Intahe ibabaje ya VICHOU LOVE//Twabaye impumyi turi 2 na mukuru wanje//Uko twahuye na BOBO//Urupfu..
HTML-код
- Опубликовано: 8 ноя 2023
- Intahe ibabaje ya VICHOU LOVE//Twabaye impumyi turi 2 na mukuru wanje//Uko twahuye na BOBO//Urupfu..
@VichouLove @NtareRushatsiHouseTV
#intahe #ubuzima - Развлечения
ABA diasporas ko mutabona vichou naw yobateramisha neza Europe, canada
Vichou Imana iragukunda cane ubalikiwe saaaana nabagufashije Bose Imana ibahezagire
My music career is thanks to Vichou love kbsa!from2003 .hejuru caane brother.ahongeze baremera kbsa peace and love.respect 🤝🤝
Vichou lmana yakuzigamiye vyinshi kurino si.
Iyo talent izokugeza kure
Mbwirira Vichou yuko kugezuno musi wombenga hamwe na mbarira izo nubu iwanj ziracari on top
You are strong in music vichou❤️❤️❤️
Justin Gaël w warasaze ngo "IVYAPAPARE"😂😂
Vichou afise impano ndamufan sana
Courage Vichou Imana mubaw no muvyaw vyose
Peace&Love....miss ama karaoke yanyu
Vichou love ukomere cane turagukunda❤❤❤
Vichou urumuntu w'umugabo kandi wacu turagukunda🎉
GASHURUSHURU gutoka #muhanga , nakubali number one
courage Vichou , you are a big man , respect sana
Intahe nziza cane, irimwo inyigisho zikomeye
Vichou Love ❤
Yooo Maison Shalom ya Marguerite yarabafashije disi Imana iragukunda Vichou Love
Wirambire Vichou wacu uraryosha Karaóke cane❤
Vichu big up and we need another collaboration with you and FIZZO please
Ndibuka sha vichou, huguette n'a Bob baza kugira concert kuri LNDJ mu Ruyigi bataramenyekana ariko bamy ari abaririmvyi bakomey
Courage Vichou,mu gukora indirimbo za publicité uri uwambere
more love🎉🎉
Iki kiganiro ni ciza caane, courage kandi ubandanye uterimbere VICHOU LOVE
Vichou turagukunda❤❤🥰🥰🥰🤗🤗
Vichou❤❤ big up Gael
I muhira bar sha ahuiiiiii❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤.vichou love❤❤❤❤
« La percéverance est amère mais son fruit est doux » .
Courage Vichou Love Mkali wa Live music
Keep it up dear Vichou 👊🏿
intahe iryoshe👌
Gus narabuz ukunt nogufat ng tuyag kk nanj ndakund music live me je me console kur Saint Michel
imana ninkuru kbs courage vichou
Nkunda aka karaoke kaw😀😀
Mukali wa show🎉
Mbaye uwambere
Terimbere Gyr ibiganiro vyawe biratwubaka.
By super manager
Wooooa ❤❤❤❤❤❤
1996 festivals zari nyinshi,nama club ya za Rutegama,abavuza ingoma,mukosamali,na ba vichou niho bamenyekaniye kweli,ndibuka baza kuvuza kuri petit séminaire, za paramedical
Gael courage ukora ibiganiro vyiza can ndagufana
we love you vichou,for sure
Primusic 2012 ingozi narinziko ari CD daaa !!
Vichu hejuru ❤️❤️
Ndakunda indirimbo yawe yitwa History nimetoka mbali😢
Kayanza ntama swata abayo ❤❤ watching from Nairobi
Vichou ndakwikundira shn❤
Bravo Gael
Vichou love ndamukunda❤
Vichou respect urashoboye❤
Ubandanye itera imbere mwana wu Burundi
Vichou urinikomedi kabisa
Ndakwemera birenze
Imana ntaho itokura umuntu
Turakwemera baba
Urumuntu wumugabo vichou.
❤❤❤❤❤❤
Mwubahwe❤
Kuyindi mpwemu vichou
Gael Wanj Ni alain alain-desire kumuyaga BRO vichou nowanyumbani muhanga mubogora
😂😂😂terme icapapare iremewe ✅
Afise nagaterefone kazima
Courage vichou
Ter'imbere Vichou,wakoze kumutuzanira
❤❤❤ gael
Wubahwe vichou
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Narinkeney iyinkuru yae
Nkunze Ukuntu ushikirije intahe yawe. Étape par étape
Unyibukije Imuhira bar
Musaza ibikorw vyaw vyos n vyiz tu ne frappes pas à côté. Wombeng nay yaranshiz has nayimeny niga 7ème ahubw rek nonger ndayirab
Izobazita inta zamajwi
Mukali wa live mbere weekend ndiyizira kukurab sky star
Nihonarindi kabisa ivyo naravyiboneye amaso kuyandi kandi bavugije neza
Ukomere mutama niryambere nagiye muri kalaoke ncansanga niwewe ukoresha igiteramo warampimbaye lmana ngo ntiha uwisize tera ujimbere.ariko comme conseil uraraba nawe ufashe abagendana ubumuga mugukuza impano zabo
Kwli musaza hahandinyene kwakundi
Vichou
Imuhira bar ndayibuka tuvuye mu ruyigi niho twac tuja kuruhukira
😢😢😢😢😢😢
Vichou wabaye umugabo kbsa
Ingene azi kuyaga neza rro
Gaël turakunda ibikogwa vyawe ka'di ubikora neza.
Vyiza wari gushirakwo link ngaha mukihaniro
ruclips.net/video/ap8iho4uMsA/видео.htmlsi=rhZkGp-gFohuQakK
👀🇰🇷👍
Il est vraiment fort❤️❤️
IKIGANIRO ciza gose
Gusa yashaje ntamugore?
Kumbe vichou avuka mukayanza !!!!!!!! Ndumiwe ntavyo naranzi
Tura gukunda Vichou ❤
Muri make. Umwete wose, ugira ico uvyay
Kutoka kayanza
🫡
Iconshimye nuko ucubaha umuvyeyi marguerite barankitse ukaba ukimushimira unamuha icubahiro nkumuvyeyi malgré que le cndd-fdd lui a diabolisé
Gaël urakoze cane ndahamenyeye vyishi nashaka kumenya!!
Ndumiw kweri!izondirimbo zose avuze, mbarira, iclmana yifatanirij mugihe zacu zari zishushe ariko sinarinzi abaziririmvye. None komutari mwamukoresh ibiganiro yabahe?
1996 festivals zari nyinshi,nama club ya za Rutegama,abavuza ingoma,mukosamali,na ba vichou niho bamenyekaniye kweli,ndibuka baza kuvuza kuri petit séminaire, za paramedical
Birahimbaye disi kubamenya