Madame Générose Yesu aguhezagire caaaane Pamela iyo télévision yanyu ndayikunze cane c la 1ere fois ndayiraba neza sinzisubira gusiba Murazotubwira rero le points faibles des différentes personnalités Mbega au cas où on voudrait appeler mwoduha coordonnées zo ngaho kukayi
Murakoze ariko ndagomba Mme Generose atubwire iki kibazo " umuntu arashobora kuba afita temperement 2 in same time? For Exemple sanguin and melaconcolic! Or colelic and an other among 4???
Merci beaucoup nukuri,nshimiy'Imana yampaye umugabo wumu sanguin❤
Aaah.vraiment.
Umwarimu mwiza avyumva. Muraduha 2em partie merci kukayi.
Très melancolique
Waouh !ndumu sanguin kweli.merci beaucoup pour l'émission.
Merci bcp pour cette émission, turindiriye suite
Wow this lady is so loverly.
Mumpe tel yiwe basha.Ngo igihe dufise nigito,tugerageze guharanira gusiga amateka meza.Dusige Legacy.
Merci pr l'émission,2è partie
Waoooo ndaryohewe cane VRT nditoye n'umushingantahe wanje ndatoye tempérament yiweee ndize bihagije VRT ngiye kumenya uko mbana Nawe birushirije.Imana ibahe umugisha
Merci pour l'émission
Je vous remercie maman. Longue vie
Merci PAM Imana iguhezagire caaane.mugabo jewe sinditora uzomugarukane atubwire izindi TEMPEREMENT
Merci bcp kuri émission y’umunyabwenge na Pamela urabiryosha cane ukuntu witabira 😂😂
Merci Pam pour cette émission, turakeney partie 2 ya temperament, merci.
Jeannette Uri umu sanguin ❤❤
Ndanyuzwe,Big up sana
PAM & GENEROSE, Thanks alot
Vyiza can,j'aime votre emissions
Hooo merci PAM kuruwo mutumire igize vyinshi atwigishije turamushimiye. Azogaruke
Wauuh nukuri ikiganiro ni ciza cane,azogaruke...atubwire n ibindi vyinshi, Imana Imufashe
Bjr
Yesu abahezagire cane
Murakoze kudutera intege
Muroranirwe
Merci pam channel TV kuriyi emission
Kbs. Nitoye, ndu Umu Sanguin Merci bcp, ahubwo turakeney suite ,2èm Partie. Turungutse. Muhezagirwe cane!
vraiment murakoze jew nditoye nisanze muba mélancolique
Mrciiii pour l'émission ♥️♥️🙏🙏
Waouh jewe mfise umu mélancolique . Merci seigneur . Émission nziza cane
Wwwaaaouuuh🎉🎉🎉uwanje numu mélancolique naratomboye.
waouh nditoye ndatoramwo nabandi nkamenya uko tubana😮
pamella you're the best
temperamment yae irankuraho for real
koko fanta orange urayikwiye
Ndumu sanguin 🎉💃💃
❤❤ Pamela merci Karibu mu Rumonge
Generose, je suis contente de te voir! Fides de busiga les année 80
Yambiiii ma chr
Fides ntumbwire kw,ari wewe nsubiye kumva
Uhoraho akumpezagirire cane
Unyibukije vyabihe disi😂
Yambiiii ma chr
Fides ntumbwire kw,ari wewe nsubiye kumva
Uhoraho akumpezagirire cane
Unyibukije vyabihe disi😂
Merci .iyi émission iraryoshe
Defaut n iyo nyene barakomereka caaane mu buzima !
❤❤Pam, suite
Waooo, ikiganiro ciza. Gusa haraho mbona umengo agira tempérament irenga imwe
1:01:19 1:01:21 Merci beaucoup maman ndabakunze cyane.
Bashar nditoye ndumu sanguin
Merci bcp pour l'emission vyatumye ntahura utuntu tumwe tumwe kuri jewe
Waaaaouh muri abakamaro mufise itunga rikomeye
merci ariko mwadutebereje ikindi kiganiro
Umutumire ntararonka akanya
@@irenepamelairakoze8820 murakoze cane,turakirindiriye n'igishika
Ndumu Sanguin sha😊😊
merci Pam Channel kugiganiro ciza catumye nimenya😂
😂😂😂nitoye pe.Merci
vuba umutumire mumugarukane atubwire tempérament zisigaye kandi turamushimiye Umuvyeyi mwiza adusiguriye neza kandi yifashishije nijambo ry'Imana kuko niryo riturongora
Plz 2em partie
1:03:57 uwo muvyeyi natanguze youtube channel. Ayaga neza😊. Part 2 ndayirindiranye igishika
Oa ntatanguza iyindi ashigikira mugenzi we. Nugukundana nkaba sanguin☝️😊
Arayifise.
Arayifise
Urandika Tempérament Flegmatique
@@irenepamelairakoze8820Uwo Mu Maman Azodufashe Asigure Ingene ABA Flegmatique tutari Ingumyi.
Hari Vidéo Yakoze Kuba Flegmatique Avuga Ngo Turingumyi.
Hubwo Ni Kubera Dukunda Ibintu Vyo Kurutonde Rero Udusavye Ikintu Kitari Muvyo Twapanze,Ubuhinduye Vyiinshi Twateguye,Rero Bica Vyanka KO Twishuriraho,Tuzokwiyumvira Kuguha Nawe Wagiye Keera😅
Bjr
Murakoze kunyifuriza ivyiza
Uhoraho abampere umugisha utagabanije
Bnj les melanco❤
Akira agafanta muragakwiye kukayi
Je me retrouve vraiment, umu sanguin 😂😂😂😂
mam sandy merc vrmnt nditoyeeee 100% uramvuzeeee pe!!!naww urumusang kweri
😂😂😂😂
Ndanezerewe ko mwimenye
Uhoraho abampere umugisha mwinshi
Pam ndangunda❤
Pamella ❤❤❤ Nduh 2em parti vyihuse
Ikindi kiranga umusanga akunda kubegwa,gusa neza😊
Melancolique arashobora gutwara umuntu wumumelancolique nkawe.
Yesu ashimwe cane
Ego barashobora kubana nubwo bidakunda kuborohora
Turashaka part 2 please 🙏ntimurahezaa😢
Cahashitse 🎉
Mme Générose Mwebwe muri muyihe groupe?
None birashika bikavangana ko. Niyumvise hose😂
Ok.reka turindire azivuge zose twimenye
J numva ndimuri bose😢 hose ngira caractère nisangamwo😂😂😂
Mwakoze kukiganiro ariko jew mbona ntitoye😂😂
Pamela,ndagukunda cane wama unezerewe
Aba Mélancolique baratwarana?iyo bahuye bari2?
Jeannette Uri umu sanguin
Madame Générose Yesu aguhezagire caaaane
Pamela iyo télévision yanyu ndayikunze cane c la 1ere fois ndayiraba neza sinzisubira gusiba
Murazotubwira rero le points faibles des différentes personnalités
Mbega au cas où on voudrait appeler mwoduha coordonnées zo ngaho kukayi
Merci kubiganiro vyiza uhezagirwe caane
Suis très mélancolique😅
Yoooo nicogituma naniranwa nabantu benshi!!!! Ndi umu Melanic basha! Ndiyumvise Imana ibahezagire
Nomuma couple kenshi usanga aba flegmatique babana naba Sanguin niyompamvu abatavuga menshi baba bashaka kwumva inkuru cane ziva kuba sanguins
Uy muvyeyi ndamukunze pee aganira neza Kd ibintu azi. J nadutoy ndum mélancolique 😅 svp ndank désordre à jamais
Merci bcp
Yesu abampezagirire
@@yelusa4517 twese hamwe muvyeyi
Mufasoni Generose,birashoboka ko umuntu aba umu sanguin akongera akaba umu melencolique ?
Kumenya tempérament yawe ni ivyagaciro kadaasanzwe bigatuma urondera kumenya tempéraments s’abandi bakwegereye m’ubuzima bwawe. Biragabanya amatati kuko muca mutahurana kandi mukihanganirana. Bitume Rero haba Développement Personnel , familial et communautaire durable. Rero nditeguye kubanda numviriza ibiganiro bizokurikira .
Merci beaucoup Pamela gusa mwibagiye Président Ndandaye kabisa yarimu mélancolique vraiment
😂😂😂
Bjr
Murakoze kunyunganizi yanyu
Uhoraho abahezagire caane
Uwo mutumire wacu nibaza ko ari umu sanguin😊
caneeeeee ndamuziii cn
Mrc kukiganiro ariko umuntu arahinduka
Bjr muduhe suite ya ma tempérament
Ndaryohew kuber ndi umugore sanguin
Ndakunze uwou mumaman nukuri!! Uramugarukana vuba ndasavye!! None nkuwiyumva arihose bimeze gute?? Aradusigurira kuwusanga arihose 🙏nka Jew numva ndimuba sanguins nkaba nomuba mélancoliques
Bjr
Ntawugira tempérament 2 ahubwo uraba aho mufise ibimenyetso bisumba ibindi niyo iba ar,iyanyu
Uhoraho abampere umugisha
Pam ndagukunda gushika ,aba sanguin ryarahiye
Mbeg ivyiza. Duhe link ya partie 2
Pam channel TV mumugarukane mudatevye pliiiiiizzzzz..
Mbega ntawisang hensh?jew umeng naho hose😂 azogaruke ngira nzitora
Shaaaaaaah urazukuntu biryana mumutwe umugabo cg umugore agira akigoro ko guha rapport y'ukwivyo muriko murakora nka projets zurugo biriko biragenda ukajusanga nawe arimo akorera muri gouvernement parallèle😭😭😭😭😭
Aho ndiko ndavuga au cas ya couple igizwe n'umu Mélancolique amwe n'umu sanguin☹☹☹☹☹
Biraryana sha hahandi uja wumvabantu bariko baraprofita ivyiyo gouvernement parallèle bitwengera shaaa warahanyaguriiiiiitse yooo ngo urugo ruve ku ntambwe rugere kuyindi ntambwe.
Yesu weeeeeeeeeeeeh😭😭😭😭😭😭😭😭
Bjr
Humura muntu w,Imana Uhoraho yagiye yubakira benshi nawe azoguhindurira ibihe
Uhoraho agutwenze
Bn journée
Dr generose ndagukunda cane uzi vyishi
Ivyo yavuze ni ukuri cane. Ariko umunyabwenge (ndavuga ubwenge bw'ukuri buvurwa na Bibiriya) akunda kwiga, kandi asoma cane arashobora guteranya iyo mirwi yose kandi bigakunda. Bisaba ico bita "Adaptation = kumenyereza" no gushaka kubikora. "Temperament" irashobora kuba "modifier" ariko "pas changer"
Generose, je suis contente de te voir! Fides de busiga.
Ikiganiro ciza Kandi cigisha cane
Pam ikindi kiganiro catevye nguma ndaba,naragikunze
Mutwitege mu ndwi iza mwi abonnés kugira muzoce muronka notification ningoga. Mwibuk aussi gupartagea n’abandi kugira ntimuze muraryoherwa mwenyene ☝️😅. Merci beaucoup
Umu Maman asigura neza jewe ndamukunda nkunda kumwunva ahantu hatandukanye muma grp
Bjr
Uhoraho abampezagirire cane
Murakoze kudutera intege
Mbega umuntu arashobora kuba umu sanguine numu melancolique???? Jewe numva mvanze kweri
Ooh, numvise ko mwavuze gusa ama qualites .
Turada bye ikiganiro cose kirambuye, ayandi ma parties dutahure neza
Ndaryohewe nditoye ndu sanguin neza neza
Abasange nabaki? Bari mumuryango yose?
Iki kiganiro ndagikunze vraiment, uyu muntu mumugarukane vuba atubandanirize, ndatwenze cane 😂
Wi abonner kuriyi chaine ntihagire nakimwe kizosubire kugucika
Ikiganiro ciza caane
Numvirize categorie yaba sanguin nibazako ukiri kuriyisi ntaba sanguin babaho. Kk numvise ivyabo numvumenga naba innocent (e). Kndi ntushobora kugira ibibaranga vyose.😂😂😂
Bjr
Kw,isi bariho ncuti gusa barafise n,ama défauts navyo tuzobivugako Uhoraho n,aduha akanya
Muhezagirwe rero kuba mukurikirana ikiganiro
Ndacarindiriye sindishikira ukomeze
MBE urashobora kumenya umuntu catégorie arimwo umuravye gusa?
Bjr
L,apparence est tjrs trompeuse nico gituma umu menya iyo avuze kandi anakoze
Mwarakoze gukurikirana
Uhoraho abampere umugisha
Vuba cane agaruke atubandanirize
Je ndumu sange
Murakoze ariko ndagomba Mme Generose atubwire iki kibazo " umuntu arashobora kuba afita temperement 2 in same time? For Exemple sanguin and melaconcolic! Or colelic and an other among 4???
Numwe gusa
Nimwe
None aba « Sanguin »ntibagira défaut s?
Bjr
Barafise ama défauts n,ukovtutararonka akanya ko kubiganirako
Muhezagirwe cane
Jeannette Uri umu sanguin ❤❤
MBE urashobora kumenya umuntu catégorie arimwo umuravye gusa?