Esprit Burundaise✊🏾🇧🇮 Iyemere wemerwe👍🏾😊 Very Ambitious young Men ❤🎩 Ndi Inyuma yanyu muri vyose wewe Na Samuel kiretse Amazina mwita Projects zanyu "Amazina y Ikirundi ko muyirinda?" Projects ntizogenda Neza mutazihaye Amazina y Ikizungu? Canke abatera Isoni!?
Mugende amahoro Imana igendane namwe 🙏🏾 kandi muzogaruke amahoro
SMART 🔥🤩
Kuyindi pwemu idasanzw kabisa ,ngibi vyabintu twari tumazibih turondera twashaka gushikako ngivyo birashitse sugufyina vyakunze , ibi vyose tubihabwa nikintu gikomey cane UMUKUBITO TV .mukubito hejuru cane gose.❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ukurikiranye ibinyamakuru vyi Burundi urakunda i Gihugu c'🇧🇮. Iterambere gusa Atari vyintambara nkivyotubona ahandi.
Burundi Tera imbere🕊️
Juste Gael turagukirikirana 100/100
Iman'ibajimbere beza b'uburundi
It's a HERE we Go❤❤❤❤
Juste Gaël none ni gute atariwe akoresha ca kiganiro ca zinazopendwa kuri RTNB?
Courage
Ugire amahor❤❤❤
Toujours Burundi ❤
Umukubito TV turakwemera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍
Urugendo n ibikorwa vyiza kuri Ubaka Nation group🙌
Jewe nsaba Imana ibintu vyose bizogende n za bansi bazomaramare
🎉🎉🎉
Nibaza k izina ryumwaka wa 2024 Fablice izina ryaranz 2024
Fablice afis minds zabazungu.
Urakoze
❤❤❤❤
Wooooow
Ubaka nation group hejuru ❤ nabakoz nkabose ngo Dubai ✊🇧🇮komera inyubakwa nkiza Dubaï ou zizirenze vuba muburundi
8:00 bafrice wubahwe ubikora neza
Gaël sha umwana w,igihugu vrt ndaryoherwa kuri emissions zawe
Juste Gaël kundi Mpwemu idanzwe Fabrice nabamufasha Dubai u Burundi hejuruuu urugendo rukurikira atujune Singapore 🇧🇮🇸🇬
Songa mbele
Urugendo gwiza
Kutabazanye muri american
❤
Brack man wubahwe😂😂😂gusa uvuga cn
FABLICE URUMUGAB KWER KOWAJ UTEB
❤❤❤❤❤❤❤
Nkundu ukuyumugabo abaza abatumire
☝️
Esprit Burundaise✊🏾🇧🇮
Iyemere wemerwe👍🏾😊
Very Ambitious young Men ❤🎩
Ndi Inyuma yanyu muri vyose wewe Na Samuel kiretse Amazina mwita Projects zanyu "Amazina y Ikirundi ko muyirinda?"
Projects ntizogenda Neza mutazihaye Amazina y Ikizungu?
Canke abatera Isoni!?
Nomukirundi abarimwo ahubwo nuko ayo muzindi ndimi niyo atangura kumenyekana
@CNC-qv8bu Buja Plaza,Fab Homes, Diaspora Centre Etc ...
Mukirundi arimwo🤔
Nukugira nabazungu babimenye boos
@@stevemanirakiza8386 Hhee😳😳😳
Murabatinya??
Babimenye Hama Abarundi bunguke Iki???
Colonial Mentality!!
Shira Mukirundi, Abashaka Insiguro bazobaza! Canke muri bamwe bemera ko indimi Nzungu arizo zifise Agaciro!??
Bo ko badashira projects zabo mu Kirundi!kuko biha Agaciro n Imico yabo!
The firstone
😂😂😂😂😂😂🎉🎉
Juste Gael turagukirikirana 100/100
❤❤
Juste Gael turagukirikirana 100/100