Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Dukwize 200k hano kwa gaël ham nanj munshigikir ku gufyonda ku gafoto pliz ❤❤
Gael nukur burundi nzima uri journaliste wambere nkunda ntanuwakabiri nonabona yogukurikira 😍😍😍
Wow😮😮Ndakunze monia vrt. Thank you momo. We mind the same
Kuyindi mpwemu idasanzwe watuzaniy monia 🎉🎉burya nah Akir muto arafis mumutwe❤❤❤
Mooo wa Lino g🎉🎉🎉❤❤ uraciye ubwenge bsii 👂
Yes momo❤
Wubahwee gael❤❤❤❤❤
Turatunze tukirata buke ,Big UP sis Momo ndagukunda kandi uvuze ukuri vraiment
MONIA mwana uno musi uranshimishije caane!!
very pretty indeed
Keep going Who's next
Eeh Gai wakwa urumiwe kabisa
Abakunda monia fleur ndashaka kubona ama likes yanyu...❤️🫶🏾
M😊
Basi shimira aba followers kuri 200k congrats #justegaël
Uzigituma wanshimishije?? INZARA!!!!!
Monia fleur jewe ngomba kugusapotinga undondere any time
Ndumufana wawe ariko ivyo vya divorce nsindagushikiye momo.
Gaël urantwengeje ngo inama y'abigeze gukobwa
Gaël nijew wa kwanza tanga aka Map ndakwitayeho
La fleur en robe rougeâtre.
Hahahaha abo hanze twiga vyinshi kabisa. ahari araraba reaction ziwe ariko abesha akitwenga
Kumenga Monia yambaye alliance ?elle s'est mariée ?
Ndamukunda jee ntawundi fise
Birababaje kabisa 😢 none abantu tuba hanze yigihugu batubwira ngo tugaruke iwacu turongore mugabo nimba bimezuko nihatari twirongorere abazungukazi 😂
Nne uwo mushatsi nuwiwe canke numubandikano😮😮😮
Amajambo yuyu mukobwa ni mazima kuri societé ndundi , vyishwe niyo WIG gusa , uyu muntu araciye ubwenge abereye urugo yobanaba umukenyezi mwiza bishitse agahura n'umugabo nyawe ageze kwubaka.🎉
Wig ivyish gt
❤
GAE urazi ko ukunda kubaza ibintu bikubakiye, mariage warahejeje kubaza ivyayo, none ivyo vya depression uriko uvyinjiramwo gute?/ man turacagukeneye, nwa amazi, ryama, gira sport, amahera ufis nayo nyene, stress free generation.
Ariko Fleur uzi ingene Uri mwiza,iyo perruque washizeko nukuri yatumye umengo ufise nka 45 ans,kandi ni perruque y,imishatsi y,abazungu,ubwiza bwsee ntibwari bukeneye perruque nkiyo igusazisha ikakwerekana uko utari
very pretty indeed!
Uraberew sha
❤❤❤❤❤❤
Kumbe yari monia ndamwumvise atanguy kuririmba jeho nagirango numubikira
None ukunz uwo ushobora kw'assura ses besoins hama munyuma ubuzima bugahinduka ntube ukibishobora, biba biheze? Muca muvana? Une chose à savoir: on ne bâtit pas l'amour sur le materialisme.
No love
Urafise ibere ryikimuga moni?
Urinzigoo aho wew uwokuraba ukwij vyose
Urimbwa😂😂😂
Led flag😂#Red flag
Dukwize 200k hano kwa gaël ham nanj munshigikir ku gufyonda ku gafoto pliz ❤❤
Gael nukur burundi nzima uri journaliste wambere nkunda ntanuwakabiri nonabona yogukurikira 😍😍😍
Wow😮😮
Ndakunze monia vrt. Thank you momo. We mind the same
Kuyindi mpwemu idasanzwe watuzaniy monia 🎉🎉burya nah Akir muto arafis mumutwe❤❤❤
Mooo wa Lino g🎉🎉🎉❤❤ uraciye ubwenge bsii 👂
Yes momo❤
Wubahwee gael❤❤❤❤❤
Turatunze tukirata buke ,Big UP sis Momo ndagukunda kandi uvuze ukuri vraiment
MONIA mwana uno musi uranshimishije caane!!
very pretty indeed
Keep going
Who's next
Eeh Gai wakwa urumiwe kabisa
Abakunda monia fleur ndashaka kubona ama likes yanyu...❤️🫶🏾
M
😊