Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Wouuuh Ameeeen nanje ndakiriye igitangaza canje mw'izina rya Yesu Kristo
Wow amazing testimony I know again ko God has sacrificed everything for us in the name of Jesus ❤🙏we refuse all kind of Ndwara we refuse today God open my eyes again❤
Yesu uhabwe icyubahiro 🙌
Imana ishimwe kuko ninyuma ya diagnostic yabaganga Ikora, urakoze Pastor Doriane kubwiyo ntahe ❤
Warahezagiwe ❤ kandi nanje urampezagiye .
Intahe yawe iranyubatse bikwiye Imana yacu irakomeye pe
Gloire à Dieu,thank you for your testimony,Imana ikomeze kugusiga amavuta pastor doddy
Amen Amen ndafashijw niy ntah imana rek yitw imana ikora ibikomey🎉🎉🎉
Imana yacu irakomeye cane ikora imirimo ikagaragara sink'ibigirwamana bitavuga ntivyumve Imana yacu irakomeye haleluyaaaaaImana yacu yaraduhaye nivyo dushobora gukenera Ndanezerewe cane kubwiyo ntahe
Yesuuuuuuu weeeeeeee😢😭😭😭😭😭AMEEEEN AMEEEN🙌🙌🏾NDAFASHIJWE CANE , UMVUGIYE IBINTU VYOSE PR IMANIGUHEZAGIRE,NDAGUKUNZE KABISA.KUBWIYO NTAHE NANJE NDAKIRIYE IGITANGAZA CANJE , Nuyumusi iricakora ivyananiye abaganga Amen.
Murakoze kuntahe mabuja so Hariho ubushobozi mukanwa kacu
Imana yacu Ishoboye byose .🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Haleluya Imana yacu ninziza ibihe nibihe
Amen,ndafashijwe niyo ntahe, Imana yacu irakomeye
Madam nshimye Imana kubwiyo ntahe yawe.Ingwara yanje ntabubash ifise yesu n'umwami🙏🙏🙏iyooooo ndanezerew kndi biciy kwiyi ntahe umutima wanje utegerezwa kugarika🙏🙏
Urakoze Pastor ndakiriy igitangaza canjee!!!
Icubahiro cose kibe ic'Imana yo ishobora vyose !!!Mbega intahe nzizaaa !!!! Amajambo ambanye make
Urakoze intahe yanyu itwongereje ukwizera Imana caneeeee
Intahe ukomeye caaanee yesu aguhe umugisha caanee ndafashijwe gosee
Data wo mw'Ijuru amashimwe akomeze kuba ayawe ndafashijwe kandi ndugijwe mukwizera gusha kutanyiganyizwa nibihe kuko nabonyeko ibikomeye ducamwo bituviramwo intahe zubaka abandi Amen dukomeze kwizera tuzobona ubwiza bw'Imana
Amen Amen Yesu akongere amavuta ninkomezi
YESU yaranesheje
Amen kubuhanya bukomeza
Merci beaucoup pour le témoignage
Hallelujah, yesu ni muzima😊
Imana numwizigirwaaa, amen
Imana yacu irakora
Yesu arakora
What a beautiful testimony! 🙏 🙏 🙏
Nariko ndaribwa cane kubera estomac maranye imisi none ndakize kubwiyi ntahe. Merci bcp. Ikindi kintu andemeye ukwizera gukomeye kuko menye KO n'intoke 2 zaheruka gucikira muri accident nagize au mois de novembre de l'année dernière nazo zomera. Merci infiniment, ndagusabira iyindi ntahe nshasha. Dieu soit loué
Glory be to God🙌🙌🙌
Dieu est grand
Icubahiro cose ni cawe Mana ukugira neza nukwayo
Amen🙏🙏🙏
powerful🔥🔥
Amen
Mana urakoze nunva nkize kubwiyi ntahhhhhhh akiricubahro mana ndizeko namwene data agiy gukora ikorora imaze imyaka 10kuriW mana urimwizaa
Ameeeeennn
Amen 🙏🏾
Amen Amen
Amen amen
Wouuuh Ameeeen nanje ndakiriye igitangaza canje mw'izina rya Yesu Kristo
Wow amazing testimony I know again ko God has sacrificed everything for us in the name of Jesus ❤🙏we refuse all kind of Ndwara we refuse today God open my eyes again❤
Yesu uhabwe icyubahiro 🙌
Imana ishimwe kuko ninyuma ya diagnostic yabaganga Ikora, urakoze Pastor Doriane kubwiyo ntahe ❤
Warahezagiwe ❤ kandi nanje urampezagiye .
Intahe yawe iranyubatse bikwiye Imana yacu irakomeye pe
Gloire à Dieu,thank you for your testimony,Imana ikomeze kugusiga amavuta pastor doddy
Amen Amen ndafashijw niy ntah imana rek yitw imana ikora ibikomey🎉🎉🎉
Imana yacu irakomeye cane ikora imirimo ikagaragara sink'ibigirwamana bitavuga ntivyumve Imana yacu irakomeye haleluyaaaaa
Imana yacu yaraduhaye nivyo dushobora gukenera
Ndanezerewe cane kubwiyo ntahe
Yesuuuuuuu weeeeeeee😢😭😭😭😭😭
AMEEEEN AMEEEN🙌🙌🏾NDAFASHIJWE CANE , UMVUGIYE IBINTU VYOSE PR IMANIGUHEZAGIRE,NDAGUKUNZE KABISA.KUBWIYO NTAHE NANJE NDAKIRIYE IGITANGAZA CANJE , Nuyumusi iricakora ivyananiye abaganga Amen.
Murakoze kuntahe mabuja so Hariho ubushobozi mukanwa kacu
Imana yacu Ishoboye byose .
🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌