Le thème de l'indépendance financière est une de mes grandes passions, notre communauté a tellement besoin d'en savoir davantage, merci à la Fondation DN mais surtout à vous Dieudonné N. pour cette initiative!
Murakoze ku kiganiro. Ni ciza cane . Ariko muzohore mugerageza, nimba ikiganiro mukigize mu gifaransa , mukibandanye mu gifaransa nyene. Nimba ari mu congoreza uko nyene. Ari mu kirundi naho, gerageza muvuge ikirundi nyene mutavanzemwo amajambo menshi yo mu gifaransa. Bituma abariko babakurikirana babatahura neza gusumba. Tanga intumbero y'ikiganiro mu guhitamwo ururimi rumwe mu koresha. Kirestse gusa amajambo tudafise mu kirundi, ayandi ntitwoyavuga mu zindi ndimi. Murakoze !
Ingorane ihera mumashure,none kotwiga français kuva tukimenya ubwenge,tukiga ama cours yoooose en Français mwumva mutariko mubahora ubusa?? Urumva notre Pays doit valoriser notre langue tukiga ama cours en Kirundi cari iciyumviroo...
Notre Dieu est un Dieu fidèle.Témoignage très touchant😢
C'est vraiment très motivant ,nous voulons que votre mission yoba ndende kugira bashobore gusigura neza
Le thème de l'indépendance financière est une de mes grandes passions, notre communauté a tellement besoin d'en savoir davantage, merci à la Fondation DN mais surtout à vous Dieudonné N. pour cette initiative!
Discipline
Budget personnel
Eviter les copier-coller
merci bcp Ketty vous m'inspirez bcp
Merciii beaucoup Mr Le Président(Dieudonné).Que Dieu te garde parmi nous!! très inspirants le message...
Très inspirant.merci Ketty
L'emission tres inspirante💯❤️🇧🇮
Très inspirant
Ndakunze ukuntu Mr. NAHIMANA abaza des questions beaucoup plus pratiques que théoriques
Avoir plus de ressources de revenus,ça conduit à bien réaliser les rêves.Tout dépend de la displine qu'on se donne personnellement
Une emission très intéressante et inspirante. Bravo Dieudonne, et grand Merci Ketty
Murakoze ku kiganiro. Ni ciza cane . Ariko muzohore mugerageza, nimba ikiganiro mukigize mu gifaransa , mukibandanye mu gifaransa nyene. Nimba ari mu congoreza uko nyene.
Ari mu kirundi naho, gerageza muvuge ikirundi nyene mutavanzemwo amajambo menshi yo mu gifaransa.
Bituma abariko babakurikirana babatahura neza gusumba. Tanga intumbero y'ikiganiro mu guhitamwo ururimi rumwe mu koresha. Kirestse gusa amajambo tudafise mu kirundi, ayandi ntitwoyavuga mu zindi ndimi.
Murakoze !
Neza cane👏
Impeccable
Kind of this talkshow are benefits for Young people
Thank you for hosting it
Très intéressant ..Merci beaucoup 👏
I'm really learning something. Nsanze naratevye kumenya iyi chanel
Grand frere jewe vrmnt muriko muranyubaka ukuntu ,imana ibahezagire
Fantastisch 👍🏾
Ndabona twari twarahomvye kuba ntarabona runo rubuga murakoze cane Nahimana
👏👏👏👏
Courage Monsieur
Merci
Ego kibay kirekire vyoba vyiza caaane
Twonunguka vyiza gusumba
Ketty urakoze cane
Bro Diodonne, I love your shows
Your brother Thierry Mukubano
Gerageza muze muravug cane ikirund kuk hariho abatize babiraba
Mugerageze kuvuga ikirundi cane kuruta français . Abafaransa ntanumusi uzobunva bariko barashishamwo Ikirundi. Nigiki rero kibatera kuvuga français muriko muratanga ikiganiro kubarundi?? Bamwe muri twebwe nta français twunva . mudashoboye kuvuga ikirundi umwanya wose , koresha français ariko mubisigure. Cari icuyunviro canje!!
Yeah iciyumviro ncawe niciza kabisa .kuko natwe iyoturiwabo ntagaciro bigera biha izindi ndimi
Ewe ncuti, nta ba jeunes benshi ba kino gihe bavuga ikirundi nyakirundi. Cane cane abavukira mu bisagara.
Déjà nawewe vyakunaniye kuvuga ikirundi conyene... Ugum uvuga ngo ''français''...
Ingorane ihera mumashure,none kotwiga français kuva tukimenya ubwenge,tukiga ama cours yoooose en Français mwumva mutariko mubahora ubusa?? Urumva notre Pays doit valoriser notre langue tukiga ama cours en Kirundi cari iciyumviroo...
Mugerageze muze muravuga ikirundi ibice binini nikogasebwa tubonamwo ibisigaye muratunezera cane
Tres inspirant.