Séminaire des couples/Umu Maman yinjira mu rugo rw'abana../Chambre yanje irashashe.../

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 27 дек 2024

Комментарии • 124

  • @NdikumasaboAline
    @NdikumasaboAline Месяц назад +2

    Madame Renilde Imana ibahe umugisha cane. Nawe watanze ikiganiro mubandanye courage ico gikogwa nica Kristo.

  • @BugoyeJohnlucky-z6b
    @BugoyeJohnlucky-z6b День назад +1

    Vyiza cane.Imana ibakomeze mwese.

  • @dispineirankunda6096
    @dispineirankunda6096 4 дня назад +1

    Pame ndagukundaa caaan uwo muvyeyi naw arakarambaaa

  • @floridehakizimana2625
    @floridehakizimana2625 3 месяца назад +1

    Pamela, ndagushimiye kuri iyo ngabirano na wewe waronse, ubwo butumwa utanga ni bwiza.
    Uwo muvyeyi na we , aratwubatse cane, adukebuye muri vyinshi, aho twakomerekeye turahabonye, kandi tugiye kwikosora, dushishikare kuja ku mavi, tugire ubwenge dufashijwe n'Imana.
    Murarondera un homme sage, atange impanuro nawe, kuko hari abasambura ingo zabo batabizi, mu gutoteza abapfasoni babo.
    Encore une fois, merci bcp

  • @alicekrahenbuhl6949
    @alicekrahenbuhl6949 Месяц назад +1

    Merci beaucoup pamy kumutumire maman Reniilde. Alitullunguza kabisaaaa ❤ Soyez richement bénis.
    Pamy bakupe Fanta orange 🍊

  • @brillantnzorubara977
    @brillantnzorubara977 4 месяца назад +1

    Whaoouuuh! N Inyigisho zo,kabisa. Uwo muvyeyi n Umuvyeyi w Ubwenge bw Imana,_nakunze aho yahanuriye Ingo kuc Ubuvugishwa bw ibinyoma.

  • @PolycarpeManiriho
    @PolycarpeManiriho Месяц назад +1

    Ikiganiro kiraryoshe kandi kirimwo impanuro nyishi nziza zubaka!
    Iyaba abagabo canke abagore bozikwirikije ingo nyishi zokize kuko ziriko zisenyurwa nukatamenya! Murakoze Mme Renilde uravuga ntuvura.

  • @florenceniyorugira1535
    @florenceniyorugira1535 Месяц назад +1

    Imana iheze umugisha madame Renilde .Urugo ni umugabo w lmana.Ahezagirwe cane

  • @mugishacb
    @mugishacb 6 месяцев назад +7

    Quel bon timing ⏱️, quel bon message 👏🏽

  • @thomasmbonwanayo5834
    @thomasmbonwanayo5834 4 месяца назад +2

    Je valide vraiment. Uwomudamu avuze ukuri kwuzuye

  • @EvelyneManirakiza-i1p
    @EvelyneManirakiza-i1p 2 месяца назад +1

    Merci bcp pamella Na Madame Renilde inyigish zanyu ziradufashije caneee

  • @nshimimanaantoine-el1wz
    @nshimimanaantoine-el1wz 5 месяцев назад +1

    Barikiwa saaaana,lmanidukomereze ingo zacu

  • @NdikumasaboAline
    @NdikumasaboAline Месяц назад +1

    Oui ça, est bon continuent turiko turafashwa cane

  • @ColombeNiyubahwe
    @ColombeNiyubahwe 5 месяцев назад +1

    Merci bcp Maman Renilde...... Ndiho naw aguhe kuzokwama unezerew

  • @joliekwizera
    @joliekwizera 9 дней назад

    Maman urubatse umutima wanje.uhezagigwe caanee❤urumu Maman wubwenge.

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella385 6 месяцев назад +1

    Thank you so much Mum Renilde am. Inspired by your advice , we love 💕 you and you are a blessing to this generation 🙏 God bless you always woman of God 🙏

  • @SpecioseNdayisaba
    @SpecioseNdayisaba 5 месяцев назад +1

    Mme Renilde Imana Ikuzigame uduhaye ikiganiro cubaka Ingo cane ukoze aho benshi bari bakeneye les couples mwunve ico mpwemu w,Imana avuga

  • @irihoanemonequeen3043
    @irihoanemonequeen3043 6 месяцев назад +1

    merci bku Pam watuzaniye umutumire mwiza afise ubwenge bw'Imana; encore une fois merci pour tes programmes enrichissants

  • @emilienneemerusabe
    @emilienneemerusabe 27 дней назад

    Murakoze cane ikiganiro cari kiryoshe ndashaka icokiganiro nzokwame ndacumviriza

  • @alinenkomeje
    @alinenkomeje 13 дней назад

    Madame Renilde Imana iguhe umugisha

  • @EvelyneNicimpaye
    @EvelyneNicimpaye 5 месяцев назад +1

    Imana ibahezagire kubwiyo séminaire

  • @DonatienNdayikunda
    @DonatienNdayikunda 5 месяцев назад +2

    Mr6 bcp Madame

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro 6 месяцев назад +6

    Imana ibahezagire cane kurino mutumire wa grave 🎉🎉 PAM ndabakunda cane gose

  • @AlexisNshimirimana-j5n
    @AlexisNshimirimana-j5n 6 месяцев назад +3

    Arakoze cane Madame Renilde, uwo ndamuzi numu christo dusenga hamwe muri Guérison des âmes nyakabiga. Mubisanzwe rero ingo ntizategerezwa gusambuka kuba christo bemera Imana kuko ijambo ry'Imana ririkwije kugira ingo zubakwe neza ariko ikibi nukudasoma ijambo ry'Imana no kurikurikiza. Abantu ni bakizwe nyavyo, ubwo ingo zizubakwa neza. Ingorane dufise dukizwa igice ntidukizwa vyuzuye. Murakoze cane ndashimiye Renilde

  • @LarissaKarera
    @LarissaKarera 6 месяцев назад +4

    Uyu mubyeyi Imana Imuhe umugisha afite impuguro nyinshi nziza

  • @jeaninehan
    @jeaninehan 6 месяцев назад +5

    Ndafashijwe vraiment 🙏❤️

  • @SERGESGAHUNGU-ws5eg
    @SERGESGAHUNGU-ws5eg 3 месяца назад +1

    Urakoze kutwumvisha amajambo meza yubaka ya Renilde. Nari nkumbuye kumwumva mu kimenyeshamakuru kugira aduhe ivyiyumviro bijanye n'ibikomeza ingo, ese womugarukana akadoma ku bindi atashitse ko bijanye n'imibonano mpuzabitsina kandi bizwi yuko ari karahara mu ruganda ntibacure.
    Abatumire bawe barakwiye kuja baraduha adresse yabo.
    Urakoze, ikiganiro cawe cubaka benshi ndashobora kuvyemeza ata kwihenda.

  • @Nichou24
    @Nichou24 6 месяцев назад +2

    Mercii Pame...tes emissions ziranyubaka gose Imana ibahezagire n'umutumire🙏

  • @felisanzomukunda3502
    @felisanzomukunda3502 6 месяцев назад +1

    IMANA ihezagir uyumudame afis ijambo muriwe 🙌🙌🙌izimpanuro IMANA idufash kuzigendera

  • @ryabagabogedeon2531
    @ryabagabogedeon2531 6 месяцев назад +2

    Mwiriwe neza cane. Uyu mu Mama Imana imuhezagire cane impanuro ziwe ziratwubaka.
    Ariko hambavu yukwipfuza nukutihangana, ikindi nuko bras de fer nayo iza kurugero runini kuko aringeso iva kuri caractère yokudaca bugufi imbere yabagabo.
    Jewe ndemeza ko iyo umugore afise iyo ngabirano yoguca bugufi nogutahura umugabo, ntaco yopfa n'umugabo kuko abagabo turakunda kwubahwa hanyuma ibitagenda neza bigashikirizwa mu rupfasoni.
    Murakoze cane🙏🙏

  • @CorneilleNdayishimiye
    @CorneilleNdayishimiye 6 месяцев назад +1

    Amahoro neza.Ndanezerewe n'inyigisho za madame Renilde vraiment.N'umu maman mwiza kandi ari inspiré par saint esprit rero IMANA yo mw'ijuru imuduhezagirire cane hamwe nawe Pamela.

  • @PelousseNtirampeba
    @PelousseNtirampeba 6 месяцев назад +1

    Murakoze cane harimwo inyigisho nyinshi zamfashije nanje nofashisha abandi

  • @FofoNihorimbere
    @FofoNihorimbere 5 месяцев назад +1

    Ukuri kutagabanije, warahezagiwe ❤

  • @angemadeleine944
    @angemadeleine944 5 месяцев назад +1

    Imana ibagirere neza kukiganiro ciza muduhaye❤😊

  • @josephineniyobuhungiro
    @josephineniyobuhungiro 6 месяцев назад +1

    Mbega vyiza ,nukuli twihanganire abo twashakanye.
    Ndabakunda cyane.

  • @m.raissa9660
    @m.raissa9660 6 месяцев назад +1

    Merci beaucoup Pame na Mme Rénilde. Nukuri muri abakenyezi beza, dukunda bafasha. Iryo Jambo ryo muri Tito ryantangaje kweri, nagumye ntangara. Merci beaucoup. Ako ka nyuma niko kankanguye: "Imana izokubaza urugo, abana yaguhaye!"

  • @Ntakiyinanira
    @Ntakiyinanira 6 месяцев назад +3

    Merci bcp Pam❤,
    Mbega mbega,ikiganiro ciizaaa!
    Mbega umu Maman mwiza w'ubwenge!
    Uzomugarukane Pame,part2
    tutasavye🙏🏽.
    Muhezagigwe❤

  • @gettynezerwe4199
    @gettynezerwe4199 6 месяцев назад +1

    Wow 🔥🔥🔥 bien aimée Pamela 👏👏👏 wagize neza caaane gutumira Évangéliste Renilde aravuze ukuri peee 👌 Mpwemu-Yera akomeze kumukoresha mu gufasha abubatse, nabagira bubake.

  • @rbb341
    @rbb341 6 месяцев назад +3

    Very interesting!!! Thanks for choosing to share with us such insightful contents despite the current big temptation of uploading empty content...thanks for choosing value over volume....Keep it up 💪💪 URAKOZE CANE

  • @DonatienNdayikunda
    @DonatienNdayikunda 5 месяцев назад +2

    Bn message

  • @kankindifelicite9464
    @kankindifelicite9464 6 месяцев назад +1

    Merci bp pamela m renilde,muratwigishij,muhezagirw❤

  • @SerukundoGervais
    @SerukundoGervais 6 месяцев назад +1

    Murakoze cane kukiganiro ciza nizere ko kidufashije turi besides muhezagirwe rero

  • @alphonseakimana4219
    @alphonseakimana4219 5 месяцев назад +1

    Murakoze Renulde

  • @BenigneNdayiragije
    @BenigneNdayiragije 6 месяцев назад +1

    Imana ibakomeze mwebwe mwareguye iki kiganiro....nize kwihangana.❤

  • @divinegirukwishaka1961
    @divinegirukwishaka1961 6 месяцев назад +1

    Une émission riche .bravo Pamella.shishikara kuduha ibintu vyiza.Mme Renilde merci pour les conseils

  • @martinenkurikiye8619
    @martinenkurikiye8619 5 месяцев назад +1

    PAM warahise nukuri urumva sujet urayiryosha mpaka kandi zama ziri intéressant 👌ukomereze aho ncuti

  • @JboscoNizigiyimana-h7s
    @JboscoNizigiyimana-h7s 3 месяца назад +1

    Ikiganiro kigezweho.

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 6 месяцев назад +1

    Urakozecane mabukwe uraduhaye impanurozi fadikaiyaba twozigendr

  • @nadinengendakumana6296
    @nadinengendakumana6296 6 месяцев назад +3

    Murakoze cane kukiganiro ciza cane cigisha kandi gikebura

  • @asmasarahan2905
    @asmasarahan2905 6 месяцев назад +4

    Merci beaucoup

  • @jinamajody
    @jinamajody Месяц назад +1

    Mbega mwari muzi ko atari iminsi yose abubatse bahuriza kuco kuvugana?( Communication)

  • @dianekankindi4051
    @dianekankindi4051 6 месяцев назад +1

    Ikiganiro ciza caaaane🙌🙌🙌

  • @zalga74
    @zalga74 6 месяцев назад +1

    waouuuh emission yubaka Imana iguhezagire Pame🙌🏽

  • @derciemugisha4872
    @derciemugisha4872 6 месяцев назад +2

    Imana imuhezagire canee pe uyo mu maman aratesa 🫡 , Pamella nawe ngo gwinoo😀😀 vyananiye kukamenyer nca ntenga ngo mwigisha ako rero😀😀😅😅

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    Amen, Amen . Merci kukiganiro ciza.

  • @solros2598
    @solros2598 6 месяцев назад +1

    Pamera noronka Nim zuwo mudame impanuro ndamusaba
    Murakoze

  • @kathiadorelleiteriteka5661
    @kathiadorelleiteriteka5661 6 месяцев назад +1

    Merci pamela❤nize ukuntu twobigenza mukubaho tuguwe neza mu rugo rwacu

  • @DianeGirukwishaka
    @DianeGirukwishaka 6 месяцев назад +1

    Merci bcp maman pour vos conseils

  • @AlphonsineNiyibampa
    @AlphonsineNiyibampa 6 месяцев назад +1

    Uyu muvyeyi arikumw n'Imana pe

  • @anny-nicolemugisha1899
    @anny-nicolemugisha1899 26 дней назад

    Muhezagirwe Maman Renilde

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco3492 6 месяцев назад +1

    ikiganiro ciza gose!!!! avugishije ukuri uyo mu maman

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline9639 6 месяцев назад +2

    Oooo.....nizere ko avyigisha kenshi...inyigisho nziza pe

  • @EvelyneNicimpaye
    @EvelyneNicimpaye 5 месяцев назад +1

    Mwubahwe

  • @jclaudeniyonsaba1592
    @jclaudeniyonsaba1592 6 месяцев назад +1

    Très bien apprécié par moi, les exemples donnés par cette femmes sont concrets: surtout KO arugesenga cane kububatse, nukureka kwifuza amatungo kubadamu ...,

  • @claudinenkunzimana8435
    @claudinenkunzimana8435 6 месяцев назад +1

    Murakoze cane

  • @adolphentibasharira9719
    @adolphentibasharira9719 6 месяцев назад +2

    Ikiganiro Ciza cane kubibondo vyacu. Hanyuma muratumira n'umugabo

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck 6 месяцев назад +2

    Aha muhatebe cane,ingo nyinshi zirasenyuka kubera gusamara kwabubakanye.

  • @habonimana
    @habonimana 6 месяцев назад +1

    Ikiganiro ciza can❤❤

  • @ManirakizaCharles-h3h
    @ManirakizaCharles-h3h 6 месяцев назад +1

    Uyumumama arahanura neza pame uzokwame uramutumira inyigisho ziwe zirakomey imana imuhezagire

  • @DavidZoya
    @DavidZoya 6 месяцев назад +3

    Urukundo rwumugabo rukomoka mu buriri rugasohoka muri salon rugasohokera murugo rugakwira igihugu.Wosohokana umugore atigera akunezereza ngwagukorere agasha muburiri nisuku ryahonyene akunezereze akwubahe akwumvire nawe uheze umukunde aho birashoboka.

  • @SecondeNIYIZONKIZA
    @SecondeNIYIZONKIZA 6 месяцев назад +1

    Inyigisho yuwo mufasoni yamfashije cane.koko yarongowe na mutima mweranda.ahari umugabo umugore Imana hari urugo rwiza . réciprocité :niwubah umugabo azogukunda ;niyagukunda uzimwubaha .urugo ni ishure idahera usaza wiga mwarahezagiwe

  • @ImeldeNdayishimiye-qg4xq
    @ImeldeNdayishimiye-qg4xq 5 месяцев назад +1

    Kwipfuza umugabo wawe ukamubura kandi ahari ,akitwararika ivyo kurondera ,agasiga inyuma urukundo.

  • @adelineumwiza8577
    @adelineumwiza8577 3 месяца назад +1

    None natubwire umugabo yakwiyimye imyaka 2 igahera wabigenzu gute ?

  • @eulfrideniyongere7028
    @eulfrideniyongere7028 6 месяцев назад +1

    Mbega ikiganiro,mrci nukuri

  • @PhilomèneNdayizeye
    @PhilomèneNdayizeye 5 месяцев назад +1

    Umumaman arahanura pe?

  • @desiresabokwigura751
    @desiresabokwigura751 5 месяцев назад +1

    Merci

  • @AlidaIzonkiza-tx1jm
    @AlidaIzonkiza-tx1jm 6 месяцев назад +1

    Imana ibongerereze ubwenge🥰

  • @ninabelindamutamuratisize4630
    @ninabelindamutamuratisize4630 5 месяцев назад +1

    Merciiii Madame Renilde Imana Iguh umugisha, Pam ndasavye umpe numéro ziwe nzomurondere ndamushimire ndamubwir ko ndamukunda akiriho ❤❤❤❤❤❤❤

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella385 6 месяцев назад +1

    Pam u are very funny😅ngo ibyo biri muri bibiliya😂😂

  • @MarieclaireMUHORAKEYE
    @MarieclaireMUHORAKEYE 6 месяцев назад +2

    Nukuri muhezagigwe caane !ariko nabagabo bisubireko!beshi barateshagaciro abagore babo.murakoze.

  • @JboscoNizigiyimana-h7s
    @JboscoNizigiyimana-h7s 3 месяца назад +1

    Pame nimba uwomudame afise umugabo uramutumira.

  • @irakoze01
    @irakoze01 6 месяцев назад +1

    Uyo mu Mama ❤IMANA imuhezagire cane 🥳 😢

  • @kamanavenerande1408
    @kamanavenerande1408 6 месяцев назад +1

    Muhezagigwe

  • @PhilomèneNdayizeye
    @PhilomèneNdayizeye 5 месяцев назад +1

    Nimuduhe nimero zanyu kuko muratwubatse

  • @Olivella-br8mm
    @Olivella-br8mm 5 месяцев назад +1

    Vyiza caaane.mwubahwe caaan.muzotumire umugabo nawe.ikiganiro ciza ndafashijwe

  • @eugeniendayizeye8816
    @eugeniendayizeye8816 5 месяцев назад +1

    Uzosubire umutumire uyo muvyeyi hari vyinshi yotubwira, murakoze

  • @caritasnibaruta7199
    @caritasnibaruta7199 6 месяцев назад +1

    Urakoze sha mama Renilda uvuga ukuri kw,Imana
    Ndakwikundura ncuti Imana igume igukuza mukuyikorera

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 6 месяцев назад +1

    Abakobwa dutunga bigira aba deminues😂😂😂ndakunze pamella start

  • @EmelyneMAJORI
    @EmelyneMAJORI 6 месяцев назад +1

    Muhezagorwe cane. Mukomeze impanuro

  • @scholastiqueharushiyakira8890
    @scholastiqueharushiyakira8890 6 месяцев назад +2

    Madame turasavye izonyigisho uzozitange mu miryango yaba jeunes bubu be n,abitegura kubaka kuko ubu ama divorces yabaye menshi cane kuko abubakanye batitaho kumenya ico Imana ivuga kubijanye no kubaka urugo

  • @EmmanuelNzigo
    @EmmanuelNzigo 4 месяца назад

    Murakenyera mukwigisha imberbe hari vyinshi ii

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 6 месяцев назад +1

    Lo❤ u mwese

  • @FridaNduwamahoro
    @FridaNduwamahoro 6 месяцев назад +2

    Uyo muvyeyi arampay inkomezi kandi harico yavuz nanj gihora kinshikira kuvuga ngo nokwigira iwacu ariko sinzongera pe! Hama ngiy gufata muminw urugo rwanj imana ntize imbaze abana n umugabo yampay kandi pamella iyo emission iramfashije cane

  • @botiger7208
    @botiger7208 6 месяцев назад +1

    Iki kiganiro kirimwo inyigisho zikomeye umwe wese akiravye akurikize zino mpanuro

  • @salimajosephine1673
    @salimajosephine1673 13 дней назад

    Ikiganiro nicyiza ariko umumama yagombye kwambara akikwiza

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 6 месяцев назад +3

    Uyu mupfasoni aciye ubwenge cane atanze impanuro nziza uyu mugore arafis Yesu Christ.

  • @niyonzimageorges8532
    @niyonzimageorges8532 5 месяцев назад

    Amahoro neza Pamela. Je suis désolé que ntabonye ico kiganiro en direct. Ubundi Nari kwibariza ikibazo. Mugabo ntaco ndahevye🙆‍♂

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  5 месяцев назад

      wobaza umutumire twomurondera akabaha inyishu.

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp 6 месяцев назад +1

    ❤❤❤

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 6 месяцев назад +1

    Zuraducirako uturongo😂😂

  • @BeatriceNkurunziza-l9b
    @BeatriceNkurunziza-l9b 6 месяцев назад +3

    umupfasoni mwiza k umutima no
    k umubiri. Twariganye L. Clarté n.d