#KuKAYI
HTML-код
- Опубликовано: 6 апр 2023
- #pam #kukayi #pamchanneltv #thepassword #Burundi #goodtalkshowburundi #entrepreneuriat #business #innovation #tourismeauburundi #visitburundi #pamchanneltv #smartmind #Kwijob #Kw'ijob #burundi2022 #Potentiel #diaspora #inspiration #youthinspiration #Changing #Mindchange #artisteburundais #Burundianartist #Openmic #Anaise #Sexylove #Anaisesexylove #mariage #Gracemacuti #PamelaIreneIrakoze
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Pamela Irene Irakoze
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Jean-Calvin&Liena
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Grace turamwemera muri calgary Catholics aradufasha abumva ikinyarwanda
Je vis au Canada depuis 27 ans. Cette jeune femme dit la vérité. Au fait c est immigrer au Canada
Pamela wisize😂neza cane , vraiment tu es adorable 👍✌️umutumire nawe ni tooop et merci bcp pour ton encouragement 🙏🏼
❤
Au fait c'est ça ce que nous voulons entendre.... kuko iyo abantu bagiyeyo bafise am diplôme bajanye ugasanga barayataye kubera batubeshe ko ata équivalence zayo uzoronka, wopfuma ubandaniriza hama ukamenya gushika aho ushaka...... Merci beaucoup kuri initiative za Pam Channel tv (turungutse cane)
❤
n umuvyeyi vmt ukugen avugishij ukuri Imana imuhezagire
So true Canada umuntu aba icashaka kandi igihugu kiragufasha. En plus abarundi bari mu ma domaines yose kandi ni benshi bize bafasha abashaka gushika aho nabo bashitsi. Il faut juste avoir une vision and the sky is the limit !
Merciiiii bcp à l’invitée pour sa transparence, n’umuntu mwiza canee ,émission iryoshe et très instructive.
Thank you❤
Absolument ❤️❤️
Grace j ai aimE ton humanitE, t e la meilleure. Keep shining and stay blessed
❤
Ikiganiro kiryoshe gose, tres interessant, yavugishije ukuri, abarundi baragoye gose, dukeneye abantu benshi nkuyo mu dame ❤
Grâce est sincère Imana izamuhezagire.
❤
Merci pour l’interview et bonne chance pour Mrs Calgary 🤩
Merci Chère Grâce pour ton honnêteté et ton encouragement. GOD bless you !
❤
Abavugisha ukuri ni bake c'est vrai ariko il faut ku visa tes objectifs.Merci Mme Grâce pour la transparence et Mme Pamela pour l'émission❤
Tu es une belle femme courageuse et déterminée tu arriveras loin
❤
Waouh.merci beaucoup vous les 2.C'est très intéressant
Wakoze Pamela kukayi Kari karyoshe caane.merci nokumutumire yatwugurukiye.
❤️❤️❤️❤️👌
Merci bcp belles dames pour cette émission
Grâce warahise kbx kuronka umuntu akubwiza ukuri si ivya Bose
Adacana intege kdi👌👌👌be blessed Queen
Pam...merci pour ces opportunités uduha ngo tumenye utuntu n'utundi 💕💕💕💕
@pamchanneltv never disappoints us🙏ikiganiro ciza cane✅️
Merci madame.
Waouuuuh!!! Uyu mushitsi ni top cane aratubwiye vrt!!!
Cyane rwose ❤️👌
❤
Mana yanje merci Grace warahise tout simplement.. Pamela merci pour l'émission
❤
Émission iryoshe iri très instructive!!👌❤️Mercii beaucoup Pam channel TV Ku mu invitée mwiza mwatuzaniye!
❤
Jolie dame qu'elle est ! And how she's open rero😍 Merci Pamela
Merciii pour les instructions 🎉🎉🎉
Bravo Madame Grace nukuri ndagushimiye ukuntu uvugishije ukuri. Abenshi nukubesha nukwanka gufasha abandi kandi babishoboye.
❤
Merci Madame Grâce 🥰🥰🥰😘
Merci bcp Grace & Pamela
Merci pour la vérité
Imana yaguhaye ingabire nziza ,umutima wogufasha abakugana si uwabose,uzowuhorane iteka🙏 Grace ndakwibuka Q7
❤
Nukuri grâce ndagukunze ukuntu uri sincère. Tu m'inspires beaucoup
Je pense que nous devons commencer à encourager les jeunes immigrants bava iwacu que le rêve de devenir ico ushaka kuba ibaho ino muri Canada.
Gagner plus de $100K par an birashoboka kandi nayarenga ayo kurusha hariho abayaronka !
Le Canada est le pays où tt es possible, on n a pas besoin d être bien né. Tt c k tu merite p etr à toi.
Well said❤
Une vérité absolue ❤️👌
kbs nice topic # diaspora ash I’m the next kub invite ku kayi ninaz kbs buja
Bonne émission🤝
Gloire à Dieu, turashoboye kuko dushobozwa n'Imana. Proud of you my little sister 💓
Merci kuri ivyo mutuyagiye
❤
Merci kukiganiro ciza. Pls Pam wotu partaga umunsi umwe ingene u style coiffure yawe. Bisa neza cane!
Merci
wow ikiganiro kiryoshe , Merci Grace kuri exemple nziza
❤
Franchement Merci beaucoup Mesdames Pamella et Grâce...Que JESUS-CHRIST mon Dieu vous bénisse
❤
Like the Energy nd Excitement you got❤😂
Merci bcp madame grâce Imana igum igushikana ahandi hantu urumuntu mwiza caaaane ,wakoze naw sha Pamela wanj gutumira abantu bakamaro nkabo ,God bless bless u all
Amen ❤
Uyu mu madame wo ku kayi arashimishe 🎉
merciiiiiiii
Merci beaucoup madame Grace. Pamela be blessed 🙌
Amen 🙏❤️
Merci bcp Grâce pour ton sincère message ,c est instructif et aide bcp les nouveaux émigrés au canada. Merci.pour ton amour pour les autres ,wish you all the best and more blessings.
❤❤😊😊😊😊😊😊
😊
11😊
❤❤😊😊😊😊😊😊
😊
11😊
4.4k views, 155 likes and only 58 comments. Les burundais nous sommes les mêeeeemes.
Ikiganiro kiryoshe ariko. Big up
Merci bcp madame grâce pour ton message
❤
Grâce ndagukunze sha Uri honnête sha
❤
Murakoze caaane kukiganiro kiryosh mutubwiza ukuri.Merci pamella no kumushitsi
❤️❤️❤️
❤
N'igitangaza
Muri ibi chouchou bashaa🤩🤩ikiganiro ca bien
Mme Pamela & Mme Grace muratesa😍 merci kukiganiro ciza♥️
❤
Umurundikazi mwiza Grâce ❤ duhe uko twomuronka tukamubazibibazo
❤
Waw duhe contact ze!
Elle est honnête
Emmission très intéressante merci pour l'éclaircissement et l'aide que tu fais madame aux autres que Dieu te bénisse Mrs Calgary.......
❤
Urumuntu mwiza gose, knd courage , gufash aband ni vyiza
❤
Pame jewe ndagukunda vrm, urazi kugira show
Vraiment 👌❤️
merciiiiiii beza banje
May God fulfill all the dreams you have in the years to come ma tata chry car tu peux faire plus que ça as u know 🤌🏾❤️and may your big heart help you to share this happiness you have🥹😘 and this knowledge gained with everyone❤️ta fam. est vrm fière de toi 🥹🥰
Don't make cry pichou ❤ love you my niece 🥰
Bien dit ❤️❤️❤️
Thank you Grace macuti for sharing pam Chanel TV hejuru cane 😘😘😘
❤
❤️❤️❤️
@@gracemacuti6347 urakoz cane kuri iyo ntahe yawe
❤
Ndasavy uzotwibuts tumutor kubwinshi p,namukundiy Urukundo afis nakagenz nkabona ufis umutima wagutseeeee CN.Imana ikumper gushika aho wifuza💋
Amen 🙏❤️
❤
Akayi kahiye 🍵🍵Aba diaspora à la une.
👌❤️
Tu es une femme courageuse&déterminée
None ko wambaye amaherena meza ga sha❤
@@alicekayihura3845 August ndagaruka ndayakuzaniyee uri I Burundi? ❤
Bjr,ndi mu Rwanda ariko i Burundi niho nataye uruzogi.
❤❤❤❤
Biragoye kuronka uguha info
Honnêteté izokwam ikuranga.merc bcp kumuco utanze! Ndashaka numéro yaw Grâce
Merci à Pam Chanel TV pour cette invitée spéciale mwatuzaniye. Grace, je te félicite bcp et te remercie pour ton honneteté, uratubwije ukuri kandi turahigiye vyinshiii. May God continue to bless you🙏. Ubandanye utera iteka your country. We're proud of you🥰👌
Batanu nkamwe uburundi bwoca buteyimbere. Imana ikwongere imigisha nimihezagiro❤
Amen ❤
Merci petite soeur ❤
Well said Grace
❤
Ndagukunze cane grâce impa tel ziw please jew ndi mushash Canada
Nukuri Macuti n umwana mwiza cane
❤
Hello uri umuntu mwiza pe.
Ew pamella sha.
I liked these ladies. Je vis au Canada. Ce qu'elle dit est tout à fait vrai. Tu dois avoir un objectif précis, mais aussi connaitre tes capacités et comprendre le marché du travail canadien. D'où l'importance de rencontrer des personnes qui t'indiquent toutes les possibilités dès le début.
❤
Grâce umukama aguhezagire
Bnjr.nryohewe n'ikiganiro kiryoshe mwaduhaye,mpwofasha Num ya Grâce ico nzomwibariza
Sha si muri Canada gusa abarundi nsanze aho bari hose ari bamwe haba nino Europe usanga ariko bameze baraguca intege ngo utavukiye ino ntushobora kwiga ngo ushike kuvyyo wifuza gusa ndumva uyo mu maman ateye intege abantu benshi God bless her so much
❤
Respect Grace. Nigute umuntu yabona contact za Grace Macuti?
Ndagukunda 😘grace
Love you too❤
❤️❤️❤️
@@gracemacuti6347 ❤️❤️❤️
@@gracemacuti6347
Oo uradufashije cyane Grâce! Ikiganiro cyiza cyane, Waduha contact tuka kuvugisha?
Pame uraryohera
Hello numéro ya Grâce umuntu yoyironka gute Pame ?
Ooh Grace ndamuzi kuri université espoir d'afrique, akayi kari kamirika , transparence ikomeye, nibake bashobora kuvuga ivyo bintu utubwiye Grace
Agize neza vraiment 👌❤️
❤
Mbega ingabire mutima waguts Uri icitegererezo kuri benshi
Murakoze❤
Yego rwose ❤️❤️
@@gracemacuti6347 ❤️❤️❤️
Ikiganiro cari ciza. Twaziye rimwe naje nashitese 2016, Calgary.
Ikiganiro cyiza rwose ❤️❤️
❤
Hlooo pam sa vaa... num za grace twozironk gt... nshak kumnya qlq info sur l,immigration au canada
Uri umugore muzima kweli
None umukeneyeko info yomuronka gute
Muduhe numéro yiwe
Tworonka abandi barundi(kazi) nka Mme Grace uburundi bwoteba bugaterimbere.Grace uzoshika kure cane je te jure kubera uwo mutima...ufise ingabire abarundi benshi tubuze...arinaco kidusubiza inyuma...
❤
Ndakunda ibiganiro vyanyu
Mbega umutimwirwa mwiza turashaka turasha number ya telephone ye murakoze
Grace uri umu determinée kabisa. None ko utatubgiye imyaka wize ivyo vya immigration
Aka kayi kararenze
Cyane rwose ❤️❤️
Abantu bise ntibiyerekana, hari ababesha n’abavugisha ukuri ntudushire m’umubindi umwe 😂
Ibyo ni ukuri pe
bakoresha VoIP
Pame ndakeneye numéro yaw jw ndagomba kukuvugisha in box
Bonjour Elysée merci pour l’appréciation de l’émission, wohamagara kuri 76 284 000 boca baguha mes contacts.
Bjr Pam iyo Num wampay ntibanyishura
Duhe numero
Pame zimpe
None tworonka udufasha gute
Paaaaaameeee yayayaaaa uratesaaaaa....in box vraiment
❤
Abarabu ntibiga kabisa
ico cokuzana umugore iyo ubajije bakubwira ko bifata 2ans, ariko banjije aba Sudanese bambwiyeko bidateba c'est à dire k bafise des info fiables
❤
Babwire hanze ntihoroshe cane gace kubashira amashure imbere
Amashuri uyu munsi ntagikora, usanga abatize bameze neza kuruta abize 💔💔