@@elianenishimwe4829you and I we ain’t the same lass. Ya should shut ya ass up and mind ya own business! Icanje nico☝️☝️Nawe Andika rwawe turabe!! Nashatse kukwereka ko tutangana!!😂😂😂😛😛😛😛😛
Uyu munyokuru avuga ivyo atazi....Urya nimba ari JC yasinyanye amasezerano na Mona Walda,ntago yigeze amubwira ko afise Manager....so uwo mugabo wiwe yiyita Manager,nta jambo afise imbere ya JC....ntakwiye kwivanga muri contract y'abandi....hama ivyo kuvuga ko JC apostinga Mona gusa abuza abantu kuja muri concerts ziwe,ni uko abamuha izo concerts,bataba basinyanye contract na JC....muze mumenya ikintu bita "CONTRACT" ko ari nk'itegeko rya leta....ubirenzeko,urahanwa....so Mona afise ikosa ryo gushaka gukorera abandi ata ruhusha abifitiye kuko ingorane yose yahura na yo,JC ni we yobibazwa kuko ni we yamushakiye visa....agize ikibazo akarwara canke agakomereka,bill yo kwa muganga iza kwa JC kuko visa yaziyeko,ni visa y'akazi yo gukorera JC Enterprise....so Mona nta n'ahantu na hamwe yati akwiye kuja boss wiwe JC atamuhaye uruhusha....Abasanii bacu ni mwige kugendera ku mategeko.
Le gars ashobora mbere nokuba mu makosa, kandi akaba atubahirije le contract erega ntagipapuro na kimwe cemerera Monna gukora muri Europe atarikumwe nuwamu sponsorije visa. Le seul choix Mow afise ni ugitaha. Abo banyamitahe nibamukure BJ. Ba mumenya amategeko ajana na visa. Izo deal none BJ zaheze? Ashaka akagagazo Muga nuko ariko yicira abarinyuma. Si umutipe ari inserieux why bemera ko abatumako bakemera?
Nelly ma SIDA 😢 uko na Bwana Muzungu ao ni Yamweru! Kisha weye Una ita Muzungu 😂 Sana Nell ma SIDA 52 Una mutoto 😅 Nelly ma SIDA 52 mwambiye Uyo Yamweru wako akubebe basi Uvira Congo 😂 kila siku Niko na Muzungu 😂 watu wako na Bizungu na weye uta sema😂 uko musazi Nell ma SIDA 52 😂
Nibaza ko ibintu vya contrat mudafise imbere yanyu, mwokwiyubara kuvuga menshi. Kuko ni ukuvuga ibintu atabuhamya mubifitiye. Hama twige gukoresha amajambo meza ataremereye. (yamara ari ukurondera ama views, ni sawa, ni mwivugire).
Sinosimba ibiganiro vya Nelly Nat ❤
Ndagukunda cn Nelly
Bemeze sha Nelly ❤❤💪
By power,by fire,by force,by kumoso ategerezwa Nelly kugutwara😂😂😂😂😂Nelly ndaguku❤❤❤
😃😃😅
🤣🤣🤣🤣
Nelly amarori yawe aranryohera 😂😂😂😂 ❤️
Nkiryorori ifuka isura,nibaza yuko umukarani ayagutwaza
@ 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 urumwana mubi
@@dieumercibizimana-zw7txNamazuru ntaboneka 😂
Imana imbabarire ayo marori arakubihiye
Nelly nat mengo ntazuru afise😂😂😂😂
Yoooooooh uyumwana arava muburundi akaja kugitanga kenya sha abagabo bararyosh
Uhenda bande KO tumuzi ntumwitiranye uyo suko
Nelly Ndamukunda arantwenza
Ategerezwa kukurongora by power by fire by kumoso ndakurahiye
Izo rétroviseurs wambaye wapi kabisa 😂😂😂
Ivyo bibereye umuntu afise izuru rito kandi rirerire akagira nomumaso harehare
Nelly Natt ndamwemera kbsa
Bonne Chance Nelly
Muga urabihirwa Nama fumé ga mana😀Nelly plz bireke I vyama fume sivyawe
Ahubwo uyo mu tip nikizeze pole sana kuri Monna
Nelly afise des infos , mugabo ntazi le contenu yo muri contrat. None GAEL ko wewe bakwemera muba journaliste onligne bari neutre , BAGARUTSE WOBAZA MUNA N UYO YABATUMWEKO BELGIQUE , uko vyagenze ? Kuko Mona yohava yononera abandi. KUBERA IKI B-Face atafise ingorane n'uwabatumyeko , ariko aririmba ahandi sauf MUNA .
DUTEGURIRE IKIGANIRO LA DESSUS ! MERCI
Sha nkubu wosanga waje atagutey inda wibazako uzosubira kumubona ryari harya yaciy aguheba kwari kukurya gusa zamurugurura amaguru muzana akadorare
Nelly je ndamwikundira mbega yemwe whatsapp yiwe umuntu yoyikurahe gayemwe?
First to drop a comment ❤
Ariko ayamarinete ni derengement😂 gusa
Murakoze. Milieu iragoye. Sinzi ko muzi histoire iri muri usa. Numuntu yitwa daddy alias pdiddy. Mukirondere kuri yt.
Nobara.
Bien à vous
Nkunda ko uciye ubwenge biri muvyo ndagukundira
Ayo marori yambaye azoyakuriramwo 😮😅
Kunda Nelly Nat kuko arishura msg umuntu amwandikiye pe sinarindabimuzigako Ariko naramwandikiye acaranyishura merci San Nat jtm
Uwo mukecuru gisanumwavu umuzanye ngaho kugiriki?ivyo uw mukecuru ariko aravuga ivyo azi?nirori zimubihiye🤣🤣🤣😂😂😂
Vraiment je suis d’accord avec toi😂😂😂👏👏
Umunsi umwe muze mumugirishe interview in English.
Kugirango wunguke iki? Nkubu wosanga nawe atanicuzi 😂
@@elianenishimwe4829 mumbarize sha ikirundi ikirundi 😍😍😍😍
@@elianenishimwe4829you and I we ain’t the same lass. Ya should shut ya ass up and mind ya own business!
Icanje nico☝️☝️Nawe Andika rwawe turabe!!
Nashatse kukwereka ko tutangana!!😂😂😂😛😛😛😛😛
@@dinadina-sx3lhshe ain’t got any shit to ask me. LMFAO😝😝😝😝
Mu buzima igikuru nukwiyemera nukuri. Ico ndagikundira Nelly peee
Ubu yarakuriye ijoro namanwa ngo wari muri vakanc ubu mwarifotoje ifoto zubusa zose ,, ntabwo azogutwara
Yooooo Nelly, reka kukweza, ngomba Zane ikiganiro kubera wewe. 😂
Uyo mugabo wawe ngiye kumubashiira hanze kuri Evrosen tv😂
Eka ntamurundi woronse nyene niho ukunda abazungu wabuze umurundi kubera umunwa wawe
NELLY ncoreya nukuri na 20k
Tube tureka kwihutira kuvuga ivyo tudafitiye ivyemezo ukuri kwose kur kubo biraba ukuri kuzoja ahabona vuba
😂😂ati yagiye kurya….yibaza niza lengalenga zacu😂😂😂
Mukobwa wakoresheje iki ngo ukire ibihere???ninkovu??jewe uruhu gwanse nukuri nyereka icowakoze ngo ukire ibihere waheruka ufise ibihere vyinshi none vyageze canke ni camera??
Cette fille est vrt claire❤
Abarakazwa nibyo Mutesi Jolly yavuze nuko ubwabo ari inyana z'imbwa. Bosco nawe, I'm sure hari abagabo wakwita inyana z'imbwa! Ese kuki mukunda mpangara nguhangare, hanyuma umuntu yakoresha ijambo ry'ikinyarwamda kandi aho bikwiriye, bikazana impagarara?
Uyu munyokuru avuga ivyo atazi....Urya nimba ari JC yasinyanye amasezerano na Mona Walda,ntago yigeze amubwira ko afise Manager....so uwo mugabo wiwe yiyita Manager,nta jambo afise imbere ya JC....ntakwiye kwivanga muri contract y'abandi....hama ivyo kuvuga ko JC apostinga Mona gusa abuza abantu kuja muri concerts ziwe,ni uko abamuha izo concerts,bataba basinyanye contract na JC....muze mumenya ikintu bita "CONTRACT" ko ari nk'itegeko rya leta....ubirenzeko,urahanwa....so Mona afise ikosa ryo gushaka gukorera abandi ata ruhusha abifitiye kuko ingorane yose yahura na yo,JC ni we yobibazwa kuko ni we yamushakiye visa....agize ikibazo akarwara canke agakomereka,bill yo kwa muganga iza kwa JC kuko visa yaziyeko,ni visa y'akazi yo gukorera JC Enterprise....so Mona nta n'ahantu na hamwe yati akwiye kuja boss wiwe JC atamuhaye uruhusha....Abasanii bacu ni mwige kugendera ku mategeko.
None kweri hariho umugabo yova mubwongereza aje kuraba natt natt? Haaa
Nkunda uyu mudamu Nelly nat
Uyo nibaza yuko ariko avuga vyo ashaka niyamenya ukuri ndashaka kumubona agarutse akavuga😂
Ntago arukuba égoïste ugomba kumenyako baje ariwe ubasabiye visa yakazi donc ntibemerewe gukora ibindi bitaramo ahandi atariwe ubyemeye 🤷🏾♀️c’est logique !!
Nelly uraberewe shumi yanje
J'aime la fille là nelly natt elle m'impressionne uwomushaka yomukurahe juste ndamukunda
Ako kanyokuru kwel 😂😂😂😂😂😂😂😂
Gusa none ayo marori😂😂
Hhhh turwara amaso yimbwa tukongera tukambara namarinete canke imiwani yimbwa iki nikibazo kabisa
Urapondana nabi wakarofawe Sat -b
Just uzotubarize nelly kuberiki ataja gutanga ikiganiro kuri Siren TV
Yaravuze ko yanka Hosy
Uri kabi ga mana!!! Uwo muzungu aragowe
Ntuzoze uranisigura uraba posta kuko baronona generation ivyo birobezo ngo influencer 😂😂😂😂biba nabagabo turabizi👌 ahubwo abari marié ntibamaramara baracari kwisoko 🤔
Ndakunda ibiganiro vy'iyi channel iyo werekanye aba entrepreneurs ariko ibintu vy'ama gossips ntibijanye n'iyi channel
Tu parles beaucoup
umuntu wambere adecona kuma facture lee charon agaca atera nakajagari nta ndero agira
Le gars ashobora mbere nokuba mu makosa, kandi akaba atubahirije le contract erega ntagipapuro na kimwe cemerera Monna gukora muri Europe atarikumwe nuwamu sponsorije visa. Le seul choix Mow afise ni ugitaha. Abo banyamitahe nibamukure BJ. Ba mumenya amategeko ajana na visa. Izo deal none BJ zaheze? Ashaka akagagazo Muga nuko ariko yicira abarinyuma. Si umutipe ari inserieux why bemera ko abatumako bakemera?
Iyo ava ni mubi vrt!!
À tous les niveaux😂
Wewe mwiza tukurabe murihenda aba21 baciye ubwenge cane nubwiza ibijuju mutobona
@@SnowSnowing-ov5px 🤣🤣🤣🤣
Wurimwiza uzokumire kwiyisi wagisigowe
Wewe mwiza umurushije iki, canke uzorambira kuriyisi??
Nelly ma SIDA 😢 uko na Bwana Muzungu ao ni Yamweru! Kisha weye Una ita Muzungu 😂 Sana Nell ma SIDA 52 Una mutoto 😅 Nelly ma SIDA 52 mwambiye Uyo Yamweru wako akubebe basi Uvira Congo 😂 kila siku Niko na Muzungu 😂 watu wako na Bizungu na weye uta sema😂 uko musazi Nell ma SIDA 52 😂
Ça c’est vrai😂😂👏👏
@Gael, ushaka Channel yawe izobe iyibihuha n’amafuti canke ukeneye ko iba sérieux ? Kureka umuntu akavuga ngo naka agwaye mu mutwe kabiri gatatu c’est pas professionnel.
Nibaza ko ibintu vya contrat mudafise imbere yanyu, mwokwiyubara kuvuga menshi. Kuko ni ukuvuga ibintu atabuhamya mubifitiye. Hama twige gukoresha amajambo meza ataremereye. (yamara ari ukurondera ama views, ni sawa, ni mwivugire).
Ic ndamukundir arifitiy confidence arabavuga ashimitse kwarumugabo wiw batarabashingira😂😂
Ahubwo aba bakobwa sinzi ibisazi basigay barwaye.usanga définition yumugabo wumuntu yarahindutse ntitwamenya.
Noe wew ufise fiancé ntaba arumugabo wawe ko numuzigo awurya😂😂😂
Washaka ndamwihakan?😂🤣🤣🤣
@@grettamukezamfura408😂😂😂😂😂nuwanje tubipfe?
Nn kowirabuye habayiki? Gusa abazungu ntabuzi harigihe yobafise umugore ww uruwo kuruhukirako gusa ukishinga ngomurikumwe nahoshwi😂😂😂
Uwo mu whito waje kwiteza iswaku ko nawe mucyemanga
Pluto Mona
😂😂😂😂😂
amarori
uyu mukobwa ajejwe ivyabandi tekana gusa ushimire umukorogo kuko ww uri mubi ufise wivu ww nuko ubibuze yani ww
Egoooooo vraiment😂😂👏👏🫶🏾
Ntamuntu iburayi yoronka amahera ahemba umuntu ntimuze musubire kuvuga ko monia yaraje gukorera umuntu!uwo muntu avuga uko ahubwo nubutungane bwomuhana😂