Pasteur Citegetse Éric ati: "Chimamanda Moses avuga abazwi kubera aba akeneye ama views''

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • 🔴« Chimamanda Moses avuga abazwi kubera aba akeneye ama views. Nubwo twebwe abakozi b’ Imana adutuka ngo turi imbwa, jewe mperuka gusengera Nyina wa Chimamanda bamuzanye aremvye avuye i Ngozi ». Ivyo bishikirizwa n’umukozi w’Imana Pasteur Citegetse Éric.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #OpenMic #Burundi

Комментарии • 5