#Akes wow uganzwa nitabi wow wigereranya na Satb. Mbe aho uvuga ngo murangana ese wow urakwij neza ga #Akes?? Wow ngaha ngaha #Nairobi ntibaziko ubaho, mbere nongaho Tanzania ntabakuzi. Uramaramaj Koko uri underground for 20years✅
@@nduwimanadidjaaimee5964 mtajichimba sikuchochi, endeni mkae pamoja nahuyo mjinga cs nimeona akili zenu ni the same. Hamjitambui mnaongea nonsense as you both are stupid. Kuna vitu havilinganishwi, mnamkosea heshima Satb kujilinganisha nae. Stupidness is here Nkt
We Mr black rek gutumira abo batama bonona umuziki ndundi twe tur busy na new generation 😅abo bazehe bashire kuruhande uz uratuzanir abana bashushe 😂zana Bado Bado uryamudogo arashoboye,,✌️
Umviriza akes sat b yavuze ko uguma ushaka kumera nkawe imyaka myinshi.ati ndakugabiye indirimbo 3.rero mureke gucafuzanya uvuga ibi canke biriya Kandi sat b muze muremera arakuruta.
sha kwigereranya na sat b wapi bro pull up with him in kigali, kampala and nairobi then u will get to know the level of sat b ahubw imana igukuze ibindi ubivemo
Br unva nkubwire sat b ni star ushakakubimenya jabuka uvemuburundi jendimuri kenya ndikonvugivyonzi br izokiki urikuronder uzozironk bandanyumucisha mukanwa
Imbogo Credit by VAVA she is the own Akes na SAT wa ache bangi wafanye mziki alafu Mwambiye akesi Atowe Credit ya Nyimbo kwamwenye nayo asitaki kutuchanganya
ikiganiro ciza cane👏🙌
X😂
Boss wanyu ameze nka bel Chris
Koresha umwanya
Aks d ndagufana crouge 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
#Akes Don is gentleman he speak truth always
#Akes wow uganzwa nitabi wow wigereranya na Satb. Mbe aho uvuga ngo murangana ese wow urakwij neza ga #Akes?? Wow ngaha ngaha #Nairobi ntibaziko ubaho, mbere nongaho Tanzania ntabakuzi. Uramaramaj Koko uri underground for 20years✅
Uko ameze kwose wikekako atamusumvya sat b wew wamu menye gt ko atazwi gendufyete munyo abakenya
@@nduwimanadidjaaimee5964 mtajichimba sikuchochi, endeni mkae pamoja nahuyo mjinga cs nimeona akili zenu ni the same. Hamjitambui mnaongea nonsense as you both are stupid. Kuna vitu havilinganishwi, mnamkosea heshima Satb kujilinganisha nae. Stupidness is here Nkt
Ndabakunda cane
Big mn uvugisha ukuri kweli🇷🇼🇷🇼🙏
Akes canke satub nimukurinduru mugwize ibikogwa mugabanye ugwamo kandi mwese ndabakunda love you ❤❤❤🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Akes Ufise talented nziza Bro 🇧🇮🇹🇿🇰🇪🇷🇼🇷🇼🇬🇭🇿🇼🇳🇬
None nkaho wanditse iki? Abarundi ntituzi gukoresha social media vrmnt🤦🏾♂️
None wewe hariyo wa cree social media Mind you're self 🤔🤔🤔🙄🙄🙄
@@bizimanadia6377 why do you have to include all these flags
I'm proud to be Africa that is way
@@bizimanadia6377 the fuck🤦🏾♂️
👍👍👍👊👊👊❤️❤️👊🧠🧠✍️ Abarundi tuuu mukwiye gukundana 🤝🤝✌️
Bien dit👍
Mureke ubwo burofa.
Nigute mushaka guteza imbere music ya Bdi mudakundana. Reka kwifata nkubusimbirahamwe kuko ntana respect abantu bobaha mwitwara uko.
Naho Bdi nibaza ko mudafatwa nkaba stars umu star numuntu abantu baha respect
Gael waronse Mike nivyiza Big up keep up good work 👏
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️👌👌👌 love from Burundi Rumonge 🇧🇮 ❤️
Ndagufaana.sanaa akes mazina 💪
U akes harya zirya 3M niza rumonge , kinama , kanyosha nae uvuze ko bakuziyo ninkibihe bikorwa vyageziyo ga Don 🤷🤷🤷satibi 🚀🚀🚀
Nimukundane kuko mukora akazi kamwe.mugwize ibikorwa mukure amajambo mugeze kure umuziki ndundi🇧🇮🤞
Akes turakwemera rekana na sat b
Akes don nincambwenge vraiment.
Tudahendany ararusha raisonnement sat b
Akokantu uvuze Niko Burya Raisonnement isumba Ifaranga kuko ufise Raisonnement nubwo wokena akanya nakanya ubushobora kuzamuka kugwego nkugwurumuri
Sat b nijavyi ni ndyarya bamwe Emery sun yirigwa aravuga, Akes Don respect.
Akes avuze nukur Ubundi akuze ntikamurikigwa 🎤🎤🎤
Akes na Sat bose barazi kuririmba rero muriko mupfa ubusa .ingorane nuko umuziki w,uburundi utariha .En un mot mupfa ubukene
Bono sana akes kabisa
Uvuze ko ungana na satura nciye numva nshaka kuri WC. Sinzi nuwaguhaye ikiganiro
Nukuri numuririmvyi wongaha sat be ,ntaco arico
Gusa ico ngukundira urihagararako vrt knd waheze🤣🤣🤣, hama ndunda nabuja yarabivuze ko yakose ikosa biensûr, ariko waheze Baba 🤣
Ntamyidogo yakoze ahubwo yavuze ukuntu vyamugendekeye we nabakuruwe Aho yabisiguye akanabavuga fizo na lolilo
Akes sat b ntagukang kuk naw ntah arashik!!!Gus kosor gato utandukany le terme compétence na competition
Gaël uriko urakora kbisaaa uri kumwanya kbisaa bandanya uku iyi entertainment urayiyoboy
Akes mugabire sta b iwawe
Ababipfa n,ababisangiye
Aks weeeee tekana
Jew ndumufana wa aks don.naho nzosigara ndumwe.
We Mr black rek gutumira abo batama bonona umuziki ndundi twe tur busy na new generation 😅abo bazehe bashire kuruhande uz uratuzanir abana bashushe 😂zana Bado Bado uryamudogo arashoboye,,✌️
We need FABBY LOVE
Nta sat b nta akes kuko mwese ntawuragura indege nkabandi ba star twumva😂😂 ubwo rero ntakindi mupfa atari ubukene😎
AKES arazi kwandika Kandi arafise nijwi ryiza
Umviriza akes sat b yavuze ko uguma ushaka kumera nkawe imyaka myinshi.ati ndakugabiye indirimbo 3.rero mureke gucafuzanya uvuga ibi canke biriya Kandi sat b muze muremera arakuruta.
Ales keep ndemeranya Nawe uvuze umuri Mr champagne yarakoze ama interviews muri tanzanie muga sat b nta interview afise tz
Mbe basha akes naw urishir mubaririmvy buburundi sindakubesh ww nturimw vrt shak uzan inguv ushak
💞💞💞💞💞
interview za akes ntizirambirana kuko avuga ikintu uko kiri gusa indirimbo ziwe zikarambirana😫😫😫
😅😅😅
😂😂😂
Haba sat-b cnk Akes mwes nta nahamwe murashika izo ndirimbo zanyu ntizirenga mu Burundi🤣🤣🤣ahbw mupfa ubukene kwl
sha kwigereranya na sat b wapi bro pull up with him in kigali, kampala and nairobi then u will get to know the level of sat b ahubw imana igukuze ibindi ubivemo
Akes Sat-B aragasumba ntanaho uhuriye nawe kabisa arakurenze caneeee kure niyo.wewe Akes narigez guhura nawe munyakabiga uriko ugenda namaguru.Sat-B no kuka noti wewe ntimwoja hamwe uko petit sana.
None akes yaje nibajaji muri Interview!?
Gael kuberik mudakora ibiganiro naba sat b naba fizzo mukihutira sbo bakizamuka? Rondera sat b azotange umuco kwivyo bintu, hama turagukurikira 100%
Br unva nkubwire sat b ni star ushakakubimenya jabuka uvemuburundi jendimuri kenya ndikonvugivyonzi br izokiki urikuronder uzozironk bandanyumucisha mukanwa
Komera mutama akes
Akes Done & Sat.b
😂😂😂😂😂
0
Akes uko bono weye
Sat-b nah arager nomur Congo nawobaz nuwongah nyen iwanyu
Ariko muri Kenya baramuzi😂😂😂
Uyu nawe, ibiyashize mumutwe nibiki?
REKA NDATE IMANA DATA by Josh Ishimwe 🥰🥰 ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html Reba indirimbo nziza cyane yoguhibaza Imana 🙏🙏🙏ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html NIBA UKUNDA GUSENGA NUTAREBA IYI VIDEO URABA UCITSWE ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html
ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html ruclips.net/video/zUvd7nxKC9M/видео.html
Akes kwl aragway mumutwe pe
Sat.b yararenganye akes ino Uganda arakundwa iho urabeshe
Ha ha uganda yahe?😀😁
akes Don wubahwe sat b numwana ntacaft nyimba akurusa kwimonor amafrang uramurusa
𝙎𝙞𝙬𝙚 𝙬𝙖𝙢𝙪𝙩𝙖𝙜𝙪𝙮𝙚 𝙒𝙖𝙫𝙪𝙬𝙚
Mwes murabizi yaco mushamirana 😀😀😀😀nimudutegurir concert nani mkali 😀😀😀😀😀😀industry yaryosh pee
Akes ni Legand ,amaze gusohora abana beshi mur game babikeshawe ,Satb natekane ntacarakora
Akes ntaco yokwigisha sat b,gusa uwu mu petit afise beef ya jealous,
Indirimbo ziwe,kandi na reputation ya sat b ntavyo azoshikira
Ubuho mbere nciy ngwiza na 200 mukumukunda kuk yitiranwa nimfura yanj.yubahwe ntavyo narinzi.
Sat nurundi gwego mn ww usumbwa nabapet batangue ejo bundi
Umuzi wiburundi urasubiye kuryoha bukebuke
Akes emera uzhaka kuvumira kuri satb Kuko ww warazimye .
Rek kwiteranya na bakunzi bumuziki .
Satb ntimungana Burundi intara zose ziramuzi .
Akes tekana
Imbogo
Credit by VAVA she is the own
Akes na SAT wa ache bangi wafanye mziki alafu Mwambiye akesi Atowe Credit ya Nyimbo kwamwenye nayo asitaki kutuchanganya
Heba umuziki kuko ntawo ushoboye hama ivya Sat B birakurengey ati umuziki wiw ugarukira hafi genda ubaze ngaha muri east afrika dogo
Uwo mujama umengo ntiyize kabisa sukwo bisigura ntibisigura nurusaku kabisa numva par contre ariwe akeneye hit kabisa uwumujama naje kwishure yige
Numu businesseur😂
Uyo satura nikijuju caaane
Hmmmmmmmm murazi kwihagararako pe😂😂😂😂😂😂😂😂 satb yarabasize nimuvyemere aks wewe turakuz kuv kera kurumuntu wishari urondera kiki kunguvu 🙄🙄🙄🙄
Sat B niwe muburundi afise indirmbo nyinshi zirenza 1M views kurusha abandi kuri RUclips chanel yiwe. Mumyaka 4 irenze ntamuririmvyi wo muburundi amurusha amahit. Ushobora kugenda kuri channel ya RUclips ukavyirabira. Numbers don't lie Twe duharira dukoresheje ibiharuro/statistics. Nta muririmvi numwe wo muburundi banganya views. Nta muririmvi numwe wo muburundi banganya views ndabisubiyemwo.Naho muzomwanka mumenyeko hari the silent majority tumukunda kandi dukunda ibikorwa vyiwe. mugihe muzoba muriko muravugavuga utujambo twe tuzoguma twiyumviriza hit ziwe. ni munwe amazi birahera vyanse naho tubakorere remix ya #bibaryahe.
Kuvaho bababwiriye muje kwishure mwige , ixo beef zaba illettrés
Satura kwr ariyemera kandi nawene ataharishikana
We washitsehe?
Utiyemeye ntawuzoza kukwemera nawe utiyemera
Icokiggu
Jwe nzokwma nitwenger 🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂
Mukore mwa Bahungu mwe mugabanye urumogi muve mumajambo ninzankano ntacyo bimaze vyose Turabisiga kur iy isi??
Sat b urwanko arinarwo KD ariyorobeka ko ar umuntu mwiza.afis jalousie Ico ndakizi.mugu créant utuntu twogucafuza abandi.iyo Fizzo atamwikurako ngo amumeny kare KD agaca abimubwira muri You!! Ubundi yaza amwiyorobekako gahoro yarikwisinga............
Gusa ndababay uwomunt yaguhay ikiganiro.ubwo sat b ubonako mwongana kl.gusa ndagutahura ushak kuba uravugwa
Akes wabaye umugabo usigaye uvuga ukuri kbx love from Rumonge 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Barabe neza ko akes atoba afise ikibazo mumutwe kuko arashobora kuba agway nn nkawewe akes ntanindirimwo yaww ndigera numva Aho mperere ino mur Congo Brazzaville ariko sat b ndazumva ww indirimbo zaw zitabwa gt hhh
Ivyobisuko vyaw biberey impene ndak hoshi urumubono nukwambar kwaw birarya mumutwe
Jew abaririmvyi muranryohera kabisa.Akes harivyo ubesha kuri Dunda na Buja FM siko vyagenze !!karya kavuyo kabay kuberako Fizzo yahawe umwanya munini cane !
Reka ndonder b face abakorer umuti
Ukazosubira gutumira uyo mubono tuzoreka kuraba umukubito
inka iwe iyivunitse iryinyo ntibuzako izindi zibandanya kurisha umu bono ni wew uramaz gutumber wew numuryango w studio?urazamahera bikosoma wamujawe?
Gabanya amajambo sha banza uje gufuta irya Swata yambere kw'Isi ngo nindirimbo imbogo😂 iry ndirimbo ngira yanditswe nimbwa utunze Sat-B hit afise nivyo amaze gushikako uzopfa utamushikiye hary ury arazwi na Tanzanie Kenya ariko wewe no mubu🇧🇮 ntibakuzi
Akès we 2006 waraja studio 😂😂😂😂???erega urasaziye mubu underground 😳😳😳mama weeeee ukab nubu utaramenya kuririmba ngo umenyekane?
Akes don ntandero agira nagato
Jwe sinzi nabantu bamutumira muma concert imiti abasiga, kuko kumutumira nuguhomba
Akes bawemera sat b aragusumba papa sat b niwe aririmba indirimbo zumvikana pe
Akes urantwengeje🤣🤣🤣sat b ntaho muzopfa muhuriye!aragusumba !gusa uvuga fizzo neza kugira azoguhebaga colabo🤣🤣sat b siyo size Yako petit
😂😂😂😂
Kanda kurino link wumve ico sat b yishuye akes don ruclips.net/video/gNQMRniZ_gI/видео.html
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Dore ibintu 10 umwana muto yakwigisha umuntu mukuru 😳😳😳👍👍🙏🏾
ruclips.net/video/NvcYNdDJ_EA/видео.html
akakambwa ng n akes karatwengeje wew urabona komwongana n satb ndumiwe warasubiye hasi muvuge urabe kowoduga
Mbega Bakwise Nde ? Waruzi ko Izina Ryawe Igikoresho Cogushikana Kukwiteza Imbere? / Ton Nom Ton ID
ruclips.net/video/wbRSOlLh3QI/видео.html
ikiganiro ciza cane👏🙌
Numu businesseur😂