Aba prophètes bose bari na bakene Basohotse bakavuga ubuhanuzi kenshi barabuzira abami bakabafunga nabandi bakabaca imitwe abubu bo prophétie zabo ni cakira imiduga
Ni habeho ukuri gusa nayo abavuga ibinyoma ,bagomba kuzimiza abantu b'Imana ,so.. Tekana babigishe muve mubujiji.Pasteur Oliver his the number one mukuri avuga ni Igikoresho catumwe gukosora abo bateka mitwe banyu.
😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂 sinarinzi ko Pasta Olivier ar'umu hoe pôlitiq akomeye...Ivy'Imana désormais vyihoze je le dis humblement nsanze birenze😢😢😅😅😅😅😂😂...tyoooo...ndabaye déçu!!!
Dushimire umukozi w’Imana Pasteur OLIvier yatuyagiye ibintu bikomeye Imana iguhe umugisha👏👏👏Abatananirwa Ikiganiro mwacakiriye gute?
Aweewee Merci Pasteur
Wakoze kutuzanira umu Pasteur nyawe kweri apana babandi batubesha. Imana imuhe umugisha cane
Please du sharing iyi Interview Landry ndakwemeye urazi akazi kawe
Balikiwaaaaa ❤
Nimuzemurabumvishukuri
ikiganiro ciza landry big up bro
Pasteur Imana iguhe Umugisha kuko ivyuvuze vyose nukuri kndi ubivugishije ubwenge bwishi cane
ATI Muzomenya ukuri ,ukuri kubahe kwidegemvya,
Thank you Mon pasteur May God bless.
Merci kuri HitTopTv et aussi kuri Landry Promotor 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙌🏾
Merci super star Rebecca
Ohooo that's true to be honest ,you are the man of God,tell him
😂😂😂😂😂 ndatwenze nk’isaha yose. Landry kabisa this interview is the best of all the interviews the year
Thank u😂😂😂
Ndamukunda uwo arakamba❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mureke gutwenfa ..nyamara hariho Imana nyinshi abakristo mwitinde mukanure mureke kuba injimji.....😢
Landry komerezaho muhungu wacu nimuhaguruke abarundi twubahe Imana muburyo bwose surtout muri bino bihe vyanyuma mwizina rya Yesu Kristo twirinde abavugihwa bibinyoma
Landry iki kiganiro ndakiravye ndakimara, Imanishimwe. Ndamushimiye na Pasteur, nawe Ndagushimiye. Imana iguhezagire, biramfashije cane !
Dukeneye apa pasteur nkaba bavuga ukuri urakoze cane mukoziwimana
Hezagirwa mukozi w,Imana uvuze ukuri
doublé mmission egoooo❤❤❤❤
Merci Pasteur
Muzehe mwubahwee sindabazi mugabo uvuzibintu bizima❤❤
landry watanguye uvuga ko akuzi neza, ariko nawe wamubajije ibibazo ufitiye inyishu zihishije uje
ikibazo kibaza ko abandi bibagora, ariko we akaba yateye imbere mumwanya muto, ntiwishuwe ariko inyishu wumvikanye ko uyizi
Abantu bararushe, ingorane ni nyinshi kandi baranyotewe ijambo ryihumure!Imana iduhe guhitamwo neza 🙏
Amen mukozi w’imana
Ngo ntitukavuge abakozi bimana bahamagawe. Jew ndabita abihamagaye bakoreta izindi mana.
Ivyo uvuze nivyo. Ariko iyo imana ikubwiye ngo nguhaye umugisha ntikubwira ama details ivyuzocamwo imbere yuko ushikira uwo mugisha
Posteur Olivier atwigishije ibintu twahora twibaza ntitubone inyishu
Merci bcp Pasteur , mwe na Apotre Mbayahaga muvuga ukuri 100%
Landry asante sana kuzana abantu basobanutse nkaba, uremewe.
Pastor Olivier ❤❤❤
Nukuri ndashimiye uyu mu Pasteur ku nyigisho nziza atanze: abafungakiwani basaze!
Merci Landry.
🔥🔥🔥🔥🙏🙏
Ubu biriko birasobanuko abakozi b'Imana bukuri nabikinyoma batanguye kwigaragaza
Umugwi wabakozi b'Imana bukuri bayobowe na mbayahaga bariko banoneka
Naraye mbonye uwundi mugwi wabakozi b'Imana bibinyoma bayobowe na Modeste nabamuri inyuma
Nivyizako biriko bisobanuka nkukwo handitswengo reka ugwamfu nuburo bikurane uwugenya niyaza azosobanura icatsi nururo uburero ndabona biriko bisobanuka
Yes dady
Il faut ko Gael na Siren Vibes bamurondere vrema
KOMERA PASTA
Dutahuye vyishi tutarituzi radry vyukuri uyumu koziwimana avuga ukuri kandi arumvikana kwakorera imana apo pa profeti barek kutubesha uyu avuga ukuri
Landry@。>> Asha good good 👍 👌 ugize neza duhee umuco well ✅️
Mr igifi kinini❤❤❤❤
Imana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤
Imana iravuga kandi irasohoza gusa ikibi nuko abantu babifata nabi nimba Imana yaravuganye namwe bizosohora,Hama Imana ivuga kwinshi,mwijambo ryayo ,munzozi, gusa haraba escro bihisha inyuma y'Imana
shalom past olivier .siku mingi kabisa Muhezagirwe
I mana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤❤❤🎉
Imana iguhezagire paster
Abarundi turakeneye kwubaka inganda kugira ugwaruka gwacu rubone akazi,rugire umutima mwiza rukristu,ntidukeneye kuguma tugwiza amashengero abiyitako ari abakozi b'Imana batwibiramwo,badutesha n'ibikogwa ngo twame imbere yabo.Hakwiye kuba itegeko ry'uko ishengero ridafise ishule canke ivuriro canke ibindi bikogwa vy'iterambere ryubatse rihagarikwe .None amahera begeranya mubenegihugu bayajana hehe ?Erega mutima w'Imana aba mu mubiri mwiza.Munda harara inzara hakavyukana inzigo.None umuntu afise inzigo yoba umukristo mwiza gute ?
Pasteur vuga ukuri wigire imana iguhezagire
Aba Pastori bagire indero!!!😭😭😭😭😭😭😭.....
Pasteur Olivier Yesu agukomeze nimwe dukeneye mukwiriye guhagararira igikorwa cImana ,abandi bobo niba nyamwironderera inyumgu
Sema yotee🤌🤌
Nibwo bwambere ndavye ikiganiro ça Landry nkagikurikirana cose ndyohewe
Ukuri kwuzuye nuku lmana lgukomez mutama
Aba prophètes bose bari na bakene
Basohotse bakavuga ubuhanuzi kenshi barabuzira abami bakabafunga nabandi bakabaca imitwe abubu bo prophétie zabo ni cakira imiduga
Akakantu pastor avuze kankuyeho uti bifutiye ubujanja
Désolé !!
Jewe ndavye imbabazi; ariko namwe iyo haba ababafata bari kugufata!!!🥱🥱🥱🥱
Say that pasta
Ngukunda ko uvuga ukuri mukozi wimana
Abavuga ukuri nkamwe muragwanywa
Sindi Intumwa, sindi Umuvugishwa; ariko ndibaza ko babaho.
Ubu buzima burahitan besh
Kumenga Imana n' Imwe Rudende?
Véridique past. J'aime ta franchise 👌
Ivyo uvuze nukuri kuzuye
Papa ,komerezaho ni wewe nari ndindiriye ico uvuga kubintu bimwe bimwe biriko biraba hano murino si cane cane mugihugu cacu ciza c'Uburundi . Papa bakebure kuko barengereye
Mbe kugira Imana ifate umuntu imukoredhe, bifata umwanya ungan' iki?
Prophetie s' ikintu gishasha namba! Ne juges point pour ne pas être jugé!
Ww nimba utaravugisha canke ngw,lmana igutume ww va kumurongo ahubwo ntamakuru ufise y,ijuru twebwe turakuze mbega Ivyo vyamaraya ubizihe😊
Rekana nubwo bu escrocs bwanyu. Ubuvugishwa tubwemera bubaye. Abababwira ukuri muca mushavura kuko bariko babasesera agatabi.
Neza cyan mbayahaga wa 2
Nimba uri umu pessimiste reka aba optimiste babeho.
Imana twese turayisangiye knd Imana ni imwe nubwo tutayemera kumwe.
Knd naw uwogucira urubanza nkuko uriko ubigirira abandi mbona uri bile.
Nimureke kuronderana ahubwo nimurondere inyungu zanyu murondera nizabandi.
Ni habeho ukuri gusa nayo abavuga ibinyoma ,bagomba kuzimiza abantu b'Imana ,so.. Tekana babigishe muve mubujiji.Pasteur Oliver his the number one mukuri avuga ni Igikoresho catumwe gukosora abo bateka mitwe banyu.
Aho rero turaronse uwundi avuga ukuri
Modeste muramwatatse kbsa!!!
ndumva hari ukuri muvyuvuga
Landry watanguj nakaririmbo k Imana 😂
😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂 sinarinzi ko Pasta Olivier ar'umu hoe pôlitiq akomeye...Ivy'Imana désormais vyihoze je le dis humblement nsanze birenze😢😢😅😅😅😅😂😂...tyoooo...ndabaye déçu!!!
Wewe ahubwo warevye muburyo bw'umubiri Nico gituma udashobora gutahura nakimwe muvyavuzwe.soyez prudent où prudente muvyo uvuga!
Jesus yarasize abatumwa aduga haruguru gusenga non?🤭🤭🤗🤗
Umushatsi wasamusoni mukozi wimana urakoze caaane
Past avuzukuri yubahwe
Umuntu ari kunywa icayi, ari muri Tropicana; umubona gute, umubona gute?
Murabe iyo link mwumve ivyo uwo escrot yari kuvuga.
Modeste numunyamareba yavuzeko Le20/10/2024 ko atamuntu numwe azofya nn abagyuye yobagarukana kimwe Nate yomufatira ingingo inezera abenegihugu kuko uyo modeste ninka migromiko
Kumenga Dawudi yavuye inyuma y' intama kandi ari muto cane!
Landry niwaguma ukora ibiganiro vy'imubwenge nk'ibi uzoter'imbere. Turagushigikiye
Ako kokunyika Niko kabi ATI unyits ujah😂😂😂😂
Ukwo nukuri kabx hezagirwa mukozi wiman
Urumukozi w,IMAna asobanutse kabisa
Ntimwitiranye ishengero n'idini. Reta ico ishobora gufunga ni idini nayo ishengero ryoooo
Ndizera ko hrumusi leta izobavira hasi.
Nukuri ww nimba warungitswe nu wakureze nicogituma ivy,lmana vyo kuvugishwa bigucanga
Wa muntu we!! Ko umengo ufise ishari ninzigo vy'uyumukozi w'Imana? Uramuzi hoho ?? Gabanya izo commentaires zawe mbi zinzigo ,ntuzohure nikibazo !! Uyu ni Rev.Pasteur Olivier ni imvuga Kuri caaane .. Kandi ntahugumbwa muvyo avuga .
Reka kwidigadiga biraboneka ko harivyo uriko wiyagiriza kuko akuvugiye ibintu
Ww uriyagiriza nicogituma uguma wikanga. Pasteur Olivier avuzukuri cane
Ikiganiro cizaa
Juges les parents je pense qu' il y a un probablement là dedans!
Exemple mu Rwanda barugaye ama église adakwijije ibisabwa nkayo ma église yaba escrocs
Mbe ivyo we yambaye bivahe??? Uzi abakene barara batariye birigwa murusengero gwiwe muga ugasanga wewe yiriga muma costime. Mwese mur' ibisuma bikora kumwe.
Shiramwo nivyacumi vyose nubuyobe
Ngo rii ngo raaa😅😅😅😅
Ntabwo narinzi uyu mukozi w’imana ariko ndabona yayobora igikorwa co gushira amashengero kurutonde. Ako kajagari ngo nta bantu bazopfa uyu munsi canke uriya mbona bimaze gufata iyindi sura . Uvuze ukuri muntu w’imana babwize ukuri .
🙏🏾
😂😂😂
Nuko mukozi wimana nimuhaguruke kuko izi ntama zimana ziriko zirazimwiza mudahagutse muzozibazwa ikindi shigikiye murivyishi uvuze nico cuko ukoze igitangaza atovyerekana kuko nijambo ryimana rivugango ico ukuryo gukoze ntibikwiriye ko ukubanfu kubimenya muhezagirwe kumajambo atwigisha muvuze ndagushimiye canee gose
Vugukuri musaza wirenganire
😂😂😂😂😂😂
Abo bavuga ukuri na bavuga ibinyoma bose bakwiye kubaho kuvaho nibaza yuko bidashoboka kuko ukuri kubaho ariko havuyeho ikinyoma , ahubwo twebwe twunva ibivugwa nitwe dukwiye guhitamwo ukuri ni kinyoma kuko vyose biba biboneka ariko hakabamwo kwirengagiza
Ndafashijwe muga nje mpranibaza ukuntu urya musazi modetse ingene siyoni yamuhaye umwana ww
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
umu pasteur atari umu escroc arabaho 🤣?