#KuKAYI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 фев 2025

Комментарии • 202

  • @ladenysenyetera8764
    @ladenysenyetera8764 Месяц назад +2

    Ndi umunyarwandakazi ute muri Belgique nkunda Ku kayi kandi nkunda Esther Kamatari cyane

  • @ClaireNzeye
    @ClaireNzeye Месяц назад +1

    Yaaaaaa mbiiiiiii caneeeee,umwamikazi Esther Kamatari,wewe ntunyibuka,Ariko urumivyeyi warampaye infashanyo yabana ,narinfise.Bari bashonje cane.Nari nabuze icongata nivondeka.Nagusznze ahantu muri Rohero.Umunsi,Imana yokunyereka,Sinzingene nogushimira.Uritwari cane,urafise urukundo sur naturel.jewe ndi umukozi w'Imana maze igihe nkorera ubutuma mubihugu vyohznze.
    Nukuri ndahimbzwe kukunviriza,mu kajwi kuntu,uriko uravuga.Nanje ndakumbuye,agatoke Ki Burundi.Ingo tugire gahunda tuzojane i Burundi tuze dusangire agatoke karyoshe kowacu..
    Union de prière!!!!!!

    • @patrickmutombovox7568
      @patrickmutombovox7568 Месяц назад +1

      Madame Kamatari, pourquoi pas faire UN film avec votre histoire du Bourget plainne de suspences et Les images de Paguidas.

  • @vannina7590
    @vannina7590 Год назад +21

    ❤ Elle est tellement profonde!! Elle a raison par rapport à la lumière du ciel du Burundi. Pour ceux qui voyage bobitahura kurusha, c'est vrai que la clarté et la fraîcheur de l'air et du ciel burundais sont assez unique !! Nous avons un très beau pays.. Merci beaucoup Princesse, vous êtes magnifique 🥰🤗 Dieu vous bénisse

  • @uwimanayahezagiye7942
    @uwimanayahezagiye7942 Год назад +8

    Intro mwayigize neza mais , akantu ko gukosora iyo ari deux frères ntibavuga ngo ni musaza wa... ni mukuru wa... ou murumuna wa... Bavuga musaza wa... iyo bavuga umufrère w'umukobwa. N'ukuvuga, Kamatari yari murumuna w'Umwami Mwambutsa.
    Si non wakoze ku mutumire mwatuzaniye. Much love😍😍😍

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 Год назад +5

    Je suis vraiment heureuse de suivre une émission de la Princesse Esther.
    Nakuze numva bamuvuga ko ari une femme spéciale, qui a tenu la tête aux Blancs afin de garder son identité de femme Noire.
    Bravo Esther , tu m' as tjrs inspirée!

  • @bobobit0763
    @bobobit0763 Год назад +3

    Iyaba abarundi bose bar mumanga bavuga uburundi neza nkuyo tworonk ningenzi,bravo!!mer6 Pam

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 Год назад +1

    Waooh ! Mbega ikiganiro kiryoshe weee ! Uwo Muganwakazi niko yamye, elle a toujours été agréable, n'umusirimu wo kurwego rwo hejuru. Imana imutubungabungire. Bravo Princesse !

  • @Ukurikuraryana24
    @Ukurikuraryana24 Год назад +2

    Ndamukunda cane yaradufashije aho twari tugorewe nukuru yaratugezeho mubihe bikomeye Imana izomuhe umugisha cane kuko yaraduhaye nibikiniyo impuzu amasabune yubwoko bwose numuvyeyi nukuri Imana izobimuharureko Nkigitsibo cukugororoka ntabwo nfise amajambo nokoresha yo kumushimira Ariko Imana abariyo Izomushimira ❤❤❤❤❤❤

  • @CORINNE-wt2um
    @CORINNE-wt2um Год назад +6

    La sagesse,les conseils😊.Merci Pam Channel Tv❤

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse8549 Год назад +2

    Waaoouh génial très fière de vous princesse Esther Kamatari

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 Год назад +6

    Quand j' étais enfant , quand on se rendait au village chez mes gd- parents, on passait juste munsi y' urugo rwanyu et mon père pointait tjrs du doigt votre enclos à Fota et nous disait fièrement:" aha ni ku muganwa Kamatali" . Ça veut dire que votre papa yatwaye neza , il était aimé du peuple, c' était un bon Leader.👍

    • @estherkamatari3048
      @estherkamatari3048 Год назад +2

      Mille merci pour cette très belle reconnaissance !❤

  • @anesie7938
    @anesie7938 Год назад +1

    Magnifique ! Mbega umupfasoni wakarorero! Elle est naturelle et profonde !🥰

  • @patrickmutombovox7568
    @patrickmutombovox7568 Месяц назад +1

    Bonjour madame
    Merci de nous parler de notre charmante precesse et pour Les belles images de Buka 😆😄🥺

  • @Elle-xs4kq
    @Elle-xs4kq Год назад +1

    Ya Princesse Kamatari et Kadja nin ces deux femmes m'inspirent tellement Imana ibazigame 🥰😍Merci Pam turakwinginze uzotuzanire Kadja nin nawe Plzzzzzzz

  • @josetteihuwizeye8966
    @josetteihuwizeye8966 Год назад +5

    Elle est magnifique, charmante, adorable,Yezu yaturemeye umwamikazi mwiza. Soyez toujours dans la joie mwamikazi mwiza.

    • @marie-salomeerukingamubiri7976
      @marie-salomeerukingamubiri7976 Год назад +2

      Princesse Esther avuga ukuri kandi mu rupfasoni,yararonse indero arayigendera malgré imyaka myinshi amaze ibulaya!!!
      Ndahimbawe kumubona
      Ndifuza kumuvugisha in box👍👍kuko ndamukunda

    • @estherkamatari3048
      @estherkamatari3048 Год назад +1

      Murkoze cane !❤

    • @estherkamatari3048
      @estherkamatari3048 Год назад

      C'est vous qui êtes magnifique !❤

  • @kayitesifides1192
    @kayitesifides1192 Год назад +1

    Wowuuu Ester niyaza I Bdi azoce no mu Rda kuko turi abavukanyi kandi turakunda ku kayi Pame,turamukunda cane

  • @aimeecathiaigiraneza8159
    @aimeecathiaigiraneza8159 Год назад +1

    ooh lalaa agatoki kubahwe🤩 Merci beaucoup princesse na Pamella

  • @roseirakoze
    @roseirakoze Год назад +2

    Wooow . Ikiganiro kiryoshecaaaane. Ivyo avuze Nivyo arakundanda kandi yicisha bugufi. Twigeze guhurira mu ndege yava première classe akatuzanira ama pomme en plus yantwaje na ma robe de mariage gushika Aéroport aca anaducisha kuri tapis rouge. Ndamukunda cane♥️♥️♥️

  • @HobimanaElysépacifique
    @HobimanaElysépacifique Год назад +1

    notre princesse ;notre maman ;notre idole;turamushimiye cane;jew mon papa yaramumbwiye cane;barakuranye;nincuti;uko yivuze niko namubariwe;pam merci

  • @lauratuyikeze2564
    @lauratuyikeze2564 Год назад +1

    Urkoze cane kumutumire watuzaniye. nugutegura ako kayi kabanywanyi vuba🥰

  • @elyvaniendayiragije4750
    @elyvaniendayiragije4750 Месяц назад +1

    Murakoze cane .

  • @erza6832
    @erza6832 Год назад +4

    Umwamikazi je wacu 😍
    Turonderere kadjanin naw

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  Год назад +2

      Erza umunsi umwe nawe tuzomuronka nkuko muvyipfuje

  • @nadegekamikazi
    @nadegekamikazi Год назад +5

    Une personne très spéciale merci Pam chanel Tv pour vos emmisions.

  • @bellampundu7856
    @bellampundu7856 Год назад +1

    🤩🤩🤩🤩🤩 ndaryoheweee kumubona.Ndamukunda cane❤️❤️Merci pame mukumutuzanira

  • @NadègeItangiteka
    @NadègeItangiteka Год назад

    Shalom turarohewe kubona umwamikazi turamukunda nakuze sokuru atuyagira ivyo munda yingoma iwacu imwaro

  • @muhozaemelyne7902
    @muhozaemelyne7902 Год назад +1

    Dasavye nanje nzoza naho ndi kure
    Hama merci beaucoup Pamela ❤🥰

  • @xyz-rw7156
    @xyz-rw7156 Год назад +1

    She is beautiful God bless her

  • @ChanylicreziaIrakoze-vp2cr
    @ChanylicreziaIrakoze-vp2cr Год назад +2

    Mrciiii infiniment Pamella pour cette émission 🙏❤️

  • @theresacochran8919
    @theresacochran8919 Год назад +1

    I love princess Kamatari no only she is intelligent and she is very beautiful lady.❤

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 Год назад +1

    Pame ndakugwaye❤

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 Год назад +1

    C'est vraiment génial, je suis vraiment touché par la prencesse keep inviting him to other emissions

  • @annyscheillaineza9935
    @annyscheillaineza9935 Год назад +11

    😍😍😍Elle est d’une élégance incarnée😍😍

  • @alidacynthiaakimana4491
    @alidacynthiaakimana4491 Год назад +1

    ❤❤❤❤ merci pame kuri notre princesse Kamatari

  • @nicolendabateze6307
    @nicolendabateze6307 Год назад

    wow une vraie beauté burundaise Esther Kamatari. Murakoze cane kukiganiro ciza. PAM ukora ibikora inka, Yesu akuje imbere ugume utere imbere

  • @iradukundaange-kessy5361
    @iradukundaange-kessy5361 Год назад +6

    Bon j’aime la façon abwira abandi kwikunda ❤ kandi ari simple et honnête ❤

    • @estherkamatari3048
      @estherkamatari3048 Год назад +1

      👍🏾

    • @angedorineniyomukiza3161
      @angedorineniyomukiza3161 Год назад +1

      Waouh!merci bcp nôtre chère princesse Esther Kamatari.
      Vy'ukuri ndaryohewe cane no kumva kino kiganiro.
      Uri umurundi w'akaranga bikwiye.

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 Год назад +1

    Esther wacu i Fota 🙌. Nakuze numva ama histoires que ma gd- mère me racontait , yama atubwira umuganwa Kamatari ukuntu yari umuganwa mwiza, ari proche du peuple, aciye bugufi.
    Par ex, barigeze kuza chez ma gd- mère azananye na ba Colons baje gusaba " amata n' amasoro". Ma gd- mère était malade et venait
    d' accoucher et ton papa Esther a insisté pour qu' elle ne donne pas cette taxe , il a plaidé pour ma gd- mère. Je te dis merci Princesse Esther pour le bien que ton père a fait à ma gd- mère.❤

    • @estherkamatari3048
      @estherkamatari3048 Год назад +2

      Merci pour ces si jolis mots, mon père doit se régaler...❤

  • @renildengendakumana7426
    @renildengendakumana7426 Год назад +2

    Merci bcp Paméla ndagushimiye caane kutuzanira Princesse Kamatari kandi uzontumire kukazi niyaza Ester, wewe Paméla uratomoye utumira naba invité s batoye co kimwe na Macuti vraiment tu est au top

  • @nsabimanajeanmarievianney3222
    @nsabimanajeanmarievianney3222 Год назад +1

    Turakunda emissions zawe. Ntudebukigwe utere uja imbere Pamela!

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Год назад +1

    Neza amosozi arakorotse kukumva avuga uburundi neza,ese twese twobikora uko❤❤ mais aussi les conseils nukuri ahari ahezagirwe....Pamela uhezagirwe mwiza ugume utwihera ibiganiro vyiza❤❤

  • @desouza21875
    @desouza21875 Год назад +1

    Ndakunze la présentatrice Paméla. She"s amezing👌💕

  • @blandinemuco
    @blandinemuco Год назад +1

    Belle émission, notre Princesse afise manière de raconter ❤ neza arabicapa tukavyisangamwo turiko turabibamwo biraryoshe cane❤

  • @masisi62
    @masisi62 7 месяцев назад

    Urakoze cane Pamela🥰 Kutuzanira
    Umwamikazi Esther Kamatari du ❤❤❤ cane !

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  18 дней назад

      Murakoze cane kandi turabishimiye . Murashobora kwi abonna no kuri chaîne yacu ya Watsapp kugira tuzohore tubaha amakuru aryoshe:
      whatsapp.com/channel/0029Van6sB43LdQSAJBhAO1g

  • @donafabiolaruzagiriza1653
    @donafabiolaruzagiriza1653 Год назад

    Façon comment, elle est attachée à sa mère patrie, sa langue maternelle... Princesse vous êtes une inspiration. Nous, les autres princesses du Burundi, nous sommes fières de vous.

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Год назад +2

    J'ai aimé. Nagaruke nyene kubwacu.!

  • @viggoohb1263
    @viggoohb1263 Год назад +1

    POSITIVE MIND good vibe'n great life...ndabikunze, shishikare utwigisha

  • @BigAlpha365
    @BigAlpha365 Год назад +1

    Uwo muvyeyi agize neza kuvuga ikintu kitwa INDERO. Indero mu Burundi surtout kubantu bariko barakura... yaratitutse ntamuntu acubaha uwundi..umwana aramutsa umukuru nkumwana mugenzi we..Birateye isoni.. Arakoze P. Esther Kamatari kubona avuze ico kintu..Ikiganiro ni ciza, une très simple et éducative conversation.

  • @NadegeNsabimana-hm3gk
    @NadegeNsabimana-hm3gk Год назад

    Umudusabire agaruke.atuganirire
    👏👏🙌Ndamukunze arambe .
    Yongere arambe❤️👏👏👏

  • @Elle-xs4kq
    @Elle-xs4kq Год назад +1

    J'aimerais savoir aussi pourquoi elle porte toujours du blanc est ce que hariho ico bisigura kuri biramubera cane avec ses cheveux blancs rero c'est le top du top je t'aime t'es adorable mwiza w'ingoma

  • @nduwimanaevelyne6682
    @nduwimanaevelyne6682 Год назад

    Ikiganiro cari top .Merci Mme Pamela et Princesse Ester Kamatari.
    muzontumire niyaza avuga ibintu biri touchants...

  • @dancillemusabwasoni2348
    @dancillemusabwasoni2348 Год назад

    Yambiii Esther. Ndi umunyarwandakazi wabaye i Bujumbura. Ubu ntuye i Kigali mu Rwanda. Ndagukunda cyane! Uri modèle wanjye !

  • @nathankrahenbuhl4213
    @nathankrahenbuhl4213 Год назад +1

    Merci beaucoup PAM d’avoir inviter princesse Ester kamatari, Umuntu w’umutima cane.

  • @christellenjejimana6943
    @christellenjejimana6943 Год назад +1

    Merci kubiganiro vyiza ushikiruza. Tu es très naturellement belle PAM

  • @cressiadushime3987
    @cressiadushime3987 Год назад +2

    The best of the best ! Bravo Pamella

  • @nzoyihayafrederic8011
    @nzoyihayafrederic8011 Год назад

    ooooh Quelle belle émission !Pame Bravooo uzomutuzanire arandyoheye pe

  • @jaymutore1794
    @jaymutore1794 Год назад

    Hello, love love to Esther kamatari

  • @germaineb514
    @germaineb514 Год назад +4

    Très jolie dame. Imana iduhe guca bugufi nka princesse ESTER .

  • @gratienrukindikiza8775
    @gratienrukindikiza8775 Год назад +4

    Pamela, wakoze kurivyo kiganiro.
    Niwasubira kumuronka uzomubaze kuri se wiwe Kamatari. Ni umuntu atari asanzwe. Yari intwari. Yabayeho gute? Yamukuyeko iki?

  • @nadinebucanayandi-fo6lj
    @nadinebucanayandi-fo6lj Год назад +4

    Magnifique 😍😍

  • @BelyseBukeyeneza-sh7cu
    @BelyseBukeyeneza-sh7cu Год назад

    Pame mercii

  • @jeannebizimana6887
    @jeannebizimana6887 Год назад

    Esther araryoshe kwumviriza yagumye ar umurundikazi yiyubashe akunda umuco n'igihugu ciwe yubahwe n'a WE Pamela merci

  • @SouleymaneFAFA
    @SouleymaneFAFA Год назад

    Mahoro cane mwarakoze kutuzanira uwo twunva tutari bwabone,imana ibandanye ibahe kumutugarukanira atuyagire ntawohimba kwunviriza ibiyago vy'umwamikazi

  • @Adonai534
    @Adonai534 Год назад +1

    Ndamukunze cyane
    Afite ibintu namukundiye
    Icyambere ni Umurundikazi w'Ukuri
    Ni igikomangoma cy'Abarundi bose
    Arashima ibyo Abarundi bagezeho
    Aciye bugufi nta Mutima mubi afite
    Arishima bikaboneka
    Muri make afite UBUMUNTU❤❤❤❤❤
    Abo munda y'Ingoma bose BAMWIGIREHO

  • @NadegeNsabimana-hm3gk
    @NadegeNsabimana-hm3gk Год назад

    Pameee urakoze caaaaaaaane.
    Nahora ngukunda ubuho ndarengewe👏🤗🤗🙌wubahwe Umukama agukomereze ingabirano zoooose yaguhaye ❤️👏👏

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 Год назад +1

    Elle est trop cool

  • @nadiamukondo6270
    @nadiamukondo6270 Год назад

    Oooh, elle est très magnifique 🥰🥰🥰❤️❤️❤️

  • @erwannolwennnishimwe3892
    @erwannolwennnishimwe3892 Год назад +1

    La ressemblance est flagrante 🤔🤔😍😍

  • @fistonnzoyihera7791
    @fistonnzoyihera7791 Год назад +1

    Formidable et tres bonne conclusion

  • @dianeizere4887
    @dianeizere4887 Год назад +1

    Umukobwa wo munda y ingoma.We love you so much

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 Год назад +2

    Uwo muvyeyi ndamukunze❤

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 Год назад

    Muratunezezaa muchlove

  • @Nganjidonbayle-x6q
    @Nganjidonbayle-x6q Год назад

    Nukuri pame turaryohewe, jewe ndaryohewe caaane

  • @Mananziz
    @Mananziz Год назад

    LES 3 PRINCIPES
    LE TRAVAIL, LE RESPECT,
    L ESTIME DE SOI.
    3 REGIMES ALIMENTAIRE
    PAS DE SUCRE
    PAS DE GRAS
    ETRE ACTIF
    MERCI PRINCESSE ESTER KAMATARI❤

  • @domitillenkanuriye6550
    @domitillenkanuriye6550 Год назад +1

    Ndagukunda caaane Esther

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse8549 Год назад +1

    Vous êtes une légende

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 Год назад +1

    Nukuri Pamela uri uwo grave🙏🏼nanje ndisabiye nkagaruka😂Bdi nzokurondera.Peace &Love✌️😄

  • @mbazumutimaegide8866
    @mbazumutimaegide8866 Год назад

    Birahimbaye kumviriza princesse kamatari avugana umutima w'urukundo kandi utekanye. Nari nifuje ko atubarira kandi wamugambi wiwe witwa un enfant par rugo. Ndamusavye Aze awuvyure.

  • @eastafricaman4918
    @eastafricaman4918 Год назад

    Biratangaje cyane ukuntu Abarundi bakunda uburi kandi bakaba Proud yabyo bimeze nuko abanyarwanda bari proud yokuba Abanyarwanda ...Birashimishije ukuntu Kamatari E. ashaje neza cyane ,wahirago ntabwo afite 72 year old.Abanyafrica turibeza cyane ,Imana Rurema yaduhaye ibintu byinshi byiza cyane .I'm proud to be Est Africa Man

  • @nanananette031
    @nanananette031 Год назад

    Ndaryohewe caneeee niki kiyago...
    Uzomutubarize kubijanye na modeling yiwe...

  • @JolisNintunze-rl6hj
    @JolisNintunze-rl6hj Год назад

    Bnjr.kuberki Muvuze gtg.ndumunyagitega

  • @dociledushime
    @dociledushime Год назад +1

    uzomugarukane atubwire parcours yiwe genre sa carrière professionnelle en tant que mannequin

  • @consolatanduwimana6418
    @consolatanduwimana6418 Год назад

    Elle est très classe Princesse👍

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 Год назад +1

    I ❤u tres jolies dames ❤❤❤🙏

  • @mugisharaissa5222
    @mugisharaissa5222 Год назад +3

    Pame akantu ko gusangira akayi n abanwanyi wavyumvise? ndakwikundira Pamela

  • @jeanbosconkengurutse291
    @jeanbosconkengurutse291 Год назад

    Nanje princesse ndamukunda cane

  • @Danydanie23
    @Danydanie23 Год назад

    Amajambo yanyuma(conclusion)avuze neza vrt 👌

  • @bellamuhari4610
    @bellamuhari4610 Год назад +1

    Nice one👌 Brovo Pamella!!!!

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  Год назад

      Merci Bella Muhari! Continuez a suivre nos émissions sur PAM Channel TV...Nous sommes ici pour vous!

  • @veve5360
    @veve5360 Год назад

    Murakoze cane turamukunda caaaane .

  • @AliceNtibazonkiza
    @AliceNtibazonkiza 6 дней назад +1

    Vyari vyiza ariko jewe sinopfasinopfa ku gatoke oya oya no kuturayi

  • @ornelladushime5996
    @ornelladushime5996 Год назад +1

    Waooooh l'odeur du Burundi❤

  • @fidelehabineza8097
    @fidelehabineza8097 8 месяцев назад

    Hari uwatubwira ku kayi icyo bivuga ?

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 Год назад +1

    Umu maman aciye ubwenge Can nkunze impanuro atanga Can Uhoraho akomez kumuzigama

  • @rsfdzxzx2274
    @rsfdzxzx2274 Год назад +1

    Amin🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪

  • @roskab9028
    @roskab9028 Год назад

    Nahezagigwe dukunda bimwe

  • @josetteihuwizeye8966
    @josetteihuwizeye8966 Год назад

    Oooooooh uti kaze azogutekere agatoke karyoshe caaanee.... Ndagakunda nanje p...Pamela wanje naw Kaze ngushimire kubiganiro vyiiza uduha

  • @justinenkurunziza3084
    @justinenkurunziza3084 Год назад

    Hama BRAVO! Mais il faut penser a ameliorez la qualite de l image!

  • @niyosengadidas3905
    @niyosengadidas3905 Год назад

    Wow imana imutuzigamire mwamikazi wacu turagukunda natwe.

  • @ntirantibagirahawa9134
    @ntirantibagirahawa9134 Год назад

    Burundi 🇧🇮 ❤

  • @nicolekaze5379
    @nicolekaze5379 Год назад

    Ifota ku Ngorore aho Nyogokuru avuka❤🎉....

  • @francinenshimirimana5752
    @francinenshimirimana5752 Год назад

    Aratesa

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Год назад +4

    Umwamikazi wacu aciyunwenge biraboneka ko akunda uburundi vmt waratumye uburundi bumenyekana mu makungu warahezagiwe