MyJourney:Kidum aradutwengeje kandi😂/mwari muzi ko bahatswe kumwica?insolite atazopfa yibagiye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #myjourney
    #sirenvibestv
    #kidum
    #kibido
    #hosyirakoze

Комментарии • 146

  • @CHiTAMAGIC7
    @CHiTAMAGIC7 Год назад +48

    COURAGE CYANE KIDDUM na HOSY 🤗👏

  • @ngkidzdancers
    @ngkidzdancers Год назад +4

    Uwemera ko ata Tv online isumba Siren vibes Ampe like ☺️🙌

  • @salima7729
    @salima7729 Год назад +16

    Nari kuri tageti basha kugira imbe muba mber mump link kbs muri bwabumw at amashari ❤️❤️❤️❤️

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze Год назад

      🥰🥰🥰😍😍😍❤️‍🔥❤️‍🔥warakoze cane

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Год назад +11

    Komera @Hosy Irakoze,u the genius 🙌🙌🙌🫶🫶🫶,Cadeau from Sweden 🇸🇪

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze Год назад

      🙏🏽🙏🏽🙏🏽merci wa Cadeau

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI Год назад +8

    Na #kigingi papa wiwe yarafise stut kandi #kigingi yarigeze kwisanga ageze i Gitega kubera kwenena stut ya papa wiwe🤣🤣🤣

  • @AncestorsJourneys
    @AncestorsJourneys Год назад +9

    You worked so hard to reach your goal, you are on your way to becoming a brand, an Oprah version of Burundi, keep shining, the sky is the limit, sister

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Год назад +1

      Awww this is so touchable 🙏🏽🙏🏽 thanks a lot

    • @AncestorsJourneys
      @AncestorsJourneys Год назад

      @@sirenvibestv Most welcome,sister, so proud of you!

  • @boboyann
    @boboyann Год назад +11

    Congrats Hosy for the new project 👏 aga studio karapanze neza uyumusi watanze nagacayi 😜🤗🤗🤗

  • @boboyann
    @boboyann Год назад +5

    Partie yipantaro gutabuka yansize hasi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @jean-pierrentimpirangeza5900
    @jean-pierrentimpirangeza5900 Год назад +3

    Wakoze Hosy. Ikiganiro ciza catwigishije vyinshi hamw n'impanuro ,kandi catumye tumenya neza Kidum Kibido. Ngira azokwongera kugaruka muri Canada(Ottawa-Gatineau), abo mu Maramvya na Kirekura tuzomwakira(par Jean-Pierre Ntimpirangeza).

  • @kayiamanda1117
    @kayiamanda1117 Год назад +4

    Nkunda cyane Hosy nibiganiro akora hanyuma kidumu nawe nkunda cyane indirimbo ze kuva keraaaaa mwakoze cane kudukorera iki kiganiro❤kidumu azi kubara inkuru neza wamwumva bugacya.

  • @niyonzimafelicien8560
    @niyonzimafelicien8560 Год назад +4

    Osy,araga hezagigwa umuvyeyi ya kwibarutse,uratunezereza cane mubuzima bwacu ndetse tukakira nimpanuro zikunze guca mubiganiro utanga🙏🙏🙏🙏🙏

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune8833 Год назад +6

    Uburundi muri make ubushakashatsi bugaragaza ko Uburundi bumaze kujabuka inyanja itukura 😂😂turiko tuja mugihugu c'isezerano 🤔 nzokwama ndabivuga kubera ivyo mbona 🤔🧐🧐bigaragaza 💯%birimukuba

    • @freddymuhimpundu5247
      @freddymuhimpundu5247 Год назад +1

      WW nyimba uburundi uvuga atarubwo twbw tubayemwo

    • @bilalchch3993
      @bilalchch3993 Год назад

      😂😂😂ndumiwe ,tuzohava dusanga mwarajabutse mwese birakaze 😂😂😂

  • @ibrahdimpoz5820
    @ibrahdimpoz5820 Год назад +3

    courage
    kuba watekereje gutumira Umu LEGEND first

  • @jeanpierreaimeh
    @jeanpierreaimeh Год назад +3

    Kidumu yaraduhaye concerts ziryoshe 2001. N’ubu ndiramvamwo. Karibu tena kwenu

  • @graceiradukunda4620
    @graceiradukunda4620 Год назад +11

    Waoouh bne nouvelle Hosy,tu es très très très intelligente et courageuse,WE love u💕💕

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze Год назад +2

      🥹🥹❤️merci beaucoup

  • @blight3954
    @blight3954 Год назад +8

    My journey ikiganiro ciza cane😍💯‼️Nice creativity Maman Siren😍🙌

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 Год назад +7

    Hosy sha usa neza naga studio karatesa 🥰🥰😍😍

  • @annickakimana477
    @annickakimana477 Год назад +1

    Kidumu merci pour ton temoignage warafashij papa wanj nairobi sha papa yarabitubwiy turaryohegwa🤗🤗ariko ntakiriho merci pour ton amour si grand envers tout l monde

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 Год назад +1

      Ugize neza gushimira Kidumu mukibanza ca papa wawe atakiriho

  • @umwanatv5261
    @umwanatv5261 Год назад

    Ndabakunda cyane sana abakunzi banyu mudusure kurubuga UMWANA TV

  • @ngabiranograce8460
    @ngabiranograce8460 Год назад +2

    Courage hosy, ikiganiro kimeze neza. Kidum namumenye kri waramenje, et depuis il est parmi mes chanteurs préferés

  • @niyongaboaurlylorris3248
    @niyongaboaurlylorris3248 Год назад +3

    Shema is m'y fouvrite song👌👑🇧🇮

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Год назад +5

    Keep shining Mama Siren❤️💯
    My journey ikiganiro ni top 👌

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Год назад +3

    Ewe Kisumu Sha inkuru zawe uwutoseka yobafise ikibazo

  • @hygorininahazwe8058
    @hygorininahazwe8058 Год назад +3

    Napfuye nugutwenga na kidumu🔥🔥🇧🇮🇧🇮🎼🎼

  • @mireille2452
    @mireille2452 Год назад +1

    Ka décor ka fresh sana ozy mushasha ukuntu😍 terimbere mukobwa wacu urashoboye cane

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Год назад +1

    Hosy Vrm ntanic nokubwira kuk vrm ukomeza gutuma ngukunda vrm🥰🥰🥰

  • @melmuhi9145
    @melmuhi9145 Год назад +2

    Hosy turashaka journey yawe... and congrats on your new show 👏 🙌

  • @christellaiteriteka4043
    @christellaiteriteka4043 Год назад +2

    Jew uyu mugabo namukunzz Nukuri Kuva nkiri umwana 😍🥰🥰

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Год назад +5

    🤠
    Inspirational 🎩
    Hosy iyo usaba RTNB archive bafise ya Kidumu akiri umu Petit vyari kuba💥
    Hanyuma muzanye umutumire muzoze muragira research y'amafoto canke Image za reference kugaragaza Urugendo rwiwe abatamubonye
    Kidumu naramubonye muri emission des enfants avuza amakopo...nkiri muto✊🏾

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Год назад +1

    We love kidum. Story ziwe 👌🏾 This new show iri top Hosy 👏🏾

  • @Eloyfive
    @Eloyfive Год назад +2

    My journey good creation from hosy 👊👊

  • @willermemukeshimana1682
    @willermemukeshimana1682 Год назад +3

    iraryosh keep on doing ...\

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Год назад +1

    Wagize bien guhindura aga studio sha courage hosy j´aime les femmes battantes

  • @wangumrembo7282
    @wangumrembo7282 Год назад

    Waruberewe Madame Hosy irakorakoze hanyuma ikiganiro carikiryoshe ariko catevye

  • @MusicOfBurundi
    @MusicOfBurundi Год назад +1

    kibido wacu,,, turagukunda

  • @ernestemunyantore5802
    @ernestemunyantore5802 Год назад +3

    Kombona kidumu adahari basha! Aho ntiyibutse isamaki yasize mu Cyungo. Turamwera nakomeze atere imbere nku muzinga

  • @paracletdushime701
    @paracletdushime701 Год назад +3

    🇧🇮 Hejuru cane

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Год назад +1

    Courage Hosy ntakeka kuzotera imbere vrm imber ni heza sha

  • @chanykeys6832
    @chanykeys6832 Год назад +1

    Merçi Hosy kudutanguz kumutumir nkuyo 👏

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 Год назад +2

    I love her knd courage hosy

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Год назад +2

    courage and big up lady

  • @orlanirambona9416
    @orlanirambona9416 Год назад

    Ndakundaa Kidum kbs
    Ari réel kbs
    Afis inkuruu nyinshiii

  • @elishahezekiah7049
    @elishahezekiah7049 Год назад +1

    It's wow 😲 emission wallahiii

  • @boboyann
    @boboyann Год назад +3

    Ngo matata yarumupfubuzi gusa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Kidumu na mdomo tu 🤦‍♀️😂😂😂

  • @sarahireneirutingabo9827
    @sarahireneirutingabo9827 Год назад

    @kidum ♥️♥️

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu Год назад +2

    Komera Siren vibes ico guhindura nukuza uranyegeza itako duca duhwera

  • @amanisalama
    @amanisalama Год назад +2

    Is the best one show so far in buja

  • @ndagijimanaeuphrasie
    @ndagijimanaeuphrasie Год назад +1

    Wow! courage bimeze neza ❤️❤️

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 Год назад

    There is something new about the images🥹 am images Asa neza cane vrmn proud of u Hosy

  • @rodriguevebernsabimana2275
    @rodriguevebernsabimana2275 Год назад +1

    amen .courage émission yagenze neza

  • @niwemugeni
    @niwemugeni Год назад

    Hosy urazi ko uririmba neza None?belle émission 👌🏽❤️Hama kidumu ni artiste de tous les temps.

  • @aimechristophetuyizere3565
    @aimechristophetuyizere3565 Год назад

    Hozy!!!!! vrt uyu musi watey intambw nini, n'utu micro dushasha shaa!!!!
    Sono ni au top!!
    N'umu invité dukunda saana!
    En tout cas congrats!!👌👌

  • @kevinmunezero7425
    @kevinmunezero7425 Год назад +2

    @sirenvibes tv hejuru émission iryosh

  • @djbesso
    @djbesso Год назад +1

    Bon ikiganiro kiratesa kd nibirimo vyose bitondetse neza courage

  • @nshimirimanaisabelle
    @nshimirimanaisabelle Год назад +1

    Good person

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 7 месяцев назад

    Kidumu wacu❤❤

  • @akimanakarime5437
    @akimanakarime5437 Год назад +3

    Muzotuzanire prophet Joshua turamukeneye cane atubwire intahe yiwe uko yakijijwe

  • @thepasconationtv4642
    @thepasconationtv4642 Год назад +3

    Host Hosy❣️she is so 🆒

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Год назад +1

    Hosy ndabuz ico mvuga🤐❤️

  • @pasteurgilbert5016
    @pasteurgilbert5016 Год назад

    Kidumu vraiment urantwengeje basi.

  • @anabellenasangwe425
    @anabellenasangwe425 Год назад +1

    Courag Hosy

  • @sindayiheburaetienne791
    @sindayiheburaetienne791 Год назад +1

    Mutama niyubahwe yagerageje dushaka uwuturirimbira ubumwe bwabarundi

  • @user-fl3hm7he7n
    @user-fl3hm7he7n 10 месяцев назад

    Kidumu nanj ndagukunda kweli

  • @alinemajambere2416
    @alinemajambere2416 Год назад

    Merci Hosy na Kidumu kukiganiro kiryoshe👌❤️

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Год назад +2

    Kibido kiboko yao

  • @boboyann
    @boboyann Год назад +3

    Fértilité nayo nimpano ga kidumu 😂😂😂😂🤣🤣🤣

  • @ericnimubona5186
    @ericnimubona5186 Год назад

    Ni dignité oui. Kera yitwa Collège Ngagara.😊

  • @mamymariamkim4055
    @mamymariamkim4055 Год назад +2

    A legend 🤍

  • @calvadosog
    @calvadosog Год назад +1

    Love you hosy and I Miss you🥰

  • @parfaitadiko3290
    @parfaitadiko3290 Год назад

    Ndavye imyaka yawe ico gihe hari umu footballeur munini wo muri Zaîre yi twa Kidumu Raoul

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 Год назад

    Muriki kigsniro hosy karikeza gose. Uwagukoreye make up yubahwe p. Yagusize neza👍

  • @beckercircle9741
    @beckercircle9741 Год назад

    Kidumu warakoze kuduteza imbere waraye kigoma Rose Corner hotel

  • @libertnizigiyimana7392
    @libertnizigiyimana7392 Год назад

    Kidum uravuz ukur Sana gsee

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Год назад +1

    Good job hosy

  • @nadinenathan8257
    @nadinenathan8257 Год назад +3

    Kiging yarya Miloupa

    • @iranzifanny9008
      @iranzifanny9008 Год назад +1

      Waooo umutama wacu dukund can wubahwe papa

  • @chancelineniyokindi8019
    @chancelineniyokindi8019 Год назад +1

    Hosy ndasavye umbwire ako kantu wama uvuga ngo "kubadida" ico gasigura.ni ikirundi? So ndagukunda shaaa

  • @angegateka6732
    @angegateka6732 Год назад

    Hosy courage Imana igume ihezagira ❤

  • @simbaruhijezabulon8536
    @simbaruhijezabulon8536 Год назад

    Salut.
    Ni Zabulon zazou.
    Ikiganiro ciza turagukeje. Ça ira
    Munkundire ndenzeko akakantu:
    *Ubuhanzi cankese ubuvumbuzi, burushaho kugera kw'ihangiro iyo ivyiyumvir vyabenshi bafise intumbero ishak gusa bigiye biraja hamwe mugihe kirekire( Sudlani guth niwe yabivuze)*
    Murundikazi, ikiyago niciza cane, dufatiye k'ubutumwa ngira ngingo👍.
    Icipfuzo:
    *Mwonkundira tukazoyaga ku nyito( interview name) y'ikikiganiro?
    Impamvu:
    * kutangana nyabwiro( pecable) hagati yizina ry'ikiganiro, ibivugamwo, n'intumbero nyamukuru.
    Icerekezo:
    * Ibiganoro nyungurabwenge, mfasha buzima, kumvo yakazoza keza.
    Ubutumwa bukabashikira, ndahari tubiyageko.
    Vient de l'avant!!!

  • @willyndizeye7871
    @willyndizeye7871 Год назад +1

    Neza canee😎couragee

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 Год назад

    Waooo ikiganiro ni ciza cane ❤❤

  • @akimanakarime5437
    @akimanakarime5437 Год назад +2

    Gusa muzotuzanire prophet Joshua joshua

  • @Gabi-to1zc
    @Gabi-to1zc Год назад

    Mutama nda mufana ikirundi ciwe kiraryoher Sana

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 Год назад

    Nic hosy courage nukurii ❤️

  • @naomitatiana7659
    @naomitatiana7659 Год назад

    Good idea Hosy. You’re doing great

  • @ngkidzdancers
    @ngkidzdancers Год назад

    Wateye imbere vrt 🙌❤️

  • @ngkidzdancers
    @ngkidzdancers Год назад

    Gusa kuririmba l'hymne national mwicaye sivyo 🤌

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 Год назад +1

    Waaaaaaaoooo 👌👌👌👌

  • @guytresornahimana1709
    @guytresornahimana1709 Год назад +1

    La fertilité est un don 😂😂😂😂😂

  • @anicetnsabiyunva8235
    @anicetnsabiyunva8235 Год назад

    Uze wambara nka barundikazi wa mumenyeshamakuru we

  • @mediandayishemeza427
    @mediandayishemeza427 Год назад +1

    😃 😃 😃 Ati ipatalon gutabuka... En tout cas, tu es très crèative,bize bikugendere neza sha.keep up the good work

  • @cadeaumarvin
    @cadeaumarvin Год назад

    Just a little correction ntamunyarwanda wumunyamurenge abaho.

  • @agesilasizere4124
    @agesilasizere4124 Год назад

    the legend

  • @menyiwacutvandradio9697
    @menyiwacutvandradio9697 Год назад

    Respect papa Kidumu

  • @ramynshizirungu1043
    @ramynshizirungu1043 Год назад +3

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 Год назад

    the Challenge 🔥🔥 courage Hosy

  • @violettenahayo8464
    @violettenahayo8464 Год назад

    Courage hosy

  • @lionel8izere598
    @lionel8izere598 Год назад +1

    👌👌✅

  • @user-re2ih3is3p
    @user-re2ih3is3p Год назад

    Ndahwerey 🤣🤣🤣

  • @audreynishimwe6372
    @audreynishimwe6372 Год назад +2

    🇧🇮❤️

  • @alineshima7033
    @alineshima7033 Год назад

    Kidumu yigeze kuza bja kuri Buyoya av afise cortège ikomeye