Prophète Modeste yagarutse inyuma y’imyaka yaragiye/barantemye ukuboko kurakoroka/intahe yiwe😨🤐

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #sirenvibestv #prophetemodeste

Комментарии • 108

  • @gaos3828
    @gaos3828 5 дней назад +1

    hosyy uri muri bake bazi kugirishaa ibiganiro the wayy u ask questions is so proffessional I can see experiencee over your kstions

  • @gorethyniyonkuru4040
    @gorethyniyonkuru4040 10 месяцев назад +10

    Merci beaucoup Hosy, nashaka kugukebura iyo ufise umutumire hanyuma uriko uramubaza ibibazo hanyuma ariko arakwishura ugaca ufata telephone sivyiza biboneka nabi kuri twebwe turiko turabakurikira kandi sibwo bwambere ubikora . Urabireka kuko bibonekana nabi.

    • @NdikumanaErica
      @NdikumanaErica 10 месяцев назад

      Bien dit nagikorereko naje nagire ndavyandike

    • @bienvenumuco1113
      @bienvenumuco1113 10 месяцев назад +1

      Abariko araraba ibibazo amubaza

    • @bosconiyonkuru6151
      @bosconiyonkuru6151 10 месяцев назад +1

      Abariko arasoma ibibazo yateguye kubaza umuntu kugira ntihagire ico azagusanga yibagiye.Umutahure.

    • @CelestinBukuru-vc4ci
      @CelestinBukuru-vc4ci 8 месяцев назад

      Bjrs hosy sivyiz kugum ukoresh fn mugih uri mukiganir ucumenga ntiwahay agaciro umutumire sawa muhezagirwe

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 11 месяцев назад +6

    Hosy uriko uvuga ukuri Imana iraca muri bibiliya mukuvugisha umuntu ,

  • @kezakimanaspes8488
    @kezakimanaspes8488 11 месяцев назад +3

    I'm the first in siren vibes.Love❤ u Hosy

  • @cocochanelle258
    @cocochanelle258 10 месяцев назад +9

    C la prèmiere x ndavy iyi émission nkumva mbabaye 1)comment eck Imana Ishibora kubwira umuntu ibintu avuga hama après Igaca Ikora ibi contraire yivyo yakubwiye alors k Imana Itigera yivuguruza mwijambo ryayo ?
    2)avuz ngo ntaanahamwe vyandits k Imana Ivuga muri bible kestion mbe Ijambo niki?eck ijambo s’Imana nyene muri jean chapitre 1,2et 3 havuga gute ?au commencement était la parole,et la parole était avec Dieu ,et la parole était Dieu bisigura k ntushobora gutandukanya Imana nijambo Ijambo riri muri bible n’Imana Iba Iriko Iravuga Kuko Ijambo niryo rihindura umuntu si prophétie abantu bose bahinduts bahora muvyaha cank ibindi nijambo ryaduhinduy si prophétie yaduhinduy 3)abantu bose ntibumva voix audible y’Imana sivyo umuntu wese afise uko Imana Imuvugisha hariho abumvo la voix intérieure ha Raba gira ama visions abandi des rêves abandi sa parole Kuko Imana niyo i décida Itanga ama Dons uko Ishatse la chose la plus importante nukumuntu amenya ingene Imana Imuvugisha c tout kuko uvuze uko uwutazokumva voix audible mais akumva voix intérieure urumva azocayibaza kwatar ‘Imana ?!pliz ubuvugishwa bwambere nijambo ry’Imana kuko niryo Imana yavuze k ritazovaho k ibindi vyose bizovaho bigahera mais k sa parole itazokwigera rivaho hama icanyuma mu menye k prophétie yoseee muzokumva iri contraire nico Ijambo ry’Imana rivuga izoba atariyo jew ndabaye choquée nibintu numvise hama Imana yavuze ngo mon peuple péri par manque de connaissance pas manque de prière kuko kurinosi na abantu bose barasenga nabasenga ibigirwamana barasenga n naba païens barasenga mais c’est la connaissance de sa parole qui nous rend libre pas la prière je s8 pas contre à la prière naje ndasenga mais isengesho rihagaze mwijambo niryo riri efficace que Dieu vous bénisse 🙏

  • @huguetteniyonzima8586
    @huguetteniyonzima8586 11 месяцев назад +1

    Good job,hosy.ugume utuzanira abandi bantu benshi...baze baradushingira intahe nubwo benshi batinya.hama courage...,ukomez gutera imbere.❤❤❤

  • @channyndayongeje8060
    @channyndayongeje8060 10 месяцев назад

    Imana iguhezagire notre Prophète.Usenga mukuuuri wew warahezagiwe.nubuhanuzi bwawe nibwooo.Imana igukomereze ingabire

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 День назад

    😮😮😮😮, nukuri, muvyitondere😢birangoye😢😢

  • @claudinekamariza9221
    @claudinekamariza9221 11 месяцев назад +1

    Prophète Modeste Gira umugisha

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw 5 дней назад +1

    Waouuuuuu girumugisha profet

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 11 месяцев назад +2

    Iyo emission yari ryoshe muzongere mumutumire turabakunda.❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 11 месяцев назад +2

    Number one I'm here mbandi yeux ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🙏

  • @EspychousZoe
    @EspychousZoe 7 дней назад +1

    Banyiba hosy
    Nubuhanuzi budashingiye kw'Ijambo ry'Imana sibwo

  • @angekantungeko939
    @angekantungeko939 2 дня назад

    Kure cane niho tukwifuza my prophet

  • @bercafricain
    @bercafricain 9 месяцев назад +3

    IKINTU KITWISHE MURI AFRICA HARIMO ABAKOZI BIYITIRIRA IMANA ATARIBO. NTITUNATAHURE NA KAHISE KACU USHAKA GUTAHURA VYINSHI KARIBU KURI CHAINE YCU

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 11 месяцев назад +2

    Prophete🥳🥳🥳

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 Месяц назад +1

    Ubuvugishwa nyakuri butavanze n'ijambo ry'Imana

  • @babydtonekaneza1303
    @babydtonekaneza1303 10 месяцев назад +6

    Abanebwe ntibasoma bible,ahubwo birukira muba prophètes😢.

  • @user-Town9ce7qk6o
    @user-Town9ce7qk6o 6 дней назад

    Professional profet Modeste

  • @user-nr2tv9cw1q
    @user-nr2tv9cw1q 4 дня назад +1

    Imana yokubwira ikintu igakora le contraire ? Sindavyibaza Imana iri inyuma yico yavuze kugira igishitse

  • @herimbarushimana9328
    @herimbarushimana9328 7 дней назад +1

    Njobeko ndamuzi twarakuranye naho narinkuze gato. Papa wiwe yitwa kayihura Ephrem yaranyigishije mathematics 6eme primaire mu kirundo .
    I know the guy very well. And it's has been long.

  • @Iyatwesecarla
    @Iyatwesecarla 4 дня назад

    Hosy my journey irakenew ubu Nukuri menye impamvu bamutemy ukuboko 🥲

  • @user-yr4cn5pq2e
    @user-yr4cn5pq2e 11 месяцев назад +1

    Ndaryohewe nokubona Kandi

  • @user-tr3sc3dg3k
    @user-tr3sc3dg3k 8 месяцев назад

    Prophète modeste imana ikubimbere jew ndakuzira muri holl chuch dinamique warahanuriye benshi rero imana iguhe amavuta urikuvuga ukuri

  • @benitmuhoza5957
    @benitmuhoza5957 10 месяцев назад

    i understood u sir

  • @DorineBishahu
    @DorineBishahu 2 месяца назад

    Amen

  • @hildegardebizimana5546
    @hildegardebizimana5546 4 месяца назад

    Mpore mpore si bose bameze neza kubera ishari ninzigo kubera uko babona Imana igukuresha nabo atavyo bashoboye.

  • @josineumarintimba5207
    @josineumarintimba5207 11 месяцев назад +1

    Yooo, abamwizeye bose yabahaye ububasha bwo gucika abana b' lmana.
    Utizera wese ntahimbara lmana, ukwizera nakwo kuzanwa nivyo twumva.
    Rero umwana w" lmana avyarwa nivyo yizeye bikamuhindura .
    Nruba umwana w' lmana uko , ngo wabatijwe hari naho ukora ivyo udatahura canke ukabikorewa nabavyeyi.

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw 5 дней назад

    Mbega ni le 20 de quel mois?????

  • @itsmagic2822
    @itsmagic2822 6 дней назад

    Hosy yr are btflly with the ikanzu zirenga kumavi.

  • @B-Y-N
    @B-Y-N 8 дней назад

    👏👏👏

  • @user-hc4lg9wc8u
    @user-hc4lg9wc8u 10 месяцев назад

    Kayihura N'djobeko Modeste prophète wiwacu... Upewe ulinzi Papa.

  • @toussaintnkurunziza3670
    @toussaintnkurunziza3670 10 месяцев назад

    Ncuti Hosy, ahubwo ni wewe wahishuye ukuri kwayo n'abandi baharonkere iyo sagesse yawe n'ukuri Imana yagushize mu mutima, nka "Sole Living Prophet" ndakwipfurije imihezagiro yayo idasanzwe n' umuryango wawe imyaka yose murakoze ncuti

  • @user-gj6et6rg7y
    @user-gj6et6rg7y 10 месяцев назад

    Merci prophet

  • @FabriceHatungimana-i6s
    @FabriceHatungimana-i6s День назад

    Tell me

  • @user-tf8qw9st7y
    @user-tf8qw9st7y 10 месяцев назад

    sivyiza kubesh bro

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 День назад

    Foolishness 😢😢😢
    Birateye ahahinda kubona aho tugeze muri society
    Twataye akaranga kabasogokuru tuja kuvyo tutazi twigira aba specialist bavyo !
    Amazina Prophete, Umukozi Apotre wimana abashumba ect ….
    So sad for Aftica
    Scams 😢😢😢

  • @jilu1095
    @jilu1095 11 месяцев назад +1

    Mubitaro niho bari abambaye ivyuma😂😂

  • @chanellanduwayezu9126
    @chanellanduwayezu9126 11 месяцев назад +1

    Uragaruts uhende abantu ngo u Burundi buzotsinda Cameroun? Ugaca ushirako aga code promo kawe😀😀😃😃😃😃😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀

  • @jinamajody
    @jinamajody День назад

    Abasuma bararwira😛😛😛
    Ngwasengera bandeee🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 10 месяцев назад +2

    Profetie iri contre yico ijambo ry'Imana risanzwe rivuga siyo buba arubupfumu nitekenika naza mbaraga zokwaba salongo bo mu Rwanda barakora ibitangaza ukabibona vis a vis muga salongo we yareruye arivugirako imbaraga akoresha azihabwa nuwitwa jaja ntakintu nakimw kiriho hano kwisi ntanikizoza kirusha ububasha ijambo ryimana ivyo vyama profetie iyo bije bidahuye nijambo ryimana kuko Imana ntiyivuguruza kandi ntivuga indimi 2 ntibiba arivyo.Impano zubu profete zirabaho muga usanga zitari contraire cank ngo zivuguruze ijambo ryimana.

    • @cibutsojoefranck3164
      @cibutsojoefranck3164 9 дней назад

      Salongo Birya avuga sivyo kuko jewe turabana Inyamata ntabwo arumurozi kuko imisi yooose bama bamwiba Impene ntazigarure irya nimitwe y'abanyarwanda

  • @MamanChantal-h9y
    @MamanChantal-h9y День назад

    Umuntu yagize avesi yokiraaa ?

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 11 месяцев назад +1

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @manasseart
    @manasseart 10 месяцев назад

    Yiooo

  • @kadino_jc
    @kadino_jc 11 месяцев назад +3

    😂😂😂uyo aracabaho😅

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw 5 дней назад

    Muduhe fone yiwe

  • @RomaiNzohabonimana
    @RomaiNzohabonimana 2 месяца назад

    Jewe vrmt twasenganye igihe kirekire nubu turikumwe nta amahera ndabona utwaka nkakarorero wansegeye ndi Roi caredeh rwaye navunitse ni bakureke wew ntuja ikuzimu uri umu Prophete yavuye ku Mana murakoze nitwa NSENGiMANA Yves

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 11 месяцев назад +1

    Uyu agezehe ubu

  • @BeatriceNdabirinde-us6hm
    @BeatriceNdabirinde-us6hm 7 дней назад

    Indoto ninzira yukuri imana ivuganiramwo nabantu bayo ishobora kuvuga nijwi ryunvikana canke igaca mundoto

  • @hildegardebizimana5546
    @hildegardebizimana5546 4 месяца назад

    Madame ntusubire kuja kuri telefo e uri kumwe numitumirwa, ntibiboneka neza devant le public.

  • @kelvinoisos
    @kelvinoisos 10 месяцев назад

    Ousy ni le20/isaha zingahe kur jard public?

  • @belysenihorimbere6730
    @belysenihorimbere6730 10 месяцев назад +2

    Je suis désolée - Imana itavugiye mwijambo ryayo -yovugira hé ??? Honyene ntishobora kukuvugisha udasoma ijambo ryayo ntibibaho - ntushobora gusenga - udasoma ijambo ryayo - ivyo ariko avuga en-dehors yijambo - Imana ubwayo ninjambo

  • @edithkatihabwa2600
    @edithkatihabwa2600 11 месяцев назад +2

    Kigali na Dubai hamwagiy yagarutse buja kubesha abantu azarabib amahera abatungireko😂😂😂

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 10 месяцев назад

      Mbe aracarumusore ga?😂

    • @VachouVachou
      @VachouVachou 6 дней назад

      ​@user-ld9mg1hf2v yaraye arongoye kwa sioni😊

  • @jilu1095
    @jilu1095 11 месяцев назад +1

    Non nagira ni yesu akiza emwe najew zoza

  • @bnjamindayisaba1326
    @bnjamindayisaba1326 11 месяцев назад +4

    Uyu we avuyehe ariko Mana abaranvye bazobona abarozi bos nabaroze kera ubu naba profet cank aba pasteur niho babony baronka aba clien

  • @ndaruzaniyeelvis6160
    @ndaruzaniyeelvis6160 6 месяцев назад

    Wubahwe ark muzoduh akanimer iman ibandany ibahezagr ibongererez ubw bumeny

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 11 месяцев назад

    😂😂😂😂harivyo avuze ntemera😂😂

  • @EspychousZoe
    @EspychousZoe 7 дней назад

    Ahubwo subira kwiga ijambo ry,Imana
    Yosefu yarota kuko yari umutama
    Canke kuko atasenga?
    Ndumiwe koko

  • @NinA12587
    @NinA12587 10 месяцев назад +1

    Hosy uyu muntu Wapi aravanga ibintu.

  • @user-cc5rw1lx7u
    @user-cc5rw1lx7u 24 дня назад

    Uraza usebgere mukirundo iwanyu...

  • @user-ld9mg1hf2v
    @user-ld9mg1hf2v 11 месяцев назад +3

    Mon prophète wraduhevye source du nil wajanye heh😢😢😢😢😢😢😢😢

    • @edithkatihabwa2600
      @edithkatihabwa2600 11 месяцев назад +2

      Uwon jini kweli😂😂😂 sindamwemera nagato umurozi

    • @user-sd8wb5eb9q
      @user-sd8wb5eb9q 11 месяцев назад

      Prophète yaraje nubuturasenga vendredi mw'ijoro kuva 22h gushika mugitondo

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 11 месяцев назад

      ​@@user-sd8wb5eb9qheh mbwra mugenzi nahoze nsengera iwe mbwra sha❤❤

    • @HonneteMpfumbase
      @HonneteMpfumbase 10 месяцев назад

      @@user-ld9mg1hf2v source du nil grande salle, vendredi guhera 22h gishika buce.

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 10 месяцев назад

      ​@@HonneteMpfumbasem6

  • @JosianeKaneza
    @JosianeKaneza 6 дней назад

    Njobeko: lycée kirundo

  • @theanswer5895
    @theanswer5895 10 месяцев назад

    48:31😏 ibi bintu ntavyo nemeye ……

  • @NaftalNiyongabo-wy4me
    @NaftalNiyongabo-wy4me 10 месяцев назад

    None muvuze ngo le20 zukwakangahe??

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 11 месяцев назад

    Niha tari.

  • @BeatriceNdabirinde-us6hm
    @BeatriceNdabirinde-us6hm 7 дней назад

    Bikugoye gusobanura urayibaza ikagusobanurira

  • @ostopherengendakuriyo3668
    @ostopherengendakuriyo3668 8 дней назад

    Ko aba prophète batararenza imyaka 20 babayeho mu Burundi, ni ukuvuga ko imbere yabo Imana itigeze ivuga mu Burundi?
    Canke amashengero atagira abaprophètes, muri yo Imana ntikivuga?
    Mbega Bibiriya yoba ivuga ko ingabire iruta izindi zose ari ukuba umuhanuzi?

  • @user-tf8qw9st7y
    @user-tf8qw9st7y 10 месяцев назад

    😂😂😂😂😂

  • @majamberemathieu3283
    @majamberemathieu3283 8 дней назад

    wareretswe ku ntamba twarabibonye,wewe uri manyanga wambere ahubwo.

  • @user-xx6fy7io4e
    @user-xx6fy7io4e 11 месяцев назад +1

    Ahubw nyen iyo base yayiduhereyiki?ubuvugishwa bwa mbere buri muri Bibiliya
    Kdi subunebwe kuvug kubuvugishwa bwa mbere buri mur Bibiliya habe nagato

  • @user-ld9mg1hf2v
    @user-ld9mg1hf2v 11 месяцев назад +1

    Hosy mutibarize yagye heh?

  • @jinamajody
    @jinamajody 10 месяцев назад

    Reka tuzi n'abahanuzi bakoreshwa n'ibiheko vyabo weho utubwiyukuri ko wari umupfumu w'abakinyi.
    Twemezwa n'iki ko ahubwo atariwo murimo ubandanya ariko ukifuka umwambaro wa prophète?
    Reka ba mureka

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw 5 дней назад

    Azigaruke ncuti

  • @mutabarukaalexis13
    @mutabarukaalexis13 11 месяцев назад

    Uyuwe abeshya nk inzozi kbs
    Ngo yazuye umuntu
    Hhhhhhhhhhhh
    Hhhhhhhh
    Arabivugana umutuze arj serious disi ukaba wagirango ararvuga ukuri😂😂😂
    Ngo yibye batisimu😮😮😮

    • @kakanuma
      @kakanuma 11 месяцев назад

      Urantwengeje😂😂😂

    • @giraubuzimabwiza9894
      @giraubuzimabwiza9894 9 часов назад

      Kandi avuzeko yarumurozi canke umupfumu..ahubwo nibazako afise puissance diabolique. Si non aracanga ibintu.

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw 5 дней назад

    Mbega ni le 20 de quel mois?????

  • @user-gj6et6rg7y
    @user-gj6et6rg7y 10 месяцев назад

    Merci prophet

    • @lydianyamushika3665
      @lydianyamushika3665 10 месяцев назад +1

      Yoo lmana ifashe abakumviriza ibahe ubwenge ntibahendwe nuwo mu type yaragiwe hose yagaritse

  • @user-tf8qw9st7y
    @user-tf8qw9st7y 10 месяцев назад

    😂😂😂😂😂