Mwaramutse na Mwiriwe ku bakunzi b’ibiganiro vyacu na cane cane ikiganiro My Journey. Uyu musi turigira ku ntahe y’Ubuzima bwa Pasteur NAHIMANA Dieudonne, umwungere akaba n’Intumwa mw’ishengero OASIS CHRISTIAN CENTER. Inkuru yiwe twayigiyemwo vyinshi turizera namwe ko nimwaheza kino kiganiro muza kuhungukira vyinshi. MUHEZAGIRWE❤️
Mes salutations chère Mme Hosy! Cette émission est vraiment très intéressante. Merci beaucoup. Aussi, je me suis bien sentie d'avoir entendu que l'invité a rencontré Mr David Wilkerson et en particulier qu'il ait contribué quelque chose dans sa foi bref dans son ministère envers la jeunesse car de loin j'ai mangé à ses fruits à travers les livres. Merci encore pour l'invité que Dieu vous bénisse tous.
je voulais juste dire un grand "Merci" à Siren Vibes et à son hôte Hosy pour cette émission très instructive!🙏🤝Vyamfashije gose kndi hope vyafashije benshi 👌
Thank you Hosy for inviting Pastor Dieudonné. Uze uratuzanira abantu nk'aba bafise ico bamaze! Thank you Pastor Dieudonné kudusangiza ubuzima bwawe. watwubatse !!!!
Mwaramutse na Mwiriwe ku bakunzi b’ibiganiro vyacu na cane cane ikiganiro My Journey.
Uyu musi turigira ku ntahe y’Ubuzima bwa Pasteur NAHIMANA Dieudonne, umwungere akaba n’Intumwa mw’ishengero OASIS CHRISTIAN CENTER.
Inkuru yiwe twayigiyemwo vyinshi turizera namwe ko nimwaheza kino kiganiro muza kuhungukira vyinshi.
MUHEZAGIRWE❤️
Shalom Shalom mukozi w Imana, Imana ibandanye igusiga amavuta hama vuba uzotuzanire Pasteur Marc Kagisye womuri Life Center
Urakoze cane Hosy❤️❤️ Uragahora uratera imbere. Uwundi musi uze utumire Pasteur Marc Kagisye.
My journey ziranezereye. Ubu muratumira couple mubazane Bose. Mugeze. Kuko yama arumwumwe!
Merci ❤❤❤uwomu pasteur ndamukurikirana gose aranyenspira xane🎉🎉🎉❤❤
Merci Hosy uzanye pasteur mwiza humble wubwinge buva kumana avuga neza ibintu vyubaka.
Merci Hosy kukiganiro ciza uduhaye, dukeneye abantu nkaba batwungura ikintu apana abaza gutukaniraho. Pasteur Dieudonne turashaka abantu benshi nkamwe iwacu i Burundi. Muzogume mwitoza turabasavye ngira igihugu cacu kizoteba kiveyo.
Merci d'avoir existe Pasteur Dieudonnee NAHIMANA
Iyi confidence ni high level nukuri Imana imushikane kure
Il a bcp guide les jeunes à travers New Generation
Twarahomvye kubona utabaye umukuru w'igihugu mugabo ntawokwihebura Imana izobikora
Courage cane Uru rugend rwa Pasteur Dieudonne iranyubatse caane gose vrm imbere ni heza iy ugize kwihangan kumw n'Imana bigenda neza🙏🙏🙏💞💞💞
Imana ize ibahembere iki kiganiro ça mu journey
Hosy muma émissions yawe yoseeee nama ndaba iyi niyo nkunda gusumba zose muriyi émission umengo uruyundi muntu Uri professionnelle courage bandanya uko hama pasteur Dieudonné ndamukunda gushika noshobora kumwumviriza amasaha namasaha abantu bagufise mubuzima bwabo barahiriwe à chak x ndakumvirij niga ibintu vyishi canee Imana Ikujane de gloire en gloire 🙏muma témoignages yawe umuntu arabona à kel point biri très important kumenya identité dufise en Christ hama ndakunda umutima ufise uciye bugufi uritanga mugufasha abantu nivyishi ma prière nuko Imana yompa uyo mutima ufise wogufasha kubera solution abandi
Ndahezagiwe can uyumukozi w IMANA ndamukunda can
Mes salutations chère Mme Hosy! Cette émission est vraiment très intéressante. Merci beaucoup. Aussi, je me suis bien sentie d'avoir entendu que l'invité a rencontré Mr David Wilkerson et en particulier qu'il ait contribué quelque chose dans sa foi bref dans son ministère envers la jeunesse car de loin j'ai mangé à ses fruits à travers les livres. Merci encore pour l'invité que Dieu vous bénisse tous.
Merci Hosy kumuntu watuzaniye impanuro nziza
Félicitations Hosy, wavyifashemwo neza caneee. Umutumire yaronse umwanya wokuvuga neza . Big up, utumire abantu bamotiva abandi 😊
Ikiganiro kiryoshe caaane,inspirant,motivant,soyez benis
Perseverant, courageux, discipliné,
un homme qui a des principes, humble man, umukozi w imana 🙏
Ibiganira nkibi bidukura ahantu bikadushikana ahandi turabikunda rwoseeee😍😍
Merci Hosy... Pasteur NAHIMANA it's an honor hearing from you.
Namumenyeye online mur graceroom narize nipfuza guhura nawe nukuri nasanze uburundi butunze abamenye Imana vyukuri Dieudonné est un vrai homme de Dieu.
Nanj natanguye kumukundira mur graceRoom c'est un vrai homme de Dieu
Amen amen felicitations gose ni emission yambere ihambaye mu maso y' Imana kandi nari nkumbuye Dieudonne twaherukana kera Imana imuhezagire namwe imyaka yose
Wooow,ikiganiro kiraryoshe pe.Abantu b'imboneza nkabo baba bakwiriye guhabwa umwanya munini mu biganiro vyinshi kuko barahindura ivyiyumviro vy' abantu ni ukubaho kwabo.
Ikiganiro kiri professionnel vrt félicitation Hosy kuriyi step ugezeko, sinzi Ko bivana numutumire ariko vyoguma nkuku vyoba vyiza canee. Merci bcp uhezagirwe
Ewe Hosy uracari uwa mbere, n'ukuri uri umwe kwanza uwa mbere muba journaliste b'ama Tv online babikora neza, courage vrema, personnellement ndagukundq ndanakunda n'ibiganiro ukora, n'ukuntu ubikora
so inspiring.God bless you Apostle Dieudonne.
Bravo Mukobwa mwiza wacu Hosy 👌
Ikiganiro ciza cane 👍
Umutumire avuga nturuhe kwumumviriza
Inyigisho nziza cane
Muhezagirwe cane 🙏🏿❤️
je voulais juste dire un grand "Merci" à Siren Vibes et à son hôte Hosy pour cette émission très instructive!🙏🤝Vyamfashije gose kndi hope vyafashije benshi 👌
Toujours faut commencer par la prière surtout wakireye pasteur
Thank you Hosy for inviting Pastor Dieudonné. Uze uratuzanira abantu nk'aba bafise ico bamaze! Thank you Pastor Dieudonné kudusangiza ubuzima bwawe. watwubatse
!!!!
Sinzi uyu Muntu ariko..
He seems like an upright Man
The Integrity 🎩
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌🫶🫶🫶,ikiganiro ciza kabisa 👌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Iyi Ibaye myjourney ya mbere pe!😍👌Merci beaucoup Hosy Ku mutumire adasanzwe watuzaniye!
Amen Amen pasteur muhezagirwe
Ndamukunda Dieudonne
Merciiii bcpp pour l'emission...❤
Hari abantu benshi bino biganiro bifasha, ndumwe muribo...
Merciii kutwigisha buri gihe
Murakoze stp numvise intege akantu kavuga ngo ubutunzi bwumuntu bungana nigitigiri cabantu uriko urakorera ukoresheje ingabire Imana yaguhaye!! Hosy nukuri ndagushimiye stp uduha ibintu vyiza Kandi iy television itera inyura caaaaane bisigay biba bitesa please keep up Hosy hejuru caane .turagushikikiyeee
Uko ni ukuri ,kuko iyo ukoresheje neza ingabire wiyiziko Imana yaguhaye ugera kureee, narabibonye.
Murakoze
Ndanezerwa iyo numvirije iki kiganiro ❤
A true role model 👏
Merci hosy et nôtre pasteur
Ikiganiro ciza 😍 vraiment
Mana Ndanyuzwe na Emmision kand Pasta nukuri merci Ndize 😢😢
Keep up Hosy
Ico kiganiro uwutakiraba azoba homvye
Merci Josy pour l'émission. Be blessed. Hyvää kiitos!
Best interview ever,merci Hosy et Dieudonnee
Hosy Merciii beaucoup
Best interview ever😍😍😍😍
Dieu est capable en toutes choses
Merci Hosy 😍
Hello Hosy
inspirant
Please my journey yindi please please
Amen 🙏
Turashimiye umutumire. Mwoduha contact ziwe?
Bien dit mn Pasteur. Merci Hosy
Aririmba nka patiri.
❤❤❤
💯💯🙏🙏
🎉🎉❤
🤍
Urabizi ko urapura mukutuganiriza?
Ikiganiro cari ciza cane
Mutuzanire na prophet of jesus Joshua joshua
Uayaaa ko nacerewe
Uwo mukuru wiwe w'umuririmvyi ninde? Sindamwumvise neza
Na jw ntaw numvis gus ngiar ni bucky John
Baby John
Ni Baby John n’umuririmvyi wa kera.
Ni Bishop Dieudonné ntabwo akiri pasteur !Yubahwe afise amavuta
Pasteur ntagacupa urigera kunywa kweli? Sha
❤❤