
Muz mugir urugo rwiz ndabakund cn cup yany niyo muraberany❤
Ornella iyutansomer comment nakwic😂 bsi mvuye kw Dico j nsanze mutegur😂 muzivyomurikw p ntabwo mwabesh😂 amajor mwaraje incut yanj itary idasinzir ng baramurwae umugab Imana irababon😂 IzzOrny couple 😂❤j ndababatij mwumvek mukunzwe❤ film narindabizik izotesa muduherez rr🎉
Ndabakunda can imana ibaj imbere
Ni mukomere turabashingikiye,Imana yivange mu vyanyu
Ndabakunda❤❤❤❤❤