Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mwaramutse. Ndashimiye Umukoziwimana ❤Mbayahaga 😂uvuzenezaaaaa kandicane Ndagushimiye Uhagaze kumpandezose. Ugirumugisha uranyigishije. Bazokugarukane❤Uruwagaciro
Nkunda ukuntu uvugish ukuri ndakwemera canee m ukozi w lmana
Ndagarutse sinari bwakimare nukuri dico urumuyamakuru mwiz umubajije ibiduhagayikishije ndafashijwe
Mbayahaga wew ukunda kuvuga ivyo abantu bakunda kuri social mediaUkiyibagiza ko Bose batahawe impano zimweKandi wew ivyo Uzi ntuce ubigira ukuri kurusha ivyabandi bariko barakora.Wew ni kuryohera aba katorika nabandi batizera.Kandi bazogukunda ariko sivyo kuko ibanga vyukwemera nagatangaza.Hari abavugishwa vyukuri Kandi bagacakira bikaba
Mbayahaga you the best uri icitegererezo ntako utagira muguhanura mais ntitwumva peee 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
AMAHORO Y'IMANA ABANE NAMWE BAKUNDWA MWIBUKE GUSHIGIKIRA UMURIRIMVYI WACU EVODE NDIKUMANA GOSPEL INGABO Y'IGIHUGU C'UBURUNDI ARIMWO ABIKORA NEZA ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤ kweri diko
Ntoragatebe aha kwa dico muriiyimis harashushe😂😂😂😂😂
Uhezagigwe,wongegwe namavuta.uravuga ukuri kose
Uyu mutama ndamwemera amajambo avuga arimwo philosophie idasanzwe
Mbayahaga nukuri uvuganeza cane
Apôtre aratwubatse kuvyerekeye abakozi b'Imana b'ibinyoma
Jewe ndakunda uyo muntu ukuntu yishura neza cane.Kandi akunda imana.Ndamukundira ko akunda kuvuga abaphakazi nabantu bagwaye atawuvaraba kandi bikenewe cane.Nkunda abantu bavugisha ukuri nkanje kandi imana imube hafi numuryango wiwe wose
Abayuda n abarundi ni bamwe mu gacinyizo
Ndumyi mbamvu nukuri😅😅😅😅
Love from Remy nice company
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤yko❤❤❤❤w🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mwirambire
Ntibibahoooo
Mengo ni Nyama avuga ukuri
Natanzwe basha ,ndagufana mutama
Ukonukur can
❤❤❤❤
Mbayaga nisawa avugibintu bizima ntahogomboka numunyamahoro
Ba baratazor baruzuye nukuri ntubeshe😂😂😂
Bartazaro ngo nibenshi😀😀😀
Narabuze bibiliya ya kera
😂😂😂gusa mbayahaga nawe aratwenza, uranyubakiye umusi
Uyumutama avuga ukuri ariko iyoburengeje urugero bica biba ububeshi iyumvire nkaka kantu avuze ngo Ubu abantu incuro babesha zisumba incuro bahema ninde avyemeza?
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
B10🎉🎉🎉
Kubera iki Bibiliya yawe isigaye ari telefone ca gîtabo c'Imana kirakuremera ???
Nukujana niterambere ,ntacah kirimwo.
Urintwari
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Mwaramutse. Ndashimiye Umukoziwimana ❤Mbayahaga 😂uvuzenezaaaaa kandicane Ndagushimiye Uhagaze kumpandezose. Ugirumugisha uranyigishije. Bazokugarukane❤Uruwagaciro
Nkunda ukuntu uvugish ukuri ndakwemera canee m ukozi w lmana
Ndagarutse sinari bwakimare nukuri dico urumuyamakuru mwiz umubajije ibiduhagayikishije ndafashijwe
Mbayahaga wew ukunda kuvuga ivyo abantu bakunda kuri social media
Ukiyibagiza ko Bose batahawe impano zimwe
Kandi wew ivyo Uzi ntuce ubigira ukuri kurusha ivyabandi bariko barakora.
Wew ni kuryohera aba katorika nabandi batizera.
Kandi bazogukunda ariko sivyo kuko ibanga vyukwemera nagatangaza.
Hari abavugishwa vyukuri Kandi bagacakira bikaba
Mbayahaga you the best uri icitegererezo ntako utagira muguhanura mais ntitwumva peee 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
AMAHORO Y'IMANA ABANE NAMWE BAKUNDWA MWIBUKE GUSHIGIKIRA UMURIRIMVYI WACU EVODE NDIKUMANA GOSPEL INGABO Y'IGIHUGU C'UBURUNDI ARIMWO ABIKORA NEZA ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤ kweri diko
Ntoragatebe aha kwa dico muriiyimis harashushe😂😂😂😂😂
Uhezagigwe,wongegwe namavuta.uravuga ukuri kose
Uyu mutama ndamwemera amajambo avuga arimwo philosophie idasanzwe
Mbayahaga nukuri uvuganeza cane
Apôtre aratwubatse kuvyerekeye abakozi b'Imana b'ibinyoma
Jewe ndakunda uyo muntu ukuntu yishura neza cane.
Kandi akunda imana.
Ndamukundira ko akunda kuvuga abaphakazi nabantu bagwaye atawuvaraba kandi bikenewe cane.
Nkunda abantu bavugisha ukuri nkanje kandi imana imube hafi numuryango wiwe wose