Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana ukorera izokugeza kure
Imana yongereze amavuta
Ntayerekwa twakubonamwo,jew mbona aribishasha ivyubu profet kuk twarigany ndakuzi
Prophet turagukunda rata reka bakuvuge ibyo bashaka na Yesu ntibamworoheye kd ari umwana Isumba byose ahubwo ubutumwa bwa mbere ko tutkibuna burihe
Modeste
Turagukunda caneee muhungu wacu terimbere mûri vyose
Nibagukureko induri nibakore abakozi b'lmana muhiganwe
Duhe akarorero kuwo wasengey😂😂😂
Muduhe numuro yiwe
Uyo numuteka mutwe wugwanda uburundi burabe neza kwatari maneko wugwanda
Urumugome nukri mwabanye imyaka mwyinshi nkumugore numugabo uzubesha abarundi batazi ivyawe😂😂😂😢😢😢😢
Ahubwo uri indushiii😂😂😂 umukene yababaye akora ibishoboka vyose ngo arabe ko atosubira kubaho ubuzima wakuriyemwo😂😂😂😂
Urwo rubuga rwanyu banyakubahwa mumenyeshamakuru murutunganya mururimi urushe?jew vyananiye kumva nugutahura nikirundi canke nikinyamahanga?
Iciza nkuyemwo nicizere umuntu yigirira muriwe
BOKO ni school (ishure) harambee (peché igicumuro). Boko haram yari slogan yabanyagihugu contre le colonisateur.
Ahubwo nubu urumu commercant mwiza😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Uwutumva birya bintu utangura uvuga ko utanabidusobanurira mukirundi ubushatse kuvuga iki? Canke ivyo uyo profite da avuga ngo:" I rember .... "Vugikirundi cankigifarasa mureke kuducanga ivyongereza ibirundi ibifaransa eeeeh abarundi bizakuducanga
Yezu akomeze kuguhezagira....
Chimamanda ungurane wawundi araj mbere ngo numufumu arakenew
Ndi mukirundo komeze utwigisge mukozi wimana
Zuravuga mu kirundi.apana kuvangavanga indimi plz.
Woe uryamwana wumunyagwandakazi uheruka gutuburira doubai ubonye amahra aheze uciye uja burundi urongora uyundi we wamugize poubelle ubu abnye numutima ukomeretse sinkwama ms prophète IMANA ikubone washka wohinduka urinzoka mbi doubai ndkuzi cn wisaza😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢