AWAY~GYNA ( Official Video )

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 янв 2025

Комментарии • 1,3 тыс.

  • @Gynagynella
    @Gynagynella  2 месяца назад +288

    Keep supporting your baby gal 🥰🫰 i love you All ❤

    • @jedidjajediaelakimana2407
      @jedidjajediaelakimana2407 2 месяца назад +3

      Ash aga conseil kamwe uzaj kure yamajambo mur ururugendo utanguy.
      Uzazane touche yae bwite mur this Burundian music donc umuntu wese yumvise your song ameny this is gyna's melody🙏

    • @alidacynthiaakimana4491
      @alidacynthiaakimana4491 2 месяца назад +1

      Vraiment Gyna c'est une très très très.... Belle chanson ❤❤❤❤❤

    • @ClaudineNiyonsaba-ie1rq
      @ClaudineNiyonsaba-ie1rq 2 месяца назад +1

      Félicitations la fille nukur iy song n nziza canee couragee nyishi reo

    • @Sinaïlove1
      @Sinaïlove1 2 месяца назад +1

      Ewuanannn ubundi Burundi female artist award kbx bayiguhe love you 😍 we will keep supporting you

    • @LionelNdikumana-ec2xl
      @LionelNdikumana-ec2xl 2 месяца назад +1

      Balita gynella

  • @vivantisteoficiall6287
    @vivantisteoficiall6287 2 месяца назад +6

    Gyna go ahead in your job 🎉 urankomy vrt ndatangjw nijwi ryawe wabikoze neza Ariel wayz of Burundi💪

  • @nestornsabimana8572
    @nestornsabimana8572 2 дня назад +1

    Courage ningaaasooo Imana imbere kabisa

  • @CharmentDc
    @CharmentDc 2 месяца назад +8

    Iyi niyo itaba hit 🔥🔥🔥 muzoza mumbwira mamayangu welcome in game gyna🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @IrakozeSandrine-o2h
    @IrakozeSandrine-o2h 2 дня назад +1

    Courage ma mwiza❤

  • @MbayihaFred
    @MbayihaFred Месяц назад +3

    Wibale gukora ikigoma kizima baby girl keep flying....

  • @claudinendayizeye4619
    @claudinendayizeye4619 19 дней назад +2

    Waouh ❤courage mwana urashoboye

  • @EpideyWinner257
    @EpideyWinner257 2 месяца назад +6

    My Girl👸 Go Ahead. i'm so Proud of you♥️

    • @CharmentDc
      @CharmentDc 2 месяца назад +1

      Muhe iyo Collabo non

  • @NiyonkuruArnaud
    @NiyonkuruArnaud 2 месяца назад +4

    Wamurundikazi wacu gyna arashoboye abumva ingen itwika tumuhe like tuhatwike hashe🎉🎉🎉🎉

  • @galileemukiza
    @galileemukiza 2 месяца назад +3

    Gyna today uranyemejeee🙏🏽🙏🏽
    Kure canee niho kwifurije❤❤

  • @fulgenceguhirwa9806
    @fulgenceguhirwa9806 День назад +1

    Uri kuyi niveau ahubwo, premier chanson, franchement ?

  • @faa2023-ngaragu
    @faa2023-ngaragu 2 месяца назад +2

    Iyi ndirimbo umuti waramfashe sincibuk incuro maze kuyi replayinga

  • @CapiSiniremera
    @CapiSiniremera Месяц назад +3

    Gynella komereza aho🎉🎉🎉🎉❤❤❤ &courage vrema!!!

  • @ElodieNgezahayo-gw7zq
    @ElodieNgezahayo-gw7zq Месяц назад +2

    Nkunze KO wamuhevye. Imana ibiguhere umugisha. Gusambura urugo ubizi si vyizaaaaa

    • @dionesienijimbere7881
      @dionesienijimbere7881 Месяц назад

      Gusa aracamukunda muga arafise impano yo kuririmba uno mwana. Neza cane

  • @stevenirutingabo5791
    @stevenirutingabo5791 25 дней назад +3

    Uzivyurimwo kbxa
    Sibwabwana🥰

  • @darlenensabiyumva
    @darlenensabiyumva 13 дней назад +1

    Chch courage kure cyne niyo ngusabira mwiz👏👏👏💓💓

  • @DésiréBigirumukama
    @DésiréBigirumukama Месяц назад +2

    Mukobwa mwiza courage kbxa waririmvye indirimbo itesa cane❤❤❤❤❤ abagukurikirana tuguteye intege.

  • @iradukundadieudonne5377
    @iradukundadieudonne5377 26 дней назад +2

    Courage kwl urashoboy, har nabarambe mbon wanweshej amaz

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith 2 месяца назад +4

    this song deserve 1M views
    umukobwa wanje azonabica🎉

  • @Geraldciza-hk1yg
    @Geraldciza-hk1yg 2 месяца назад +1

    Our Gyna girl best talented wariwaducereje mwana vrmt indirimbo nziza iryoshe Sana mwana

  • @RichardNdikumana-q2y
    @RichardNdikumana-q2y 2 месяца назад +7

    Abunvako iyo song ko iryoshe can mump like❤

  • @VickengFrank
    @VickengFrank 2 месяца назад +2

    Gyna, we support you, don't be discouraged because your song is good, it gives a message especially to Rwandans, we help promote your work, bicky from 🇷🇼 i like your work👊👊💪🔥🔥🇷🇼♥️

  • @magicchanneltv553
    @magicchanneltv553 2 месяца назад +19

    Keep it up Gyna good sound…Andy Sp neza cane

  • @twoj257
    @twoj257 Месяц назад +1

    Gyna kumbe nahora nibaza ngo nugusara gusa.courage urabishoboye

  • @DirectorZombieTV
    @DirectorZombieTV 2 месяца назад +3

    Best femal artist wallah🎉

  • @apollinairemagayane3453
    @apollinairemagayane3453 25 дней назад +2

    Well done Gyna ishaka!!

  • @ellaclarissearakaza-xe5cq
    @ellaclarissearakaza-xe5cq 2 месяца назад +9

    Gyna sha courage ❤❤❤ abumv k iryosho mumpe like

  • @JamesNimbona
    @JamesNimbona 8 дней назад +2

    Hatwike hashed💥💥💥💯

  • @ciragiyefranckx-o6x
    @ciragiyefranckx-o6x 2 месяца назад +4

    This song make me happy tday from texas kure cyane💪

  • @ChadrackIrakoze-ny6gp
    @ChadrackIrakoze-ny6gp 16 дней назад +1

    Hamwe wobandany udutamw ibintu biryosh ,mu muziki ndundi w'abigeme uzobuyoboy kbx...
    Courage rero

  • @WinnycynthiaIteriteka
    @WinnycynthiaIteriteka Месяц назад +4

    Cool gyna weee❤

  • @dedieujachiranyongeye9325
    @dedieujachiranyongeye9325 2 месяца назад +1

    Ntavyo gupinga uranyemeje courage Gyna kure cane 😍💪

  • @cubahirodarcy5647
    @cubahirodarcy5647 27 дней назад +3

    Courage kbx ❤
    Abemera ko ashoboye mumpe like

  • @FrancineVyukusengr
    @FrancineVyukusengr Месяц назад +1

    Iyoooooo bébé imba booooo ❤❤❤❤ urashoboye cane courage

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 2 месяца назад +2

    Bravo. Cubandanya uririmba neza . Na clip ni top

  • @WelecomIteriteka
    @WelecomIteriteka 2 месяца назад +1

    Ewan urarenze vmt courage Kure niho tukwipfuriza gushika ❤❤❤❤

  • @BayihimbazeAlainPaterne
    @BayihimbazeAlainPaterne 2 месяца назад +2

    U will be blseed in your new project of singing congratulation may God bless u again

  • @ClaudiaLaboss
    @ClaudiaLaboss 2 дня назад +1

    ❤❤❤❤❤ courage

  • @InnocentHavyarimana-se2vm
    @InnocentHavyarimana-se2vm 2 месяца назад +2

    Yesuwee chch nukur narinzko iyindirimbo yaririmvye bwizaa yooo vyizaaa caaaaan ma baby girls 💋💋 nahora ndayumviriza kenshi sinarinzko ariyawe bae courage mwizaa❤️🔥🔥🔥

  • @ChantalMunezero-n1u
    @ChantalMunezero-n1u 2 месяца назад +2

    Please take your flower🌹🌹🌹 my lovely Gyna💋your song is super Good

  • @ChristineIntwari
    @ChristineIntwari 2 месяца назад +3

    Hejuruuu canee ❤❤❤❤ baby girl🎉🎉🎉🎉🎉😢

  • @mbonimpayeherve8727
    @mbonimpayeherve8727 2 месяца назад +1

    Talent urayifis, igisigay nikwubaka izina!! Ariko ukaba uri ruguru ntibizokunda ko uryubaka,manuka buja bose niho bubakira amazina

  • @VirginieNdayizeye-i4l
    @VirginieNdayizeye-i4l Месяц назад +2

    Utere imbere gose uracadufiseeee❤❤❤❤❤

  • @EstherMuhayimana-u3i
    @EstherMuhayimana-u3i 2 месяца назад +2

    Gyna birakubereye cyane rwose uzogere udutemo akandi ❤❤❤❤❤

  • @audrickiranzi2810
    @audrickiranzi2810 2 месяца назад +3

    courage sana Nana❤

  • @EzechielNIYOMWUNGERE-ge9ej
    @EzechielNIYOMWUNGERE-ge9ej 12 дней назад +2

    ❤❤❤❤❤wabikoze neza cane❤❤❤ irabizi dutemw izindi

  • @MasudBrightsmith
    @MasudBrightsmith 2 месяца назад +3

    Basha mumfashe ikwize 10mollions kl bug up gyna wariwaratevye peeé

  • @EricNduwayezu-vp4xk
    @EricNduwayezu-vp4xk 2 месяца назад +1

    Courage song ninziza ahubwo ukwiye sapoti nyishiiii

  • @charleneiradukunda5153
    @charleneiradukunda5153 Месяц назад +2

    Courage chérie ❤❤❤❤😂😂🎉ubundi nacerewe ndi hehe koko😢i love you so much Gyna❤❤niwe mukobwa wumuririmvyi ugire uduze umuziki ndundi❤Mona na Mow kanzie musimbe hano murabe uwubarenze kuncuro yambere yiwe

  • @AngebellaIrangabiye
    @AngebellaIrangabiye 3 дня назад +1

    Courage gyna,🥰

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre 2 месяца назад +2

    Burundi 🇧🇮 needs more ladies like this one…big ups to you sana !!! I am a fan.

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 2 месяца назад +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉aya yose nayawe sha Gynella wanje nari ndayirindirany igishik ark naracerew courage mukobwa mwiza❤❤❤❤❤❤❤

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 2 месяца назад +2

    Erega narinzi ngi nitwatujambo two kur tiktok kumbe vyakomey kure cane niho nkwipfurij🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @MpanoAlvin
    @MpanoAlvin 8 дней назад +1

    Nice song ndagukurikira knd ndagukunda courage

  • @NdayishimiyeFlorence-e3r
    @NdayishimiyeFlorence-e3r 2 месяца назад +2

    wallah Gyna azoririmb nk Knowless abavyumvis mump likes

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 Месяц назад +1

    Tu es ma plus belle découverte de 2024. Biraryoshe kubona une belle et talentueuse Burundaise ❤

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 2 месяца назад +3

    Kaka dada karabizi nkeuuu❤🦅

  • @HerveMuhimpundu
    @HerveMuhimpundu 2 месяца назад +2

    Cyaze kbx ✌🏼💯🇧🇮🇷🇼 kakaririmbo kamez nez wallah 😍 turagukurikurana sn hano KGL 🇷🇼

  • @pacifiquenduwayezu1
    @pacifiquenduwayezu1 Месяц назад +3

    Gyna ndagukunze birenze

  • @Rich-B_240_official
    @Rich-B_240_official 2 месяца назад +1

    Yeeeeewe kakantu kazi ibintu burya without lie you're amazing my gyna gynella

  • @IshimweOlga-y1j
    @IshimweOlga-y1j Месяц назад +2

    🥰🥰🥰🥰👍👍kbx don't stop Gyan, urabasha kuel 🤜

  • @Richboywakali
    @Richboywakali 2 месяца назад +2

    Lieu lino fresh kabisa ngoma kali 🎉❤ respect my

  • @agakwavu9473
    @agakwavu9473 2 месяца назад +3

    Courage!
    Indirimbo ni nziza sana!
    Abayikunze nkanje muze tugire partage nyinshi.
    ❤❤❤❤

  • @davidwolf6999
    @davidwolf6999 Месяц назад +1

    Wow sinarinzi ko gyna azi kuririmba keep going 👏👏👏👏

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 месяца назад +5

    Gyna conseil noguha nuko wobandanya umuziki guko uri talented .n'a yago yatanguye uko gushika Aho aguma atanga Ama hit songs gusaaaa

  • @WillyMan-he4rb
    @WillyMan-he4rb 2 месяца назад +2

    Ehe gwarudemu rurabaye icyamamare, Sha sinarinz ko ubundany iyo mpano❤❤❤🎉🎉🎉

  • @jehovah-56
    @jehovah-56 Месяц назад +2

    Indirimbo ninziza cane😍

  • @NtakirutimanaRodriguez
    @NtakirutimanaRodriguez 2 месяца назад +1

    Imana yarikuzokubazo iyo telenty iyo wayishize Bon travail #Gyni🎉🎉🎉

  • @JosianeHarerimana
    @JosianeHarerimana 2 месяца назад +4

    Gyna ingene narinsanzw nkukunda,mbanumva abotwohura Bose nobatira fone kugra ndayirabe RUclips ❤️❤️

  • @nsanzimanaeric505
    @nsanzimanaeric505 Месяц назад +1

    Waauu ufite lmpano peuh ko merezaho ntucike lntege gyna

  • @HabimfuraEsperance
    @HabimfuraEsperance Месяц назад +2

    Ninziza cyane kbs ndakwemera cyane

  • @INEZAEnt.
    @INEZAEnt. 2 месяца назад +1

    Umu chch gynella waouh iraryshe vrt courage❤🎉 go ahead galy

  • @PaisibleBuntu-mm4rt
    @PaisibleBuntu-mm4rt 2 месяца назад +3

    Ndayiravye nka 5fois😅 tellement iranryoheye ❤

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw 2 месяца назад +1

    Courage Gyna nkundukuntu wimerey bas kuberwa vyovyo niwewabizanye ❤❤❤❤

  • @IngabirePatrick-d2g
    @IngabirePatrick-d2g 2 месяца назад +2

    Wow!!! Beautiful song kbx utangiye neza

  • @Kirenga250r
    @Kirenga250r 27 дней назад +1

    Woww you're so beautiful noneho vyashika kungabirano you're so talented baby girl ❤❤❤❤

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 2 месяца назад +3

    Shwaaaah 🙌🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️

  • @CloudineUwase-lh9ut
    @CloudineUwase-lh9ut 2 месяца назад +1

    Wow!!!! Courage Boutifull girl cyakoze urasa neza cyane kbx 👌 imana igukomereze amaboko 🙏🙏🙏 it's very nice 👌👌👌👍 🤝 🤜 🤛 urikunkorera umunsi 💋❤❤❤

  • @NellyNdayizeye
    @NellyNdayizeye 2 месяца назад +3

    Baby girl 🎉🎉🎉❤❤

  • @ArsèneNininahazwe-t3q
    @ArsèneNininahazwe-t3q 2 месяца назад +2

    Nice kliiii umengur b noless kliii courage

  • @astonkingoriginal7721
    @astonkingoriginal7721 2 месяца назад +5

    Numva bijanye n'ivyo warumazemwo imisi😉🤗 Anyways karatesa aga song, support yanje iremewe☑

  • @FaustineNishimwe-vf5mz
    @FaustineNishimwe-vf5mz 2 месяца назад +2

    Courage ufise akajwi keza❤️

  • @Alphajayworldwide
    @Alphajayworldwide 2 месяца назад +3

    Ashaa iy song igum inryohera ndk nimb uguma ugaruk kuyiraba nkanje impa likes ❤

  • @OlivierTuyishimire-m4g
    @OlivierTuyishimire-m4g 6 дней назад +1

    Wawoo it sounds great courage

  • @ChancePatience
    @ChancePatience 2 месяца назад +2

    Courage gyna mwiza ❤️😘🥰

  • @AmaniMoise-tz4uw
    @AmaniMoise-tz4uw 18 дней назад +1

    gyna turakwemera byahatari uzadusure i kigali

  • @Inezaimeefabiola123
    @Inezaimeefabiola123 2 месяца назад +2

    My love,loly❤❤❤

  • @PhilbertBusuguru
    @PhilbertBusuguru 2 месяца назад +1

    Waouuuuuuh irarenze .Komerezaho .Iraryoshe trooooop

  • @GyslaineGahimbare
    @GyslaineGahimbare 2 месяца назад +3

    Nice Gyna🥰

  • @ManigiraNezahamisa
    @ManigiraNezahamisa 2 месяца назад +2

    Kwerisha kuraj nturekur wamusaga wacu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤ kwer

  • @ukwishatsejeanpierre667
    @ukwishatsejeanpierre667 2 месяца назад +3

    Ndagufana by'indani

  • @YASIPI500
    @YASIPI500 2 месяца назад +1

    I refused to tell you before that singing is your talent otherwise I knew I could do it. Work hard and I'm always behind you Gyna Gynella.

  • @derickcastor8008
    @derickcastor8008 2 месяца назад +2

    Habuzemo aka jingle ka Eleeeehh

  • @kaya_freedom
    @kaya_freedom 2 месяца назад +2

    I think you can be the next best new artist 2024. But don’t forget to increase your talent as comedian too kuko tik tok yawe Ndahwera nugutwenga. Ako mugatondo 😂😂😂😂😂😂😂

  • @stanyndayiragije4731
    @stanyndayiragije4731 2 месяца назад +2

    Waaa i'm here to support

  • @NdamiraDieudone
    @NdamiraDieudone Месяц назад +1

    Nkunda gushyijyicyira abantu to urashoboye p🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jospiinoniyuhire
    @jospiinoniyuhire 2 месяца назад +2

    Giringuvu sha gyna

  • @FionaIrankunda
    @FionaIrankunda 2 месяца назад +1

    Uje neza gyn congrats hubwo❤🎉🎉

  • @VenusteBarutwanayo
    @VenusteBarutwanayo 2 месяца назад +2

    Ndakudyoherew pe courage❤🎉

  • @universiteduburundi4869
    @universiteduburundi4869 Месяц назад +1

    Mbega umwigeme yuzuye Talents! Uburundi turafis ingabire zidasanzwe