Pastor uvuze ko urugo womengo ni ibisanzwe kumukozi w’Imana,uvuga ko ntakibagera kubijanye b’urugo Timotro 3:1-6 havuga ngo Timotheo 3:1-6 BHN - Neno hili ni la kutegemewa: Mtu yeyote akitaka kuwa mwangalizi anataka kazi iliyo nzuri. 2 Kwa hiyo ni lazima mwangalizi awe mtu asiyelaumika, mume wa mke mmoja, mtu wa kiasi, mwenye kiasi, mtu wa heshima, mkaribishaji wageni, awezaye kufundisha, 3 asiwe mlevi, mtu wa jeuri bali mpole, asiwe mgomvi, asiwe mpenda fedha. 4 Anapaswa kuisimamia nyumba yake mwenyewe vema, kwa ustahivu wote akiwaweka watoto wake kutii, 5 maana ikiwa mtu hajui kuisimamia nyumba yake mwenyewe, atalitunzaje kanisa la Mungu? 6 Hapaswi kuwa mwongofu wa hivi karibuni, la sivyo anaweza kujivuna na kuanguka katika hukumu ya Ibilisi.
@@alphonsinendayikengurukiye9005mumbwirire.abantu bose ibintu babifata mumubiri.kwisonzesha nyako s uguheba kurya n ukunywa..ariko n ugufasha n ukwitaho impfuvyi n abapfakazi
Pasteur wacu wubahwe nanj waransengey ivyanj vyari bigoye cane umana ikongererez amavuta❤
Yesu abongere amavuta
Imana ijye ikuba hafi kubwa mageragezwa ugenda uhura nayo kubwamajambo mabi bakuvugako kandi igiti cama nico gitegwa amabuye
Imana ikwongere amavuta Di ma pasta
Ukwuri kwuzuye caane respect
Ndashimye ico kintu co kwakira abana b'impfuvyi ,
Imana ize ibiguhembere.
Pastor uvuze ko urugo womengo ni ibisanzwe kumukozi w’Imana,uvuga ko ntakibagera kubijanye b’urugo
Timotro 3:1-6 havuga ngo
Timotheo 3:1-6 BHN - Neno hili ni la kutegemewa: Mtu yeyote akitaka kuwa mwangalizi anataka kazi iliyo nzuri. 2 Kwa hiyo ni lazima mwangalizi awe mtu asiyelaumika, mume wa mke mmoja, mtu wa kiasi, mwenye kiasi, mtu wa heshima, mkaribishaji wageni, awezaye kufundisha, 3 asiwe mlevi, mtu wa jeuri bali mpole, asiwe mgomvi, asiwe mpenda fedha. 4 Anapaswa kuisimamia nyumba yake mwenyewe vema, kwa ustahivu wote akiwaweka watoto wake kutii, 5 maana ikiwa mtu hajui kuisimamia nyumba yake mwenyewe, atalitunzaje kanisa la Mungu? 6 Hapaswi kuwa mwongofu wa hivi karibuni, la sivyo anaweza kujivuna na kuanguka katika hukumu ya Ibilisi.
Ntaho imana itokurumuntu knd ntahitomuchitsa uwu pasta nukur ubu abechejeho bechi knd knd imitimayabechubu iratuj kuberawe
nanje nafashijwe cane imana imujimbere can
Eric ndagukunda yes agushigikir mukazi kawe
Chimamanda ungurane wawundi araj kuri youtube
Nguy uwavuz ko buca azana Chimamanda Buja.
Asigur icatumye acafu... ishengero😅😂
Reka nandikire chimamanda moses aze
Kuraba iyo interview 😂😂😢😂😂
Marie na Joseph baragiye muri Etat Civil
Sha n'ubundi uracyari umu mislman kabisa
Eric uciye untera amakenga kuk ukwisonzesha c biblique!!!
Umuntu wese agira uko yisozesha
@@alphonsinendayikengurukiye9005mumbwirire.abantu bose ibintu babifata mumubiri.kwisonzesha nyako s uguheba kurya n ukunywa..ariko n ugufasha n ukwitaho impfuvyi n abapfakazi
I Need your Help
Ndagusavye uzonsengere n'ukuri,jewe narabuze umusenzi w'ukuri sindigera mva hahandi kweri uzoba ukoze.
Iga kwisengera.va kubantu
Ncuti yanje uzoba déçu niwazunguruka Muma eglise.guma ahuri hama u some bible cane Imana izokwigisha igikwiriye
@@NaweWobaho mumbwirireee.
@@NaweWobaho merci beaucoup
Ubu musilma buracakubereye subirayo ureke kuyovya abantu
Ariko mwaretse gucira Imanza abantu Imana yonyene kwariyo mucamanza kwImana kwariyo Imenya umuntu kandu itaraba nkuko abana babantu tureba
Egooo urugo nibanga sha paste mwirinde imanza
Ego disi ndakuzi mukanyosha no kuri C sk imbere yanje hew ndumiwe ningene wamengo uratekereza yesu ashimwe wakijijwe
Unwe mu ba Pasteur bakomeye!!!! Umu Pasteur akomeye ameze gute?????
Woauh
nanje nafashijwe cane imana imujimbere can