Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Amen Amen. Nukuri imana ishimwe cane. Haribintu Imana iducishamo kugira ishitse umugambi wayo muritwe. Nukuri Nukuri ndabihamya Imana nituyihimbaze nivyose muri vyose. Mbega ukuntu Imana ihebuje .Data ndagushima ubuntu wangiriye kuko kukumenya nivyagaciro uko warejo nuyu munsi nikuri niko uzohoraho ibihe bidashira .uwahuye na YESU Nukuri nivyumugisha nagaciro karenze. AMEN ndafashijwe cane binteye gukomera mubihe ngenda mpura navyo kuko vyose bifite impamvu iriko ibincishamo. Ndafashijwe nubuhamya YESU abahezagire cane Amen 🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Amen Amen
Imana reka yitwe lmana....iyontahe yawe izotabara abajeunes benshi baboshwe nibiyayura mutwe... muhezagirweee 🙏
amen
Amen amen Yooo intahe yigitangaza kweri naho indijije
Yessss
Yesu we iyi ntahe nama nshaka kuyisubiramwo naho irijije
🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ikomeze kukugirira neza
Ndemera IMANA iriho pe
AMEN
Murik imana yitw imana
Amen
Waouuuw quel témoignage. Quel Dieu extraordinaire. S'il est possible de mettre des sous titrages en français ou en anglais mwoba mukenuye. Glory to our king Jesus Christ.
Amen amen
Yoooooooooooooooo mukma wrkoze ibikomeye
Imana iragashimwa❤️rek yitw imana
Yesu, iyintahe itumye ntinya Imana de plus
Murakoze kuntererano muriko murashikiriza
Icubahiro nicawe mana😭😭😭😭👏👏👏
Imana iriho kandi irakomeye. Nihimbazwe🙏
Yoooh. Iyi ntahe ni komesha! Imana ni El Shadai.
yesss
Kandi mwese hamwe abashingiyintahe umwami Yesu muhabwe imigisha
ok
YESU KRISTO NI UMWAMI akiza kandi akunda abantu bose.
Kandi ikumpere umugisha mwinshi
Intahe yanyu yubatse benshi imitima yacu.
intaheyaw,yubaka,imitima,yabeshi,mukoziwimana,harimitim,yabeshi,iriko,irakira,kubera,intaheyaw,
Murakoze
Ikintu cos'ùkùboko kwaw kwerekej gukora
Igisoda à 15 ans?????
Mugabo ubuhamya bwiwe bwofasha benshi!!
Ego caneee
Cane goseeee
Igisirimba
OK
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤦♂️🤦♂️🤦♂️
😁😁😁😁