DRAMA T ari mu gahinda kubera B FACE//Ico bapfuye inzigo ya B FACE//agomba ku diabolisa uyu mu petit

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024

Комментарии • 105

  • @user-kk8kk3sr5f
    @user-kk8kk3sr5f 9 месяцев назад

    Drama barek kumuzimiriza talent yiwe.Ari hejur cn🎉🎉🎉

  • @user-gj6et6rg7y
    @user-gj6et6rg7y 10 месяцев назад +8

    uyu muhungu tuzomwibuka sha avuga kuri big up sana simbizi 🙌🙌🙌🙌

  • @Godisgoodallthetim246
    @Godisgoodallthetim246 9 месяцев назад +3

    Drama T hejuru cane🎉🎉Simbizi Uruwambere

  • @user-xi2de6hp6m
    @user-xi2de6hp6m 9 месяцев назад

    Oohh B fac aracabaruta nubwo mwoshaka kumudugirako.urya murabana kuriwe

  • @cocochanelle258
    @cocochanelle258 9 месяцев назад +2

    Drama t nimba iyo chanson ariyiwe arafise droit kugira ivyashaka nimba bataribakivugana na b face c normal gukuramwo voix yiwe b face ahubwo ibintu yagize ntibibaho

  • @kukirato257
    @kukirato257 9 месяцев назад

    Simbizi yubahwe,avuga bizima👍

  • @pacomekadeste8121
    @pacomekadeste8121 9 месяцев назад +1

    Ivyobintu fablov yarabivuze bamwita umusazi noe nabandi ubu barabibonye ko boniface afise umubano mubi 😊😊😊

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 10 месяцев назад +4

    B face rap yaranse Ubu agomba kwigana ba drama t bidakunda.nagwe hariya twamuhinyuye kuzimya talent y'Uburundi Imana yatwihereye ntakorako turi magabooo

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 10 месяцев назад +4

    Simbizi ndakwemeye pe urasesangura.ishari rya b face kuri drama t nakureho.verset zubujuju za b face birakabona drama t abikuyemwo

  • @Namelessjuke123
    @Namelessjuke123 9 месяцев назад +1

    Sha Jew be face mbona azi gutukana Gusa he is very excellent in that nta talent zokuririmba afise unlike drama t who is very talented niw twokwita umuririnvyi..urya naw ari mumahopa

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb 9 месяцев назад

    Simbizi Yubahwe kbsaaa Avuga ukuri

  • @justinb3355
    @justinb3355 10 месяцев назад +1

    Umushenzi araho ngo ni B Face nciye ndamwanka kabisa... ibintu yagize vyerekana signe ya immaturité n"ububwa bwinshi... puuuu ntandirimbo ziwe nzosubira gutako umwanya wanje kabisa

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 9 месяцев назад

    Gaël ubwurasoma ivyo tuyaga zuraturonderera abubwenge apana Abo banwarumogi wana

  • @carmelniyikigongwe9817
    @carmelniyikigongwe9817 9 месяцев назад +1

    B face sumuntu twese turabizi yibona kwaruwa Hatali kandi atacamaze

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 10 месяцев назад +3

    Simbizi oyowariye urayakorera pe fanatisme nkiyo ntitora umuti w ibibazo muri indastry Drama t bivug harivyo atitwayemwo neza.

  • @user-xi2de6hp6m
    @user-xi2de6hp6m 9 месяцев назад

    Reka gufonda ubesha nubwo B-fac yari kuba atazogaruka ari auslarie indirimbo bayikoranye yari gwabo bose.ntiyari gufuta amajwi yicamamare.uyo ni grand frère wanyu

  • @ProsperNkorerimana
    @ProsperNkorerimana 9 месяцев назад

    Bro dukurire uburofa tekana n'a b face umw Wes afis uwo yemera,kwa hiyo poteau n'a tokomea sana

  • @PascalNDAYISABA-hn2dz
    @PascalNDAYISABA-hn2dz 10 месяцев назад +3

    W reo wigize umuvugiz wa drama t toka nae wivang mubitakuraba

  • @user-mc8id6ly7y
    @user-mc8id6ly7y 9 месяцев назад

    Igiti kirakurira mubabaji kl gato karakura

  • @ProsperNkorerimana
    @ProsperNkorerimana 9 месяцев назад

    Dukurire ico kirofa ngaho wana on est fatigué

  • @DivineUwimbabazi-jd6kb
    @DivineUwimbabazi-jd6kb 10 месяцев назад +4

    Nkundako ataho uhengamira.b face aririmba am chargeur 😂😂😂😂

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 10 месяцев назад +1

    Simbizi utwo nudufaranga drama T yaguhendesheje.B face yubahwe.drama ntandero gafise ntiyubaha abantu bamusumba .uribuka drama ariko avuga nabi fizzo? Ubunaho yinjiriy B face.irya nimyaka imuhenda.nagende buhorobuhoro isi ntisakaye

  • @shazaboytheking9683
    @shazaboytheking9683 10 месяцев назад +1

    Nahor nkwemer arik simbizi urik uvuga amafuti urik uvuganir drama t kand ar mumakosa ubu wew uwogukoresha akagutesha umwany wawe ataguhevy vyokunezera

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 9 месяцев назад +3

    Gaël yibuke ikiganiro yagiranye na DJ Paulin ati jewe Dram ndamurondera kuri fone kenshi nkamubura ati kandi nkubuze biba biheze. Rero Drama narabe neza kugara kwiwe bishobora kumwicira carrière yiwe.

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 9 месяцев назад +1

    Ndafis ikibazo iyombwa amahera drama t yamuhaye arahako aboba bamuha ibiganiro?,mbe nya drama syi nyene nyamba atari dramavyi aratinya kuza kuma tv on line ngo avyivugire?🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 10 месяцев назад +1

    Simbizi ugize neza canee ic umuntu akora ngaha kwisi malipo nihampahapa

  • @RodgersSmith-id3os
    @RodgersSmith-id3os 10 месяцев назад +1

    Nn Simbizi arakwije neza mumutwe ayo makuru ayakurahehe?? Kuki avuga ama défauts gusa ya Bface atama Qualité avuga,cank Drama t numweraranda kwata ma défauts amubugako?? Bface Respect!!!

  • @IreraGad-zo3qi
    @IreraGad-zo3qi 9 месяцев назад

    Simbizi wikoreshwa ninzara ukarofomboka kugera naho waneye uhavuga mugucafuza umuntu ndakwanse ejo nibasubira kugufunga nsinzoshavura kuko uravuga nabi cane nkumusuzi

  • @IreraGad-zo3qi
    @IreraGad-zo3qi 9 месяцев назад

    Ewe simbizi iki Nico kiriko kiratuma uburundi budatera imbere uko bikwiye ukuri ubu nukumuntu yaguhaye akantu kubera turya duhera yakurihiye urimugasho koresha ukuri hagaciro ukuri hanyuma ubemubambere bakiza uburundi bwacu kuko ukuri gufatiye kumuntu afise icagufasha

  • @loica_loke7091
    @loica_loke7091 7 месяцев назад

    Am prises 😂😂😂am chargeurs🤣🤣🤣🤣💀

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 9 месяцев назад

    Ewe Simbizi sha. N'ugende urazi Gushera. Aho uriko uhiga utwo Drama -T yoguha? Birya Drama yakoze vyo gufuta igikorwa bakoranye nta makosa ubonamwo udahengamye? Iga kuvuga ukuri. Drama bizomugora cane kuko yibonye ubu Star burenze ataho arigeza

  • @user-ug4pd5jz1j
    @user-ug4pd5jz1j 10 месяцев назад +2

    We ukoreshwa ninzara na fanatisme mbe kuki hoho yamuteshej umwanya ngo baj ku recording yari yabuze ibindi yokora ?? Ivyo wizanisha ivya mastaland niwe ubizi twe ntitubizi b face ntanya mwisahani simbizi ayomajambo yose womuvugako ntaco bimuhindura toooka

  • @patrickniyongabo6995
    @patrickniyongabo6995 10 месяцев назад +2

    Simbizi nahora ndakwemera none ndabony ukoreshwa ninzara.uri gateranya.

  • @Africanhandsomeboy
    @Africanhandsomeboy 9 месяцев назад

    Vugatu ukunda dramat tu rekakuvuga amajambo meshi 😂😂

  • @user-rc1lk9rc7o
    @user-rc1lk9rc7o 10 месяцев назад +3

    Umukubito mubikora neza❤

  • @user-ug4pd5jz1j
    @user-ug4pd5jz1j 10 месяцев назад +1

    Sha interview Nuko ikorwa nababiri Gus ndakubwire simbizi nkivyo urikubivugra ahondi nogutandika rimwe ry'umwootsi

  • @user-yu7xl8jv8w
    @user-yu7xl8jv8w 10 месяцев назад +1

    Uwo Simbizi arakije umuriro hagati y'abaririmvyi ,yigize umuvugizi wa Drama T ntihenze ayo n'amaca ndya ,yatukanye cane yasuzuguye B Face birenze urugero kandi ico twabonye niwe afitaniye Bif na B Face si Drama T.
    Yihanure kuko ni gateranya .

  • @didokhadafindayizeye9682
    @didokhadafindayizeye9682 10 месяцев назад +1

    Big up Sana Mr nsimbizi

  • @DivineNDAYISHIMIYE-mz1mu
    @DivineNDAYISHIMIYE-mz1mu 9 месяцев назад

    😂😂😂😂jewe ndamenetse 😂😂at ama chargeur🤣🤣🤣🤣 Nibaturekere umwana shn Drama T 🎉🎉🎉🎉 Hejur cn mwana

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 10 месяцев назад +2

    Ibintu vyaha iwacu birayobeye

  • @user-yu7xl8jv8w
    @user-yu7xl8jv8w 10 месяцев назад +1

    Gaël turagusavye uzotumire B Face nawe agire ico abivugako

    • @user-mm4dd8ce5c
      @user-mm4dd8ce5c 10 месяцев назад

      Ahubwo yotumira bos B face na Drama T tukumv ukuri gutumira umw ntabwo bihagij n'ubundi kuo ururimi rw'umw rukamwa ayera

  • @ndaboroheyeblaise685
    @ndaboroheyeblaise685 10 месяцев назад +1

    Noe nkiyo mborerwa taha nani uri gutondeka amajambo atabaho

  • @iradukundawivine9094
    @iradukundawivine9094 9 месяцев назад

    Nico gtma Papa Mwamikazi ndamufana....ntaryumunwa

  • @waltazdaone1
    @waltazdaone1 10 месяцев назад +1

    Sombizi abwegereye muti Kwandikira umuntu Text akaririmba nta caha kirimwo, birakorwa,biremew, naba Star twakunz twumva, kandj twubaha barandikirwa nibisanzw. Drama kuba rero yarandikiy Bface ntabirenz bbirimwo. Mbe Télé Novela ya Kidum ntuyizi? Si hit? Ko Kidum yayiririmvy yooose wenyen, niw yayandits? Etre journaliste ç être Partial. Ibisigay Nayinda

  • @didacememeur
    @didacememeur 10 месяцев назад +1

    Simbizi ariko ntukoreshwe ninzara bumugabo wukuri gusa ndagutahura biragoye kunyahutema iconogusaba wokumviriza Hit conection Ya jeudi 9 hama wumviriz Ivyo B face yisiguriye

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune8833 10 месяцев назад +1

    Gusa mbimbizi B face urik'uramuzana 😅😅ngo prize na aronge😂😂😂

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 10 месяцев назад +1

    Ibint vyah iwac muzob mubimbwir😂😂😂😂 mur film ndundi nakajagar mumuziki ukwonyen ham ng dushak amateramber😂😂😂eh basi nimubiheb muje kworor inkwamvu kk ayoma bif turayarambiw twopfum twumv muz ah kum tv mutwerek inkwamv zavuts kumuns😊😊😊😊

  • @damasnisabwe4904
    @damasnisabwe4904 10 месяцев назад +2

    😂 uyumusi simbizi ayiciyumurya😅 ameney indakurwara😉

  • @Africanhandsomeboy
    @Africanhandsomeboy 9 месяцев назад

    Nahoranda gukunda sana None ndakuvuyeho ❤❤pee

  • @oswaldmajambere
    @oswaldmajambere 10 месяцев назад +2

    B face nta talent afise burya muzorabwe afanwa naba nyakanyanz kubera bagwiriy,😂😂😂nama ndabivuga gutotekza ury mu nyempano si

    • @moyambiri257
      @moyambiri257 9 месяцев назад +1

      majambere reka amatiku aba barazinanye bari mwi deal . simbizi bamuhaye amafaranga acafuze b face

  • @fabricenimubona6308
    @fabricenimubona6308 9 месяцев назад

    Muyinga na kayanza biratandukanye b face nareke kwigira umunyamuji

  • @AlidaNdayizeye-un5uv
    @AlidaNdayizeye-un5uv 9 месяцев назад

    Akes don yarabisiguy neza.

  • @jenifastive
    @jenifastive 10 месяцев назад +1

    Simbiz wew ur kirof nk dram t iyab War umunt muzim War gutahur impamv yamukuyemw nikubec b fac yasumbij kuririmb dram t kbx

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 10 месяцев назад +2

    Na simbizi Asa numurozi😂😂😂

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 9 месяцев назад

    Kuririmbirana mumuduga , gutelefonana ngo ko utanyitaba ...man ...umuntu atabona ko urya musaza afise crush kuri karya ga petit ntabona.

  • @user-ei6wi6ny7w
    @user-ei6wi6ny7w 10 месяцев назад +1

    Wa mushenzi we uwo gushira imbere y ubutungane ivyo vy uburozi wobisigura urabifitiye ivyemezo ?

  • @gerardmanirema4621
    @gerardmanirema4621 10 месяцев назад +1

    Inzara nimbi kwl,non nkuyu vrm ,akwiye uwoguherayo

  • @agapemusicofficial2840
    @agapemusicofficial2840 10 месяцев назад

    Urwanko ntirwubaka ahubwo rurasambura,umuziki urakeneye compétition ariko atari urwanko,baririmvyi shire imbere ineza rusangi niho vyose bizokunda,reke gusamburana kuko uwusambura urwiw bamutiza umuhoro,ibi murimwo biratuma bamwe tubatakazako icizere tukabiyumvira may be uko mutari

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 10 месяцев назад

    Hatali kbx SIMBIZI ndakwemera nturya umunwa

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY 9 месяцев назад

    Erega nizina ni facebook yarahindukije atanguza Book😅😅😅😅 Ati rero aririmba ama generator😂😂😂😂😂

  • @iranzifanny9008
    @iranzifanny9008 9 месяцев назад

    Nazimy Ivy birofa kiraho kirahenye kirasamy ng n simbizi ww ugwo rubanza warurangiye ahurekuz amabubwe nkuwunwa rugombo kazibe igihe bakor iyondirimbo niw wayikoze warofawe buradahwa ngoho sh nimba ushak ayisabuni mshenzi

  • @didacememeur
    @didacememeur 10 месяцев назад +1

    Ntacomvuze ntawamenya

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune8833 10 месяцев назад

    Shaa turacafise VYINSHI vyo kwiga rindira gato ntor'izindi njugu daje mbandanye numviriz'insaku zimukiye no mubahungu 😅😅😅😅oke naje rero bandanya mbe ngo mushaka ko tubumviriza hasi hejuru twanka twemera 😅😅😅😅😅brooo ntakundi reka tubateg'amaso ariko mwibuke kuducir'inzira

  • @christophernsengiyumva556
    @christophernsengiyumva556 10 месяцев назад +1

    Simbizi maze kumviriza interview zawe ahubwo wewe uramwanka B face fusek kand ndakwibutse umushikiriji wigitutsi niwe mutukanyi kuko ivyovyose wagiriza B face ntavyo turumva kuri Masterland aza kubivuga which means niwewe uriko uracafuza B face.so simbizi raba ugezahi ureke ubugoryi.

  • @aaii8301
    @aaii8301 9 месяцев назад

    Aka kagabo nakazi kagira misiyose kama kari murusaku nurutwe rukananira 😀

  • @user-bo1ff1rp4t
    @user-bo1ff1rp4t 10 месяцев назад

    Bibintu sivyo nububeshi twaravyiyumviye Joel ntiyanishuye kukibazo cokurihira iryandirimbo,ntanivyo yavuze muga uwo nawe ngo yarishwe na drama t

  • @fatnaharerimana2030
    @fatnaharerimana2030 9 месяцев назад +1

    😂😂ng am prise nam alonge😂😂 bisigura k B face yashak kumwifatira Dram T 😂😂😂vrt B face arimaramaje gux Simbizi nae arakabije ng aririmba ivyam chargeur😂😂😂😂😂

  • @user-ou7qt2pn3d
    @user-ou7qt2pn3d 10 месяцев назад

    Wew uvugukuri

  • @alees4907
    @alees4907 9 месяцев назад

    Umv nimuv murubw bugoryi murimw hab drama t asohoy indirimb likes nzonagak si B-face❤ nae nuk mbakund bombii ah mub muhaz uwudafit ivyakor wes ni kur social media mwaranyobey mugomb kwigan ab mu Rwanda 😏🥱

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n 9 месяцев назад +1

    Ukunt reo ar sérieux bitey ubwob 😀

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune8833 10 месяцев назад +1

    Ako kantu wavuze ka stress wari warakabitse 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo n'inkuru yo kuri fb 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂wewe kona s'ibintu bakoresha kungurube nimb'atari impfizi nawe warakivye karya kantu😂

  • @mkcinematicwarm
    @mkcinematicwarm 9 месяцев назад

    Chargeur itera danger ⚠️ 😂😂

  • @concordedusabe1381
    @concordedusabe1381 9 месяцев назад

    Semavumbi yihaye guponda b face ...

  • @user-tl4fh9ns8t
    @user-tl4fh9ns8t 9 месяцев назад +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @blessed_to_be_muslim
    @blessed_to_be_muslim 9 месяцев назад

    Nico gituma na nikita baciye bahebana 😂😂😂

    • @RETUS-BRAINY
      @RETUS-BRAINY 9 месяцев назад

      Tubwire bakundanye ryari n'a Nikita???😂😂😂

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 10 месяцев назад

    Nubwo biruko DramaT yarasuzuguye B face tube tuvugisha ukuri

  • @dusosteen7
    @dusosteen7 10 месяцев назад

    Vugisha ukuri bapfuy Mona

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 10 месяцев назад

    Ark mwabarundi mwe murigana b face na drama t kubera bavuye murwanda babonye Bruce melody na the Ben barikubavuga cyane nabo bakazanye iburundi arega muturebereraho ibintu byose turabespira

    • @erza6832
      @erza6832 10 месяцев назад

      Ubwenge buke bwanyu sinzi iyobuva wallh

    • @bukururamadhan2442
      @bukururamadhan2442 10 месяцев назад

      ahomwebwe murafise ivyo twobigako kubijanye numuziki canke Umupira ??? 😂😂😂 Amenyo aragutwenga arayawe

  • @nzocumuganivenuste5480
    @nzocumuganivenuste5480 10 месяцев назад

    #DramaT nugwego Juste Gaël

  • @princiaakimana
    @princiaakimana 9 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @user-jh5nr2ye6l
    @user-jh5nr2ye6l 10 месяцев назад

    B. Fece.ndamwanse.numuntu.mubi

  • @cedricmpfukamedusenge361
    @cedricmpfukamedusenge361 9 месяцев назад +3

    Ngo grp électrogène 😂😂😂 nibi chargeur 😂😂😂

  • @heppy768
    @heppy768 10 месяцев назад

    Simbizi wasemavumba urimvuga kuri p!

  • @ELYMIXTV
    @ELYMIXTV 10 месяцев назад

    😂😂😂umunyoni arahumye

  • @Didierkisss
    @Didierkisss 9 месяцев назад

    Naitwa didierkiss kiukweli iyo ngoma😢sio hata hit sema dogo d angejichanganya kuachia iyo collabor imekua ule msemo dogo kapiga swata ameshuka sema ningemashauri waelewane tu wote niwa #ruguru family moja afu akiwa naakili aachie #hoshi 😅I'm happy

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 10 месяцев назад +5

    Simbiziiiiiii ur'imbwaaaaaaaaa nkundaaaaaa Mamaaaaaan😂😂ivyuriko uravuga urabifitiye icemezoooooo f***u men🖕🖕🖕

  • @TWINSMEDIA-1
    @TWINSMEDIA-1 9 месяцев назад

    Man muzoze mu gerageza kuba aba professionnels muda hengamiye uruhande so mbe usivye ingene wewe gael uguma ukokeza hakugira ubaze neza none simbizi avuga gute ko b face ariwe yisabiye collab kandi kare ya vuze ko ar'indirimbo drama yari ya teganije muri secour igihe madame Idakoze hit?

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 10 месяцев назад +2

    Simbizi Akunda abaririmvyi bamuha inoti😂

    • @dusosteen7
      @dusosteen7 10 месяцев назад

      Nuko nyen kabisa

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 10 месяцев назад

    Ark mwabarundi mwe murigana b face na drama t kubera bavuye murwanda babonye Bruce melody na the Ben barikubavuga cyane nabo bakazanye iburundi arega muturebereraho ibintu byose turabespira😂😂😂😂😂

  • @Userr3649
    @Userr3649 9 месяцев назад

    Ntakuntu mwoza murareka gutumira uwo muntu ko yama aza yigira umuhinga muri vyose...aravuga ku baririmvyi nk'ukumenga bataha hamwe kandi bamana. N'umu attention seeker gusa.

  • @osok7259
    @osok7259 10 месяцев назад +1

    munyibutse!!! SIMBIZI akoriki?? ajejwe iki? Yakoziki pour dire k'il est expérimenté au point yokugira ico ashikiriza?? à mon avis SIMBIZI azi kudahwa gusa muriyi bujafleva

    • @adriang.
      @adriang. 10 месяцев назад

      Ni nir uhungu rw umunyamwanda muhuye ntiwokwibaza ko ariwe avuga ivyo 😂

    • @bukururamadhan2442
      @bukururamadhan2442 10 месяцев назад

      Ivyakora ubishakiriki harico washaka kumufasha ?? Mukwirikirane neza wunve ivyavuga uwo numusaza mugakino 🙌😂

  • @audavieniyo
    @audavieniyo 10 месяцев назад

    Simbizi kumbe nawe ukoreshwa ninzara ndakubonye ntumbonye uravuze nabi nukuntu nahora nkemera😮