bnjr Pam... merci pour l'émission iryosh kandi yigisha can.ariko le problème ihari kuma couple kuvyerekey langage d'amour nuko hari abibazako ari ama caprice umuntu yigira,bigatuma haba kudatahurana, espérons k hari benshi bazogira ico bamenye nibaraba iyi émission
Je dis merci à la famille,muretseko muri umuryango murabikimazi kuko nahimbawe kuvyo mwavuze knd kuba mwarabihaye n'a madame wanjye kuba yarabaye iwanyu yarize vyinshi kuri mwebwe ,ndabishimira Astere na Louise kuko vyinshi muvyo Louise akorera astere umufasha wanjye arabinkorera par exemple :c'est elle qui coiffe mes barbes,Hama ndashimiye Pamella ko yoza aratuzanira ibiganiro nkivyo biratuma bamwe bagarukana agatima keza mumiryqngo😊😊
Mbony notification,nsanga ni family ya Astere nciy nugurura,narabakunz can,IMANA ibahezagire caaan bafashij benshi Habonets occasion nzobaha bouquet de fleur❤😊
Waaawww, nukuri muri couple nziza cane gose. Merci bcp. Merci bcp Pamla
Muriko mwubaka Ibintu bikomey haba mungo nabazozijamwo
Iman'ibampezgirire cane
Ndabakunda cane couple Aster et Louise
Pame nukuri merci narakurikiye émission yabo vrt ni couple.nziza Kandi yigisha
Parole varolisante❤, gifts,moment importa🎉
Moment de qualité très important dans le couple
Merci bcp Pamela n'iyo couple mwatumiye,muramfashije cane,ibiyago vyankoze kumutima,nanje ngiye kugerageza kubishira mungiro. Mwarahezagiwe! Pamela natanguye kugukurikirana ejo,naciye numva ndagukunze cane ukubera uburyo urongora ikiganiro,Yesu aguhezagire cane,mwese Imana ibakomereze amaboko,mushishikare gufasha imiryango!
Umuntu abona ko Pamela asa neza kandi aberewe 😍. Ikiganiro ciza, merci kubatumire 😊
Un couple bien assortie 👌Ndafashijwe vrmt, merci bcp Pamella 🙏❤️
Mwakoze kuduha umwanya wanyu
Turasavye bazokuguruze RUclips 🤗baratesa❤️
Imvugo ijana ningiro,ivyo mwatwigishije mwabishize nomubikorwa.Ico bita ubutumwa butogawa.Ntimumeze nkababandi bavuga ngo murumva ivyo mvuga ntimurabe ivyo nkora.Yesu abadukomereze mukozi w'Imana
Merci beaucoup. Tugerageza gutanga ivyo twakoze ninaho tumenya ko bishoboka
Murabigisha neza !muratesa mubandanye muhezahigwa . bravo ❤❤
Murakoze cane. Mwakoze namwe kubiha umwanya
Pame,jew naranagiy kuziraba kuri Google 😂😂 kugarukana ino couple ,cantora agatebe,wambaye neza ❤
Merci au couple Aster & Louise , et surtout à madame Paméla pour les avoir invités
bnjr Pam... merci pour l'émission iryosh kandi yigisha can.ariko le problème ihari kuma couple kuvyerekey langage d'amour nuko hari abibazako ari ama caprice umuntu yigira,bigatuma haba kudatahurana, espérons k hari benshi bazogira ico bamenye nibaraba iyi émission
Thank you so much Astere and Louise for sharing your life with us. I'm learning a lot. God bless you too Pamella for inviting them❤❤❤
Pamela uranyicaaa😂😂😂😂
Murabikimazi niyompamvu muvuga ivyikimazi, ndafashijwe 🙏
Pame ndagufana saaaana !!!! Kamata bisous
Ndakozweko.Imana ibahezagire.❤
Merci bcp
Giheze ntashaka ko gihera😢😅 Je suis pas encore mariée mais j'ai pris des notes. Merci beaucoup à vous pour le partage. God bless you 🙏
Nivyiza cane kubona ikiganiro nkiki utarubaka urwawe
Bwana Astere aratwenza cn rwose, mais que Dieu vous bénisse
Woooow
Vraiment urukundo ruri hagati yiyo couple nivyikimazi kandi vyobera urumuri kumiryango myinshi,mugihe boza baratwibutsa ivyo dusa nkuko twavyibagiye kumiryango yacu ,Que Dieu vous benisse
Merci sana. Mubandanye kuryoherwa mu rugo rwanyu
Mukirundi bacumugani bati uwutongeje aba atashimye,hari ibindi biyago bifatiye kukwubaka,shishikara mutegure nka :ukudahuza gufatiye kuri kamere zabagize couple,...
Murakoze cane. Pamela ariko arandika ahantu ivyo musaba
Ewe Maaaana wazanye iki kiganiro warakoze.Pamella urumwana Graaaaaave ntaco nfise novuga.iyo couple iranyigishije caaane.
Mwakoze kuduha umwanya
Murakozeeeeeeee cane nukuri atarakandi turize pe.turashimiy abatumire coupl dukunda tukigirako vyinshi ubuho birarenz Umukama abhzagre abandany kuvomerera ingabire yabashizemwo dushimiye na pamela ukunt atumira abatwigisha ibitugirira ikimazi.we love you all
Urakoze cane
Louise & Aster big up my people ❤
Je dis merci à la famille,muretseko muri umuryango murabikimazi kuko nahimbawe kuvyo mwavuze knd kuba mwarabihaye n'a madame wanjye kuba yarabaye iwanyu yarize vyinshi kuri mwebwe ,ndabishimira Astere na Louise kuko vyinshi muvyo Louise akorera astere umufasha wanjye arabinkorera par exemple :c'est elle qui coiffe mes barbes,Hama ndashimiye Pamella ko yoza aratuzanira ibiganiro nkivyo biratuma bamwe bagarukana agatima keza mumiryqngo😊😊
Ikiganiro top👌trize cane
MWAGANIRIYE NEZA
😍😍😍😍😍😍
Waaaauuuu muraryosh
Pame uri igisazi neza😃 Hama muduhay inyigisho nziza cane nanj ngiye kwiga kumwa ubwanwa🤣
😂😂😂nukuvyiga gose
Ndabakunda❤
Merci
Aster na Louise ndabakunda caane. Uko bavuga niko bameze ❤barahiseeeeee ndafashijweeee
Urakoze cane pour les compliments
Pame ndakunda ukuntu usaba umutumire imbere yo kuvuga
Muraryoshe kwumva no kubona❤
Murakoze kuba mwaduhaye umwanya wanyu
Ndabakunda beza❤❤❤❤❤ courage vrt
Urakoze cane
Asante san!mubar kubakurikiran mubiganir murikuduh ndimw mundos nizind ndacar umusor.
Urakoze cane. Kubimenya ukiri umusore biragabanya amakosha wokora umaze kwubaka
Nukuri turafashijwe caneeee
Umukwe wacu i Gahororo Aster hamwe n'umukobwa wacu Louise, mubandany muja imbere urugo rwanyu Imana ibandanye irukomeza👏
Murakoze cane
Aster ndamuzi muri vivante mu masengesho ya midi none sinkukubona Astere.Imana ibahezagire
Très interessant.
Turabakunda,baradufasha cane,muzobazane kenshii kabaho.
Murakoze cane
Mbeeeeega Maaaana ibi bintu birakomeye caaane
Turize pame natwe merci.
Murabikimazi niyompamvu muvuga ivyikimazi, ndafashijwe pe 🙏
Turagushimiye. Ubisangize abandi bibafashe
Waaaaaaaouuuuuh mrc kubwiy emission
Mwakoze kuyiha umwanya
Mbony notification,nsanga ni family ya Astere nciy nugurura,narabakunz can,IMANA ibahezagire caaan bafashij benshi
Habonets occasion nzobaha bouquet de fleur❤😊
Murakoze kuba mudukunda
Komeza uwo mutima chère famille wo kudufasha.
Komeraaa bantu bimanaaaa muriboo
Pame ndagukunda caaane ibiganiro vyawe biranyubaka caaane
Pamella😂😂uratera inkuru vrmt
car kiryosh ikiganiro wakoz☺️☺️
😂😂😂😂😂pame ikiganiro giher ndab ww ingen ucangamukish ikiganiro
Merci bcp kutwigisha
Merci namwe kuduha umwanya
Ndasubiye kubabona muratesaa muranyigishije
Imana iguhezagire
😂😂😂😂
Ndungikira narakiravye
Pamella we ndagukunda vy danger icomp.tugahura noryohegwa cane couple ya danger
murakoze kukiganiro ciza
Pamee nukurii icompa indege nokugurukana
😂😂😂😂😂
❤
Fanta orange😂
Pamela wadukoreye umuti mpa numéro yawe tuvugane in box
Murakoze cane. Ni 76 284000
Turabakunda
Merci sana
Muranyigishije murakoze
Mwakoze kuduha umwanya
Pamela, vyoba vyiza caaane ugabanije utwo tuntu ushiramwo ukareka abatumire bakavuga bihagije.
Turabashimiye kurico kiganiro
Pamela udahari vyoduhombona urakaramba sha abatumire barahezagiwe cane subira ubatumire batuyagire kandi nukuri muburundi hariho ingo nziza vment
Mwakoze kuduha umwanya
❤️❤️❤️ 🥹
😂😂
Uti pokement,louiiise nyene Mana arasimbagijwe nukuri.
❤
❤
❤