Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mimi ndagukunda cn ,ivy bavug ng wataye abana harimpamvu sh ,,amezi wemey kubatwara munda nyiyotuma ubata ntakaburimvo intambara siyaw niya Yesu wacu ,,,iceceker turakwikundir kndi turagusengera
Mimi ndagukunda cane icizanuko ushirimanimbere kandizagukomeza cane ubandanye usenga ivyiza birimbere
Mimi wanje sha uwiteka ugufate ukuboko
Sigaye nkunda Mimi ukuntu nukuri 😘😘😘
Mimisindangukundakumamvuxatayebaryabana
Mim ndagukunda uzankorer fasha mn fasha by jowest
Mimi ndagukunda birenze, Imana igukomeze mubikorwa vyawe, 🥰🥰
Mimi ❤❤❤ abafana bawe turagukunda
Ubandanye sha mimi uba munyonga h'Imana nayo abantu bobo ntuzigera ubashimisha . nubwo hatabura ibiguca intege courage sha mimi wacu
Mimi jew ndakwikundiraa sha umukam akuzigame mwizaaaa
Mimi ndakund ukuntu mez
Mimi ndagukunda caane.Komera murashoboyee
Mimi courage mwizawanje wubahwe 🫂🤝👌🙏
Uri mwiza ikigaragara ukunda Imana Uzagere Kure mu iterambere kubera Imana
Mimi ndagukunda cneeeeee uranyigisha cne imana igukomereze amaboko🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Courage
Irambire Mimi wacu Imana imbere bizoshoboka komeza kuyikorera 💃💃💃🌹🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️
Nduzuzwa nawe mukobwa wa Christo uzogera kure cyane abataz ivyobavuga bakwihendako
Mimi wanje courage sha
Kweri
Ndagukunda cyane mukobwa mwiza ndi murwanda,
Mbese niwewe sha ukina neza rwose ukabiryoshya
Ndagukunda cane sha Mimi,keep going forward
Murakoze muhezagirwe ariko muze mudusengera
Yasanze nkomeretse ansomoza umuti uhezagirwe Mimi wanj ndagukunda
Mimi wacu Imana ijyigukubira kabiri mubyukora
Mimi nitwa Sarah ntuye murwanda ndagukunda cyaneeeee❤❤❤❤ imana izapfashe tubonanep
Amen ncuti ya Yesu Imana niyo ifite ubuzima bwawe mukiganza cayo rero ntutinye nejejwe nukuntu muhumuriza imitima abababaye Data abahezagireeee ❤️❤️❤️❤️❤️
Mimi ndagukunda cane
Mimi ntamvura idahita koko gxa ndagukwikundira💕
Courage Mimi mazina yanje
Uri rwiza cane mimi
Mbega umukobwa w'igikundiro weed!Yuzuye ubuntu bw'Imana.Nkunda indirimbo ahejeje kuririmba ya 89.Imana ikutuzigamire
Nintwari Mimi ndamukunda cane❤
Mim uhezagigwe caane kumpano yawee iyondirimb ndayikund caan ushishikare guhezagigw mwiza
Mimi ndagukunda cyn kd courage
Mimi ndagusavy unyigish guseng mukur uzob ukoz Imana izoguhemb
Ndagukund cnee imana imbere❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amez neza vraiment nic gituma ivy akoze vyoos bigenda nez i love you ❤❤❤wanyuze mur vyiinsh ark kwihngana kwaw naza caann
Gukunda❤ ukuntu mimi Yes akumpere imigish nivyumusaba zbuuuuu
Pol Sana Mimi wacu sha turakwikundira pe bivuye kumurima sha
nanje iyondirimbo ndayikunda
Mimi komerezaho ariko flim zanyu muzirangizanabi mujye mujyerajyeza minshyireho finari
Mimi por san Arik turagukuna natwe turimumahanga turabona ibiriko bikubako ivyo natwe vyatatubayeko ariko vyarahe yiyumviriye ngo aguteshe agaciro ariko yarihenze uwagukunda azoguma agukunda abagabo twarabamenye uwutarabona inkovu yumugabo niwe azakuvuga uko ashaka abayizi baragutahura wihangane ncutiyanje ndagukunda caneee❤❤
Komera di Mimi nta mvura idahita
I don't understand your language but I could guest the song you are singing
Ndakwemera 🎉
❤❤❤nukurip ndakwikundira
Mimi urigi chch nkunda cane intah nziza cane gode yubaka ugwarukaaaa❤❤❤❤❤
Imana iguhe umugisha
Mimi wacu Imana imbere
Ndagukunda cyane ❤🎉🎉❤
Ndagukunda wubahwe
GIHETA HEJURU CANE GOSE
Jewe ndamukunda nuko ivyo akoze mugukorera imana aca abishira kurubuga kandi ijambo ryimana rivuga ko icukuboko kwuburyo gutanze ukubafu nti kubimenye rero yogabanya guhamagara abakamera ivyo arimwo gutanga jewe narabigaye😂😂😂
Mimi ndagukeje vraiment kuko ndumvako urimwo IMANA
Mbega uwo. Azavuga ngo nkaho uza uririmba ibiki warataye abana koyumva bimubabaje nagende abatore harabantu umengo mukuvuga barapromoka wew ubizigute koyatayabana genda umutaburize twese abana twarabasize bababwiye mugihugu cuburundi kari mimi yataya banana yenyene kazina yabasize kwase nababata mumawese ntimubavuga nimumuhe amahoro
Nukuri ndagukunda cyane
Ndagukunda cyne mimi🥰
Mimi ibibi vyose bakuvuzeko ntabw arivyo kub waratay aban ntabwo vyavuy kuriwew numusarab warufis womurugo
ndagukunda mimi
Ntawukundwa nabose mimi kazima ndakwikundira niman ikagukunda
Amen amen mimi mpezagiw nindirimbo yaw ❤❤❤❤
Iyo ndirimbo iramfashijwe
Ndagukundacyane mimi❤❤❤
Naje nsigay ndamukund cane sinzi uko nobivuga
Mim ndagukunda cane
ndagukunda Imana ikandusha
Uwo numukunzi wa twese bagusavye umukunzi wawe
Gus Mimi nimwiza ukobir kos
Ndagukunda can
Mimi kuberiki igihe cose abajijwe ibibazo aca abikwepa akavuga ivyo yoshakiye????
Amen amen 🙏🙏♥️♥️♥️😥😥
Mimi week-end ngirawarakiye agakiza uwomugabo waw n'aspire kumusozi
Mimi sengerurugo gwawe ubane nabana divorce nicaha imanitemerA
Mimi ndagukunda nukuri
Aho mama Aho urabivuze❤
Ariko ako gafilm mutinda kukaduha buriyase mushuti wawe konabonaga bagiye kumugira nkawe disi kdi wari wamubujije mberuka bafunga mubangukane iyindi turabe uko byamugendekeye
Ndagukunda
Mimi nagukunda can wubahw bakuvug nab ntamakur bafise bikorwa vyiz cn
Uwondamufana caneeee
Mimi ndakwikundira dix
Reka ubururyarya besha abatakuzi!
Uririmba neza wawu
Mimi good I love you
I love you Mimi
Mimi ndagu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Jew ndabaza abavuga ko yataye abana kazima atabanize none urugo rwanse?raba vyamusizemwo igikomere ntiyihuse no kurondera abandi bagabo
mbege indaya yumugore mbega mimi nkunomusi wibutseko watay,abana konka mubandi bavyeyi
Ivyawe bizomenyekana Kolode
Ikizima yabatay kwase.yabat ntiyar kubata impande yawe.ew Claude sha urantwenz ngwindaya naw urik?burek gucira urubanza umuntu kuko wew nturi IMANA.
Ewe Claude warahumiwe wew ivyawe twarabimenye hora
Uko niku maramara non ntiwobamaha
Claude nimba ariwew urumugabo wiw wahora umukubita
Amen
Mimi wurumwana mwiza kubata ufosimpanvu muga arabaguh ubitungire
Nn mimi wiyumviriy gut kuriyi film ya ihurizo ryamakub
Yan nagipend San
Amahoro GA mima Pol kwer yataish
Urikivumecumungorentabwinzafise
Vaho vaho watayabana ngugiye mumafilm
Bikuryahe none wewe??
Abana Bari kwase ese wumva yarabataye 😆😆😆
None nkawe uvuz'iki????Uwuta abana abata kwase???uracisha make
Ufite ibikoresho byiza pee!
Urakunzwe mimi uri mwiza naturellement
Imana ibandanye igukomeza mu mwami kuko nihohonyene haramahoro
Mim ndagukund cn yes ukumper ulugish
Norasque ntuzi kubaza ikiganiro kica kibiha
Mim ntuze ugira imishatsi uko nibibi
Mimi ugum uhezagirwa kure caaanee uhashike
Nukur imana yaraguhay ingabir
Komeza guhezagirwa

Mimi ndagukunda caane.
Komera murashoboyee