Mwiriwe bantu bacu❤️ Iyi nkuru y’uno musi ya Apôtre Bright Ferdinand irimwo ibisigabwenge vyinshi. Ukagira amahirwe yo kwugurura Link ntugende ikiganiro utakimaze🙏🏽 Ukagikunda turagusavye kugisangiza abantu babiri Canke batatu🤩🙏🏽 Mwarahezagiwe😍
Sorry madame Hossy nashaka kubaza si la femme tubona kuri cover yakino kiganiro yoba yari conscentente kujako si bien sûr ariwe yahora aru mu dame wiwe
Apotre Ferdinand ndamuzi cane kuva kuri lycée du Lac , twarabanye igihe kirekire muma sengesho ndimubahamya ko yahamagawe n'Imana akiri muto . Much love from🇨🇦
Niyagaruka muze mumubariz utu tubazo: Kukintu co kwahukana ndafis utubazo 2: 1. Yari yabanje kubisengera Imana iramwereka ko ariwe bazobana cank yamutwaye atabisengey? Si oui Imana yari d'accord Il s'était trompé? 2. Pour lui, donc le mariage est-il un essai ou bien un engagement? Mbe burya ntavyo Imana ishobora kureka bikaba ariko ishaka kuraba ukwihangana kwaw atar ukuvuga ko bivuye kuri satani?
Le mariage est un projet divin. Nos parents barabanye batabanje gusenga kandi ntibasambura ingo nka nouvelle génération. Plutôt benshi bubaka ingo ata maturité baragira.No gusenga ni vyiza kugira Imana ibitumbereze neza.
Meme si adam na Eva igihe Imana ibakura muri Eden Adam ntiyataye umugôre wiwe ngo nuko yamukoresheje amakosa yo kwamura no kumuca kucamwa Imana yababujije ariko baragumanye nubwo bitari vyoroshe. Bisigura ko Mubugombe bwimana sukwama ibihe ari vyiza gusa kandi ntibica bivuga ko Imana atari Imana. Mubihe vyose nukwihangana no gusaba Imana inkomezi zo kurengana ibihe biba bitoroshe.
THANK YOU SO MUCH HOSY nukuri twafashijwe ndagushimiy caaane ndashimiye numutumire wawe basha umugarukane please avuga ibintu vyiza kndi avuga ibintu azi GOD BLESS YOU ABUNDANTLY
Wooow mbega ikiganiro!!!Merci Hosy...ntaco udakora ngo uturonderere abatumire beza!!!Mumbarize uwo mutumire ko yoba yarabatijwe canke? Kuko ntiyigeze abivuga! Merci encore pour ton dévouement Hosy!! Tu es très inspirante aussi ❤
Hosy keep it up Umugisha w Imana ugutembeko...❤️Urakunzwe...Plus To the Apostle banyakubahwa muvuga iki kumajambo avusubirwamwo kenshi kuri bibiliya ariyo ..:"Pour la Gloire de Doeu et non la vôtre..Kubwicubahiro c Imana apana icacu ...?"
Apôtre Ferdinand est mon collègue, je comprends sa souffrance. Que le Seigneur Jésus CHRIST qui fortifie son peuple et ses messagers , fortifie son messager spécial.
Ako kanyuma niko kabi divorce ni mbi muburyo bwose ça salit physiquement( abana barapfa naho nyene ,le social iba mbi cane kand nta bwizigirwa umunt asubira kugira,kandi na leadership iraba perturbée) et spirituellement. Imana iyiturinde.
Matayo7:21-23 havuga ko bazokora ibitangaza vyinshi mwizina rya kristo kandi bazozimiza benshi.yezu nawe azobabwira ko atigeze abamenya.abakizwa nimwikorere business yo kwaka amashikanwa ivy'imana mu vyihoze
I’m not sure if Burundian society get it! Abagore, abagabo baratimbira mungo till one of them get killed!Divorce is allowed even the bible talk about it! Halo murindira kwicana, nimuvane!Gutinya ngo abantu bonvuga,… our society need to understand that it’s ok to leave your husband or wife instead of waiting to die or stay miserable together!
Mwiriwe bantu bacu❤️
Iyi nkuru y’uno musi ya Apôtre Bright Ferdinand irimwo ibisigabwenge vyinshi. Ukagira amahirwe yo kwugurura Link ntugende ikiganiro utakimaze🙏🏽
Ukagikunda turagusavye kugisangiza abantu babiri Canke batatu🤩🙏🏽
Mwarahezagiwe😍
😂😂😂😂😂😂ati ibisigabwenge nukuri nibisigabwenge
Si c'est possible mwaduha numero ze
Merci beaucoup
Muma Tv online yose nimwe mufise qualité ya bien 🎉
Sorry madame Hossy nashaka kubaza si la femme tubona kuri cover yakino kiganiro yoba yari conscentente kujako si bien sûr ariwe yahora aru mu dame wiwe
Olalaa Apo.Ferdi ndamuzi yigeze kudusura murugo akiri umusore vrmt arara ,yaguma atubwi ijambo ry Imana rikomey ,wunvako afise calling ihambaye! Agira umutima mwiza vrmt yooo ndababaye gutandukana numugore pee !!!nubwo yagiz ibibazo vy Urugo ariko numukozi w Imana weee
Ibi bintu ferdinand avuze na padiri amando yaravyigishijeko canee kandi barahuriza hamwe canee🙏🏽
Yavuz vyinshi,Ivyahe
nibaza ko ubeshe nta Amando yokwigisha ivya pasitori, wewe warigeze wumva Amando avuga ko yezu atazogutwara mw'ijuru? Nimba ari umukozi w'Imana ntiyari gusengera urugo rwiwe rukaronka amahoro akabohoza umugore wiwe?
@@gloriosenijimbere-d7qoya apana kuri iyo sujet
Hosy uzotuzanire Chris Ndikumana nawe muri my journey
This is too much God is Real thank you Man of God 🙏🏼
Mais c trop grave,harabaho abantu baja mwisengero bakumviriza uyu muntu??
Imana ize iraduha ubwenge bwo kumenya abatuyovya..Jesuuuus!!!!
Uwu muntu afise imyaka ingahe?
Wouh narinkumbuy kwumva intahe y umukozi w Imana .Ubalikiwe from 🇩🇪
Thank you hosy kuri kino kiganiro... Na merci cane kuntumwa iri mu gishingo ca kristo kumajambo y'ubwnege yadusangijee... Love you❤️❤️
Izo nyigisho zo muri Chris embassy zizobica,mbona uyo mu apôtre Ari confused, Imana imugenderere
Rek kubesha abantu wew ntusenga Iman yomwijur uwutatahuye womuyovya
uvuze vyo, ahubwo abamwumviriza nibabe magabo.
shaa Hosy uraduserukira pee nkunda ukuntu ubaza ibibazo thanks and you are blessed❣
sha Apotre ferdinand yaranyigishije ISSl numuntu yitonda cane kandi yihangana !! kuko jewe vyarangora kwemera ivyo yigisha mais nagiye nda verifier nsanga nivyo!! much support my Apposle
Yesu uarasize intama 99 zitoshe aja kurondera imwe yazimiye,none mukozi w'Imana ntuhebere madam wawe mu vyaha nimba ari umunyavyaha ahubwo mufate ukuboko umufashe kubivamwo.
Imana idufashe kuko inyigisho ni nyishiii kandi zitandukanye,Yesu adutabare😢😢😢😢😢kko turi mubihe vyanyuma
Apotre Ferdinand ndamuzi cane kuva kuri lycée du Lac , twarabanye igihe kirekire muma sengesho ndimubahamya ko yahamagawe n'Imana akiri muto . Much love from🇨🇦
imana ni nyinshi.
Amen Mrc bcp my sister ikiganiti ciza cnee cnee turashaka partie2 vrt
Niyagaruka muze mumubariz utu tubazo:
Kukintu co kwahukana ndafis utubazo 2:
1. Yari yabanje kubisengera Imana iramwereka ko ariwe bazobana cank yamutwaye atabisengey? Si oui Imana yari d'accord Il s'était trompé?
2. Pour lui, donc le mariage est-il un essai ou bien un engagement?
Mbe burya ntavyo Imana ishobora kureka bikaba ariko ishaka kuraba ukwihangana kwaw atar ukuvuga ko bivuye kuri satani?
Le mariage est un projet divin. Nos parents barabanye batabanje gusenga kandi ntibasambura ingo nka nouvelle génération. Plutôt benshi bubaka ingo ata maturité baragira.No gusenga ni vyiza kugira Imana ibitumbereze neza.
@@Twese.01I agree with you
Natubwire vraiment
Honyene kwahukana urymukozi w'Imana ukabandany uhezagira abandi.
Ivyobintu nibiki vraiment
Ivyobintu mwihaye vyokuvnga vnga muzohinyuka rindira
Ikibazo ciza!
Meme si adam na Eva igihe Imana ibakura muri Eden Adam ntiyataye umugôre wiwe ngo nuko yamukoresheje amakosa yo kwamura no kumuca kucamwa Imana yababujije ariko baragumanye nubwo bitari vyoroshe. Bisigura ko Mubugombe bwimana sukwama ibihe ari vyiza gusa kandi ntibica bivuga ko Imana atari Imana. Mubihe vyose nukwihangana no gusaba Imana inkomezi zo kurengana ibihe biba bitoroshe.
Amahoro neza Hosy Irakoze. Ndagushimiye cane kuri ico kiganiro. Vyatumye ntahura ko uri umukozi w'Imana kurusha umutumire wawe.
Intahe nziza cane..ariko nibaza kwivyo vyos biva mu ntango ya choix du conjoint urumuntu uzi Imana uvugana nayo ikakwiyereka cane mukavugana nayo ikagukoresha nkuko yamukoreshej apart mur choix du conjoint nibaza ko kuyibaza ikaguhitiramwo itari kubinanirwa kuko niyo yonyen itihenda twe turab ibigaragara..choix du conjoint ikwiy kwigishwa kndi ikigishwa neza kuko irinda vyinshi...Merci
Osy ukeney guha akazi umuntu asoma bible bikwiye mugihe utumyeko umuntu nkuyo abaze ibibazo bifashe kandi batamujaniranya urabona ingene bakubwira ivya bibiliyaa ukary indiiiimiiiii ,gusa ndabikubwiye mur Rwarukundooo shaa 😉
waouh Merci Hosy kuba watuzaniye umukozi w'Imana adasanzwe
Wow! Simply amazed!!! Sha uyu muntu only the Holy Spirit taught him kuko iyo revelation is out of this world.
Merci bcp Hosy na Apôtre.twafashijw nukuri.wavuz ibintu benshi batinya
Asha rek nterame merci Hosy,🥰🥰
Muzomuhanure ave muma Eglises sikibanza ciwe
Birababaje kubona ukuntu Imana yari yaragutoranije ariko ukaba warazimijwe n,imyemerere yayobye.
Iby, Imana nta bwenge bwinshi bujamwo sha
Pole sana ndumva bitakoroheye
Turakeneye umugore wiwe nawe aze atubwire son histoire #hosy Irakoze
Thank you Hosy ku kiganiro ciza na Apotre anyigishije akantu gakomeye gakomeye no kwizera IMANA ❣❣❣❣💯💯💯💯
Yesu yarabivuze ko azoza akadutwara iwe niho twita mwijuru
Kandi ubwo ngiye kubategurira ahanyu, nzagaruka mbajyane iwanjye, ngo aho ndi namwe muzabeyo.
(Yohana 14:3)
Yavuze ko kwa data hama kwa data si mw'ijuru kuko data yaremye amajuru afise aho ari.
None imbere yuko ijuru riremwa data yaba hehe ???
yavuz k azoz kudutuara kua Dataaa ntiyabuz muijuruuu arik azodutuar ahera haheraaaaa
Arik' uwo musi cank' iyo saha nta wubizi, n'iyo boba abamarayika bo mw ijuru, cank' Umwana w'Imana, atari Data gusa.
Matayo 24:36.
Za muragira ibishobisho musome bible niho muzotahura kurushaho hari verse nyinshi zivuga yuko data aho aba ari mwijuru
Imana y'Umwami wacu Yesu Kristo, ari yo Se, iragahezagirwa, yatuvyaye ubga kabiri nk'ukw imbabazi zayo nyinshi ziri, kugira ngo tugire ivyizigiro bizima, ituvyaza ukuzuka mu bapfuye kwa Yesu Kristo, ngo tuze twegukire umwandu utazobora, utanduye, udakabirana, mwabikiwe mw ijuru,
1 Petero 1:3-4
Aho rero bisaba kumutumira atubwire neza ivyicaha
Love u so much my apostle
thank you so much kuriyi emission Hosy ndahezagiwe cane niyi ntahe
Iyuva urazi kuvuga nabiii!!!!!!ngo aba catholique ngo ntabibiriya basoma?? Biroroshe kubona ivyaha vyabandi mugabo ivyacu tukabishigikira !! Oyaa vrtt urarengejeee😏😏😏
L'homme de Dieu acira imanza abandi😂
ntawuhunga amahoro pasteur...... ngo umugore wanje ntaco yarabuze....none bica birangiye muvanye gute? muzobamenyera kuvyo bama! nareke kuducangira ubwenge😃hama abapatiri barasoma bible ureke kubabeshera
Amahoro barayahunga , iyo umuntu yinjiwemwo na satani ikintu cose ciza aracanka kuko ntikiba gihuje nivyipfuzo vyiwe .
Mbega womenya impamvu umwana womwibarabarara umutoye ukaja kumutungira muhira aca yisubirira mwibarabara? Nuko esprit yiwe iba itamwemerera kuba mwivyo vyiza .
One day nzoja muri église yiw ndamukunze❤
Asengesha neza karibu
Karibu mwiza 😊ntuzicuza❤
Uzoca ugumayo numuntu muzima kwli kwijambo
Hossy,uraturonderera Mme wiwe nawe .
Aho wahereye werekwaaaa. Ni kuki uteretswe Umufasha nyawe muzobana neza? 😂😂
Nanje nico kibazo mfise
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂
Il a dit qu'il est homme de Dieu pas ange de Dieu
Nawe numuntu ncuti Kandi umuntu wese kwisi arashobora kwihenda
Sha Bright vrt namba Imana yarabanye nawe durant le parcours yose ikakwereka numuhamagaro kuberiki itakweretse ibijanye nurugo gwawe??kandi urugo ari umugambi w'Imana ?????
Erega iyo mana bakorerera ariyo rusiferi yigize Imana,ikoresha abasambanyi.
yanka ingo kuko Urugo n'Umugambi w'Imana.
Menya abo bantu abari bo
THANK YOU SO MUCH HOSY nukuri twafashijwe ndagushimiy caaane ndashimiye numutumire wawe basha umugarukane please avuga ibintu vyiza kndi avuga ibintu azi GOD BLESS YOU ABUNDANTLY
Non non mon frère Ferdinand, Uri sure yivyo uriko uravuga, mon Dieu
Ari sûr !!ariko kandi nawe birasaba ko usiga ivyuzi wigishijwe ugasaba mpwemu yera ko agutahuza ibirenge ivyo wigishijwe ahubwe ugatahura ubutumwa bwiza ukizera ico buvuga niho ushobora gutahurana numukozi w'Imana wa vrai ari mumuhamagaro
Arababaje cane
Ari mu mavuta ya Sebinyoma
Uzozane madame wiwe nawe
Ico atagikoze azoba......
Abesha
Reka urusaku!!kuki mugomba kumenya ibitabagirira ikimazi!!kdi mumenye ngo uko wambaye umubiri niko na ferdinard yambaye umubiri rero ico batahurijeko barabaye faible kdi siwe wambere avanye numugore mureke kumurabira nkimana kuko ububasha nkubwimana ntabwo afise kuko yambaye umubiri
Uragenda nawe uvuge ivyawe
Kuberiki utumvaa 😂😂😂😂😂😂
Ngazozane Madam wiwe🙄🙄
Pasteur il faut dosé 😂😂😂 guca mu mpome ndake non quand mm faut dosé
Wooow mbega ikiganiro!!!Merci Hosy...ntaco udakora ngo uturonderere abatumire beza!!!Mumbarize uwo mutumire ko yoba yarabatijwe canke? Kuko ntiyigeze abivuga!
Merci encore pour ton dévouement Hosy!! Tu es très inspirante aussi ❤
😂😂😂😂😂😂😂 ufs ubwob kwatob arabatizwa?
Araducanga canee
@@joyjoy2747unvugiye ibintu 🤣🤣🤣
Iyo umuntu yahukanye aba ananiwe aca Aja murunganwe rw'abananiwe
Sister nisawa.pls ujye uhereza umutumirwa umwanya woe ukoreshe muto pls 🙏
Ikiganiro ciiiza
Merci apôtre Ferdinand
Merci ma chère Hosy
Imana ntiyigeze ivuga idini, yaco ubesha?
Hosy keep it up Umugisha w Imana ugutembeko...❤️Urakunzwe...Plus To the Apostle banyakubahwa muvuga iki kumajambo avusubirwamwo kenshi kuri bibiliya ariyo ..:"Pour la Gloire de Doeu et non la vôtre..Kubwicubahiro c Imana apana icacu ...?"
At this point I feel like loving you Hosy u r smart 👊🏽👊🏽
Papá wewe,Ntarukundo ufise(kuko urukukundo gwihanganira vyose-urukundo rubabarira vyose-kandi uwudakunda ntaz'Imana..iyo igira imbaraga z'umutima wari kumw'ihanganira,kugeza igihe Imana imuhinduye kubwo kumwamira imbuto-kuko jewe muvyo nabonye umugabo arashobora kuba mwiza hanze ariko akaba mubi ku-mugore wawe.
Big up sana Hosy. Vraiment gutumira abantu nkaba bintera kugukurikirana sana
Apôtre Ferdinand est mon collègue, je comprends sa souffrance. Que le Seigneur Jésus CHRIST qui fortifie son peuple et ses messagers , fortifie son messager spécial.
Wowowow thts good
oyaa vrt biratahuritseee iy wizey ubutumua buizaaa k Yesu yaducunguye ub ubay umuana wimanaaaa
Imana yaratabaye uwo mukobwa w'abandiiiiiii😢
Jewe Imana intahuze kuko ivyariko aravuga numva ari film
Mon père spirituel apôtre Ferdinand Bright !🎉🎊que Dieu te bénisse !
None nimba aja muri visions, Imana yrbimwerets canke yakoresheje emotions na ppassions ziri muri soul yiwe? Nimba ari erreur yabaye kubana na mukawe, ntiyai yasenze ngo Imana imwereke uwiwe na rirya akaza iyerekwa? Mbe nimba atihanganiye umugore, ni iki yokwigisha ishengero ryiwe mubijanye no kwizera ? Igice canyuma kijanye na vie yiwe conjugale yishuye ibibazo akoresheje ibishobisho.
Hossy urakoze kwizo nyigisho😍 dutumireko madame wiwe twumve côté zose🙏
nta nyigisho zirimwo uko niko muzimira
Uyu mugabo Ferdinand arazi ubwenge vrt respect ati imana itararema ijuru yariho
NDAMWIHWEJE,NDAMWUMVIRIJE NEZA 100% KUBANA NUWU MUGABO NGO UBE UMUGORE WIWE NI NKO KWIKORERA IMISARABA CUMI NKIMWE SIMONI YAKIRA YESU CANKE YEZU BARIKO BAMUDUGANA KIMENSHA I GOLGOTA! IVYO UMUBAJIJE SIVYO YISHURA NDAKE!
Jewe ndashigikiye cane kwahukana kubera gukubitwa canke kwicishwa inzara mugabo nimba ivyovyose nimba bitakubayeko wari gusenga Imana yari kubikora
Apôtre n'Intumwa mu gishingo ca Kristo
Thank you Hosy ku mutumire twafashijwe cane numu man of God 🙏🙏🙏
Ivyo muvuze mukozi w'IMANA nta woguhaririza Ariko kandi ntanuwoca abifata nku Kuri ,kuko abarundi bavuze ngo ururimi rw'umwe rukamwa ayera ,,wewe washimye kubizana muri réseau sociaux hahahaha maze imisi mbona ubivugako cane ,kandi ni uburenganzira bwanyu mpuntu w'IMANA ,Ariko uwahoze ari umugore wawe nawe burya nuko ataco aravugira Kuri réseau sociaux ,ukur kwomenyekana ,sinkunda kwemera uruhande rumwe kuko abantu turagoye
Peut être yoba afise l art de s exprimer muga ivyo yemeza sivyo nagato
Imana iduhe impwemu ya discernement
none vy'ukuri hariho abantu bamwemera uyo muntu? turagowe yemweeee. Isi irarushe caaane nimba hari abantu bemera uyo muntu
Ako kanyuma niko kabi divorce ni mbi muburyo bwose ça salit physiquement( abana barapfa naho nyene ,le social iba mbi cane kand nta bwizigirwa umunt asubira kugira,kandi na leadership iraba perturbée) et spirituellement. Imana iyiturinde.
Sa femme a raison de s'être séparé d'un mytho.🏃
t as raison
🎯
Uwo ubona arumuntu muzima?
🙈🙈🙈🙈🙈
Mimi urandondera ngutahuze, kuko biragoye gutahura ndakwumva canee
Bantu b'Imana, ayo macakubiri ni mabi. Hama uko gutukana ni bibi kdi aho mwosanga mutanamuzi.
Hosy urakoze cane ku kiganiro. Isi ntisakaye basi. Twese turanyagirwa. Now ndiko ndategera ibintu bimwe bimwe : Nta vérité absolue ibaho vyose ça dépend. Courage kuri Bright. We nuwo bari bubakanye bariko baraca mu bihe bigoye kabisa. Ndamuzi Bright kuri Lycée du Lac Tanganyika muri CEWIJE ari umuntu w'igitangaza. Birababaje caane ibiriko biramubako. Ariko mushoboye kudutumirako uwo bari bubakanye nawe tukumva version yiwe mwoba mugize équilibre. Murakoze.
Hosy turahukunda cane goose Kandi turashimira Imana kuba yarakuduhaye! Ivyo ukora biradufasha nukuri! Hama Hosy urashobora kuduha ama Social médias yiwe? Canke nigute tworonka inamba yiwe azoza kugira aze aradusengera? Duhe amazina yama Réseaux Sociaux ziwe nukuri uzoba ukoze! Uyu muntu arashobora kudusengera rukaronka agakiza nogukira ingwara zatuboshe kabisa 🙏🙏🙏🙏
Shalom...ndaguteye intege urasaba mubagenzi canke wandike emission "Kanguka" benshi turabona ubwiza bwImana, haba abataye agakiza canke abaremerewe nimitwaro ibaruhije..uhezagirwe
Zana numugore wiwe yisigure,twumve ukuri
W kubwiwe nibaza kwatakosa afise,abafise ikosa nabamukurikira ngira harivyo abahuha mumaso daa!!
Hoys
Uzohuze uyu mu tumire avec Apôtre Nikiza kugira habe débat
Kuko bose bazi uvy’Imana twumviriz neza hama tuna tahure gusumba
Courageux Pasteur
Iyo ndirimbo aririvye iri muri Cantique numéro combien ?nic emission
Merci Hosy pour cette émission
Que Dieu nous donne assez de discernement mu butumwa twumva.Amen!
cane
uvuze ukuri nayubundi baratumara
Nukuri!!
Cane kweli
Ahaaaaaaaa.... speechless! I know you guys, it's so sad nubwo biruko😢!....but courage both you!
Courage kandi baryohewe
Erega ntibapyuye 🤣🤣
Matayo7:21-23 havuga ko bazokora ibitangaza vyinshi mwizina rya kristo kandi bazozimiza benshi.yezu nawe azobabwira ko atigeze abamenya.abakizwa nimwikorere business yo kwaka amashikanwa ivy'imana mu vyihoze
❤ooo my nfafashijwe nubutumwa bwiza utere uja imbere iryo sengesho ozi nkwifurije ko ryogukorera nabagukomokaho natwe abumvise ikiganiro twese amen
Courage cousin wangu kugira urugo Rubi nukuba mumuriro nshimy yesu yabindinze
Wosanga ari wewe cousin yatubwiye
uburundi burahiriwe kobigufise 😍❤❤❤🙏🙏
L'Art dénommée la magie christique ndayikemanze muribi bintu ikora ibitangaza bitava ku Mana
il fait de la magie
Nyakubahwa ntumwa y'Imana,Yesu yongere asane uruzitiro rwawe,kandi yongere asubize itoto urukundo rwamwe n'a Madam wawe,mwizere KO ubwiza bwo hanyuma buzorusha ubwa mbere.HAGAYI 1:9
ce monsieur est vraiment un bon raconteur d'histoires. ivyo yavuze vyose numvise ari inkuru gusa. ivyo gukizwa vyo tuvyihoze.
😂😂😂😂😂😂😂
Aho turikumwe.
Ego
Baguhe kimwe😀
Arazi gutera histoires vraiment
Jew irya yaciye murugi rwugaye yoyo yanryoheye caaaane 😅
😂😂😂😂😂😂nukuri pee
Les vrais et les faux prophètes finiront par se révéler
Kubera urukundo dukunda iyisi nibiyirimwo nakataraza bazokazana reka nirenganire ngo nibisigabwenge. Ukubahuka ngo ministère niwewe n'ishengero niwewe? Uzobijana hehe none kwarivyawe? Imana ihumure abantu bayo pe. Hosy we niyishakishirize imibereho ntakibazo ntavyitirira Imana
Avuye mu mubiri haruwo asigira ibango nka kurya Eliya yasigiye umutamana Elisa,Mose agasigira igikorwa Yosuwa,... ariko kuvyo yavuze yashatse kuvuga kuri bamwe barwanira muma mabango canke mw'ishengero we ntampamvu afise yo kurwana, umurwanije arakubisa kuko ibango ararigendana
Merci
😂😂😂😅😅😅nibisigabwenge nyn😅😅😂😂na cne cne ivyamanota nivyishure😅ivy ubutumwa vyovyo tube turavyihojeje gato😢
Ibi bintu birimwo ikinyoma kweli
Donc NTA bibiliya wasoma?Hama amanota w obligé Imana ko iyahindura kugir uzoyikorere?
isi irashize oyaaaa ndubaha abakozi b Imana kubera iki we?
I’m not sure if Burundian society get it! Abagore, abagabo baratimbira mungo till one of them get killed!Divorce is allowed even the bible talk about it! Halo murindira kwicana, nimuvane!Gutinya ngo abantu bonvuga,… our society need to understand that it’s ok to leave your husband or wife instead of waiting to die or stay miserable together!
Gloire à Dieu, Ubutumwa bwiza nibwo buriwo ubushobozi butuma umuntu akizwa
Izo nyigisho ni kuzitondera
Madame pfuka ayo matako s,il vous plait upfuke ubwambure bw,umubiri imbere y,IMANA
Man of God you are blessed
Urumugisha wamahanga
Hosy uzomugarukane hama uduhe akanya k kubaza canke tuzokwandike ibibazo tumubaze hama aje ubimusomere agende arishura plz
Noé wew wigishiki wigisha kwatamuntu numw azoja mwijuru Bose bazogum kwisi oya reka kubeshaa abantu ngaho
Uri umunyamitweeeee 😂 uwo wozirika ku katsi womuzirika pe
Inyigisho z, ibinyoma
Mbega ikiganiro kiryoshe🙏🙏
😂😂😂 a very good question.. ngo kuberiki bizera abapatiri kandi batararongoye
Waaaoouuhh 🥹🥹🥹 wise man that i know
your daddy
@@salluxicitegetse2258 my dad yes 🙏
Utarabona naho ingene yaka amashikanwa kunguvu😂😂 izo ntama muguma mununuza Imana izobikubaza.