Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
ABARUNDI BASIBA KURIMA NTIBASIBA KUVUGA. EREGA JALOUSIE IBAHO IMISI YOSE NUKO MUBARUTA. MURABA GRAVE GOD IS GOOD.NDABAKUNDA CANE PE. ❤❤❤
Jewe naragutoye igihe watanga ikiganiro muri Siren Vibes❤❤ go ahead Benise
Franic niwew wacu🎉🎉🎉 congratulation kuri couple yabo baranatesa👌👌👌💐💐💐
Muze mubone Imana murugo rwanyu disi Yesu aze abubakire gose🥰🥰🥰🥰
Iyo wubash imana Nay irakubahish🙏muze muger musaz mugikundany❤❤
Iyo Imana iguhaye ntigusondeka kweri prohet uzoshime Imana cane Imana yaraguhay unugore mwiza kandi aciyubwenge
I am glad you won, Benise! You deserve it! You were worth fighting for🎉
Imana ibubakire kd Ibashigikire mu murimo wayo. Songambele
African Tv on Top💃🥳
African tv on the map🗺️🔥🔥🔥
Félicitations. Ndi mubagutoye
Nukuri baraberew Imana niyo ihuza abantu ndabakunda cn mwarahezagiwe
Congratulations 🎊 my brother
Woah Imana ikomeze kubazigama. narakunze couple yabo👍👌🥰
Mwirambanire mwiryohererwe❤❤❤❤❤
Nimuryoherwe cane gose ❤❤❤
Prophet felicitations ufise umufasha mwiza cane pe
Umukobwa asa nase cane❤
We love you guys
God bless u
Waouh sinarinziko yatsinzi ❤❤❤❤
Imana izobanezereze ibihe vyose no muri vyose
Imana ibandanye kubahezagira
Congratulations couple nziza Muri bezaMuraberanye Meuzuye urukundo rwinshi kandi ruvuye ku Mana. Imana ibahezagire ihezagire urugo rwanyu 🎉🌷❤️❤️❤️Urugo ruhire bibondo nkunda ❤️💖❤️💖
Nkunda Benise nkaho umenga turamaze guhura,afise Ukuntu yicisha bigufi,Nyagasani akomeze kumwubakira
Nimube amakara ntimub urubeya imanibakomeze murugo gwanyu❤❤❤❤ abis basiba kurima ntibasiba kuvuga jew ndabifurij amahoro numugisha wiyonger kurimw kuraje ntimuchir umwanya munin kubis
Mwubake rugume abantu nabantu❤
Hejuru caaane Franick 🥰🥰🥰
Modesty ndamukunda ariko naramwituy ambariranabi nibazeko nasanze atamezeneza acanyishuranabi nameze nkuwutsitay kwel😅❤
Nikwameze aravuga nabi vrema
Cane gose icubahiro nic'Imana
Vyizaaaa ❤❤
Imana izobabere inkingi y'urugo gwanyu
PROFET YARISHUW MURATESA
Iyi couple iranshira mumwuka sanaa❤❤❤❤
❤❤❤
Eira❤
Mwarahezagiwe
❤♥️♥️♥️♥️
❤
Urugo ruhire Modeste wacu,warampezagiye
Turabikundira ❤❤❤🎉
Turahari🎉
Muribea caaane vraiment ❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉
Shaaa uyomukobwa ko yarakuze. Yariyarabuze😅gusa ndabipfurije murugo ruhire
Murek'ishari
Inzigo gusa non ushak Abe umwana
Washaka atware uruhinja? urugo ukuntu rugoye nabonye vyoba vyiza umuntu atwaye uwukuze.
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Le 20 zukwicumi ntiwavuze ahobizobera
Harinvugo idafise umuco yakoresheje ngo duhura nuyuunye 😂😂why atarikuvuga utiduhura numufashawanje yarikubiki??
" Duhura nuyu unye". Bavuga ngo duhura n'umushingantahe wanje canke duhura na Cheri wanje.
Wesha bugerageza gucamahera mumajambo aciye bugufi
Modeste ntakikdi camutwaye surukundo namahere yumukobwa wasiyonii ntakindi😅 twese turabizi big up ti him
Aho uriyahuza umusuzi 😂
@@vanisiaburundi5675 nivyo ushoboye kunya mwijipooo
Nawe uragira nkawe hama uruhuke kubera numva harimwo jalousie
Erega umwuko nikiriko 😂😂😂😂😂
Numunyamitwe sha uyo yarampushije
Udusubije mu bukwe uravuga menshi
Profet Niki mukirundi? Apôtre Niki mukirundi? Ngo dadi,jew ayomazin anter amakanga
😂😂😂😂
Ababakoreye kuvyunguka ntarukundo rurimwo
Ikigihe niko abarundi twabay mukuvuga ibibajemw gusa iciz nuko mwibaniy neza gusa urugo rwiza ntawe bata vuga arik biraryosh kuvuga ntubihe agaciro cank biguce intege🫶👊
Elle parle comme sa mère vrt
Urabesha uwo si papa wiw nimba arumukobwa wa siyoni koko!siyoni nimwarabu kandi numutama cane ndamuzi
Wamwihenzek siyoni sumutam Cn kdi sinamwarabu kabisaaa
Hari abantu bakunda kwandika pour écrire. Utazumuntu uranuma
N'umukobwa wa Siyoni yavyaranye na Mervis ico gihe baba mu Kamenge
Hahaha iyo utongerako ko umuzi ko arumwarabu.
❤❤❤❤❤❤❤
ABARUNDI BASIBA KURIMA NTIBASIBA KUVUGA. EREGA JALOUSIE IBAHO IMISI YOSE NUKO MUBARUTA. MURABA GRAVE GOD IS GOOD.
NDABAKUNDA CANE PE. ❤❤❤
Jewe naragutoye igihe watanga ikiganiro muri Siren Vibes❤❤ go ahead Benise
Franic niwew wacu🎉🎉🎉 congratulation kuri couple yabo baranatesa👌👌👌💐💐💐
Muze mubone Imana murugo rwanyu disi Yesu aze abubakire gose🥰🥰🥰🥰
Iyo wubash imana Nay irakubahish🙏muze muger musaz mugikundany❤❤
Iyo Imana iguhaye ntigusondeka kweri prohet uzoshime Imana cane Imana yaraguhay unugore mwiza kandi aciyubwenge
I am glad you won, Benise! You deserve it! You were worth fighting for🎉
Imana ibubakire kd Ibashigikire mu murimo wayo. Songambele
African Tv on Top💃🥳
African tv on the map🗺️🔥🔥🔥
Félicitations. Ndi mubagutoye
Nukuri baraberew Imana niyo ihuza abantu ndabakunda cn mwarahezagiwe
Congratulations 🎊 my brother
Woah Imana ikomeze kubazigama. narakunze couple yabo👍👌🥰
Mwirambanire mwiryohererwe❤❤❤❤❤
Nimuryoherwe cane gose ❤❤❤
Prophet felicitations ufise umufasha mwiza cane pe
Umukobwa asa nase cane❤
We love you guys
God bless u
Waouh sinarinziko yatsinzi ❤❤❤❤
Imana izobanezereze ibihe vyose no muri vyose
Imana ibandanye kubahezagira
Congratulations couple nziza
Muri beza
Muraberanye
Meuzuye urukundo rwinshi kandi ruvuye ku Mana. Imana ibahezagire ihezagire urugo rwanyu 🎉🌷❤️❤️❤️
Urugo ruhire bibondo nkunda ❤️💖❤️💖