Hosy Nta Course yo kurongorwa arimwo/Kuba MABOKO IGIHUMBI turavyanse/Abagore TURABESHANYA🥹Girlfriend

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 21 янв 2025

Комментарии • 71

  • @krm3689
    @krm3689 17 дней назад +9

    Waouh toujours l'intelligente Sonia.. Très belle émission,une femme domine par influence murirya charme qu'elle degage, ako kantu vraiment 🤌👌

  • @kathynsonzera4152
    @kathynsonzera4152 17 дней назад +5

    Iyo batuvyayeko duca tubanukira bagaca bigira kurondera Abo bashira mu nzira.Tugahinduka agashinyaguro muri société.Imana ibabarire abo bose vyashikiye Hama bisubireko.Iki kiganiro ni cubahwe!

  • @NinA12587
    @NinA12587 17 дней назад +15

    Sonia il faut ko mwibuka ko umugisha uryoha usangiwe. Umuntu aje kukuramutsa nukumuryoherererwa kuko naho yoba aje kugusaba ico arya vyari gushoboka ko yoba ari wewe uba uri mukibanza ciwe. Bose ntibakenye kubera banse gukora. Hari naho yoba akurusha ubwenge nubwira ariko ari mu misi mibi. Ejo hiwe ntaho uzi. Abahiga Bose ntibaronka. Abantu iyo Imana ibahaye biyita abahinga. Mwavuze cote imwe gusa donc pr moi l emission ntiri equilibre. Ariko harimwo ivyiza mwavuze nakunze. Ariko vyose mwibuke ko vyakunze kubera la Grace de Dieu apana ko musumba ubwira abandi bitakunze. Yesu yavuze ngo ushaka gukiza ubugingo bwiwe azobubura. Uwabuhevye kubwa Christo nawe azobuhabwa. Parlons comme des mama ns sauvees, et rendons grace a Dieu en toute chose. Vs ne serez pas epanouie mwigunze. Ndabizi societe Tubamwo iragoye ariko Yesu ntiyihenze kuhabatereka. Nohanura gushira Imana imbere, le Saint Esprit vs guidera. Soyez une bonne odeur envers les autres et diminuons kuba ego kuko ntabwo biva kumana. Thanks for sharing your thoughts!

    • @calinenadegekaze7622
      @calinenadegekaze7622 17 дней назад

      Muri commentaire yanyu harimwo amarangamutima akomeretse, harivyo wegereje umutima cane kandi ivyo bavuze ni en général, iyo Mana uriko uravuga ngo bashire imbere ntizoguhezagira udakoze, niwakora nturonke uzoyambaze izokugirira neza, hama umugisha umuntu aronka haba hariho nabo wagenewe kuzowosangira, naho wotunga gute ntiwoha bose, ibintu vyose bigira urutonde surtout ufise ubwenge bw’Imana. Ntiworya agahari ngo umuntu ntiyaguhaye, raba Imana igutumbereze aho yashize umugisha wawe. Uwusavye akakwima hari igihe aba yahaye uwagutanze canke hari uwundi Imana yamushize k’umutima ahezagira. Please ntimugafate ibintu personnellement. Mubiganiro nkibi, message ni muri rusangi ivyo baganiriye ukabishira munyurabwenge ntiwogendera ku kajambo kamwe kamwe.

    • @NinA12587
      @NinA12587 17 дней назад

      @ ahubwo we niwe wakomeretse. Harumuntu wigeze ubona asanga Yesu akamubwira ko atamwanya amufitiye canke ko yafashije abandi? Jw navuze ko bari no kuvuga pas seulement nkabantu gusa Mais aussi nkabana b Imana surtout ke je connais Sonia personally D’ou pr moi le msg n est pas au complet. Harimwo ivyo nakunze harimwo nibibura. Je suis desole je suis pas d accord avec toi! Et ce que j ai dit a une reference ds la Bible. Si t as pas compris mon msg c est que utazi Imana. Niba uyizi naho, you need to learn more about Him! God is love and if you need to know the definition of love, go to 1 Corinth 13:4-5. Abana b Imana bagira identity ya Christo no matter what. Kandi Yesu yaje mwisi kutwereka how we shall live. So nivyabagore turafise good examples yabagore benshi muri Bible that we can refer to. So that was my contribution! They are so many women who have tried so hard to make it but their time has not come yet. In the meantime, those who are blessed are called to support others. Actually abo bimeze neza ubu nabo bavuye muma saison yo gu hustlelinga vyanka kandi baridogera ababafashe nabi, ababaravye nabi, ababinuvye, etc.. don’t repeat the same mistake and never forget where you came from! Ikindi naco Zechariah 4:6 it is not by might nor by power,but by my Spirit, says the Lord Almighty. Car on puis tout par celui qui nous fortifie!

    • @behappy004
      @behappy004 17 дней назад +2

      ​@@NinA12587 je suis d'accord avec ce que vous dites mais avec le second commentaire je pense que la façon dont vous vous êtes exprimée est à ameliorer (juste une critique constructive)!
      #ahubwo niwe wakomeretse
      #nimba utantahuye nibaza kutazi Imana
      Ntivyari bikenewe pour pas blesser l'autre surtout que tu prônes la parole de Dieu.

    • @NinA12587
      @NinA12587 17 дней назад

      @@behappy004 lol j ai fait qu utiliser les mots qu elle a utilise: “muri commentaire yanyu harimwo amarangamutima akomeretse, kuvyegereza umutima” etc.. Hama abatazi Imana bariho kandi ni benshi. En plus sigitutsi ngo kimukomeretse. Kumenya Imana ni Grace tugirirwa kuko ngo niyo yaturondeye sitwe twayirondeye. Umuntu wese agira igihe ciwe. If she didn’t get what I said vyampaye kwibaza ko maybe she doesn’t know who I am referring to. Hama you can make a good comment wewe ukabivuga neza pr la faire comprendre ce que je voulais dire. Maybe you have more skills in communication nanje ndavyigireho! Personally nta criticism nashatse kugira mais dire les choses uko ndabizi.

    • @calinenadegekaze7622
      @calinenadegekaze7622 17 дней назад +1

      @ I’m sorry kuba ntagutahuye, jewe numvise nkaho wabaye judgmental kuri bimwe bavuze, nka façon bavuzemwo kwikunda mu buryo bo babivuzemwo , ntibisigura nécessairement kuba selfish. Ubundi ivyo usiguye nubundi buryo bwiza cane bwo kuvugamwo umugore, umukobwa. Stay blessed sister in Christ.

  • @LyseRAMA
    @LyseRAMA 4 дня назад

    Waouw...Merci, iyi emission irafasha.Twibonyemwo turi benshi...Ndagira partage nyinshi surtout pour les jeunes dames bafise iciyumviro co kw'ubaka izabo.Biraryoshe kwi menya, no kugarura valeur des dames igenda iratituka igihe batitahuye imbere ya vyose.

  • @angemirabellemutoni-fq2cz
    @angemirabellemutoni-fq2cz 17 дней назад +4

    Sonia ni umutumire mwiza vrt 👌

  • @belynas85
    @belynas85 9 дней назад

    Emission nziza i boostinga les femmes👌👌👌 "Femme, tu es capable"😍😍😍

  • @Akamkam-i4b
    @Akamkam-i4b 17 дней назад +9

    Ariko maboko igihumbi bivana nuko umwewese abifata mubisanzwe bisigura ubushobozi ubwenge bwumugore ubukerebutsi bwumugore ntibisigurako unugabo arera amaboko ntafashe umugore

  • @Arcade-v5o
    @Arcade-v5o 17 дней назад +2

    Wapi namwe mwagiy kure vrt ega murushe mukiriho none kuvyara nivyo vyoroshe ,,, nono hari ivyo muriko murarenzako kandi muzi kwarakazi kaba Dame emission irabura akantu

  • @graceiradukunda4620
    @graceiradukunda4620 17 дней назад +1

    Vraiment muvuze ibintu vyo,abakobwa turaciye ubwenge turabura abatwitaho kugira badufash mu ma talent yacu ,kandi turashoboye.Ikindi abagabo baratubangamira cane muku duprofita ukamenga bariko baragufasha par contre afise ivyo agushakako.Turakeneye abantu ba tuvalorisa kuburyo dukora turi proud

  • @dauphinekubwimana129
    @dauphinekubwimana129 17 дней назад +2

    L'intelligente Sonia ❤

  • @OdetteNITUNGA-qy3vk
    @OdetteNITUNGA-qy3vk 17 дней назад

    Mukora émissions ziri intelligent,zubaka cane ❤❤❤

  • @ininahazwejoyeuse8839
    @ininahazwejoyeuse8839 17 дней назад +3

    Aka ntekiki murakanyibukije😢😢😢😢😂😂😂😂😂

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 3 дня назад

    merci kurik kiganiro umeng muvuz ivyar mu mutw mpor nibaz genr vya apr mariag

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601 11 дней назад

    Une émission vrmt intéressante❤❤

  • @giamaryse8898
    @giamaryse8898 16 дней назад

    Amazing episode Hosy 🙌🏽❤️ I enjoyed everything y’all said!!!!

  • @gloireirumva2195
    @gloireirumva2195 12 дней назад

    Merci beaucoup kuki ganiro..société iraturemera vya grave hoho après mariage ya grand sœur wawe umenga course iratanguye tu dois te marie après elle

  • @stenillson20
    @stenillson20 17 дней назад

    Ikiganiro kiryoshe na Mme Sonia! Tubasabe azogaruke.❤

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 3 дня назад

    Muvuze ukuri . Umukobwa yobanza akarondera nawe akagira ico afise niho yubahwa.

  • @nkurabagayaemelyne1858
    @nkurabagayaemelyne1858 17 дней назад

    Waaaaa ikiganiro kiryoshe ababutse mwatuvuze😂ndasavye Hosy hazobe Salon pour femme idufashe kuvugiraho please birakenewe cane muzondondere in box

  • @ArakizaMicheJoeJoram
    @ArakizaMicheJoeJoram 17 дней назад +1

    Ntakiganiro cari bwandyohere nkiki!
    Muzogisubiremwo ndasavye

  • @krm3689
    @krm3689 17 дней назад +4

    Hama à part intelligence, ya mpano yawe yo gucapa warayibandanije sonia? Tu étais très doué franchement. Je te connais depuis 7eme année😊kndi waba uwambere ndagashizeko😅

  • @RosineNsabimana
    @RosineNsabimana 15 дней назад +2

    Ikiganiro ciza cane moi c la premiere fois ngiz commentaire

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  15 дней назад +1

      Uzoze urayigira kenshi turabikunda❤️

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 3 дня назад +1

    "Maboko igihumbi" nibaza ko mwabifashe ukutariko; si kuvuga ngo umugore ategerezwa gukora vyose, ni kuvuga ko Umugore ari "multi fonctions" ashobora vyinshi. Exemple: Téléphone iri "multifonctions" iratelefona, irafotora, ira naviga kuri net, ira filma... telefone ifise fonction nkeyi "uni fonction" iratelefona ikarungika message gusa. Ninde atifuza telefone "multifonction"??

  • @KapiNgoma-hi9hs
    @KapiNgoma-hi9hs 17 дней назад +3

    Ikiyago ca bien

  • @NgabiranoLarissa
    @NgabiranoLarissa 13 дней назад

    Ukuri kuzuye vyiza cane twihe agaciro hosy ndabakunda cane na Sonia

  • @Lisa-CarleneMPOREZA
    @Lisa-CarleneMPOREZA 17 дней назад

    Not me save this for later🥺🤲🤲❤️ sooo inspiring 😭😭😭

  • @ellaalidandayegamiye8426
    @ellaalidandayegamiye8426 3 дня назад

    Harimwo ukuri pe muri iki kiganiro

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 18 дней назад

    Ikiyago ciza Kbsa ❤❤❤❤

  • @AnithaKezimana
    @AnithaKezimana 17 дней назад

    Nice emission thanks

  • @manirambonacynthia8779
    @manirambonacynthia8779 5 часов назад

  • @TigerZz_RBLX
    @TigerZz_RBLX 16 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤ikiganiro

  • @chancelleuwibanga1244
    @chancelleuwibanga1244 17 дней назад +3

    Muvuga kuma debat mezaaa arikooooo harakantu mwama muvuga umenga karorosh ariko kagoy...ng umugor arashoboy kizira ko yicara ariko harigih ubufis projet mugabo ukabura uwuguha nadukeyi kugira ushobore gutangura...muzodufah mwinjir mumizi mutang utu example twukuntu umuntu aronka amahera yambere yogutangura projet kuk kugira uronk umuntu agufash gutangur biragoye

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 17 дней назад

    Muzoze muradupunguriza Ako gafaransa Basha , kubera tubimenyereye kuba Congomani😅 ibintu vyose yumva atabivuze Muri mixage yindimi umenga ntiyatahuritse.😮

  • @4EIIGNERR
    @4EIIGNERR 16 дней назад

    the solution hosy took was to have two children from different men ? and know she is giving advices about relationships especially marriages !!

  • @KethiaNITUNGA
    @KethiaNITUNGA 13 дней назад

    Iz micro zany ntakuntu mwiza murazimanura kuk zirabafuka amasura

  • @Kantungoda
    @Kantungoda 17 дней назад

    Uyu mutumire niwe 🎉🎉🎉

  • @nellynzomukunda2965
    @nellynzomukunda2965 17 дней назад +1

    Amahoro cane, kwita umugabo wawe papa uwundi maman ntibisigura ko ari manque ou igikomere afise. Ni nk'akurya umwita Chou,carotte 🥕😅😅 canke honney none acacika ubuki ???
    Ikindi twibukanye yuko kwibwira ngo ngiye mu rugo nka nde? Ntwaye iki ? Mbega iyo éducation turayifise ? Abavyeyi bacu barabibaganiriza? Mbega murazi yuko uko twakuze,cank comportement zimwe zimwe tugira mu rugo vyinshi arivyo twakuye iwacu. Gusa murabe neza harimwo critique nyinshi cane mu kiganiro.
    Hama abo bakobwa baba abambere mw'ishuri ,hama ntibabonek dans le monde professionnel ntimushobora kwibaza impamvu ibituma. Ikindi ni mugerageze murabe aha iwacu abakenyezi bateye imbere,ntibubaka. Nukuvuga elle a voulu embrasser sa carrière professionnelle,hari ikiguzi utanga. Muze mugerageze murondere abo bakenyezi bateye imbere bubatse ingo zabo,muzosanga ari bake caane.

  • @Kantungoda
    @Kantungoda 18 дней назад

    Basigurire bumve😊, nta courses irimwo mu kugira mariage

  • @christella5092
    @christella5092 18 дней назад +5

    Ibintu vya maboko igihumbi buranshisha kwumva aho umuntu adashobora nokwiyarurira ivyokurya munkono ngo mpaka umugore amwarurire ngo nimaboko igihumbi noneho ubu abagabo bariyicariye ntibagishaka nogukora ngo abagore nimaboko igihumbi aho usanga harumugabo abayeho nkumwana bamugaburura,bamwambika,ntazi kwishure uko abana biga ntumubaze amahera yInzu ,vyose birikumugore motif ngo umugore nimaboko igihumbi asyi iyomvugo bayihindure

    • @evelynenkurunziza287
      @evelynenkurunziza287 18 дней назад

      Kuba maboko gihumbi nibaza ko ariteka kndi Niko kuri que sa soit les conditions kuba mabokigihumbi nihuberumugore nyene yujuje ivyo vyose mwavuze

    • @Akamkam-i4b
      @Akamkam-i4b 17 дней назад

      Uwosumugabo nimbwa 😂

    • @lydinoirakoze3184
      @lydinoirakoze3184 17 дней назад

      😂😂 uti rr umugabo wawe ushaka muze murakubitanira imitwe mumasafuriye yagiye kwarura ? Impamvu zituma abasore dusaziye mumageto zitera ziba nyishi.ibaze nkuwogira umwaku akisanga abana nawe!!

    • @christella5092
      @christella5092 17 дней назад

      @lydinoirakoze3184 komeza agatege ntuzove muriyo geto yawe ahubwo nokubibona bitetse arije nabitetse ni umugisha ivyo mwahereye mwigira cagihe mwarimwarafashe umugore nkibikoropesho vyarahindutse ko uvuga ngo gugonganira imitwe mwisafuriya kutavuga kugonganira imitwe mukazi tuba twagiyemwo???ubwo rero tuvuye kukazi twese ugacushaka ngo abe arijewe njakukwarurira??mvuye kukazi ndushe dushikiye rimwe kumbure twese twarushe ugacushaka nomurugo ngume nkora jenyene???guhura nanje wobutomboye pe gusa vyokugora kumbona ariko kandi ntivyokugora bivana nivyiyumviro vyawe hano turi muri comenti ntituzinanyi iyabavwari muburayi niho warikwumva ivyondiko ndavuga

    • @christella5092
      @christella5092 17 дней назад

      @@lydinoirakoze3184 kwiyarurira ntavyowokora????hhhhhh urumva noguteka ntavyo wokora????imitekerwreze yanyu mukwiye kuyihindura nimba mushaka kuba mubuzima bwa 1990 ubu turi muri 2025 twese turi kukazi sibimwe ngo umugore ninkingi yirembo wapi twese dutwaye amamodoka turiko twubaka amazu turi abadandaza tuja hanze kurangura nibindi nibindi none uzomurondira umugore nkuyo???ngo urindiriye akwarurire???kiretse nimba uwawe akiri inkingi yirembo aguma muhira sawa ariko ubu abadamu twese turikukivi kubdindira rero mpaka ndakwarurire hewe ndaguhaye pol birashika simbe ndahari nimuve muvyiyumviro vyomuri 1970 ubu ko uri muri geto ntuteka ukavyiyarurira???rero niwazana umugore uzocuba ferabeto rero????ubu ntamugore wumuyaya ahari oyaaaaaaaaa twese nugufashanya kandi hariho ababitahuye nawe nukubitahura

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 17 дней назад

    Courag❤

  • @PicucuTuyisabe
    @PicucuTuyisabe 17 дней назад

    Vrt muvuz ukuri

  • @bihundagrace1649
    @bihundagrace1649 17 дней назад +1

    Cari kiryoshe canee vrmt sonia vuba ugaruke

  • @NgabiranoLarissa
    @NgabiranoLarissa 13 дней назад

    Vyiza cane

  • @ozianandayakwize9785
    @ozianandayakwize9785 17 дней назад

    Ko wamubuze

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 17 дней назад

    Maboko igihumbi nagira ni qualité ? Women🤣

  • @gratianzabana6769
    @gratianzabana6769 14 дней назад

    🫂❤️❤️❤️❤️

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 18 дней назад

    Jewe sinzi Kwari connction zanje biranse kwikiganiro ndakiraba kicahisimb kigahera cnk nivyuma bitasezerana.hinge nzorabej mugatond

  • @LyseRAMA
    @LyseRAMA 4 дня назад

    Waouw...Merci, iyi emission irafasha.Twibonyemwo turi benshi...Ndagira partage nyinshi surtout pour les jeunes dames bafise iciyumviro co kw'ubaka izabo.Biraryoshe kwi menya, no kugarura valeur des dames igenda iratituka igihe batitahuye imbere ya vyose.

  • @NgabiranoLarissa
    @NgabiranoLarissa 13 дней назад

    Vyiza cane