Magic Channel TV
Magic Channel TV
  • Видео 872
  • Просмотров 6 855 384

Видео

Udafise imyaka +18 nturabe iki kiganiro || Abahungu ubu nibo badusaba amahera tukayabaha………
Просмотров 2,1 тыс.9 часов назад
Udafise imyaka 18 nturabe iki kiganiro || Abahungu ubu nibo badusaba amahera tukayabaha………
Intahe itangaje cane ya Apôtre EMMANUEL guhura na YESU wo mukuzimu|| gucakira bisigura ibintu……
Просмотров 1,5 тыс.14 часов назад
Intahe itangaje cane ya Apôtre EMMANUEL guhura na YESU wo mukuzimu|| gucakira bisigura ibintu……
Intahe itangaje cane ya Dr Wilson || bavuga ngo dukorana na CIMAMANDA MOSES turwanye aba Apôtres……
Просмотров 1 тыс.14 дней назад
Intahe itangaje cane ya Dr Wilson || bavuga ngo dukorana na CIMAMANDA MOSES turwanye aba Apôtres……
Uko Isoko nkuru rya Bujumbura ritanguye gusanurwa inyuma y’Imyaka irenga rihiye ||500 Milliards fbu
Просмотров 6 тыс.14 дней назад
Uko Isoko nkuru rya Bujumbura ritanguye gusanurwa inyuma y’Imyaka irenga rihiye ||500 Milliards fbu
Apôtre EMANUEL ahaye gasopo Apôtre MBAYAHAGA || Intahe itangaje cane vyaranse ko nguma muri Amerika
Просмотров 34 тыс.21 день назад
Apôtre EMANUEL ahaye gasopo Apôtre MBAYAHAGA || Intahe itangaje cane vyaranse ko nguma muri Amerika
Uko Silver Award yambere ya Magic Channel yahimbajwe ||SIMBIZI na Landry promoter ibintu badukoreye.
Просмотров 3 тыс.21 день назад
Uko Silver Award yambere ya Magic Channel yahimbajwe ||SIMBIZI na Landry promoter ibintu badukoreye.
Indoto ya Fablice irabaye BUJA CITY PLAZA isoko nkuru ya Bujumbura uko igiye kwubakwa n’amahera
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
Indoto ya Fablice irabaye BUJA CITY PLAZA isoko nkuru ya Bujumbura uko igiye kwubakwa n’amahera
Umviriza INTAHE ya Tantine Sisi//Mu NGAGARA intore nizo nyama zacu//Abana nikintu gikomeye cane
Просмотров 1,4 тыс.Месяц назад
Umviriza INTAHE ya Tantine Sisi//Mu NGAGARA intore nizo nyama zacu//Abana nikintu gikomeye cane
Intahe n’impano zitangaje cane za Ravelle || umukobwa mwiza w’Imwaro yavuyemwo ikintu gikomeye cane
Просмотров 1,9 тыс.Месяц назад
Intahe n’impano zitangaje cane za Ravelle || umukobwa mwiza w’Imwaro yavuyemwo ikintu gikomeye cane
SIMBIZI ahaye gasopo Nellynat atagahemo ||Gusto Melanine boy na Dj Fernando vuba mu matora ya 2027
Просмотров 3,4 тыс.Месяц назад
SIMBIZI ahaye gasopo Nellynat atagahemo ||Gusto Melanine boy na Dj Fernando vuba mu matora ya 2027
SOLUTION COUPLE Fanny Lavine na Norrasque muri 1Word ,1Foundation mu Ntara ya NGOZI uko babakiriye….
Просмотров 6 тыс.Месяц назад
SOLUTION COUPLE Fanny Lavine na Norrasque muri 1Word ,1Foundation mu Ntara ya NGOZI uko babakiriye….
Wa musore ateka neza utuntu turyoshe i Bujumbura tumuguyeko || Eggfinger + Samossa + Pizza
Просмотров 3,1 тыс.Месяц назад
#MagicChannetv# #IRIS NEWS# #KUKIVI# #THE BROTHERS HOUSE#
Umu Diaspora aba muri Australia agiye kwubaka Isoko nkuru ya Bujumbura||RPA nimveko nikorere akazi
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
Umu Diaspora aba muri Australia agiye kwubaka Isoko nkuru ya Bujumbura||RPA nimveko nikorere akazi
Umu Jeune Diaspora wambere agiye kwubaka ARENA mu Burundi || ngiye kwubaka ibibuka vya BasketBall
Просмотров 14 тыс.Месяц назад
Umu Jeune Diaspora wambere agiye kwubaka ARENA mu Burundi || ngiye kwubaka ibibuka vya BasketBall
AMIPRO icatumye agwana na LOLILO ||Umugore wiwe yarantutse ubitutsi bibi cane ntovugira aha……
Просмотров 5 тыс.Месяц назад
AMIPRO icatumye agwana na LOLILO ||Umugore wiwe yarantutse ubitutsi bibi cane ntovugira aha……
GUSTO MELANIN BOY muvyukuri arakaze uyu musore wacu ibintu akoreye aba fana biwe muri KIGINGI SUMMER
Просмотров 2,7 тыс.Месяц назад
GUSTO MELANIN BOY muvyukuri arakaze uyu musore wacu ibintu akoreye aba fana biwe muri KIGINGI SUMMER
MUTIMA na CISHA ADO kuncuro yambere muri KIGINGI SUMMER COMEDY baratwengeje abantu barenga ibihumbi
Просмотров 3,1 тыс.Месяц назад
MUTIMA na CISHA ADO kuncuro yambere muri KIGINGI SUMMER COMEDY baratwengeje abantu barenga ibihumbi
Intahe itangaje cane ya Prophète KING Benny ||naranywa urumogi rwinshi kugira ntuze mu mutwe…..
Просмотров 15 тыс.Месяц назад
Intahe itangaje cane ya Prophète KING Benny ||naranywa urumogi rwinshi kugira ntuze mu mutwe…..
Davina n’umugabo wiwe bavuye mugacerere kuncuro yambere|| Nakomye induru ndiko mvugira umugabo wanje
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
Davina n’umugabo wiwe bavuye mugacerere kuncuro yambere|| Nakomye induru ndiko mvugira umugabo wanje
Abana babakobwa babe maso naba Diaspora|| Ntakintu wonsaba utanshizeko Imitahe| Benshi barazikoroza
Просмотров 1,8 тыс.Месяц назад
Abana babakobwa babe maso naba Diaspora|| Ntakintu wonsaba utanshizeko Imitahe| Benshi barazikoroza
KIGINGI atubwiye INSOLITES zose zishikira aba Diaspora baba hanze|| Ngiye hanze ntamuzungu amenya
Просмотров 10 тыс.2 месяца назад
KIGINGI atubwiye INSOLITES zose zishikira aba Diaspora baba hanze|| Ngiye hanze ntamuzungu amenya
Show yambere ya NATACHA LA BOSS yerekana ko ari umwamikazi || KIRIKOU ,Double Jay, B-Face ,Lolilo
Просмотров 1,8 тыс.2 месяца назад
Show yambere ya NATACHA LA BOSS yerekana ko ari umwamikazi || KIRIKOU ,Double Jay, B-Face ,Lolilo
Double Jay ntaco abasigarije//Kwandikirwa nibisanzwe//Natacha n'Umuntu adasanzwe
Просмотров 2,8 тыс.2 месяца назад
Double Jay ntaco abasigarije//Kwandikirwa nibisanzwe//Natacha n'Umuntu adasanzwe
Amateka ya NATACHA LA BOSS akoranije Abaririmvyi bose gusangira nabo imbere yuko Show yagakura iba
Просмотров 17 тыс.2 месяца назад
Amateka ya NATACHA LA BOSS akoranije Abaririmvyi bose gusangira nabo imbere yuko Show yagakura iba
COUPLE yambere Buja ya Fanny Lavine na Norasque yotuma wipfuza kurongora ||Impamvu yahisemwo umugabo
Просмотров 18 тыс.2 месяца назад
COUPLE yambere Buja ya Fanny Lavine na Norasque yotuma wipfuza kurongora ||Impamvu yahisemwo umugabo
INSOLITES zose zabaye kuri SOS SIMBIZI azivuze atagahato B FACE na LOLILO kugarariza kuri Stage…………
Просмотров 9 тыс.2 месяца назад
INSOLITES zose zabaye kuri SOS SIMBIZI azivuze atagahato B FACE na LOLILO kugarariza kuri Stage…………
(Full Performance)MELANIN BOY ateye impaga Dj FERNANDO muri Show kuncuro yambere Urukundo bamwerets
Просмотров 8 тыс.2 месяца назад
(Full Performance)MELANIN BOY ateye impaga Dj FERNANDO muri Show kuncuro yambere Urukundo bamwerets
SIMBIZI arihanije NellyNat ko ata Mariage Forcé yagize|| SAPOR bayihagaritse Inzoga zose zirica………
Просмотров 2,5 тыс.2 месяца назад
SIMBIZI arihanije NellyNat ko ata Mariage Forcé yagize|| SAPOR bayihagaritse Inzoga zose zirica………
BENISE:Umukobwa w'umugwizatunga SIYONI ||Sinkunda ko babivuga || Sinarinzii iKirundi nabanje kuciga
Просмотров 61 тыс.2 месяца назад
BENISE:Umukobwa w'umugwizatunga SIYONI ||Sinkunda ko babivuga || Sinarinzii iKirundi nabanje kuciga

Комментарии

  • @RosieKwizera
    @RosieKwizera 10 часов назад

    Pasteur wacu wubahwe nanj waransengey ivyanj vyari bigoye cane umana ikongererez amavuta❤

  • @VincentIRADUKUNDA-g8i
    @VincentIRADUKUNDA-g8i 11 часов назад

    Umva Israël ndagufana cane gose

  • @VincentIRADUKUNDA-g8i
    @VincentIRADUKUNDA-g8i 11 часов назад

    Nukuri ndagukunda cane giso ndanezerwa iyondiko ndumviriza indrimbo zawee

  • @VincentIRADUKUNDA-g8i
    @VincentIRADUKUNDA-g8i 11 часов назад

    Israël lmana izokuzigame mubikorwa lmana yagushinze ko wakora

  • @VincentIRADUKUNDA-g8i
    @VincentIRADUKUNDA-g8i 11 часов назад

    Israël ndagukunda cane indrimbo zawe ziranezera cane

  • @VincentIRADUKUNDA-g8i
    @VincentIRADUKUNDA-g8i 11 часов назад

    Urumuhanzi nemera kandi nkunda caneee

  • @AkimanaElvis
    @AkimanaElvis 13 часов назад

    huuuu turashize😅😅😅

  • @NiyonkuruJoselyne-ci8xq
    @NiyonkuruJoselyne-ci8xq День назад

    Ornella ma chérie ngukunda ukuntu uburi sérieuse dans tes explications.kure cane heza niho nkwifurije kugera

  • @NiyonkuruJoselyne-ci8xq
    @NiyonkuruJoselyne-ci8xq День назад

    Mwakaze rero

  • @NBM-fw7xw
    @NBM-fw7xw День назад

    Kyooo nakubali yani uwo mu demu Gyna muzomugarukane atubwire neza ivya P didy navyo

  • @hiwacutv
    @hiwacutv День назад

    Guys none Abo kuri Magic turashaka kumubona uwo mu journaliste mushasha wacu knd arazi kubaza neza ibibazo Umuganwa w'abantu 🎉

  • @NinzigamaFlorence
    @NinzigamaFlorence День назад

    Nar ndahaciy nirenganira ivyiki gihe biragoy

  • @nkurunzizahaston7961
    @nkurunzizahaston7961 День назад

    ❤❤❤@la familia team

  • @NdayisabaInnocent-s9u
    @NdayisabaInnocent-s9u День назад

    Uwo mugabo niibandi rikomeye,inzoga anwa nibwoko ki? Nagabanye urumogi.

  • @Darcy_3P
    @Darcy_3P 2 дня назад

    🔥🏆🇨🇦

  • @adonaelkentmuganwa6892
    @adonaelkentmuganwa6892 2 дня назад

    Love from Muganwa Kent 🎉

  • @claudinenkunzimana8435
    @claudinenkunzimana8435 2 дня назад

    Ndabashimiye kuri iki kiganiro, Madam ziporo arandemesheje

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 дня назад

    Gyna Gynella muntu wanje nkunda cyane

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 2 дня назад

    Very beautiful girl's from Burundi Bujumbura 🫵🏿🇧🇮

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 2 дня назад

    Let talk that language 😢🫵🏿🇧🇮

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 2 дня назад

    Watoto muna tesa😳 muweke number zenu😮 Niko Ethiopian 😅 Kesho na fika Burundi Bujumbura 🇧🇮🫵🏿 2:00 afternoon 😮 tuogeye zile lunga😂 Niko 20.000 dollar 💵💰 lazima tuzima lize😢

  • @seraphineuw6044
    @seraphineuw6044 2 дня назад

    Ahhhhhhhh komeza ucakire

  • @gloriosendihokubwayo5411
    @gloriosendihokubwayo5411 2 дня назад

    Ntawuzuza mugakiza tubandanya duhugurana ntaco mugaramika amazosi umvira icyo mpwemu abwira amashengero

  • @gloriosendihokubwayo5411
    @gloriosendihokubwayo5411 2 дня назад

    Ukwizera nikwo kwadukishije kandi daudi yaravuze ati mba narihebuye iyo ntizera koimana izongoririra neza mumaso yabazima

  • @gloriosendihokubwayo5411
    @gloriosendihokubwayo5411 2 дня назад

    Babwire ntore ya ndiho tubeshejwe ho nukwizera ncuti yanje nukuri araduca intege muga uwuzi imana arayozi ko atakiyinanira

  • @moisehakizumukama8446
    @moisehakizumukama8446 2 дня назад

    Shalom mwoduha numéro za prophète King

  • @RukundoDesire-ch6pb
    @RukundoDesire-ch6pb 2 дня назад

    Mbayahaga hejuru

  • @RukundoDesire-ch6pb
    @RukundoDesire-ch6pb 2 дня назад

    Mundebere muri comment nimwasanga ashogikiwe ndamwemera uwo nimubi mfite intahe yukuri.acuruza ijambo mubinyoma ntabitangaza bihari kuko nzi uwahatswe gupfira iwe yafashwe nabadaimoni amavuta amazi nibitabo ngo kubita daimoni byarangiye arikwisiga amabyi bamuhaye byose.kuri7emeAvmutakura

  • @RukundoDesire-ch6pb
    @RukundoDesire-ch6pb 2 дня назад

    Kowarakaye iyo mujinya nuwumukozi wimana? Uwuje iwawe mubanza kumwishuza consultation nkaho umengo nikwamuganga ube maso

  • @RukundoDesire-ch6pb
    @RukundoDesire-ch6pb 2 дня назад

    Turakuzi uri mubi Appotle mbayahaha mumuhora ukuri

  • @imleen3909
    @imleen3909 2 дня назад

    Uranyisheee❤❤❤❤❤❤

  • @alanduke2176
    @alanduke2176 2 дня назад

    Ni vyiza cane ko watanze urugero rwo kumenya uwutari uwarungitswe n'Imana bigahera wewe nyen ubirenzeko. Wavuze ko umuntu w'Imana yicisha bugufise ariko ntushobora kurenza iminota ingahe utiyemeye.

  • @Paccyinfo431
    @Paccyinfo431 2 дня назад

    mbayahaga yateye ibuye mugihuru none dore icyo yahamije😂😂😂😂

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 3 дня назад

    Ico kimamama ndagikunze shaaa❤❤❤

  • @adonaelkentmuganwa6892
    @adonaelkentmuganwa6892 3 дня назад

    Love from Muganwa Kent🎉

  • @Tubivugetv990
    @Tubivugetv990 3 дня назад

    ivyarivyo vyose ntaciza ariko aragukorera kko ejo yopfa vyoguhanga kurera abana uzoja kwiga gukora ivyutazoshobora rero nuyo mugabo yarihenze ariko arumu congomani ndanamutahura kubera imico yabo yo gusambana aziko nawe wokunda guhura nabantuko wohava umuca inyuma

  • @AimecesaireCesaire-fh5nm
    @AimecesaireCesaire-fh5nm 3 дня назад

    Ntawogucira urubanza ariko mbayahaga abarusha inyigisho ziwe zisumba izamwe na Joshua 100%

  • @LilianeIragena-s6v
    @LilianeIragena-s6v 3 дня назад

    Turakwemera

  • @LilianeIragena-s6v
    @LilianeIragena-s6v 3 дня назад

    Uratwika

  • @GuegueGueys-w4x
    @GuegueGueys-w4x 3 дня назад

    Oya ntumaramare wakunye 2 usaga haribikugoye reka kubesh

  • @PascalineCiza-y8o
    @PascalineCiza-y8o 4 дня назад

    Uwuzoyandya azoba yandoze ndibaza😂😂😂😂

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 4 дня назад

    Bamesha rema sana wanaume ira mamy nawanawake wasas wakisha tiriwa ndani wanabadirika vibay

  • @SengaVianney
    @SengaVianney 4 дня назад

    Mukinyarwanda baravuga ngo iyo uteye ibuye mubwa nyinshi ibwejuye niyo riba rifashe ##Apostle Mbayahaga##abwiriza ukuri jyana ibinyoma byawe hirya!!

  • @tresornemerimana2072
    @tresornemerimana2072 4 дня назад

    Aho rero nukugira Abantu bayobe kuko muzi ko watuye izina rya Yesu christu rikubita abadayimoni bagasha Ubu rero imitwe yaratetswe kugira ntibasubire kurivuga ati tubabesheko ikuzimu hariyo umudayimoni yitwa yesu?bakristu turi mubihe vyimperuka mube maso murivuge mutababarira Abo bazimu bashe.deja abadayimoni bumvise izina Yesu birukira rimwe ,none ngo ntibakarivuge.batureke ntaco turivuge.mbega urwo nurukundo badukunda?😂ariko ga yemwe Imana irihanga😂 .nubu ndabivuze mwizina rya Yesu Christo abadayimoni nabazimu niyo myuka mibi ishe ishane nasewabo satani

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 4 дня назад

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 4 дня назад

    Abahungu bubu nukuri basigaye bateye isoni cane bashobora kwinamura mukundany ukunva ngo papa wanje ararwaye fasha umpe amahera ndamuvuze😂😂😂😂😂😂😂😂😂 jewnarumiwe ninkuko ntarukundo bagira bagenzwe nukwiba gusa😂😂😂😂😂😂

  • @GloriaNikiza
    @GloriaNikiza 4 дня назад

    Merci bcp

  • @GloriaNikiza
    @GloriaNikiza 4 дня назад

    ruclips.net/video/wiOzYVQVJjo/видео.htmlsi=-YY9PeFoha3ONkNb mugihe uhaye responsabilité zose umukozi murugo ashobora nukuza arakwiba umugabo

  • @NiyonkuruFleury-i6j
    @NiyonkuruFleury-i6j 5 дней назад

    Franick wubahwee kbsa

  • @DesireManirutingabo
    @DesireManirutingabo 5 дней назад

    Ukuri kurababaza nta cakira imana yavuze iti nzohezagira ibikorwa vy amaboko yanyu