- Видео 207
- Просмотров 518 125
Ubugingo Busagutse TV
Кения
Добавлен 20 авг 2020
Intahe idasanzwe:UBUZIMA BUBI NARI NDIMWO BWANTWAYE MU VYAHA NISANGA MU BINTU BITEYE ISONI
Intahe y' Uwahora azwi cane ku mazina ya ''Lamunato'' ubu yahinduriwe ubuzima n' Umwami yesu
Turabasaba kugira Subscribe na Share kugira ubutumwa bwiza bushikire benshi bashoboka
Murakoze
Turabasaba kugira Subscribe na Share kugira ubutumwa bwiza bushikire benshi bashoboka
Murakoze
Просмотров: 815
Видео
Kuber'iki dusabwa gukura mu buryo bw'impwemu by Pastor Jean Claude MIDOGORO
Просмотров 802 часа назад
Kuber'iki dusabwa gukura mu buryo bw'impwemu by Pastor Jean Claude MIDOGORO
Gukuza umuntu wawe w'impwemu by Pastor Jean Claude NIYOMWUNGERE
Просмотров 37514 часов назад
Gukuza umuntu wawe w'impwemu by Pastor Jean Claude NIYOMWUNGERE
Intahe idasanzwe:"Nageze aho ndondera umuti unkiza inzoga, Gusenga vyo nari narahevye..."
Просмотров 29619 часов назад
Intahe idasanzwe:"Nageze aho ndondera umuti unkiza inzoga, Gusenga vyo nari narahevye..."
Developing the spiritual man by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 49619 часов назад
Developing the spiritual man by Apostle Kevin SIBOMANA
Ubushobozi buri mukwitoza (discipline) gukora ivy'Imana ishaka Igice ca kabiri
Просмотров 374День назад
Ubushobozi buri mukwitoza (discipline) gukora ivy'Imana ishaka Igice ca kabiri
INTAHE, ‘’NARAGUYE NTANGURA KUNYWA INZOGA, URUMOGI N'IBINDI ... ’’
Просмотров 1,2 тыс.14 дней назад
INTAHE, ‘’NARAGUYE NTANGURA KUNYWA INZOGA, URUMOGI N'IBINDI ... ’’
Ibiranga umuntu w'impwemu by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 2,1 тыс.14 дней назад
Ibiranga umuntu w'impwemu by Apostle Kevin SIBOMANA
We won't leave quietly by Apostle Edward A Addison
Просмотров 29014 дней назад
We won't leave quietly by Apostle Edward A Addison
Umwaka wo kuganza by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 1,1 тыс.14 дней назад
Umwaka wo kuganza by Apostle Kevin SIBOMANA
Ubushobozi buri mukwitoza (Discipline) gukora ivy'Imana igomba by Pastor Jean Claude MIDOGORO
Просмотров 67414 дней назад
Ubushobozi buri mukwitoza (Discipline) gukora ivy'Imana igomba by Pastor Jean Claude MIDOGORO
Ibiranga umuntu aganjwe na kamere k'umubiri by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 2,8 тыс.21 день назад
Ibiranga umuntu aganjwe na kamere k'umubiri by Apostle Kevin SIBOMANA
Ibanga ry'ikimazi c'ishimwe by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 1,7 тыс.21 день назад
Ibanga ry'ikimazi c'ishimwe by Apostle Kevin SIBOMANA
''NANYWA ITABI 40 KU MUNSI, INZOGA ZISANZWE NTIZANFATA, NTITWAYAGA ABIRI NABA NDAGUKUBISE....''
Просмотров 96921 день назад
''NANYWA ITABI 40 KU MUNSI, INZOGA ZISANZWE NTIZANFATA, NTITWAYAGA ABIRI NABA NDAGUKUBISE....''
The fulfillment of God's promise by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 150Месяц назад
The fulfillment of God's promise by Apostle Kevin SIBOMANA
Kristo yarahishuwe natwe turahishurwa by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 991Месяц назад
Kristo yarahishuwe natwe turahishurwa by Apostle Kevin SIBOMANA
Monument for movement by Apostle Edward A Addison
Просмотров 554Месяц назад
Monument for movement by Apostle Edward A Addison
Icatumye umwana w'Imana ahishurwa by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 1,1 тыс.Месяц назад
Icatumye umwana w'Imana ahishurwa by Apostle Kevin SIBOMANA
The sacrifice of praise by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 460Месяц назад
The sacrifice of praise by Apostle Kevin SIBOMANA
Ibihe bine duhimbarizamwo Imana by Pastor Christian NSABIMANA
Просмотров 1,5 тыс.Месяц назад
Ibihe bine duhimbarizamwo Imana by Pastor Christian NSABIMANA
Nta mpamvu n'imwe yo kudashima by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 3,8 тыс.Месяц назад
Nta mpamvu n'imwe yo kudashima by Apostle Kevin SIBOMANA
Intahe y'uwabohotse ku mpwemu mbi y'akaborerwe
Просмотров 1,3 тыс.Месяц назад
Intahe y'uwabohotse ku mpwemu mbi y'akaborerwe
Ikimazi c'ishimwe by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 2,2 тыс.Месяц назад
Ikimazi c'ishimwe by Apostle Kevin SIBOMANA
Hari imibabaro ivyara n'imibabaro y'ingumba by Pastor Alain Audry RUREMESHANGABO
Просмотров 1,1 тыс.2 месяца назад
Hari imibabaro ivyara n'imibabaro y'ingumba by Pastor Alain Audry RUREMESHANGABO
From suffering to suppering by Pastor Christian NSABIMANA
Просмотров 4992 месяца назад
From suffering to suppering by Pastor Christian NSABIMANA
Ibintu 3 umubabaro mu Mana uvyara mu buzima bwacu by Pastor Blaise Bonté MUHOZA
Просмотров 1,1 тыс.2 месяца назад
Ibintu 3 umubabaro mu Mana uvyara mu buzima bwacu by Pastor Blaise Bonté MUHOZA
The concept of suffering by Pastor John Dakwa MUNYARADZI
Просмотров 3422 месяца назад
The concept of suffering by Pastor John Dakwa MUNYARADZI
Amabanga ahishijwe mu mibabaro yacu by Apostle Kevin SIBOMANA
Просмотров 2,1 тыс.2 месяца назад
Amabanga ahishijwe mu mibabaro yacu by Apostle Kevin SIBOMANA
Gloire à Dieu🙌🏾 Imana iguhezagire cane
Yesu agukomeze muriyo nzira utanguye,kandi ntawakurikiye Umwami Yesu ngo amaramare...mugumeko umwumireko,ntaco uzomuburana. Iyaguhaye Yesu Kristo,niwe vyose kuwumufise
Imana ishimwe cane kubw'iyo ntahe... ijambo ry'lmana rivuga ngo :"Ivyo ni vyo vyiza vyemerwa mu nyonga z'lmana Umukiza wacu,igomba kw'abantu Bose bakizwa bagashika Ku kumenya ivy'ukuri". 1 Timoteyo 2:3-4 Agakiza n'akabantu Bose ata n'umwe avuyemwo.. Abaroma 3:23 Imana ibahe umugisha kubw'ikiganiro ciza
Imana ishimwe ngir nibake batamuzi akiri muvyisi 🙏🙏🙏🙏🙏 ark imana igira nezaaa 😢
Imana ihabwe icyubahiro. Komera cyane Imana yakuremeye ibyiza cyane utazacika intege Rahabu yakoreye Imana aragororerwa imbere yawe hali ibyizabYeremia 29 vs 11. Komera gusa usengere abo mwalikumwe baveyo weho uligikoresho cyayo ibuka sauli ibyo yakoraga nyuma arahinduka.
NN ntimwoyiduha yose?
imana iguhezagire cane
Yesu araganje kw'isi no mw'ijuru
Imana ishimwe kubwawe mukibwa mwiza wa yesu nukuri courage urubuhamya kuribenshi ntaho Imana itokura umuntu nabandi bakiri muri vyo Yesu abasange icubahiro kibe Icawe mwami Amen.
Imana ibihererwe icubahiro 😭😭😭urumwana w'Imana🙌🙌🙌
Glory be to GOD
wauuu🎉 IMANA n nziza pe,proud of u nukur
Ndaryohewe cane gose imana ihabwe icubahiro kino gihe narindakirindiriye cane imana ishishikare kugukuza mugakiza wakiriye laissa tuzoguma tugusengera ukomeze
Imana ihabw icubahiro yo yaguhay agakiza Ndayishimiye ntaho itokura umuntu 😢ndagutey intege kwa Yesu hari vyose ntaco uzomuburana wahisemw neza
Oooooh ndanezerew cane iri joro uyu mukobwa nahora ndamubona akambabaza none Imana yaramutabaye.hashimwe Imana Data itarobanura ku butoni.kandi ndamutera intege Larissa
Oooooh ndanezerew cane iri joro uyu mukobwa nahora ndamubona akambabaza none Imana yaramutabaye.hashimwe Imana Data itarobanura ku butoni.kandi ndamutera intege Larissa
Nukuri ndaryohew cane,IMANA igukomez
Bravo ma chere. Vyukuri Yesu mwarahuye. Ndagukunze pee! Ubugingo busagutse Muzoshireko contact za eglise kugira umuntu ashatse kugira ico afashije vyorohe biciye muri eglise kuko niho biba vyizewe. Merci!
Imana ikomeze kukongereza inkomezi kandi izoce iguha umugabo
Yesu ni muzima❤❤
🥰🥰🥰🥰
IMANA niyubahwe irabikwiye ntakure itokura umuntu
IMANA ntaho itokura umuntu upfa kuvuga ego ukagiranyota y kuva m bibi warimo ndiho agukomeze kunzira wafashe yogukurikira YESU nawe ntazogutetereza
Larissa wanje Iyomana wemeye irakaguha ivyushaka vyose Nukur ndakunda ukunt ukijijwe uhoraho akugirire neza murivyose ndagukunda😘😘
Waaauuu gloire à Dieu ndamwibuka kuri raison sociaux
Imana igira neza ntaho itokura umuntu yamwizeye, YEZU akugirire neza Raïssa , uzogere kure mu Mana, izoguhoze amarira nagahinda vyose wagize mu buto bwawe, izokugire ihanga rya benshi urabikwiye, courage
Waouuu Glory to jesus 🙌🙌 🙌
Glory be to God this is good news umwami Yesu abashe kugukomeza
Amen
Ufise ubwenge buva kumana kuko ufise ivyiyumviro bizima
Amen
Ameeenn! So powerful message with so much wisdom!! I am so blessed!
Amen
🙏🙏🙏
Ukwo nukuri vet tufash
Amen
Abarushe n'abaremerewe yesu arabohora
Amen.muhezagirwe cn.. 🙌🙌🙌
Amen❤
Yesu kristo aratabara,iyo umuhungiyeko ntabwo wicyuza.
Amen
🙏🏽
Yesu aguhezagire ku nyigisho nziza zitwubaka
Shimwa Yesu wadushubije mu kibanza twari twaratakaje
Amen amen amen muhezagirwe cane mukozi w Imana
Imana iguhezagire cane mukozi w Imana ku bwo amajambo y ubuzima !!!
Ndikondafashwa
Amen
❤ Be blessed APOSTLE.
Je suis edifiee !!!